NGAYO AMAJWI MURI IKI GITONDO🙄ABARUNDI BAGABISHIJE PEREZIDA NDAYISHIMIYE IVYO BAGIYE GUKORA BIYANGAR

  Рет қаралды 26,510

HEJURU TV

HEJURU TV

9 күн бұрын

Amakuru agezweho mu Burundi #hejurutv #amakuru #burundi

Пікірлер: 34
@fredericnshimirimana8014
@fredericnshimirimana8014 6 күн бұрын
Ja kukivi ukore.Ayo majambo yawe ntiyubaka igihugu.Ntampwemu w'Imana akurimwo.Uri muri politique yo kuyovywa abantu
@arakazajucy4043
@arakazajucy4043 7 күн бұрын
Ukuri kwuzuye ❤
@generosendayisaba9062
@generosendayisaba9062 4 күн бұрын
Muntu utuyagiye , humura,Imana ntiraheba Uburundi bwa Nyaburunga.
@AlineButoyi-qs8nu
@AlineButoyi-qs8nu 5 күн бұрын
Ni kazi ya Mungu tu njo chef
@murekatetemelanie6140
@murekatetemelanie6140 7 күн бұрын
Ayo Presda Neva akura muri Congo ayashyira hehe?
@ReverienNsengiyumva-uv6ie
@ReverienNsengiyumva-uv6ie 4 күн бұрын
Iyiva urubahuka😢😢😢😢😢
@user-yo9cx6uv3r
@user-yo9cx6uv3r 6 күн бұрын
Ubuzima bw'umuntu burasa n'ubuzima bw'i gihugu. Iyo umuntu atameze neza mu mpwemu no kumubiri aba mubi. Abazungu batanguye kwica ivy'impwemu vy'igihugu c'u Burundi niho ba Runyota bihagararako bakicwa bagahera,ikindi abazungu Bagabaniije effectif igitigiri c'abarundi muguca ubuha n'ubushubi, ikindi abarundi nakoze batandiukanije ,baciye mwo abantu kabiri babigira abaja abandi basebuja (abahutu n'abatutsi) ivyo bintu n'akaga. Nubuzimire ntabwoko bwitwa HUTU TUTSI BUBAHO
@user-yo9cx6uv3r
@user-yo9cx6uv3r 6 күн бұрын
Gukuraho Ndayishimiye Neva si umuti mbere ntanuwundi yokiza igihugu atari uwokura ivyo aba koroni bazanye musubire kuba abarundi.
@user-wx4tp1co6k
@user-wx4tp1co6k 4 күн бұрын
Sega nyene nkuko wagiye gusenga amacakubiri akurimwo uzopfuko wakijujuwe uwutagira iyaja niyava ni mumuryango iwawe kuko bategerezwa kuba zézé nkawewe
@gigxjr9754
@gigxjr9754 7 күн бұрын
Ni hehe ubuzima bworoshe? Barya batakoze? Ijambo ry'Imana ritegeka: uhutakora areke no kurya🙏 kuko azoba arya imitsi yabakoze😅😅
@Romain-vn7wk
@Romain-vn7wk 7 күн бұрын
Urabeshe Président ari ahabona. Ariko agendera ingabo.
@murekatetemelanie6140
@murekatetemelanie6140 7 күн бұрын
Azi gufasha Congo asize abaturage biwe bamezenabi, niyite kubaturage biwe
@user-wx4tp1co6k
@user-wx4tp1co6k 4 күн бұрын
Burya gawa mugabo arakomeye neza?uhinduye iki kubwanjaguye ivyo ndagutwenze kweri urumukozi w'Imana ?dusengere none kugirango Imana yikorere ibitangaza nyakubahwa Muvyeyi sebarundi yagerageza ibipfa bipfira mubamutwarira nabi gusa nunvise ntabukozi bw'imana urimwo
@thierrymanirakiza2018
@thierrymanirakiza2018 6 күн бұрын
Iki kirwarudubi kitazi no gufatanya imperekeranya mu ry'ungane. Aha wosanga ata n'umurima wa 10metre/10 metres w ibigori afise mu Burundi!!! Kutemerana ntibizoduteza imbere
@habonimamadesire6815
@habonimamadesire6815 6 күн бұрын
Ahubwo urikijuju niwe utize, ico noguhanura ureke hwihisha mumana mukuvuga nabi. Imana yabarundi yogukubita urushi ugacika inyo zigendera.
@user-yh4eq6ei6p
@user-yh4eq6ei6p 6 күн бұрын
Irakaze erega Imana
@charlessadoc2203
@charlessadoc2203 6 күн бұрын
Va murivyo mutama ubu ihangiro rihari niryo gutera amavoka mugashora hanze kugirango amadovise yinji re nokworora inkwavu nisazi
