NDABABAYE CYANE😢Miss BURUNDI ibyamubayeho na BIKINI ye|Kigingi abivuganye UMUJINYA|Ku mugore we.. 😅😂

  Рет қаралды 72,496

CHiTA MAGiC

CHiTA MAGiC

Күн бұрын

Niba wifuza kuvugana natwe cyangwa ukaba ufite inkuru idasanzwe wifuza gusangiza abadukurikira waduhamagara kuri #0739200401 ushobora ndetse no kuduha inyunganizi
#chitamagicTV

Пікірлер: 109
@tuyimuhimbakazililyrahmatu5956
@tuyimuhimbakazililyrahmatu5956 Жыл бұрын
Chita je ndakunda ukuntu witaho abarundi n'uronka umuntu aza mu Rwanda jewe mba mu ntara bita rumonge niho hava indagala n'imikeke uzombwire ndabikugurire mbikurungikire love from Burundi 🇧🇮 rumonge 🐟🌴
@sj-dg8wg
@sj-dg8wg Жыл бұрын
Uri umwana mwiza, ariko si igitagaza kubera ko ibyo nibyo by'abarundi muratanga. Be blessed
@ihuriroGroup
@ihuriroGroup Жыл бұрын
Love from Burundi 🇧🇮
@claudinekezimana2779
@claudinekezimana2779 Жыл бұрын
Kiging Uwomutima Wogukunda Abandi Uwukomeze
@kellyirankunda8955
@kellyirankunda8955 Жыл бұрын
We are behind for you I love your talent make me happy always kigingi ndakund cn kukunda abakomedi bagezaw babarund for example mutima ,ildephose nabandi blessing to you
@pascasientandikiye9911
@pascasientandikiye9911 Жыл бұрын
Kwubaka ni vyiza Kigingi us neza cane ubu gusumba mbere. Ikindi nkundira Kigingi n'uko aguma yikundira ikirundi ururimi rwa ba sokuru.
@igirukwishakanadege5335
@igirukwishakanadege5335 Жыл бұрын
Twese hamwe tukunde ikirundi cacu nivyacu
@abelnduwayoofficial
@abelnduwayoofficial Жыл бұрын
Muvyukuri ibibintu vyama page y’a face book biragoye kujera.barugurura page zoguponda umuntu ntumenya nuwavyuguruye.ntivyoroshepe.gusa uryamukobwa yihangane
@startv257.
@startv257. Жыл бұрын
nice chita ico nico catumye nkunda ibokorwa urafasha abarundi cane iyo baje hiyo thank You for Your Support
@sheilairambona3075
@sheilairambona3075 Жыл бұрын
Thanks chita ✌️ U are a little burundian congratulation ♥️ Kigingi Imana igushitse ku ndoto zawe(englishman)
@bienvenurukundo7890
@bienvenurukundo7890 Жыл бұрын
Umva maze kureba iyi video yuyu mutype abarundi turabavandimwe kabsa ,ibaze ko asoje ntarayoberwa ijambo narimwe ,tujye dukundana turibamwe twirinde ibya politic
@ماريافيدال
@ماريافيدال Жыл бұрын
ManshaAllah. Bibe nkuko ubigomba
@ماريافيدال
@ماريافيدال Жыл бұрын
Chita,uzosubir kumutumira, asigur ukuntu uburobe babuswagisha amaguru.
