NELLY NAT Ubu Hoho Ntaco Amusigarije SIMBIZI Ngo Aranuka Ntiyoga/HOSY Nawe Imbere Ya Nyenicubahiro..

  Рет қаралды 8,717

Star TV257

Star TV257

Күн бұрын

Пікірлер: 61
@startv257.
@startv257. 2 ай бұрын
www.emsi.bi/ Vyose ivyo akora unomugabo wamateka dufise mu Burundi Ubisanga Hano Aho uri hose birakugeraho cane❤❤❤❤
@ChanelleIrakoze-n7x
@ChanelleIrakoze-n7x 2 ай бұрын
Sha urahora Hosy na Simbizi barakurenze vrmnt
@GatekaInèstakey
@GatekaInèstakey 2 ай бұрын
Nelly she's beautiful and intelligent 🎉🎉🎉🎉🥰🥰🤌🤌🤌🤌 ndamukunda
@Twese.01
@Twese.01 2 ай бұрын
Nelly Nat uzoje uravuga ibintu biri positif kuvuga ngo Hosy ntaco yavuze ngo ntamugambi afise warengeje. Nimba abona ko ivyo akora ari umugambi harico bitwaye, uzokore imigambi yawe nawe utwereke, wama uvuga ngo Paej yaragufashije none ko ataco urakora kiboneka ngo ucereke abarundi
@helmesmanirakiza9762
@helmesmanirakiza9762 2 ай бұрын
Iyo nkende Nally nat
@helmesmanirakiza9762
@helmesmanirakiza9762 2 ай бұрын
Iyo nkende
@Nziga257
@Nziga257 2 ай бұрын
Ako kashaka simbizi akarongore 😢 ariyankira non depression irakishe 😅😅😂😂😂 ico gicavyaro nani 😂😂😂😂
@sese667
@sese667 2 ай бұрын
Mu Burundi aba "influencers“ baragwira kweli ... None nka Nelly Nat "y'influenca" mubiki ?? 😂 😂 😂
@ffhcgggcjc-ix7fs
@ffhcgggcjc-ix7fs 2 ай бұрын
Nelly wewe hejuru cane 🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤naho bagutuka wewe ucuyibwenge jewe nanje ndamuzi akora kuri Buja hiti kwle hosi
@walburgedusabe937
@walburgedusabe937 2 ай бұрын
Pour la première fois je suis d'accord avec elle,Hosy yavuze amafuti😂😂😂
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 2 ай бұрын
NellyNatt wacu nibamureke uwo ararenz niveau ya Simbizi simbizi uwo bakwiranye nurya nyene yatwaye NellyNatt nawe akwiranye nuwuzomutwara.
@ffhcgggcjc-ix7fs
@ffhcgggcjc-ix7fs 2 ай бұрын
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤
@IssaDonaldoNahimana
@IssaDonaldoNahimana 2 ай бұрын
❤❤❤❤
@seniorrobertoomonde7652
@seniorrobertoomonde7652 2 ай бұрын
Nelly aramukomy kweli
@RareRobertha
@RareRobertha 2 ай бұрын
NellyNat ntituribagir kowavuz kuyumwak uzorongorwa ntituravyibagira 😂
@nellynattv3311
@nellynattv3311 2 ай бұрын
😂😂ego
@nenegash24
@nenegash24 2 ай бұрын
Elle a tout a fait raison kabisa❤
@PrincEloge
@PrincEloge 2 ай бұрын
🤣🤣🤣😂😂😂umwanya umwe nelly nat ndagkunda vrmnt😂😂😂
@uwimanavanessa-jf1bl
@uwimanavanessa-jf1bl 2 ай бұрын
Akagakecuru karavuganabi cane nicogituma nsimbizi yanse kukurongora Hama itonde hosy ntimwojahamwo uryararenze
@nellynattv3311
@nellynattv3311 2 ай бұрын
Yanse kurongora wewe umwipfuza iwacu turya dukaravye turisumira n’ikirundi sinzi yuko uza kugitahura
