NDANKA kwitwa UMUZUNGU😏/Avuga IKIRUNDI neza//BARANYIRUKANYE Muhira kubera ibiyayuramutwe😒

  Рет қаралды 11,004

African TV

African TV

Күн бұрын

#africantv #franickanswer #umunyamahanga #burundi
‪@sirenvibestv‬ ‪@umukubito257‬ ‪@AgaciroMediatv257‬ ‪@NtareRushatsiHouseTV‬ ‪@hittoptv‬ ​‪@yagaburundi6966‬ ‪@ISIMBITV‬ ‪@mieempire8576‬ ‪@YagoTvShowRwanda‬ ‪@dctvrwanda19‬

Пікірлер: 159
@niyomukizainnocent7440
@niyomukizainnocent7440 11 сағат бұрын
Waricishije bugufi uriga uramenya neza ikirundi,Ngufashe kugusabira l'ETA y'UBURUNDi ikumpere ubwenegihugu❤
@nirenganira8433
@nirenganira8433 6 сағат бұрын
Azabugure nkabandi. Niwabo turabugura ntavyubntu kandi utegerezwa kuba wujuje ibisabwa namategeko
@fannylavineofficial1360
@fannylavineofficial1360 14 сағат бұрын
🎉🎉🎉🎉
@carmellanishimwe558
@carmellanishimwe558 11 сағат бұрын
Samantha hejuru cane , umurundikazi akwijije conditions, merci Franic amashurwe yaw vraiment💐💐
@nikkinikki3896
@nikkinikki3896 4 сағат бұрын
Samantha muzomugarure hano atwigishe ijambo ry' Imana. Afite byinshi yadusangiza tukamwigiraho.
@nikkinikki3896
@nikkinikki3896 4 сағат бұрын
Samantha speaks waaay better KIRUNDI than most people in Bujumbura . Most people born in Bujumbura don' t have rich Kirundi vocabulary like Samantha, most can' t finish a sentence without mixing with French or Swahili or even some English now. Kudos to Samantha❤
@evelynenkurunziza287
@evelynenkurunziza287 13 сағат бұрын
😂😂😂 yoooh aravuga nkabanyamuramvya nyene😂😂😂
@democritenzoisaba9117
@democritenzoisaba9117 13 сағат бұрын
African TV well done for exchanging this conversation .
@nikkinikki3896
@nikkinikki3896 4 сағат бұрын
Samantha is right: Burundians are friendly and have a great sense of hospitality, but they are very reserved & introverted people, thus making it not easy to have a deeper connection with them. Burundians are loving people but i guess they don' t know how to make friendship with foreigners. Samantha is a very flexible, adaptable person with a great people skills. I really enjoyed her interview.❤
@volo-music2263
@volo-music2263 3 сағат бұрын
Ubivuze nkuwubizi
@AnnyMbite
@AnnyMbite 12 сағат бұрын
Nukr kwose cne gose samantha aranryoheye kwl😂😂😂😂❤
@douce9601
@douce9601 11 сағат бұрын
Yesu wangu ,asumba nabanyabuyenzi kukivuga😮
@nizigiyimanayves9485
@nizigiyimanayves9485 11 сағат бұрын
Iconamukundiye nukuntu agerageza akaguma mu kirundi nkatwebwe abarundi tutovuga amajambo 3 tutarashiramwo izindi
