NGIBI IBINTU BIBUZA ABANTU KUBATIZWA MURI MPWEMU YERA //UMVIRIZA WUMVE KO VYOBA BIKURIKO

  Рет қаралды 3,147

UMUCO WERA TV

UMUCO WERA TV

Күн бұрын

Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#Celestin_79969452 #UMUCO_WERA_TV

Пікірлер: 18
@janinabb4578
@janinabb4578 Жыл бұрын
Murakoze can mukozi w'lmana 🙌🙌 ndaqfashijwe can yesu abahezagire can
@tuyisengeevelyne8861
@tuyisengeevelyne8861 2 жыл бұрын
YESU abahezagire kunyigisho nziza mudushikirije
@antoinettendayizeye5884
@antoinettendayizeye5884 2 жыл бұрын
Murakoze nanje ndizeye kuzomuronka ndamurindiriye kandi ndamushaka yewe Mana nanje Mbatiza
@desirenkurunziza1279
@desirenkurunziza1279 Жыл бұрын
Biraryoshe kumviriza kandi biranezeye umutima wanje. Yesu abampere umugisha mw'inshi cane kuko mutwigishije neza kandi yongera kubampezagirira, nanje nzoguma Saba Imana Impe umubatizo w'ampwemuyera kuko birandyohe cane , murakoze ♥️👍
@lionelnijimbere228
@lionelnijimbere228 Жыл бұрын
Amen
@floribertniyikigongwe1182
@floribertniyikigongwe1182 2 жыл бұрын
Imana lbahezahire kunyigisho zanyu
@7Meka
@7Meka Жыл бұрын
Mpwemu Yera ni ikibitsanyo, ni ingwati ku mu Kristo wese afise amarango aja i Siyoni None Imana ibandanye itubatiza muri Mpwemu yera
@mpabonyeeliasieliasi8338
@mpabonyeeliasieliasi8338 2 жыл бұрын
muhezagirwe' cane
@janinabb4578
@janinabb4578 Жыл бұрын
AMEN AMEN AMEN
@emelynenduwayezu4945
@emelynenduwayezu4945 Жыл бұрын
Muhezagirwe caneee muze muradufasha gusenga turabigomba
@felixniyungeko1284
@felixniyungeko1284 2 жыл бұрын
Jewe ndafise ikibazo mwozo dufasha kucishura.None ko hariho abantu baba tizwa muri mpwemuyera bakiva kubatizwa Abandi bakabatizwa muri mpwemu yera batarabatizwa Abandi bakaba mwishengero bayirondera ntibayironke vyoba biva kuki? Nivyaha vyishi bituma batayironka? Ese abatabatijwe muri mpwemuyera ntibazigera ba bona Imana? Canke barya batarabatizwa baba bayifise iyo bakora ibikorwa vyiza (ivyo mpwemu yama) Murakoze kunyigisho muyanga.Imana ibahezagire
@clovisntirubuza4202
@clovisntirubuza4202 Жыл бұрын
Yesu ashimwe..umuntu ntagizwe n'umubiri gusa,nubwo yoba ar'umwana akivuka.Agizwe n'ibice 3:1.Corps(umubiri),2.Ame(umushaha),3.Esprit(impwemu). Musome Ab'I Tesalonike 5:23(Bavuga ibice bigize umuntu).Yesu aduhezagire
@clovisntirubuza4202
@clovisntirubuza4202 Жыл бұрын
Kwezwa bifata kurivyo bice 3 vyose bigize umuntu..Nuko lmana ibidusaba.
@upskillafricainitiative5157
@upskillafricainitiative5157 Жыл бұрын
Ikigisho gikomeye
@desirenkurunziza1279
@desirenkurunziza1279 Жыл бұрын
Biraryoshe kumviriza kandi biranezeye umutima wanje. Yesu abampere umugisha mw'inshi cane kuko mutwigishije neza kandi yongera kubampezagirira, nanje nzoguma Saba Imana Impe umubatizo w'ampwemuyera kuko birandyohe cane , murakoze ♥️👍
@emirndamiye8100
@emirndamiye8100 4 ай бұрын
Amen
@karagiwenimanajeanmarie3498
@karagiwenimanajeanmarie3498 10 ай бұрын
Amen
Incredible: Teacher builds airplane to teach kids behavior! #shorts
00:32
Fabiosa Stories
Рет қаралды 11 МЛН
Офицер, я всё объясню
01:00
История одного вокалиста
Рет қаралды 5 МЛН
INTAHE YO KUZURA MPWEMU YERA YA MWUNGERE WA MBERE WI KIREMBA
39:43
MENYA UKO INKIKO ZO MURWANDA NUBURYO ZIKURIKIRANA
25:51
TB BAZA UMUNYAMATEGEKO
Рет қаралды 137
سورة البقرة كاملة, رقية للبيت, وعلاج للسحر | القارئ علاء عقل - Surah Al Baqarah
3:51:48
Mpwemu Yera nk'umugenzi by Pastor Lopez NININAHAZWE
45:03
Ubugingo Busagutse TV
Рет қаралды 3,4 М.
Kwuzura Mpwemu Yera
38:35
UBA FM Radio
Рет қаралды 1,6 М.
Incredible: Teacher builds airplane to teach kids behavior! #shorts
00:32
Fabiosa Stories
Рет қаралды 11 МЛН