@ericndibanje-zt5ez
@ericndibanje-zt5ez 6 күн бұрын
Wew mutama reka kunywa itabi mega mwaribake kandi nimba igaka abanyamerika wipfuza abatinganyi mugihugu ndagutwenze
@thierrybayubahe8600
@thierrybayubahe8600 7 күн бұрын
Ngubushinwa burakenye???😂😂😂urikijuju kwer
@ladislasmasabarakiza1012
@ladislasmasabarakiza1012 6 күн бұрын
😂😂😂😂 akabi gatwengwa nkakeza
@gigxjr9754
@gigxjr9754 7 күн бұрын
Reka kuvanga ibintu soma Abaroma 8:5 ivy'umubiri nivy'Impwemu ntasano bifitaniye????
@OlivieKABURA
@OlivieKABURA 3 күн бұрын
Nukonuko kbs
@jinamajody
@jinamajody 6 күн бұрын
Nta mashule bize muta. Bize kwiba kwica no gutoteza. Ibindi ntubabazeee🤷‍♀️🤷‍♀️
@ndenzakogaspar7802
@ndenzakogaspar7802 4 күн бұрын
Abavuga ikirundi nibeshi ariko abarundi nibake.Nkuwo ivyavuga hari urukundo afitiye igihugu?Jewe navukiye Uganda nfise imyaka 60 nigiye iwacu ntanahazi nagiye ndondera umuryango ndawubona mukwezi kwa 8 umwa 2023 nasanze abarundi ari abakozi cane.Uyumwaka mukwakabiri narasubiyeyo nsanga bararimye cane umwimbu bazornka reka ntiworaba.Ivyuvuga ko Perezida ataboneka uri ikijuju nanjye ntarimgihugu ndakuruta kumenya ibiba mugihugu
@user-un8jl9fx7u
@user-un8jl9fx7u 6 күн бұрын
Abize nitwe duteje akaga isi
@moseskato8413
@moseskato8413 7 күн бұрын
Ndayishimiye arakurangiza wowe
@bryanninziza1245
@bryanninziza1245 4 күн бұрын
Uvuze akari kumutima wawe none wewe umaze gukoriki canke umaze gufasha iki i gihugu mubantu bavuga badahwa niwewe kuko america ntavyagusa bihari numva wagira icikoze ukavana amajambo yubwenge bwaboze canke uri muri bamwe batera igihugu.
@JeanboscoBosco-iy5hr
@JeanboscoBosco-iy5hr 7 күн бұрын
🤔🤔🤔
@pierreclavernduwimana1974
@pierreclavernduwimana1974 7 күн бұрын
Kuraho leta ya ndayishimiye yose isenyike na cnddfdd yiwe igende yose ntibe ikiburwa mu gihugu
@user-gp5hw6kj4n
@user-gp5hw6kj4n 6 күн бұрын
None wewe igihugu ukimariye iki? Ahusanga uvugira hanze we urumwasi w'igihugu
@vicentmubangizi3847
@vicentmubangizi3847 3 күн бұрын
Umwasi wigihugu ww uri umukunzi Waco uriko umwita umwasi kuko naw Abo biba hariho duke baguhako naho yoba nyokorome arî muri reta akaba abahako muri famille woreka kuvuga Uko itama ritamiye ntiriguhe rirakoma induru ntiwumve umusi utwo uronkako twobura induru woyivuza mubandi bawinumira man urya nimba baguhako ceceka isahani niyagabanuka uriko urirako Ubu Nawe uzovuga
@vicentmubangizi3847
@vicentmubangizi3847 3 күн бұрын
😢
@NshimirimanaSylvain
@NshimirimanaSylvain 7 күн бұрын
Rofoka
Универ. 10 лет спустя - ВСЕ СЕРИИ ПОДРЯД
9:04:59
Комедии 2023
Рет қаралды 1,6 МЛН
🍕Пиццерия FNAF в реальной жизни #shorts
00:41
ROCK PAPER SCISSOR! (55 MLN SUBS!) feat @PANDAGIRLOFFICIAL #shorts
00:31
Public Speaking Anxiety Tips: 6 Mindset Tips
6:52
Communication Coach Alexander Lyon
Рет қаралды 441 М.
Denise NKURUNZIZA yarijije abantu kumajambo yavuze.
12:54
BLACK Media
Рет қаралды 70 М.
Muwage Muwage Muwage Abatabazi Ba Kabaka. Mayiga N'Akabondo Ke Bave E Mengo
28:37
Studio RediyoYaBaganda
Рет қаралды 3,7 М.
INTORE NTINDI S02 PART2
21:19
BMT Buja
Рет қаралды 112 М.
Универ. 10 лет спустя - ВСЕ СЕРИИ ПОДРЯД
9:04:59
Комедии 2023
Рет қаралды 1,6 МЛН