@salima7729
@salima7729 Жыл бұрын
❤️❤️❤️❤️Waooo Chita irambir 😍hamw na kigingi wacu
@nicintijemariegoreth5020
@nicintijemariegoreth5020 Жыл бұрын
Naje kigingi ndamukunda kuko aguma avuga ikirundi ntiyiparatura ngo yivugishe ibinyarwanda.Vrt wubahwe
@ericseboutromanirakiza9068
@ericseboutromanirakiza9068 Жыл бұрын
Kigingi uratubeshe kuvyerek ukuntu ubuswage bukorwa😀😀😀😀! Nukubaza aba Nya Magara, minago,kangongo gitaza,buruhukiro😀😀😀
@francinendacayisaba2411
@francinendacayisaba2411 Жыл бұрын
Kigingi from Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🥰🥰🥰🥰🥰🌹🌹🌹🌹🌹🌹
@unclejay9534
@unclejay9534 Жыл бұрын
Kigingi wacu sangwa ikaze mu Rwagasabo🇧🇮🇬🇦
@sarakobusinjye2935
@sarakobusinjye2935 Жыл бұрын
Hi chita turavukunda cyaneee abarundi banvigira nkabatesi kubunva nisawa turabashuhuje
@kanyamunezaemmanuella5821
@kanyamunezaemmanuella5821 Жыл бұрын
Ndamukunda shaaa goseee😍😍😍😍
@angedarlene1770
@angedarlene1770 Жыл бұрын
Nibamureke ntakosa mbona yakoze kko arikukazi icompa agatsinda nkaraba kobongera kuvuga ayamuhe🙆‍♂️🙆‍♂️
@Floxa9030
@Floxa9030 Жыл бұрын
Niconipfuzaaa nanjeee
@nomerotatu790
@nomerotatu790 Жыл бұрын
Hahahaha Kigingi uragenda i Buyengero urabe ingene bacumba UBUSWAGE
@theodorbisoro1341
@theodorbisoro1341 Жыл бұрын
None kigingi umuntu agenda gusa uvuga gut ko yagiye gutera iteka Igihugu
@claudinendayikengurukiye440
@claudinendayikengurukiye440 Жыл бұрын
SH chita urab uzoze Burundi kukazuba si non ntitwokubona nez 😅😅
@CHiTAMAGIC7
@CHiTAMAGIC7 Жыл бұрын
😅😅😅
@Motivationlyrics552
@Motivationlyrics552 Жыл бұрын
Thank you #Chita kutuzanir #Kigingi 👏👏👏🇧🇮
@niyoyankunzedesiredesire2363
@niyoyankunzedesiredesire2363 Жыл бұрын
Nn guteza imbere igihugu nukgenda gusa iyomico niyaheh wew kigingi ntuteza imbere igihugu wikwije utagenda gusa
@goderieveingabire3266
@goderieveingabire3266 Жыл бұрын
Waaaaaaaoo chita sha urakoze
@Imana2021
@Imana2021 Жыл бұрын
Nyimbarimwe mumushigikiye, ntamurundi ahena kigingi. Arigusa yiserukiy ni baza kandi ko yaserukiy nabo babona ko biberey deals zoguhena
@Ministre224
@Ministre224 Жыл бұрын
Love from 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@dinanoire
@dinanoire Жыл бұрын
ewe kigingi we urakunda kuta umwanya kuja i rwanda ntukundi abanyarwanda, kazi bagayana
@spesnzorijana4651
@spesnzorijana4651 Жыл бұрын
Merci Chita
@alineshima7033
@alineshima7033 Жыл бұрын
Kigingi narabize ingene za kukuraba Uppsala muri Sweden kubera akazi
@irakozeliliane7548
@irakozeliliane7548 Жыл бұрын
Nanje ndamushigikiye
@mpawenimanaaline6576
@mpawenimanaaline6576 Жыл бұрын
Ibaze vrmnt kigingi uvuze neza cane tugende turabe Francine Niyonsaba abayambaye gut?? Ikind iyotur Kuma piscine tubatwamba gut ?? Abarund turagoy nkubu yoza igikombe woraba ingen bamwakir bariko bamutuka nukur. Hama mwirambir aka I wish you a good health all the aka weekend kabagerek. Chita umufateneza umuntu wacu❤️❤️❤️
@chellaniyinshoboza9146
@chellaniyinshoboza9146 Жыл бұрын
Francine uramaze kumubona yambay kuriya? Noe ury k yambay kuriy yar mur piscine ? Harih ibintu bitandukany
@leilaprinciaishimwe191
@leilaprinciaishimwe191 Жыл бұрын
@@chellaniyinshoboza9146 francine nawe ahora yambar ibimez kuriy
@maeli6300
@maeli6300 Жыл бұрын
@@chellaniyinshoboza9146 Francine nawe yambara kurya. None we aba ari muri piscine?
