Ngabo Léonce yaririmvye izina ryanje KARIRE mfise imyaka itatu / PPF SHOW with Karirekinyana Ginette

  Рет қаралды 9,304

BE TV Burundi

BE TV Burundi

Күн бұрын

#PPFSHOW : #Coronavirus ngo ntibatera ubwoba muri #KarireProducts, hama Ngabo Leonce ubuzima nibwo bwabahuje, fyonda ngaha mukurikirane ikiganiro twakoranye na #Karirekinyana #ginette umutambukanyi wa #Ngabo #leonce

Пікірлер: 31
@simon-pierhabineza3865
@simon-pierhabineza3865 2 жыл бұрын
Umugore w'umuhanga wabajijwe n'umunyamakuru w'umuswa.....
@nellynsabumugisha4848
@nellynsabumugisha4848 2 жыл бұрын
Urakoze cane KARIRE de partager le secret du bien être n'isi yose... Sois bénie!
@impactp2
@impactp2 2 жыл бұрын
Inkuru iryoshe cyane banyakamenge turahazi cane fom canada
@florentntabundi8772
@florentntabundi8772 2 жыл бұрын
Du courage ma soeur , imana ikuzigame, watwaye imigambi myiza mu gihugu c'amavukiro, abandi basubira mugihugu bagiye gusaba akazi leta ariko wewe wagiye gutanga akazi, chapeau ma soeur.
@basilebizimana6222
@basilebizimana6222 3 жыл бұрын
Courage Madame, vous êtes exceptionnelle
@deobiho
@deobiho 3 жыл бұрын
NGABO LEONCE yariye ibihiye kandi ari umusaza. Ariko nawe KARIREKINYANA ndagushimiye ku bikorwa vyose wakoze. Igihugu ca Liban naco kizoteba kizima Irani izogishwanyagura. Imana ugufashe muri vyose. Utubereye akarorero keza ka Barundi tuba hanze, kandi uratuvyuriye umutima wo gukunda Uburundi no gutaha maze natwe tukabandaniriza aho mugejeje. Amen
@bahuwifisesteve2422
@bahuwifisesteve2422 2 жыл бұрын
Journaliste urakoze kumbariza uko babonanye na Ngabo Léonce nabona umenga wacibagiye ikiganiro cari kinaheze !!!
@kagame6524
@kagame6524 2 жыл бұрын
Inspiration! Merci kumuvugisha
@niyonkurueric6048
@niyonkurueric6048 Жыл бұрын
Vyiza caaaneee
@ndayiragijeinnocent3069
@ndayiragijeinnocent3069 Жыл бұрын
Courage madame
@RenovatNshimirimana-b1o
@RenovatNshimirimana-b1o Жыл бұрын
Vyiza cn kubumenyi mufise lmana izibahe kuramba mufashe benshi courage
@belysearakaza556
@belysearakaza556 3 жыл бұрын
Kugira Abantu nkabo mugihugu nivyagaciro
@venantiebusabusa7431
@venantiebusabusa7431 3 жыл бұрын
Vyiza cane madame Ginette.courage
@ndayizeyenadine6413
@ndayizeyenadine6413 4 жыл бұрын
Mukomere cane btv,karire nawe ufise imigambi myiza tera uja imbere
@albertmusafi2551
@albertmusafi2551 2 жыл бұрын
NI dada wetu wa Kamenge.
@niyonkurueric6048
@niyonkurueric6048 Жыл бұрын
❤❤❤
@nishimagizwelambert8113
@nishimagizwelambert8113 3 жыл бұрын
Umukenyezi aciye ubwenge, umukozi nyawe, tumwipfurije imigisha no kuroranirwa
@laudemgloria9225
@laudemgloria9225 3 жыл бұрын
Top 👌
@jeanpaulnicoyishakiye2791
@jeanpaulnicoyishakiye2791 4 жыл бұрын
kugira umurundikazi nyawe ninyungu kugihugu🇧🇮
@alainnahimana8542
@alainnahimana8542 3 жыл бұрын
Duhe adress yahakorera tuzo gure izo produit
@EpiSinBu
@EpiSinBu 4 жыл бұрын
Nice
@ndayiragijeinnocent3069
@ndayiragijeinnocent3069 Жыл бұрын
None mukorera he?
@AthanasieGirukwishaka
@AthanasieGirukwishaka 4 ай бұрын
J'aimerais bien savoir comment faire pour avoir des vont tisanes médicaux car je le diabète merci
@wecando4925
@wecando4925 2 жыл бұрын
Mutange nimero za #KARIREPRODUCT
@thieryniyonkuru5023
@thieryniyonkuru5023 2 жыл бұрын
Abasangwabutaka niko tubita 🤣🤣
@beatricenimbona2530
@beatricenimbona2530 3 жыл бұрын
Ngabo iyo ndirimbo yaririmbiye umugore wiwe wa mbere yitwa Musanintore Fercule ubu aba muri Canada. Bafitaniye abana babiri bakuze.
@marierosendayishimiye8876
@marierosendayishimiye8876 2 жыл бұрын
Imana yarakoze kukurema,kuguha ubwenge n'ukugushoboza!Niyuhire
@doomedinscrolling3587
@doomedinscrolling3587 Жыл бұрын
Birakenewe goooose cane ko dusubira kuma produits d’origines Nabonye hasigaye hariho vyinshi vya project kandi bizana inrwara, vyica inzuki ect …..turakeneye abantu nkawe benshi
@niyuhireolivier238
@niyuhireolivier238 3 жыл бұрын
Uyu mudamu nincabwenge vrm imana imuhe kuramba ihe ubumenyi abandi barundi
@jeanpaulnicoyishakiye2791
@jeanpaulnicoyishakiye2791 4 жыл бұрын
muzomugarukane
@renovatnshemezimana2018
@renovatnshemezimana2018 3 жыл бұрын
Ginette n'umuhanga pe
AMAKURU KURI BETV KU WA 4/10/2024
14:58
BE TV Burundi
Рет қаралды 34
Good teacher wows kids with practical examples #shorts
00:32
I migliori trucchetti di Fabiosa
Рет қаралды 4 МЛН
The joker favorite#joker  #shorts
00:15
Untitled Joker
Рет қаралды 30 МЛН
AMAKURU KURI BETV KU WA 1/10/2024
13:47
BE TV Burundi
Рет қаралды 1,5 М.