NDIKUNKIKO ati «NTA JAMBO RINGANA N'IRYO»||Hari mu gikorane cabereye i NYANZA-LAC

  Рет қаралды 2,202

MEIRRA Tv

MEIRRA Tv

Күн бұрын

MEIRRA Tv dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima ibicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

Пікірлер
IMISI Y'UKUTAMENYA IMANA YARAYIRENGAGIJE||Pasteur Salvator
27:42
PASTEUR TITO " munezerwe muhimbarwe "
23:50
UBA FM Radio
Рет қаралды 142
😭😭😭Nibi agiye ABIVUZE: HUNGA AMACAKUBIRI Y'amoko!!
22:27
Umutama nkanje Ndararakumavi bugaca nsengera Abikigihe Bibagiye IMANA.
47:31