Natacha - NUSHIMWE (Official Video)

  Рет қаралды 45,901

Natacha Burundi

Natacha Burundi

Күн бұрын

Пікірлер: 461
@giftdumaboi9018
@giftdumaboi9018 2 жыл бұрын
Uwabonye manager ariko atamba ampe likes😂😂😂😂😂
@mrsammyofficiel9246
@mrsammyofficiel9246 2 жыл бұрын
Uwubona ko natacha aberwa nokwambara yesushimwe na mpe like natacha uranyujuje kabisa love from mr sammy comedien kinama oyeee
@gracek4668
@gracek4668 2 жыл бұрын
🙏🙏🙏🙏👌
@ireneburundi7144
@ireneburundi7144 2 жыл бұрын
Nukuri arabegea nabirebire Kandi can
@sadokigaston9021
@sadokigaston9021 2 жыл бұрын
komera
@claudinendaribitse9081
@claudinendaribitse9081 2 жыл бұрын
Urabegwa wambaye wikwije
@wakawakatvrw
@wakawakatvrw 2 жыл бұрын
Ntitwigeratunanigwa 🙌
@NinaNina-xr8jj
@NinaNina-xr8jj 2 жыл бұрын
Ntikananirwe mwizina rya yesu kristo kuko nawe yaratsinze rupfu na kuzimu
@paracetamolcomedy496
@paracetamolcomedy496 2 жыл бұрын
Wubahwe abemezako Natacha arumwe like
@startv257.
@startv257. 2 жыл бұрын
Niceeeeeeeeeeee my sister wacu I Song Nziza Peeeeee🙏
@bernicethebell9398
@bernicethebell9398 2 жыл бұрын
Iyi ndirimbo, yanditse neza, ivugije neza kandi uyiduhaye twari tuyinyotewe. Merci @Natacha Burundi
@cleriakeke5724
@cleriakeke5724 2 жыл бұрын
Imana yama itugwanirira ,Amen amen
@peninendayizeye2408
@peninendayizeye2408 2 жыл бұрын
Amen La boss
@erisfiorisndayis4422
@erisfiorisndayis4422 2 жыл бұрын
Komeza Gospel, La Mukristo🙏🏿🙏🏿🙏🏿 Victory belongs to Jesus
@aneelaa3486
@aneelaa3486 2 жыл бұрын
Ndemejwe na Natasha keep urashoboye vyose
@mistanackis8269
@mistanackis8269 2 жыл бұрын
La Mu Christo 😀😀
@awltany3545
@awltany3545 2 жыл бұрын
Urumva iryojwi ryiwe kabisa hamwe wokomeza vyoba ari vyiza
@axeligiraneza8219
@axeligiraneza8219 2 жыл бұрын
Amen Iyi ndirimbo sindayihimba
@dododolinenshimirimana3112
@dododolinenshimirimana3112 2 жыл бұрын
Ndaryohewe cane 🥰🥰🥰🥰 Amen Amen Amen
@niyonkurupelagia8775
@niyonkurupelagia8775 2 жыл бұрын
Waouuuuuuuuuuu la bosi urashoboye kunyemeza ahubwo bandanirizahonyene
@ndayiragijendayiragije7441
@ndayiragijendayiragije7441 2 жыл бұрын
Waaaaaooooo muhezagigwe cane Natasha wanje nkunda urarenze ma chr 💞💗🙏👍🇧🇮
@nassemjosileen8597
@nassemjosileen8597 2 жыл бұрын
Hallelujah hallelujah hallelujah hallelujah hallelujah hallelujah hallelujah hallelujah hallelujah hallelujah hallelujah
@moullaommywayneofficial1199
@moullaommywayneofficial1199 2 жыл бұрын
Egooo mamaaaah la amazi abaye la umurokore la mukizwa la mama pasta 😍😍😍😍😍😍😍😍🗣🗣🗣🗣🗣🗣🗣🗣🗣🗣🗣🗣🗣🗣🗣🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌
@gogo-pgloireadieu5170
@gogo-pgloireadieu5170 2 жыл бұрын