@christellairadukunda2518
@christellairadukunda2518 Жыл бұрын
@@chellaniyinshoboza9146 aba yambay Francine??? Ubweng bwanyu nibwo bubuz igihugu guter imbere!!kuk niy culture muvuga ntimuzi ninsiguro yaco!! Mukur Induru mukor ivyanyu naw akore ivyiwe nubundi mwaramwihakanye
@niyokkuruelvis4892
@niyokkuruelvis4892 Жыл бұрын
@@christellairadukunda2518 nukur Francine yambar amapantar amakabutur ntiyambar kury abarund turakwiy kugum kumic yac
@karegeyacarinie5335
@karegeyacarinie5335 Жыл бұрын
Kigingi, urabaza neza ingene bacumba ubuswage. Ntibabukoresha amaguru, basekura imikembe mwisekuro.
@ماريافيدال
@ماريافيدال Жыл бұрын
Ahubwo nadusab imbabazi abanya rural kabisa
@gagedamoursarusaru8079
@gagedamoursarusaru8079 Жыл бұрын
Kigingi tokosssss ❤️❤️❤️
@pascalndiwenumuryango8899
@pascalndiwenumuryango8899 Жыл бұрын
Biratangaje nkumuntu nka kigingi yize agashigikira umuntu arigusa nkuko Aho naho barikumubwira atikura zose vyabuko nukumenya yuko uburundi aruburundi atarimuyandi makungu iyumvire umuntu yize ngondashigikiye kanaka ntamico n'imigenzo wize
@clairegirukwishaka4241
@clairegirukwishaka4241 Жыл бұрын
Yariserukiye ntiyaserukiye uburundi. Noneho yatashe zirayoye!
@lovevoicetv1552
@lovevoicetv1552 Жыл бұрын
kigingi turamukunda ariko kuri BIRYA vyurya mukobwa ntitubishigikiye
@Djibril_Rwa
@Djibril_Rwa Жыл бұрын
Chita the one ☝️ love 🇴🇲🇷🇼
@mukekejembe8900
@mukekejembe8900 Жыл бұрын
Zambia harabarundi benshi nomuri nabanyarwañda nanje noza mugiteramo cawe
@shingirofidele8954
@shingirofidele8954 Жыл бұрын
Uburobe=ubuswage :bakoresha imihini mukubucumba apana amaguru,🤔😂😂😂😂😂
@ماريافيدال
@ماريافيدال Жыл бұрын
Kigingi, yasaze
@leoniemukamurigo8930
@leoniemukamurigo8930 Жыл бұрын
Abarundi ntibatembera niho batamenya ibikorerwa ahandi urya mu miss akwiye gushigikirwa
@egidebigirimana3328
@egidebigirimana3328 Жыл бұрын
Courage
@tekanezaviocheftv1949
@tekanezaviocheftv1949 Жыл бұрын
Yoo kigingi barabusekura mubwato carwa mwisekuru barakembeka gukembeka nugusabura imyumbati irita ukayimaza mumazi indwi burimugitondo uhindura amazi kumusi ugira 7 urayiteka igasha mugaca musekura Hama mukabumba nkubutsima mugatekera mumitoto ubabuye bushibora kumara 14jour
@lovevoicetv1552
@lovevoicetv1552 Жыл бұрын
Kwuguruka si uguhena. abarundi ntidukwiye gushigikira abagenda baratesha agaciro umuco w'ikirundi
@turabumukizatheogene426
@turabumukizatheogene426 Жыл бұрын
ibyo se nino birahaba kujya kugera mu rugo
@RubinNiyoyitungira
@RubinNiyoyitungira Ай бұрын
Agenda ubusa bwubusa ntagashigikigwe pe
@RubinNiyoyitungira
@RubinNiyoyitungira Ай бұрын
Ahubwo bamupfunge yadutej isoni mugihugu cacu
@aaronbachel8794
@aaronbachel8794 Жыл бұрын
Ndagukunda kigingi
@Oscarnimpagaritse24
@Oscarnimpagaritse24 Жыл бұрын
W warataye indero nka we guko ntiwoshugikira ikosa nawe utarikora
@violettenahayo8464
@violettenahayo8464 Жыл бұрын
Njye nukuri naje ndamushigikiye
@Hi5392
@Hi5392 Жыл бұрын
16:03 👏🏽👏🏽👏🏽👍
@asnaumutesi7103
@asnaumutesi7103 Жыл бұрын
Ndagufana gose
@narcissekarambizi7516
