Ngiki ikirori kitamenyerewe kigiye kuba hano mu Burundi | Silent Disco

  Рет қаралды 4,652

Bujahit Tv

Bujahit Tv

5 жыл бұрын

Tubasavye gukora Subscribe (S'abonner) Kugira ntimucikwe n'ibiganiro vyacu vyaburimunsi. Mwongere mucishe ijisho kuri website yacu www.bujahits.com/ mwironkere amakuru mashasha agezweho
#BurundianMusic
This video strictly for education purpose for the difference between the culture of the country
LIKE, COMMENT AND SHARE

Пікірлер: 76
@ishimwejesca5748
@ishimwejesca5748 5 жыл бұрын
Murasaaa cane
@magnusraphael2229
@magnusraphael2229 4 жыл бұрын
Kumbe ladies from burundi mko wazuri sana
@izidorbimana5485
@izidorbimana5485 5 жыл бұрын
Nisawa muri impfura
@bsc4177
@bsc4177 4 жыл бұрын
big up saan
@marcinganji9579
@marcinganji9579 5 жыл бұрын
♥️♥️
@chadryarcelkarire9232
@chadryarcelkarire9232 5 жыл бұрын
Hosy Welcome Back😍😍😍
@christalentungane
@christalentungane 5 жыл бұрын
Very polite and professional 👌🏽
@technologytv257
@technologytv257 5 жыл бұрын
Hosy twari tugukumbuye cane uje fraîcheur zabaye nyinshi
@jerryishmwe4364
@jerryishmwe4364 5 жыл бұрын
Hosy wahora hehe???Hama silent Disco🔥🔥✌
@blaiseirakoze9590
@blaiseirakoze9590 5 жыл бұрын
Hosy uyo Mu sto murasa cane umeng muravuka .warukumbuw Can kuk uraryosha ibiganiro
@ndahabonyumukizavincent5059
@ndahabonyumukizavincent5059 5 жыл бұрын
Bit muraho mwese mwakoze ikiganiro kimeze neza sha big Up 💪 💪
@yvesnukuri8493
@yvesnukuri8493 5 жыл бұрын
Wow het is mooi, het wordt in elk geval een geweldige avond. Ik moedig de opstellers van dit evenement aan. Dank je wel Gretta.... je bent sterk. Urashoboye kbx. Bagushigikire. 👌👌👍👍
@hosyirakoze
@hosyirakoze 5 жыл бұрын
Ok twabitahuye😂
@yvesnukuri8493
@yvesnukuri8493 5 жыл бұрын
@@hosyirakoze ja, God zegene je👍👍💞
@fannytumukunde3328
@fannytumukunde3328 5 жыл бұрын
Karibu Hosy warukumbuwe 😚😚ivyobintu nivyiza cne
@nirabangida9541
@nirabangida9541 5 жыл бұрын
Fanny Tumukunde fizzo
@KESH250
@KESH250 5 жыл бұрын
Love from🇷🇼🇷🇼🇧🇮
@ddssddsss7616
@ddssddsss7616 5 жыл бұрын
ni byiza sana
@thierryniyungeko8025
@thierryniyungeko8025 5 жыл бұрын
Kiraryosh kandi bon welcome back. Bisous à Gretta...
@hosyirakoze
@hosyirakoze 5 жыл бұрын
Merci
@donnar3790
@donnar3790 5 жыл бұрын
Imana ishimwe michou siwe yagize iki kiganiro🙌
@doucenoellaishimwe1951
@doucenoellaishimwe1951 5 жыл бұрын
goreth gogo wapi tw dukunda Michou
@kimberlynahasi3639
@kimberlynahasi3639 5 жыл бұрын
Nari ndagukumbuye cane😍
@hosyirakoze
@hosyirakoze 5 жыл бұрын
Nnj nar ndabakumbuy
@dodiigirubuntu6811
@dodiigirubuntu6811 5 жыл бұрын
Ikiganiro cari bon 👌👌👌
@mugishadama8746
@mugishadama8746 5 жыл бұрын
Wlcm back
@zainabuamadi4012
@zainabuamadi4012 4 жыл бұрын
Wlcm back uyo mudemu ko Musa cane
@landryirakoze4269
@landryirakoze4269 5 жыл бұрын
Love from "LeMec✌" I'll be there💥🔥
@erilight6920
@erilight6920 5 жыл бұрын
Welcome back
@afhd7079
@afhd7079 5 жыл бұрын
Wow very nice 👌 😊😄😄😍😍