@kellysanthianakaze
@kellysanthianakaze 2 ай бұрын
Ntanameny karagakecur 😢
@Christa_Ingabire
@Christa_Ingabire 2 ай бұрын
Nelly twaraguhezagijw vrt😂😂😂
@LaetitiaMUHAYIMANA-cg2pk
@LaetitiaMUHAYIMANA-cg2pk 2 ай бұрын
Ubuho wambaye soutien ubwo bushesheti bwaw ngo nububere wabufutse
@sese667
@sese667 2 ай бұрын
Mu Burundi aba "influencers“ baragwira kweli ... None nka Nelly Nat "y'influenca" mubiki ?? 😂 😂 😂
@danielmvuyekure
@danielmvuyekure 2 ай бұрын
Nelly nat urabafise
@FabriceKassim
@FabriceKassim 2 ай бұрын
Ugeya Nelly Nat ma SIDA 60! Weye suna Bwana Muzungu 😅 Nelly Nat ma SIDA 60! Kuna video yako😅 Nelly Nat ma SIDA 60😅 kila kitu unajuwa Burundi Bujumbura 🇧🇮🫵🏿 Malaya Wazungu 😅 akini Una Ata kinga Burundi Bujumbura 😂 Nelly Nat ma SIDA 60 😅siku utakuja Ulaya. Takamata sumu😅 Nelly Nat ma SIDA 60 😅 Mangi wa Burundi Bujumbura 🇧🇮🫵🏿 Nelly Nat ma SIDA 60 😅
@jisilenechurweryimana5340
@jisilenechurweryimana5340 2 ай бұрын
Vmt ibintu ose yakoze nihatari umuntu araguha ibintu bitagira akamaro
@Twese.01
@Twese.01 2 ай бұрын
Kuvuga ngo Simbizi yambara impuzu nke urarengeje .Kwambara impuzu nke ntibivuze ko ari umwanda ahubwo biterwa nivyo umuntu agira priorité mu buzima
@Slime-s5p
@Slime-s5p 2 ай бұрын
Agakende nelly sha urikabi naho nakagendeye !!ubuntu bubi bwubuzingo buba bwuzuye inzigo
@juvenalniyonyishu3627
@juvenalniyonyishu3627 2 ай бұрын
Wamukobwa we simbizi uramwambitse ibara sivyiza
@EvelyneGashugwe
@EvelyneGashugwe 2 ай бұрын
Mwese nasanze mukeneye ama content. Ariko rero Kakizimana wee! Hakwishima woshimwa n'bandi
@ffhcgggcjc-ix7fs
@ffhcgggcjc-ix7fs 2 ай бұрын
Abantu mwabonye ko.nelliy.apondana😂😂😂😂mumpe 🎉🎉🎉🎉rink tumenyan 😂
@_-wt8ns
@_-wt8ns 2 ай бұрын
Neri uramubeshey urapondana
@RwembeFulgence-vr9cy
@RwembeFulgence-vr9cy 2 ай бұрын
najew simbinzi ndamwank😅😅😅
@Ntare_Jesus
@Ntare_Jesus 2 ай бұрын
😂😂 nelly sha
@caritasrutambika4638
@caritasrutambika4638 2 ай бұрын
Nelly Nat ntandero agira bukura ayo mataratara ba kubone mu maso
@Mugishayvan-c5i
@Mugishayvan-c5i 2 ай бұрын
Uyu mukobwa nikirofa saaana ..
@iddyndakumana
@iddyndakumana 2 ай бұрын
Wapi kwer none kwer uyo uyo numudemu canke arishima sina mwiza menga narya😂
@tumukundescheilla580
@tumukundescheilla580 2 ай бұрын
Uwo nawe simbizi niwe bama bakorana na Nelly nat uwo nta fyina uzotangara nawe ariko arakuvuga shahu uwo nta menyerwa😂
@MucoJoe-Dassin-ju9up
@MucoJoe-Dassin-ju9up 2 ай бұрын
Iyomuba muratagira ivyomuyaga bamuguma mugitanda mudyame mutagira icomukira murekana ninsaku Muachane na umama
@ShalhaS-wj6qf
@ShalhaS-wj6qf 2 ай бұрын
None nkaka gacavyaro kabuze iyokaja😂