@narcissekarambizi7516 Жыл бұрын
Chita Ubuswage ni Uburobe
@spesnzorijana4651
@spesnzorijana4651 Жыл бұрын
Coucou Kigingi
@sabu48
@sabu48 Жыл бұрын
Mwubahwe cane bakuru bacu
@narcissekarambizi7516
@narcissekarambizi7516 Жыл бұрын
Ubuswage nikinyabuhonga
@ndikumana2309
@ndikumana2309 Жыл бұрын
Nagende hariya
@ncuticynthia7799
@ncuticynthia7799 Жыл бұрын
Kigingi wacu🇧🇮
@quennevadina1949
@quennevadina1949 Жыл бұрын
Ubuswage nuburobe barabusekura mwisekuro
@jeankwizera4719
@jeankwizera4719 Жыл бұрын
Ntibabusekura mwisekuro😂 barabucumba mubwato bwabigenew🙊
@quennevadina1949
@quennevadina1949 Жыл бұрын
@@jeankwizera4719 ababo tuba tubonako mibwato ntibikunda hubwo mwisekuro niho tuba twiyumvishako babusekura ibaze ndumurundi arako sinzi uko babukora 😂😂😂😂murakoz kunkosora😂😂😂🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@vyisijean7065
@vyisijean7065 Жыл бұрын
Kigingi summer happy man
@rukundo2574
@rukundo2574 Жыл бұрын
Ntagitangaza.ariko namba mwarahinduye akabira ntimuzoce muvugako abarundi Bose balèze kurya.imico y abarundi ntibahena.ahobgo uratevye isoni nukumaramara ntimumaramara.
@yvetteuwitonze3494
@yvetteuwitonze3494 Жыл бұрын
Ngubuswage babukoresha amaguru hehehe ewe Sha kigingi
@wellarsbapfekurera9321
@wellarsbapfekurera9321 Жыл бұрын
aratubeshe kabisa. ntanahamwe ndabona bakoresha amaguru.
@nduwayesuchadrack6472
@nduwayesuchadrack6472 Жыл бұрын
Komer from burundi
@philippentiranyibagira6865
@philippentiranyibagira6865 Жыл бұрын
Reka reka Kigingi gushigikira ibisutamyeeeee
@TheDreamFamily0
@TheDreamFamily0 Жыл бұрын
Kigingi ni bon sana numugabo mwiza kbsa🥰😀
@caritasinamuzima2859
@caritasinamuzima2859 Жыл бұрын
None yakosheje iki? Ko yambaye bikini
@caritasinamuzima2859
@caritasinamuzima2859 Жыл бұрын
Bikini irambagwa cane gose bamuveko abamuvuga ni imburakimazi
@Floxa9030
@Floxa9030 Жыл бұрын
Mbariza vrr😂🤷nabahaz babuze akaxii😂
@sarayosaf6602
@sarayosaf6602 Жыл бұрын
Boboneka kwaribezagute batazambuye ngozite
@lionelirakoze6691
@lionelirakoze6691 Жыл бұрын
Ariko Kigingi nihebacumbisha amaguru 🤣🤣🤣🤣🤣🤭
@ماريافيدال
@ماريافيدال Жыл бұрын
Ahubwo nyene, nimb yobazako Ari muri comedy
@clarissabellaterimbere6073
@clarissabellaterimbere6073 Жыл бұрын
niko bakora uburobe babukoresh amaguru
@claudinekezimana2779
@claudinekezimana2779 Жыл бұрын
Chi Urishapu Kabisa
@inganjijoe6252
@inganjijoe6252 Жыл бұрын
Ubuswage=uburobe
@nahishakiyewilliam6225
@nahishakiyewilliam6225 Жыл бұрын
Kigingi yarasaze ngo babucumbisha amaguru👿👿👿
@clarissabellaterimbere6073
@clarissabellaterimbere6073 Жыл бұрын
ereg nivyo niko babukora uburobe
@eliezel6103
@eliezel6103 Жыл бұрын
Muburundi bwa nyaburunga ntabwo turangwa nirya nico yee Nicogituma kumutererana vyabaye ivyanyavyo
@nailaniyonkuru2560
@nailaniyonkuru2560 Жыл бұрын
Ubuswage nu uburobe
@nshimirimanaemmanueline3410
@nshimirimanaemmanueline3410 Жыл бұрын
🥰🥰🥰
@duraduura3726
@duraduura3726 10 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@carlosnyayo7223
@carlosnyayo7223 Жыл бұрын