Ooohh..komerezaho
@candylady8277
@candylady8277 2 жыл бұрын
Amen hezagirwa Natasha
@Nino_officia
@Nino_officia 2 жыл бұрын
Oyee laboss, lanumber, lamuchristo love you more
@kundukuzealphonsine
@kundukuzealphonsine 2 жыл бұрын
Waaaaaaw la boss wubahwe
@godrisira
@godrisira 2 жыл бұрын
#NatachaBurundi zino nizo ukwiye kwama usohora
@martinhabonimana3851
@martinhabonimana3851 2 жыл бұрын
Amen lamukristo
@pichionerappeur2810
@pichionerappeur2810 2 жыл бұрын
My Natacha wubahwe utuzaniye indirimbo twagusavye🙏🏻🙏🏻🙏🏻🙏🏻🙏🏻🙏🏻🙏🏻🙏🏻🙏🏻🙏🏻🙏🏻💓💓💓💓💓💓💓💓💓
@placidehitimana77
@placidehitimana77 2 жыл бұрын
We ni nomaa kbx la Mukristo 🙏🙏
@ferdinandnduwimana297
@ferdinandnduwimana297 2 жыл бұрын
Aha niho sawa
@arlettentakiyiruta6726
@arlettentakiyiruta6726 2 жыл бұрын
🥵🥵🥵🥵irarenzeee sana
@jojonostress486
@jojonostress486 2 жыл бұрын
Amen #Natacha hose urashoboye
@thankyoulord7396
@thankyoulord7396 2 жыл бұрын
🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏 mwami wabami nuchimwe ndamanitse amaboko nguchime hallelujah Hallelujah yesu ❤❤❤💥🎁🎁🎁❣
@nijimbereaimable9947
@nijimbereaimable9947 2 жыл бұрын
Natacha ubalikiwe sana tena sana
@fabiolasilyvain8880
@fabiolasilyvain8880 2 жыл бұрын
Amen amen 👐👐👐
@janviernsengiyumva9822
@janviernsengiyumva9822 2 жыл бұрын
Yesu agukomeze kabisa.shaa ntumenyerwa wew Natacha
@nshimirimanaissac6098
@nshimirimanaissac6098 2 жыл бұрын
Nibishasha we laboss. Vyiza cn kwibuka gushika uwo Mwami Mana
@deborahofficial6154
@deborahofficial6154 2 жыл бұрын
Naco utashoboye nukuri gospel irakubereye nukuri
@uwimanaangenelly348
@uwimanaangenelly348 2 жыл бұрын
Yoooo Biranezereye cane Numwami wabami akwiye Amashimwe mwarahezagiwe.
@irPontien
@irPontien 2 жыл бұрын
Ndagukunda Na
@alainparfaitcastaldo1785
@alainparfaitcastaldo1785 2 жыл бұрын
urashoboy kbsa courage my grand sister 👏👏👏
@jeanarthuriracanye7003
@jeanarthuriracanye7003 2 жыл бұрын
Waooo umwaka mushasha numukenyuro mushasha Jésus is my Life La boss courage sna imbere niheza
@nzitondaantoine6315
@nzitondaantoine6315 2 жыл бұрын
Arashoboye kbsa
@allexandrasirva3496
@allexandrasirva3496 2 жыл бұрын
Ham Natacha kurirmbira imana uzotera imbera cane kumushima imana yawe kwl
@inesskanyamuneza9721
@inesskanyamuneza9721 2 жыл бұрын
Courage mama lao
@cleriakeke5724
@cleriakeke5724 2 жыл бұрын
🙏🏼🙏🏼🙏🏼🙏🏼🙏🏼
@n.bbossburundi2575
@n.bbossburundi2575 2 жыл бұрын
Lanamba Labamba LaBoss Natasha nooma Lavyos ramaman LaBurundi 🙏🧎
@djchachouromantic9025
@djchachouromantic9025 2 жыл бұрын
Yoooh, igarure muvyeyi! More than créative ! Chachou Romantic from #BE_CHAP_TV