@ChachaChany
@ChachaChany 7 сағат бұрын
Arakibasumvya nyen non harico bazi
@shanthalshanthal1491
@shanthalshanthal1491 14 сағат бұрын
Avuga nka Natasha
@flashlightstudio5399
@flashlightstudio5399 8 сағат бұрын
Igihe Yesu yaharira mariya bamufashe asambana, Mariya yamwogesheje amavuta amuhanaguza umushatsi intumwa za Yesu zirababara ngo yononye amavuta yagaciro maze Yesu arabishura ati:”…. Uwahariwe vyinshi ashima vyinshi” Samantha afişe intahe yogushinga kubera ko Imana yamukuye kure
@jacquelinebavakure5936
@jacquelinebavakure5936 4 сағат бұрын
Hahaha birabereye! Uyu munyamakuru ari smart ❤
@nizigiyimanayves9485
@nizigiyimanayves9485 11 сағат бұрын
Uyumupfasoni Samantha muzomfashe akorane ikiganiro na Kelly Townaire😅😅😅, boducanga mukirundi ndabarahiye😂😂
@ChachaChany
@ChachaChany 7 сағат бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@mariechantalkwizera7319
@mariechantalkwizera7319 52 минут бұрын
😂😂😂😂😂😂 urantwengeje narik niyumvira umunt bavug cokimwe
@jeanneumutesi9617
@jeanneumutesi9617 2 сағат бұрын
Ivyo avuze Nivyo iyo myaka avuze yarimubihe bibi abana biburaya baragora cane abaravye nabi baja mwibarabara Imana ninziza cane you are welcome in Burundi Dear Samantha ❤❤❤
@anesieniyikiza5013
@anesieniyikiza5013 8 сағат бұрын
Waaaaooowww Kirundi oooyyyyeeeeyyyyy mutubarize kwajekuba i Burundi 🇧🇮 buruntu.❤❤❤❤❤
@Jeandon-s7u
@Jeandon-s7u 11 сағат бұрын
Bravo Samantha! Imana iguhezagire cane. Uvuga ikirundi ciza
@MariamMariammariamshanta
@MariamMariammariamshanta 14 сағат бұрын
Wefrani. Wahatwitse. Kumuzungu
@nikkinikki3896
@nikkinikki3896 4 сағат бұрын
What a lovely, godly person. Samantha i like how you talk about God.
@FgxcCcxx
@FgxcCcxx 2 сағат бұрын
😂❤❤❤❤❤😂😂😂uzogaruk mukiganir turagukund abarund
@Possible204
@Possible204 13 сағат бұрын
Niyubahwe Samanta, komereza aho sha Sama
@KevinNiyonkuru-wu3vn
@KevinNiyonkuru-wu3vn 14 сағат бұрын
First commantenter ❤❤❤ ndamukiriza muzungu
@Possible204
@Possible204 13 сағат бұрын
Yanse ko uvuga iryo zina
@JeanBaptisteBasumingera
@JeanBaptisteBasumingera 11 сағат бұрын
😂😂😂😂😂 courage Sha Samantha gusa urantwengeje
@EvaGlow-r3e
@EvaGlow-r3e 8 сағат бұрын
Yooooo hewe avuga ikirundi neza no kunsumvya😳😳😲😲❤❤❤❤❤❤❤❤
@billyngabirano
@billyngabirano 9 сағат бұрын
Ahubw nymb yavukiy imuramvy wallah🤭😂😂😂😂😂 waouuh ic mbonac akwiy ubwenegihugu🎉 Respect to you Franic👊💪
@nirenganira8433
@nirenganira8433 6 сағат бұрын
Kumenya ururimi se bitanga bwebegihugu?