@peacekayan7928
@peacekayan7928 5 жыл бұрын
Uyo mukobwa avuga neza,gretta,tuzoza gretta muriyo silent
@samueleddy1484
@samueleddy1484 5 жыл бұрын
Siku mengi kweli
@technologytv257
@technologytv257 5 жыл бұрын
Iyo écouteur nimutubwire ukuntu imeze ?
@angeakimana6034
@angeakimana6034 5 жыл бұрын
karibu ka bajou warukumbuw cne
@hosyirakoze
@hosyirakoze 5 жыл бұрын
Merci Ange
@bebyface8081
@bebyface8081 5 жыл бұрын
Bya bigabo ntibyaryoshaga karibu turakwemera
@hosyirakoze
@hosyirakoze 5 жыл бұрын
Thnk youuu
@enockado9040
@enockado9040 5 жыл бұрын
1.Hosy welcome back twari tugukumbuye jewe na Isaac nari namubajije iyuri. 2.Hosy uyomu Dada murasa trop ahubwo muravukana. 3.Big up kuriyo inspiration yiwe vraiement turakeneye innovations nyinshi muba jeunes
@inezananouciella2910
@inezananouciella2910 5 жыл бұрын
Welcome kandi
@nduwayezuzebonissa2155
@nduwayezuzebonissa2155 5 жыл бұрын
Enfin ibibazo bizima🙏🏼🙏🏼
@hosyirakoze
@hosyirakoze 5 жыл бұрын
Wahora wumv ibirwaye😂
@nduwayezuzebonissa2155
@nduwayezuzebonissa2155 5 жыл бұрын
Vyari biremvye cane ariko biriko birakira nabibony🙏🏼
@mugishadama8746
@mugishadama8746 5 жыл бұрын
Wlcm back twari twaraguhembye ❤ ❤ turabakurikirana hano mu Rwanda
@hosyirakoze
@hosyirakoze 5 жыл бұрын
Thnk you sooo much
@dodiigirubuntu6811
@dodiigirubuntu6811 5 жыл бұрын
Twaguheruka kera mbona wagarutse
@PierresPerfect
@PierresPerfect 5 жыл бұрын
Wow Welcome back Hosy, she looks like u, is your cousin òr what? Sha silence disco ni sawa ariko jewe nza maze nokuyibagira depuis 2017 niho ndayiheruka!!!
@hosyirakoze
@hosyirakoze 5 жыл бұрын
Merci... She's not my cousin😂 karibu cette fois ci yagarutse
@darnelmutore5797
@darnelmutore5797 5 жыл бұрын
Murasa umeng muravukana
@hosyirakoze
@hosyirakoze 5 жыл бұрын
Vy vrai?
@jeaninewalda493
@jeaninewalda493 5 жыл бұрын
NtAvyongaho gusa muribeza icobampa Basha nihatarip
@bebyface8081
@bebyface8081 5 жыл бұрын
Ako kana nikeza
@staelakayo2589
@staelakayo2589 5 жыл бұрын
Wooow👌👌👌courag Gretta tkt bientôt uzoronk sponsor kuk nibnt vyz wiyumviriy😍😍😍 ham Hosy warukumbuweee😘
@hosyirakoze
@hosyirakoze 5 жыл бұрын
Merci knd karibu tuhahurire
@staelakayo2589
@staelakayo2589 5 жыл бұрын
@@hosyirakoze ikind gih pttr bibay nd buja tuzohahurir😄😄😄
@mutabaziceleus3201
@mutabaziceleus3201 5 жыл бұрын
Welcome back Hossy wahorahe?
@hosyirakoze
@hosyirakoze 5 жыл бұрын
Thnk youuu
@OdetteZoe_official
@OdetteZoe_official 5 жыл бұрын
Hosy big up wamenye kubaza,gerageza muze muraba precis kubibazo ukwo nyen buraryosha ibiganiro hanyuma hama ama interview magufimagufi ari professionnel plus q ibigabiro birefu umenga ni ninde birarambira kuraba merci
@joslyjojo221
@joslyjojo221 5 жыл бұрын
Hahahahahahah hahahahahahah uvuz neza Kabisaaa
@joslyjojo221
@joslyjojo221 5 жыл бұрын
Hahaha hahahahahahah uvuz neza Kabisaaa
@hosyirakoze
@hosyirakoze 5 жыл бұрын
Mercii
@kadenderaissa1507
@kadenderaissa1507 5 жыл бұрын