@salha9186
@salha9186 2 жыл бұрын
Natacha gospel irakubereye ufise nijwi ryiza acinzira ahatari inzira nushimw mwami
@esperance5371
@esperance5371 2 жыл бұрын
Urakoze umuti vyakweri💯💯💯💯👍👍
@winnywinner4545
@winnywinner4545 2 жыл бұрын
kumbe nakagosuperi💃💃💃💃💃
@mwanzolaurent5517
@mwanzolaurent5517 2 жыл бұрын
Aca inzira ahatari inzira Ivyo narabibonye #wanyemeje
@nzitondaantoine6315
@nzitondaantoine6315 2 жыл бұрын
Amina amani🙏komeza uhimbaza imana mukuyiririmbira
@Konki.d
@Konki.d 2 жыл бұрын
#Lamahit 🔥🔥🔥
@cleriakeke5724
@cleriakeke5724 2 жыл бұрын
Ntawobura kwirata iyo Mana,🙏🏼🙏🏼
@Ikinyoni
@Ikinyoni 2 жыл бұрын
NATACHA kbx muri Gospel urakaz gusumba....🙌🙌 Good song #WeGotThat👁
@hakizahog8519
@hakizahog8519 2 жыл бұрын
Wooow so awesome 💛💚🧡 all the way from 🇰🇪🇰🇪
@priscillamugisha794
@priscillamugisha794 2 жыл бұрын
Nukwibuka gushimira yesu kweri ibyoaba adukorera komeza usohore niyindi birakubereye kuririmba yesu.lalukundo😃😃😍😍😍😍😍😍towayingine
@jolie1039
@jolie1039 2 жыл бұрын
Muhezagirwe cane lmana nishimwe cane turakeney niyindi mum🙌🙌🙌
@jackrachel7006
@jackrachel7006 2 жыл бұрын
Unapendeza sana ukiimba gospel Mungu akutembeleye mamy umutumikiye inapendeza sana barikiwa mtu wangu
@djisraelofficial2666
@djisraelofficial2666 2 жыл бұрын
Imana ishimwe caneee kdi Ihabwe icubahiro..nice one Laboss Sibiiitu
@OsiasNiyogusenga
@OsiasNiyogusenga 2 жыл бұрын
urakoze umuti subira muri Emmanuel's churchu
@edenzyburundi3053
@edenzyburundi3053 2 жыл бұрын
Igumire muri Jesus hararyoshe. Congratulations 🎊
@ireneburundi7144
@ireneburundi7144 2 жыл бұрын
Waoo natacha komez gospel irakuberey
@jeanpaulmanirakiza2897
@jeanpaulmanirakiza2897 2 жыл бұрын
Nukuri nathasha ndagukeje urashoboy bandanya gospel music Imana nikujimbere
@noeluwizeye2315
@noeluwizeye2315 2 жыл бұрын
Good song, Komereza muri Gospel music kuko ndabona wandika neza, kandi uziririmba neza
@kc-design6328
@kc-design6328 2 жыл бұрын
Now ndashizeko akadomo komereza aho
@himbazaclub4325
@himbazaclub4325 2 жыл бұрын
Courage cousine ngwino muri gospel naho ndabon arisawa
@gustavendacayisaba9398
@gustavendacayisaba9398 2 жыл бұрын
Nagomb ndagushimir cane gos bivuy kumutima Natacha kundirimbo yaW abafana twaragusavy indirimb ihimbaza Imana naw ukab wabibony kera Imana ikuj imbere Can uter imbere ndagukeje cane
@antoinensengiyumva3245
@antoinensengiyumva3245 2 жыл бұрын
Merci bokuuu kuriyi song cuza uraduha Ama gospel menshi
@josephciza627
@josephciza627 2 жыл бұрын
Mu vyukuri Natacha urabereye kuririmba gospel ndasubiyemwo birakubera cane
@oliviertuyisabe3447
@oliviertuyisabe3447 2 жыл бұрын
