Baragapfa nabi Bari navuye uburundi batumaze baza no kumara abo murwanda no babihereye inani numunani Uzi ibyo badukoreye Sha muri ntega namarangara?babagome cyaneee
@manundayi24095 ай бұрын
Uri sure yivyo uriko uravuga? Canke wihenze? Burya nizere ko uri umuhutu Uvuze ivyo nimba uri umututsi Imana ikubabarire cane ko buyoya nabayoboke biwe ntako batakoze ngo bahonye umuhutu burundu ariko turacariho kuko agati gateretswe nImana ntigahenurwa nu muyaga. Turiho ntitwaheze😢😢😢
Ark mana Koko 😢😢😢 Abantu baribashyizehe ubumuntu Koko
@NEEMASHOWS5 ай бұрын
Impore mama
@inezabenitha94105 ай бұрын
Komera komera
@scarine55655 ай бұрын
Mu burundi vyarabaye nubwo badashaka kubivuga, je nakuze mba mumpunzi kandi ndi mu gihugu canje🤐twabayeho nabi cane tutazi ivyo arivyo turata amavuko kandi ntaco tuzira
@divixephraim81445 ай бұрын
Ndakwibuka irilima muri karate imigeri yawe izi ba deny na olivier komera wamfura we noneho akarusho nduwa Rukumberi ngukunze kurusha
@PastorHakizimanastephen5 ай бұрын
Pole Sana Theo
@fabricekabasha77715 ай бұрын
Impore my brother
@tetacarla34205 ай бұрын
Impore Theo wacu komera Uwiteka ntajya ahana abe
@MukunziEddyJunior5 ай бұрын
Ico kintu co gusekuraaa abana twakuze abavyeyi bacu babarundikazi bakitubwira. Ko abatusti babarundi bicwa uko ntabeshee kbx
Ariko Mana koko abatutsi bari barakoze iki, kugera ku rwego rwo kwicwa urw’agashinyaguro kuriya!! Cyakora Uwiteka weeee, ujye uhora uduhoresha imbaraga zawe
@UwiragiyeBeltirde5 ай бұрын
Komera ❤❤❤
@Aurore-zv7ep5 ай бұрын
Uko nikwo mwita kwibuka mwiyubaka koko canke ni manipulation yamateka? Bref , abahutu aho bari hose nabagome ariko abatusi nintore? Imana izagaragaza andi mateka ... wait and see !
Nibyo nabaye iburundi n’abagome biciriye umugani ngutazumurdi amurunda munzu bisobanuye ko umucumbikiye akwirangiriza bien atitayeho ineza wamukoreye n’ubu se iyo bavuga ngwindagara zabo ngontibazaziduha ese abazirya n’ibangahe bogahura n’ubusigo buhuma Imana y’adukoyeyo irakabyara puiuu imikukwe yogahura n’urundondera
@Elvvicky5 ай бұрын
Ukaba ufashe abarundi bose ubise abagome ariko ye woba uzi uko abarundi nabo bavuga ubugome bwabanyarwanda bakubwira ko no muri doc abakorera torture mbi abantu aba ari abanyarwanda urwo rwanko ubanka woruhagaritse ukumva ko umuntu aba mubi ariko atari igihugu cose Kiba kibi shame on you
@jackymuhoza54785 ай бұрын
Komera nshuti yanjye Theo
@Sinzapfanzarama5 ай бұрын
1:10:00 Ubu se uwagisoma nticyamutera kurira ?😢
@Kasupirani5 ай бұрын
Mpore mporeeee😢
@DianeDushime-v1n5 ай бұрын
Muvyanke muvyemera mu Burundi abahutu bahiga abatutsi n'abatutsi bagahiga abahutu kko hariho quartiers utinjiramwo aha ibujumbura ariko mu ntara abahuntu barishe abatutsi bihagije birazwi rero harabahutu bagiye mu rwanda gufasha bene wabo kwica abatutsi, ntibamenyeko "Imanga itamarira Imana"
@carinemanirambona27085 ай бұрын
Ubimvugiye neza
@leux4365 ай бұрын
Harya Micombero amayeri yo kumara abahutu yakoze,bagashorera uwitwaje umugabo wese,byari byatangiwe na nde??