@raissafabien4285
@raissafabien4285 27 минут бұрын
​@@nirenganira8433mbariza😂😂izo nyamweru uyizisanziwabo uzibwirasi bagira kubene gafyiri😢😢😢
@EdouardNduwayezu
@EdouardNduwayezu 12 сағат бұрын
Uransumvya kuvuga ikirundi 😂🎉
@bibikiki8437
@bibikiki8437 7 сағат бұрын
Franick hejuru cane Nkunda interviews zawe🇧🇮🇧🇮🇨🇦🇨🇦👍
@NuhuTroy
@NuhuTroy 14 сағат бұрын
🎉🎉🎉
@agnesabimana6959
@agnesabimana6959 2 сағат бұрын
Amahoro cane. Ndanezerewe cane kubona abantu baje kuba mu Bukeye iwacu. Nanje maze imyaka myinshi en Belgique Bitumye dukumbura iwacu pe. Umwami Yesu abahezagire kandi abakomeze.❤
@rosettendagijimana9724
@rosettendagijimana9724 Сағат бұрын
Ncandamubona muhuye ngo amahoroooo
@prospercongera7215
@prospercongera7215 12 сағат бұрын
Muzungu wiwacu Mubukeye turagukunda
@oma3795
@oma3795 Сағат бұрын
😊😊😊❤❤❤🎉Ego kandi birakomeye arakisumvya kabisa
@agnesabimana6959
@agnesabimana6959 2 сағат бұрын
Urakoze Imana ihabwe icubahiro ❤
@nanananette031
@nanananette031 7 сағат бұрын
Wow wow ndaryohew nokumva ikirundi ciweeee
@nshimirimanaolive4965
@nshimirimanaolive4965 9 сағат бұрын
Une grande soeur burundaise ❤❤❤❤❤
@AlexandrePatrick-e8n
@AlexandrePatrick-e8n 10 сағат бұрын
Umurundikazi ❤❤❤❤❤
@leonehodari6738
@leonehodari6738 6 сағат бұрын
Uri mwiza imbere n’inhuma Samantha!💐💐
@one7933
@one7933 6 сағат бұрын
Cane gose,nukuri kwose ukuntu abivuga biransekeje cyane
@JeanBaptisteBasumingera
@JeanBaptisteBasumingera 11 сағат бұрын
Imana yaratangura kuvyuka urukundo😂😂😂😂😂
@bibikiki8437
@bibikiki8437 7 сағат бұрын
Samantha we love you and your family 🇧🇮🇨🇦❤️
@Luckyonek-p7u
@Luckyonek-p7u 8 сағат бұрын
Imana ikurinde cane mama nu mufasha wawe nukuri uranryoheye
@NimbonaAncilla-vf9xg
@NimbonaAncilla-vf9xg 12 сағат бұрын
Yesuweeeee ndumiwe pe
@jacquesntabagara2702
@jacquesntabagara2702 8 сағат бұрын
Samantha for president ❤
@AngeRubeneIrakiza
@AngeRubeneIrakiza 13 сағат бұрын
I Muramvya Muhira sha❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉Muratesa shn😢😢
@Thesons-e9p
@Thesons-e9p 9 сағат бұрын
She is so beautiful 😍😍🇧🇮
@Sandrine-t2c
@Sandrine-t2c 14 сағат бұрын
❤❤❤ kariba can iwacu muntara ya muramvya
@jacquesntabagara2702
@jacquesntabagara2702 8 сағат бұрын
Yo ikiganiro 👍 big up Samantha ❤
@GeorgeJoy-qj5wg
@GeorgeJoy-qj5wg 14 сағат бұрын
Nukwayida nasis tu nao'geya lugha zao
@flashlightstudio5399
@flashlightstudio5399 8 сағат бұрын
Swali si yeye kuongea lugha yetu ila ushuhuda wake
@marcitangishaka253
@marcitangishaka253 10 сағат бұрын
Samanta we ni sawa.ariko uyo barikumwe,wapi.nareke kumwiyemerako ntagoswahiri azi nagato.aje kucigwa Nawe.
@gloriaminani3067
@gloriaminani3067 7 сағат бұрын
❤❤❤Amena, cane, yakoze, iciza, kuriwewe😂😂😂😂
@francoisebigirwanayo2298
@francoisebigirwanayo2298 4 минут бұрын
Iyo ni imyibutsa si imigani.Umugani utangurwa na harabaye ico utaniyeko n'igitito coco harabamwo ivyo kuririmba
@agnesabimana6959
@agnesabimana6959 2 сағат бұрын
Amen Amen ❤
@NiragiraAnnitha
@NiragiraAnnitha 4 минут бұрын
Ndaryohewe cane kuri iyi ntahe uyu munyamakuru ndagushimiye cane Samantha nawe Kaze cane ikigihugu ni ciza kandi watubwiye KO ari Imana yakurungitse ataco ufise yari iZi uko UBurundi ari bwiza uhezagirwe
@jolamb8469
@jolamb8469 Сағат бұрын
Kabisa nanje arakisuvya kabisa Kandi ndamukunze nubamuhe ibwenegihungu
@ZakiaCadette
@ZakiaCadette 4 сағат бұрын
Mbega ikirundiii weee kimwe cindani nyene😂
@AntoinetteNizigiyimana
@AntoinetteNizigiyimana 13 сағат бұрын
Amen 😂😂😂
@ukosataniarikuvurugaabantu8602
@ukosataniarikuvurugaabantu8602 3 сағат бұрын
Ijambo umuzungu mubwireko atari ribi kuko muzungu nigi swahili, umuzungu bisigura umuntu w' urukoba rwera yunve amahoro sikintu kibi. Mzungu kwa kiswahili mtu mweupe au mwenye ngozi nyeupe.