Lamukizwa
@ngabchris683
@ngabchris683 2 жыл бұрын
Merci Natacha Imana ikumpezagirire cane kuko ivyo twokora vyose mubuzima Imana tuze tuyibuka urampezagiye cane
@jeaninendayishimiyehjk9889
@jeaninendayishimiyehjk9889 2 жыл бұрын
Nathacha Gospel irakubereye vrm komeza la muchristo
@yvetteishimwe2978
@yvetteishimwe2978 2 жыл бұрын
Asifiwe sana 🙌🙌🙌🙌Amen Amen Amen 👏🏻👏🏻👏🏻
@thomasnduwimana791
@thomasnduwimana791 2 жыл бұрын
Félicitations a la Boss sur cette belle mélodie courage birakubereye
@twoboyzofficial4092
@twoboyzofficial4092 2 жыл бұрын
#Nashimwe rurema kbx😘😘
@emilemoya622
@emilemoya622 2 жыл бұрын
Waaaa Dieu est le tout puissant Twese duhinduke
@mwaminidiodone5569
@mwaminidiodone5569 2 жыл бұрын
Ntawwbitabera nukobitindakuza raboss gospel
@vavauwimana6942
@vavauwimana6942 2 жыл бұрын
Waaooouuu Natasha nice song jtm bcp maman rukundo
@اليسالبورندي
@اليسالبورندي 2 жыл бұрын
🙌🙌🙌@meeeen la boss wac 🥰🥰my God bless u🙏🙏🙏🙏🙏
@appolokwizera97
@appolokwizera97 2 жыл бұрын
Congratulation la boss nyimbo nzuri
@deokwizera3846
@deokwizera3846 2 жыл бұрын
La boss, mwubahwe!!! Texte, melodie, uniforme ,paysage vyose ni bn.me dance à ameliorer.merci
@christamerry4634
@christamerry4634 2 жыл бұрын
Uko nukuri Nushimwe Mana Warakoze 🔥 🔥 🔥 🔥 🔥 😍 😍 😍
@dididynamiqueofficial4384
@dididynamiqueofficial4384 2 жыл бұрын
Yes my la boss kwibuka gushima Imana nivyambere💪💪
@blessingji-va8114
@blessingji-va8114 2 жыл бұрын
Congratulation Natasha 🙏🙏🙏🙏
@gikokoduseke8008
@gikokoduseke8008 2 жыл бұрын
Hitsong kbx
@hygormora8934
@hygormora8934 2 жыл бұрын
Waouh uranduhiriy Utujane mu mudiho wundi Shimw Mana We waduhay la Boss so keep it up
@minanimadjaliwa900
@minanimadjaliwa900 2 жыл бұрын
Waoooo nc song komez Gospel urashoboy kbs Mungu mbaliki kbs
@nassemjosileen8597
@nassemjosileen8597 2 жыл бұрын
Ese vyoguko mama ❤❤❤❤🤩🤩🤗🤗🤗🤗🤗
@babybaby8384
@babybaby8384 2 жыл бұрын
Nishimwe cane🔥🔥🔥🔥🔥💃💃💃💃💃🔥🔥🔥
@landry_theboss2567
@landry_theboss2567 2 жыл бұрын
Nukuri igumire muri gospel birakubereye,God is good
@paisibletheheros9767
@paisibletheheros9767 2 жыл бұрын
Nushimwe pe, congratulations
@aliaalr6366
@aliaalr6366 2 жыл бұрын
Amen amen natasha komerezaho ndagukunda cane
@kundukuzealphonsine
@kundukuzealphonsine 2 жыл бұрын
Ntawobura kwiratuyomwami agira neza 😍😍😍😍
@nshimirimanablaise2763
@nshimirimanablaise2763 2 жыл бұрын
Aho uratwemeje pe
@andrendayiragije592
@andrendayiragije592 2 жыл бұрын
Komeza Gospel birakubera mukobwa Wacu
@fulgenceneema661
@fulgenceneema661 2 жыл бұрын
Natascha Aminaaaaa haleluyaaa wee lov you labamba lanoma lamyembe❤️❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@eliezerirankunda7457