munyuma bazosabe sponsor IMENA mu Kayanza bazoronka kuko ni ishirahamwe riteye imbere cane kandi rifasha mu bintu vya entertainment
@carlbreezy8481
@carlbreezy8481 5 жыл бұрын
Coe back kbx
@KirangaHouston
@KirangaHouston 5 жыл бұрын
wahora hehe Hosy...? waragize ubugeni? hama dusigurire Silent Disco ivyo n'ibiki?
@hosyirakoze
@hosyirakoze 5 жыл бұрын
😂😂ego naragiz mariage Silent disco urayitahura nimb waravy ikiganiro cose
@alichouirakoze5931
@alichouirakoze5931 5 жыл бұрын
Hosy irakoze mazin yanj ndagukund knd warukumbuw wahorah?
@levystonnibayemere3274
@levystonnibayemere3274 5 жыл бұрын
wapi nticari kiryoshe ivyo si ivyamber muburundi ahubwo ww sinzi ukuntu utaribwabibone
@hosyirakoze
@hosyirakoze 5 жыл бұрын
Nirya kabiri sinzi nimba wavyumvise
@gladysinyobozi5381
@gladysinyobozi5381 5 жыл бұрын
🙄ubishizemwo inzigo
@didiniyo8505
@didiniyo8505 5 жыл бұрын
osy murasa cane nuwo musto she yr big sister ?? or not?
@hosyirakoze
@hosyirakoze 5 жыл бұрын
No she's not
@RichardNdayishimiye1984
@RichardNdayishimiye1984 5 жыл бұрын
Twari tugukumbuye Hoziya, ariko rero izo subuskrayibe zawe. Silent Disco n'iki? dusigurire twe tuva munsi y'amano
@hosyirakoze
@hosyirakoze 5 жыл бұрын
Umviriz émission yose😂
@iriiriho5368
@iriiriho5368 5 жыл бұрын
Hosie iyo sinyishu ku muntu atabitahura naje sindabitahura numvise ibintu vya écouteurs umuntu azoyitahana nibiki?
@hosyirakoze
@hosyirakoze 5 жыл бұрын
Donc ni soiré mais izoba iri silencieux kubera umuntu wese azoba yambaye ecouteur ziwe azikoresh uko ashaka mugucagura umu dj ashaka
@enockado9040
@enockado9040 5 жыл бұрын
Oooh nanj ubu niho ndabitahuye gusa ico kibazo cagikenew nka 1min uryamu Dada akamanza agasobanura icarico Silent Disco kubatabitahura kugira benshi bazovyitabire.
@RichardNdayishimiye1984
@RichardNdayishimiye1984 5 жыл бұрын
@@enockado9040 au fait iyo mu ntango umuntu adatahuye ico bisigura nta courage agira yo kubandanya kubikurikira. @Hosy yari gutangurira kumubwira agasigura kuko nk'ivyabaye umwaka uheze hari abatabizi.
Who Is JD Vance? Why Trump Nominated Him for VP | WSJ
6:38
The Wall Street Journal
Рет қаралды 3,1 МЛН
Best KFC Homemade For My Son #cooking #shorts
00:58
BANKII
Рет қаралды 60 МЛН
The Day Lionel Messi and Cristiano Ronaldo Shocked The Whole World
11:16
ICUBAHIRO NIC'IMANA  IDUHISHIYE VYINSHI TUTARAHISHURIGWA.
7:05
EYES OPEN TODAY TV
Рет қаралды 20 М.
Jean d'Ormesson : une leçon de vie avant sa mort
10:00
Real Life ▸ Portraits & Témoignages
Рет қаралды 572 М.
Dr MUJAWAMARIYA ARIRUKANWE! AZIZE IKI MURI MIFOTRA ATARAMBYEMO?
21:43
B&B Kigali 89.7FM
Рет қаралды 53 М.
МЫ ПОХОДУ ЧТО-ТО НАПУТАЛИ
0:20
МАКАРОН
Рет қаралды 8 МЛН
Please Choose Hell Or Heaven For Good Girl
0:32
ToonToon Daily
Рет қаралды 4,6 МЛН
За Сауле горой 🤣🏔️❤️
0:30
Dragon Нургелды 🐉
Рет қаралды 1,9 МЛН
Котик спрятался 👀 #юмор #рекомендации #прикол
0:24
Alex hid in the closet #shorts
0:14
Mihdens
Рет қаралды 11 МЛН