@EstherNiyonzima-iq4pp
@EstherNiyonzima-iq4pp 2 ай бұрын
Hakwishima woshinwa muko!
@Mugishayvan-c5i
@Mugishayvan-c5i 2 ай бұрын
Nelly Nat ntam succes uzoronka upond ivy abandi,,,tu es trés bête
@helmesmanirakiza9762
@helmesmanirakiza9762 2 ай бұрын
Nally nat anuka agasu
@GTt-j1g
@GTt-j1g 2 ай бұрын
Wap iry nishar ntaninder ugir nn ivy biba bikuraba wamukecur wee nelly ww wap ntabw muzotung kk ntaninder mam waw yaguhay😂😂😂😂😂
@raoultunchi5927
@raoultunchi5927 2 ай бұрын
Eka ntavyinsh twoshikako turikumw nuwo muswela
@Hazfir.Official
@Hazfir.Official 2 ай бұрын
Mange kimambi wa burubdi😂 uravuze ukuri kabisa tv online zokuvuga urusaku ntamigambi irimwo😂nubwo badukura irungu🤣🤣
@SandraPazos-i1s
@SandraPazos-i1s 2 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 ahwiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiii biraryoshe 😂
@Ibyiwacuonlinetv
@Ibyiwacuonlinetv 2 ай бұрын
😂😂😂😂😂 Asha Simbizi mumuziza iki?
@ericciza926
@ericciza926 2 ай бұрын
Burya wewe urumurundikazi?
@Omario_only
@Omario_only 2 ай бұрын
😂😂😂
@HorimbereAdolf
@HorimbereAdolf 2 ай бұрын
Ariko urirata iyuva wagakecuru we nelly nate wigira mwiza usa n,inkende iyo visage yawe uraho urimubugambo gusa guponda abantu wankecuru we hatana n,ubuzima bwawe ureke kuraba ubwabandi Hosy ntimungana numu maman wabana babiri afise icaronderera wew warabuze nowogutera inda kuko ntawokubahuka uteye iseseme wakirofa we ubesha abantu ngufise umuzungu izo n,indoto wipfuza uzopfa wipfuza wankecuru we
@akimanaangebelyse1854
@akimanaangebelyse1854 2 ай бұрын
😂😂😂😂😂
@nellynattv3311
@nellynattv3311 2 ай бұрын
Kubera wew ur’umu assistante w’ubuzima bwanje ?😂😂😂shame on you bandanya urunguruka inyuma yanje ivyo navyo zubumufana
@blaiseahishakiye6464
@blaiseahishakiye6464 2 ай бұрын
Urabura ivyutumira🤦🤦ariko ni content ça Va
@sese667
@sese667 2 ай бұрын
Aba "influencers“ baragwira kweli ... None nka Nelly Nat "y'influenca" mubiki ?? 😂 😂 😂
@CharmentDc
@CharmentDc 2 ай бұрын
Simbizi 😂😂😂😂😂
@zidanemugisha141
@zidanemugisha141 2 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂
@queenieSamantha544
@queenieSamantha544 2 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂
@Okia257
@Okia257 2 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂
@KennysonDjole
@KennysonDjole 2 ай бұрын
𝑾𝒂𝒔𝒉𝒂𝒏𝒋𝒆 𝑨𝒍𝒊𝒌𝒐 𝒑𝒆😅😅
小丑揭穿坏人的阴谋 #小丑 #天使 #shorts
00:35
好人小丑
Рет қаралды 29 МЛН
World’s strongest WOMAN vs regular GIRLS
00:56
A4
Рет қаралды 6 МЛН
Elza love to eat chiken🍗⚡ #dog #pets
00:17
ElzaDog
Рет қаралды 13 МЛН
IBANGA EP253: Nyambo na Niyori baratorotse❤️❤️🔥🔥
27:23
小丑揭穿坏人的阴谋 #小丑 #天使 #shorts
00:35
好人小丑
Рет қаралды 29 МЛН