@volo-music2263
@volo-music2263 3 сағат бұрын
Umujama mbere yogusumurusaku murukundo rwa samanta numujama wiwe acatitsamura ngo: “Tse!!” Uruwundi nawati “Twese!” 😅😅😅😅😅 Uyu munyamakuru mugabo adufashe agabanye gusoundinga nkuko umenga yamusohokanye 😅😅😅 Nariko ndirenganira bashinganta!! Namwe bapfaso😅😅😅😅
@AlexandrePatrick-e8n
@AlexandrePatrick-e8n 10 сағат бұрын
Ni vyiza cane Yesu agira neza
@RuzmanDamas
@RuzmanDamas 6 сағат бұрын
Nubwambere ndavye ikiganiro nkakigeza kumuhero waco Ikikiganiro kiranryoheye sana Samantha turagukunda cane
@rosettendagijimana9724
@rosettendagijimana9724 Сағат бұрын
Samantha courage courage
@DarleneMunezero-o2h
@DarleneMunezero-o2h 13 сағат бұрын
Aranyishe gusa ndamukunda cn
@icitegetseesperance8595
@icitegetseesperance8595 10 сағат бұрын
ATI kuvuga kwisanzura😂😂😂🎉🎉🎉
@AryanaAlryana
@AryanaAlryana 12 сағат бұрын
😅😅😅😅😊😊😊
@bbb5232
@bbb5232 Сағат бұрын
😂😂😂😂 courage vrt
@MAGAGI_Burundi
@MAGAGI_Burundi 10 сағат бұрын
❤ and Amen.❤
@alinenizigiyimana8266
@alinenizigiyimana8266 2 сағат бұрын
Courage ❤❤❤
@doucekabirigi4407
@doucekabirigi4407 9 сағат бұрын
Samantha ndagakunze gose, yooo nibamuhe ubgenegihu badi
@nadinenkezimana6719
@nadinenkezimana6719 12 сағат бұрын
Ndamukunze
@ChristianNTAKA
@ChristianNTAKA Сағат бұрын
Imana ishimwe 😂😂😂😂
@nestouwimana7787
@nestouwimana7787 8 сағат бұрын
Umuzungu wiwacu😂❤
@fabricendayambaje9408
@fabricendayambaje9408 11 сағат бұрын
Yegoko ndumiwe peh ugiko wagirango siwe uri kuvuga,guds akivuga neza peh
@FurahaMeckson
@FurahaMeckson 9 сағат бұрын
Uravuga ikirundi gusumvya abarihano 🤣🤣🤣.
@PacifiqueAkimana-t8q
@PacifiqueAkimana-t8q 10 сағат бұрын
Umurundikazi hejuru❤❤❤
@ukosataniarikuvurugaabantu8602
@ukosataniarikuvurugaabantu8602 3 сағат бұрын
Ndabona vyukuri afise akanyamuneza ko kuvuga ikirundi, na cane cane no kuba yarakijijwe. Niwasubira kumuha ikiganiro uzomubaze abana biwe babivugako iki kuba bariburundi? Mbega umukobwa wiwe asabwe mnumurundi yovyakira gute canke umukobwa wiwe asabwe numuhungu wumurundi yovyakira gute? Uzomutubarize utwotubazo du 3 murakoze.
@CleophaceKarenzo
@CleophaceKarenzo 7 сағат бұрын
Ongera
@ndayiintumwa
@ndayiintumwa 11 сағат бұрын
Ah bon ! Arazi nikirundi.