kinigiiiiiiiiiiiiiiii umutiiiiiiiiiiiii
@urunanatvrwanda7446
@urunanatvrwanda7446 Жыл бұрын
😭😭😭😭😭
@Innocentciza
@Innocentciza Жыл бұрын
🤣🤣🤣love from Buja
@jnart3287
@jnart3287 Жыл бұрын
🇧🇮🇧🇮💝💝
@yvesuwizeyimana4543
@yvesuwizeyimana4543 Жыл бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇷🇼🇷🇼🇷🇼
@tekanezaviocheftv1949
@tekanezaviocheftv1949 Жыл бұрын
🤣🤣🇧🇮🇮🇹❤️👌💪
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 Жыл бұрын
None ka Kigingi umu Miss yaserukiye Chine (Ubushinwa)ntiwabony uko yari yambaye ko hari akandi kantu yarengejeko hejuru kandi bigasa neza none ugomba uvugeko Abarundi barusha ubusirimu aba Chinois?hari nuwundi mu Miss waho mu Rwanda yitwa Honorine uwo bise Miss Gisabo yarigez kuja mumahiganwa mwenayo nyene nawe yarase kwambara bikini yonyene arenzako akantu kamez nkagatenge quand-même ico Nico kikwereka uko umuntu aba yiyumva no muri we indani. Si non bikini barabategeka kuzambara murarya marushanwa ariko ushatse urarenzako akandi kantu kandi biremewe.Ariko we na poster yafashe urya mukobwa warabonako ari fier amaguru yayatabye neza kabisa.ok.
@nikwigizeevelyne9919
@nikwigizeevelyne9919 Жыл бұрын
Nn kompora mbona abarundi benshi kuri piscine bambara kurya ark atanduru bitera ?? Koyari tenue yakazi yarimwo yariyambaye nkabandi benshi bitwayiki????
@josianenimbona6385
@josianenimbona6385 Жыл бұрын
Kigingi we ntaco wita ibara ryirabura iryera ntanaho bihuriye. yarakabije urya sumuco wabarundi.birya bikwereka ukuntu umuntu ameze muriwe.yarisiguye wese mwijambo rimwe.none ntabandi ba miss wabonye bambaye bikini hejuru bagashirako akandi kantu kandi bari baberewe.none harya bazoca baba abanyuma ko bambaye kurya?birarekuwe iyo bitaba birekuwe bari kubabuza.barya bubahirije umuco wabo bongera bariyubahiriza kugiti cabo.miss Honorine ariwe miss gisabo ntiwamubonye uko yambaye mumahiganwa yubwiza nkarya.haha murantunga nuko mbona ibintu.
@Musi222
@Musi222 Жыл бұрын
Sha ntagihugu yaserukiye kwl kigingi naho yamushigikiye ngira harico bapfana
@Floxa9030
@Floxa9030 Жыл бұрын
Ntacobapfana ntaco muvuga nkuko mugiziburundiii bwosee abandiii baraharii bamutahuye nabamukunda knd ataco bitwaye kuvuga umuco mean what???ubundii umuco uwugirira mubihe bimwe bimwe kukiii kubuziii batagenda bambay ama nylon ?I tenue zakazii nizumuco ntibisa kugira amatako akayatanya ntiyaramatanye 😂🙈mumurek siwe yirungitse yararungitswe knd je lui souhaite la réussite abandiii ba commentaires zibiii ntizirazubusa umuntuu uzi inda zivayo knd umuco wuburundi arukwikwiza?🥺mwaretse shaaa ubuyuwayiiii ntakosaaa ndamurinyuma nahonzoba ndumwe ndamurinyuma
@consolatebukuru3727
@consolatebukuru3727 Жыл бұрын
Love from Burundi🇧🇮
@uwizeyejosiane7338
@uwizeyejosiane7338 Жыл бұрын
Thanks u Chita
@daphrosebutoyi5138
@daphrosebutoyi5138 Жыл бұрын
Love from Burundi 🇧🇮
Synyptas 4 | Арамызда бір сатқын бар ! | 4 Bolim
17:24
😜 #aminkavitaminka #aminokka #аминкавитаминка
00:14
Аминка Витаминка
Рет қаралды 1,1 МЛН
IBANGA EP232: Niyori ibibiryo arabyishyura tuuu🔥🔥🔥🔥
37:16