✍️"NDONSE FIANCÉ NABANZA KUMUJANA MUHIRA MBERE YO KWEMERA"/WA MUVYEYI AVUZE IBINTU BIKOMEYE

  Рет қаралды 1,898

Iriba ryiza

Iriba ryiza

Күн бұрын

Shalom tubahaye ikaze kuri uru rubuga IRIBA RYIZA aho tubasangiza ubutumwa butandukanye buhindura imitima bukayitumbereza ku mwami wacu YESU CHRISTO. Turabizi neza iyi si ntituzoyamamwo hari igihe tuzoyisezera twigire iwacu kuruhuka.Turagutumirira kwakira Yesu mu bugingo bwawe Kugira akwuzuze amahoro yose. YEsu abahe umugisha
#intahe #zaburinshya #emcitv #ytb #ytshorts

Пікірлер: 5
@user-mu8dy5rl7m
@user-mu8dy5rl7m Ай бұрын
Muratubwiy ibintu bikomeye cane Imana ibahezagire
@milcaKimana
@milcaKimana 28 күн бұрын
🤨 uyu mu maman ntaca kuruhande avuga ukurii🙏🏻🙏🏻 ,Imana imuhezagire caaane aradufasha caaane
@user-li2uj8mw2m
@user-li2uj8mw2m Ай бұрын
YESU abahezagire caaane
@Xhcfj-ye3hx
@Xhcfj-ye3hx Ай бұрын
Vyiza 😂😂😂😂😂
@M.francineMukerabirori
@M.francineMukerabirori 29 күн бұрын
Jacqueline ndagukunda vyimvamutima.warahezagiwe pe.
АЗАРТНИК 4 |СЕЗОН 1 Серия
40:47
Inter Production
Рет қаралды 1,2 МЛН
So Cute 🥰
00:17
dednahype
Рет қаралды 45 МЛН
Angry Sigma Dog 🤣🤣 Aayush #momson #memes #funny #comedy
00:16
ASquare Crew
Рет қаралды 48 МЛН
UBURYO BWIZA ABANTU BO KWUBAKA INGO ZABO (Part1) HAMWE NA Pastor KIRUHURA Louis
21:32
INTAMBUKO 6 ZO KUGIRA IYEREKWA By Preacher Gervais IRANKUNDA
37:21
АЗАРТНИК 4 |СЕЗОН 1 Серия
40:47
Inter Production
Рет қаралды 1,2 МЛН