@KC-wj7yh5 ай бұрын
Reka kwishura abo bicanyi .Erega uko bicanye kandi bakomeza kwica bibaza ko bose arabicanyi.
@@kigalirwanda8564 turaba aho dushatse nta mategeko muduha. Mwige no kwibwiza ukuri kuvyateye genocide iwanyu. Abarundi mubafashe hasi. Iyo baza kuba aribo babigishije kwica, bari guhera ku mpunzi z’abanyarwanda zari ziri Bujumbura en 1994.
@dusabebebeto85185 ай бұрын
So Kuba harabarundi bagize uruhare mukwica abatutsi murwanda babiceceke,!? Harababaye Intwari, bakira impunzi arko bidakuyeho abantu kugiti cyabo bakoze ayomabi
@kigalirwanda85645 ай бұрын
Abandika nabi tuba twbibwiye wee🫣 Ubwire benewanyu uvugira ko bitazongera
@divineingabire5245 ай бұрын
@@kigalirwanda8564 😂😂😂 ngo uba unyibwiye? Wankurahe ga sha? Jewe narokotse genocide yo mu Burundi yakorewe abatutsi kandi ndacababazwa nubu nivyakorewe abatutsi biwanyu kuko iyo nzakuba ndi mu Rwanda en 1994, nshobora kuba ntari nkiriho uyu musi. All this to say yuko ntamuntu yigisha uyundi ikibi. Abakoze genocide si abana bo kwigishwa ikibi, bari bagisanganywe muribo!
@ndayikundafrancine805 ай бұрын
😢😢😢😢😢
@mukamanaalphonsine66825 ай бұрын
Mpore mpore
@divineingabire5245 ай бұрын
Na Kazungu ni abarundi bamwigishije kwica? Mwagiye mureka? Ikibi kizanwa na Satani, hama uwemeye gukoreshwa nayo ntaco atakora.
@isarotv62295 ай бұрын
Umurimo ukora urakomeye ariko Yesu azagushoboza
@manundayi24095 ай бұрын
Ngo abarundi babigishije uko bica umututsi?? Ivyisi ni amayobera pe ko mu mateka tuzi ko kuva 1972 muburundi abatutsi bishe abahutu biteye ubwoba bakabahonya bose gushika muri 1993 aho bica president wu burundi babandanije kwica abahutu bashaka guhonya Zina muhutu mugihugu cu Burundi jew 1993 nari muto ariko harivyo nibuka nabonye na masa yanje abiri abahutu igisirikare cu Burundi carikigizwe naba tutsi gusa bakerera abahutu kurya bakerera ihene bishe abacu bose dusigara twifumbereje mweho mwabonye na magufa ya banyu twe ntayo twobonye ubwo iyo uvuze ngo abarundi bigishije interahamwe uko bica umututsi natwe icogihe abahutu bariko bakererwa bunyamaswa ubwo urunva utaba uriko udukora munkovu kweli? Ko nzi neza ko icogihe umuhutu yabona bukeye atamenya ko bwira agihema selon naho nari mperereye wunva bidakenewe umuntu iyo avuga inkuru yiwe yo gerageza kuvuga ariko adasenga hari abandi bantu bunva ururimi avuga akomeretsa? Jewe ko umuryango wanje waheze bakabamara bari abahutu Kandi bakicwa na batutsi ngaha iburundi urunva utaba hari abo uriko uratoneka mugikomere bagendana Kandi tuzonagipfana? Gusa mpore cane kubabara twarababaye ariko turacariho Kandi tuzobaho
Sabin, ce qu'il est entrain de dire, il ya la vérité. Mais les Burundais qui vivaient au Rda dans le temps de Havyarimana, ils étaient comme " Interahamwe qui est équivalent aujourdh'ui au Burundi comme " Imbonerakure". L'idéologie génocidaire Rdaise était bien enseignée depuis l'avant indépendance Rwando- Burundaise. Alors, ubwo bugome avuga k'ubarundi, narabe ubu , ce qui se passait en 2015 au Burundi. C'est la perpetuité de cette Ideologie qui continue. Ubuhoho ,abahunze baguma bigisha byimazeyo. Gutsinda biracarikure kuko Ideologie yabo ntirahera.