@eliezerirankunda7457 2 жыл бұрын
Gushima birabereye abatunganye,na canecane ko ukwezi kwambere kw'umwaka gufatwa nkukwezi kw'amashimwe kubw'umwaka tuba turangije🎤🎶🥰
@christamerry4634
@christamerry4634 2 жыл бұрын
Ntawobura kwiratira Iyo Mana Igira neza 🔥 🔥 🔥 🔥 🔥 😍 😍 😍 🙌🙌 Natacha 🇧🇮 Imana Ikutuzigamire 😍
@innocentmiburo903
@innocentmiburo903 2 жыл бұрын
Courage n
@AaAa-oi8kd
@AaAa-oi8kd 2 жыл бұрын
Cha urachoboy natach
@NadiaKezakimana-wv9dw
@NadiaKezakimana-wv9dw 3 ай бұрын
Niho nkicumva kwiyi ndirimbo iryoshe
@bigirintwarijesusmarie4992
@bigirintwarijesusmarie4992 2 жыл бұрын
La boss mumashimwe.Imidiho yose niyiwe nezaaaa.la namba la mashimwe
@regisnimurikira8558
@regisnimurikira8558 2 жыл бұрын
Natacha mubaririmvyikazi hejuru gose❤️❤️
@jeaninendayisenga731
@jeaninendayisenga731 2 жыл бұрын
Ameen Ameen 🙏🙏🙏🙏 basha ubandanye kuri Gospel nisawa cane la boss ♥️❤️❤️❤️❤️❤️
@arsene_mafiateur
@arsene_mafiateur 2 жыл бұрын
Aga song gasukuye vrmaaaa nakubali la mukristo
@youngcoolmrb4775
@youngcoolmrb4775 2 жыл бұрын
Natacha ubirimwo God bless you
@livescorechannel6081
@livescorechannel6081 2 жыл бұрын
Tous finira à rendre gloire à Dieu.Natasha courage, Reçu Jésus-Christ comme ton Roi,Sauveur dans ta vie.
@enockngendakuriyo6759
@enockngendakuriyo6759 2 жыл бұрын
Reçois apana Réçu
Natacha - IKIGORI (Official Video)
3:24
Natacha Burundi
Рет қаралды 135 М.
Ninde Burundi IMANGA YUBUKA MU CERU
41:42
BEC BURUNDI
Рет қаралды 451 М.
Миллионер | 2 - серия
16:04
Million Show
Рет қаралды 1,5 МЛН
Когда отец одевает ребёнка @JaySharon
00:16
История одного вокалиста
Рет қаралды 14 МЛН
НИКИТА ПОДСТАВИЛ ДЖОНИ 😡
01:00
HOOOTDOGS
Рет қаралды 1,7 МЛН
UMUKAZANA GITO PART1//😭😭KANYANA ATUMYE SAMMY YIHAKANA NYINA
48:53
Gogo love official
Рет қаралды 138 М.
Natacha  -  NAGA (Official Video)
3:03
Natacha Burundi
Рет қаралды 151 М.
Barihe?
12:01
James&Daniella
Рет қаралды 8 М.
B FACE - HINDUKIRA ft. NATACHA (Official Video)
3:18
B-Face Official
Рет қаралды 265 М.
Natacha Ft Jaivah - AKANYUMA (Official Video)
3:54
Natacha Burundi
Рет қаралды 1,1 МЛН
BURUNDI movie: aha kw'isi n'ukwitonda (part1)
36:52
delphin nintunze
Рет қаралды 129 М.
UWO KWIZERWA by ALVELLA Muhimbare (Official Video)
5:57
Alvella Muhimbare Official
Рет қаралды 681 М.
Alvella Muhimbare - YAMISI
5:54
Alvella Muhimbare Official
Рет қаралды 656 М.
Amatsiko by Alvella Muhimbare (Official Video)
5:20
Alvella Muhimbare Official
Рет қаралды 951 М.
Natacha - ZUNZA (Official Video)
3:15
Natacha Burundi
Рет қаралды 138 М.