@OdetteNzeyimana-ib6vr
@OdetteNzeyimana-ib6vr 6 сағат бұрын
Urampimbaye kuba ukunda Kirundi uradukunda
@JothanNdayishima
@JothanNdayishima 16 минут бұрын
Vyiza🎉
@AnnyMbite
@AnnyMbite 12 сағат бұрын
Numvise ukuntu samantha avuga ikirundi nimwaka amaze muburundi 😂😂nca niyibuka ukuntu nanj ahompererey vyangoye kumenya ururimi rwaho😊
@JeanineNahimana-l6q
@JeanineNahimana-l6q 2 сағат бұрын
Intara ya bukeye irabaho😂
@VianneyHatungimana-d3d
@VianneyHatungimana-d3d 3 сағат бұрын
@DedeNzayoma
@DedeNzayoma 12 сағат бұрын
Muramvya bukeye ❤❤
@FurahaMeckson
@FurahaMeckson 9 сағат бұрын
19:14 ni iyerekwa 🤣🤣🤣🤣🤣 . ati igicapo? Nawe ntakirundi uzi kweri ugisumbwa n’uwo muzungu 🤣🤣🤣🤣
@feliciteirakoze2544
@feliciteirakoze2544 10 сағат бұрын
ndafashijwe caaane
@iradukundaange-kessy5361
@iradukundaange-kessy5361 9 сағат бұрын
Samantha ❤️❤️❤️
@mdoman5229
@mdoman5229 Сағат бұрын
Amena 🙏🙌🥰🤷🇧🇮
@feliciteirakoze2544
@feliciteirakoze2544 10 сағат бұрын
Which state uvamwo numve ko tubana hagufi nzokuramukirize abiwanyu
@nikkinikki3896
@nikkinikki3896 4 сағат бұрын
❤❤
@nadinenizigiyimana2005
@nadinenizigiyimana2005 2 сағат бұрын
Urakoze kur'ico kiganiro
@ukundwanaseepiphanie1539
@ukundwanaseepiphanie1539 12 сағат бұрын
Egoko Murundikazi😂
@ShalhaS-wj6qf
@ShalhaS-wj6qf 57 минут бұрын
Umunyabuyenzi ntamunota umwe mwovugana ikirundi batavuze igiswahili umurundi azi akongereza canke agafarasa ntaminota itanu yohera adashuzemwo ndo donke cank kameme😂 cank ngo vrala😂😂ariko Raba nisaha itahera arikwavug ikirundi gusumba nabakivukiyemwo
@cosettenyandwi8724
@cosettenyandwi8724 13 сағат бұрын
Uyo ndamuzi imuramvya kweri
@KklKkl-hj5rw
@KklKkl-hj5rw Сағат бұрын
❤❤❤❤🎉🎉🎉
@CleophaceKarenzo
@CleophaceKarenzo 7 сағат бұрын
Turumukunze
@nkezimanathadee7433
@nkezimanathadee7433 Сағат бұрын
Ego nukuri😂😂😂😂
@gilbertnahayo4723
@gilbertnahayo4723 Сағат бұрын
Ivyo mumugongo😂😂😂😂
@ndagaddy221
@ndagaddy221 2 сағат бұрын
Jewe mba muri America iwabo uramumbwirira ko nzomugurira imbuto niyarima
@fulgenceneema661
@fulgenceneema661 11 сағат бұрын
❤❤🎉🎉Amina
@جناتجاني
@جناتجاني 10 сағат бұрын
❤❤❤❤❤
@one7933
@one7933 6 сағат бұрын
😂😂😂😂 intara yabukeye iri amajahe?
哈莉奎因怎么变骷髅了#小丑 #shorts
00:19
好人小丑
Рет қаралды 51 МЛН
大家都拉出了什么#小丑 #shorts
00:35
好人小丑
Рет қаралды 99 МЛН
哈莉奎因怎么变骷髅了#小丑 #shorts
00:19
好人小丑
Рет қаралды 51 МЛН