😲😲😲 Ngo ngwiki???! 😥😥😥

  Рет қаралды 4,019

All Tv 🎦

All Tv 🎦

Күн бұрын

Пікірлер: 80
@MukashyakaCrenia
@MukashyakaCrenia 5 күн бұрын
Safi humura imana irahari
@anithanininahazwe4589
@anithanininahazwe4589 4 күн бұрын
Urabonukuntu Safi arimwiza❤❤❤❤❤❤
@cvzx-2968
@cvzx-2968 4 күн бұрын
Safinimwiza nukuri❤❤❤❤
@pascalniyibizi6001
@pascalniyibizi6001 4 күн бұрын
❤❤❤❤❤❤
@ttyy7642
@ttyy7642 2 күн бұрын
Rekavuge nimbatabintu. Birimwo Nukuri ndabonabizaza❤❤❤❤
@SamiyaSamiya-w1y
@SamiyaSamiya-w1y 5 күн бұрын
Safi. Nubwo bayaguha ntuzahakire nagasuzuguro
@DjNdjs-nw6pz
@DjNdjs-nw6pz 5 күн бұрын
Safi emeramakosa nubwatariw wayakoze hamimana igucirinzir igukureko agasuzugur kandi twizere kobigiy kugendanez hanyuma pac uzuririnda kubahuza cane kugirango hatagiribiza biriyongera
@irankundabelyse-ej5vi
@irankundabelyse-ej5vi 5 күн бұрын
Yvonne nzambona ntabwengafise nukur ikiriho safi nogusab kurek ibiganir nabobantukand warumaz kabiri uruhutse rwasereranabo
@fjri9333
@fjri9333 5 күн бұрын
Yvonne mwenewacu urukundo samahera amahera arahera ariko urukundo ntiruhera mwenewa rero ntukashirimbere itunga mwenewa
@irankundabelyse-ej5vi
@irankundabelyse-ej5vi 5 күн бұрын
Yibagiyeko nabobarirons barinze gukena
@DjNdjs-nw6pz
@DjNdjs-nw6pz 5 күн бұрын
Safi muhungu wacu ntucikintege kubwayomagambo ya yvone uzucisha make
@serveliusizigire2583
@serveliusizigire2583 5 күн бұрын
United imvugo nyandagazi pee Standers Ivona afite
@WilliamKayisari
@WilliamKayisari 3 күн бұрын
IMANA ISHIMWE OLIVA komerezaho imyitwarire yawe uno musi ndayishimye pe Mama Sumaya ur'umibyeyi nyawe❤❤
@JohnMbonyinshuti
@JohnMbonyinshuti 4 күн бұрын
Zera mwamenyanye gute wabisobanuye ugasaba imbabazi
@irankundabelyse-ej5vi
@irankundabelyse-ej5vi 5 күн бұрын
Yvonne ntacugarukan ivyarengany ikind safi kiryagih yararozw nukorer utabibona rekitiku nukowahuyen safi nyene njenokwikurak mugashak mukanyank
@NIYOMUGABOPascal-x5n
@NIYOMUGABOPascal-x5n 3 күн бұрын
Safinumwanamwiza arito Nda mumutwaregake❤❤❤😂😂😂
@PerouthUwamahoro
@PerouthUwamahoro 5 күн бұрын
Njyewe ndabihamije nimwe mwabatumye kuko nubundi ntiwabyemera mwashakagako mumushakira ibimusebya ngomubine urwirwazo
@DjNdjs-nw6pz
@DjNdjs-nw6pz 5 күн бұрын
Ndahar pac sinaheruk kuba mubamber❤😂
@NadiaChinna
@NadiaChinna 5 күн бұрын
Ihagane.safi.imana.irishura
@irankundabelyse-ej5vi
@irankundabelyse-ej5vi 5 күн бұрын
Mwabantumw yvonne ntamusinumw nzomushim agisuzugura safi ikiganir aheruk gukora yarasuzuguy safi ngonakabwa ngakunda abagore ahubwo safi nomuhanura kureka guhuranamw uyumwak awusoze atuje
@VAa-nb1odviolette
@VAa-nb1odviolette 4 күн бұрын
Yvone nukuri mutakaj Safi mwoba muhonvyumukwe mwiza❤❤❤❤❤ yitonda
@UwiringiyimanaJolie-i8t
@UwiringiyimanaJolie-i8t 4 күн бұрын
Igo disi
@anetaaneta2767
@anetaaneta2767 5 күн бұрын
😂😂😂😂naho nakabereye ivona yaza yasetsa nukuri rwakantu kavugeneza nukuri ndakamenye ivona mu biganiro vyose wakoze nihonki ❤❤ gukunda
@musambbs1939
@musambbs1939 5 күн бұрын
Nanze Yvonne nubwambere ndamukunze akantu kanezeze avuze ATI terintabwe muhuze nanyokobukwe erega intambamyi Yaris Yvonne non kabimwibwiriye ibintu bigiyegukemuka🇧🇮🇧🇮
@PerouthUwamahoro
@PerouthUwamahoro 5 күн бұрын
Urimubintibakwizere
@TWIBANIRELouise
@TWIBANIRELouise 4 күн бұрын
Ivone mwukawera yamusanze
@ashermugisha7835
@ashermugisha7835 3 күн бұрын
Nice video 👍
@MariaGorette-ps6ue
@MariaGorette-ps6ue 5 күн бұрын
Ariko yvone ntugasuzugure safi yarababyariye. ahubwo jya umwubaha nkumukwe wanyu safi aritonda nyamara buriya wamuvuganiye kuri nyirabukwe byajyenda neza ariko kumusuzugura ntabwo bikubereye jya ucabugufi ntukajye uvuga wishongora reka reka sigaho
@davinadona9224
@davinadona9224 5 күн бұрын
Wamugorutagirider😮😮😮😮😮😮😮😮😮
@EdouardineNdayizeye
@EdouardineNdayizeye 4 күн бұрын
pack ntuzongere kubahuza safi atazosubira kugwara depresion
@Aev-dy4gs
@Aev-dy4gs 5 күн бұрын
Gusa imanishimwe
@annonciathanambajimana6198
@annonciathanambajimana6198 5 күн бұрын
Yewe safi tuza wemere amakosa yose ibyo wakoze nibyo utakoze kugirango urebe ko wa bona umugore wawe .
@serveliusizigire2583
@serveliusizigire2583 5 күн бұрын
Ivona yigira umwere Ubuntu yagututse kagakene kagiye gupfa Ivona amended yige kucuga akizwe
@irankundabelyse-ej5vi
@irankundabelyse-ej5vi 5 күн бұрын
Bsr la famille
@ttyy7642
@ttyy7642 3 күн бұрын
Gusukuntu Ivona atwenga umujina warashize nubushizi safi wicuge😂😂😂
@serveliusizigire2583
@serveliusizigire2583 5 күн бұрын
Ivona nigishegere kuki wemezeza Ubuntu kungufu Kandi tuzineeza ko uriya mukibwa ko a et I ivona yamutumye koko Nuburozi baroze Safi ubifitemo uruhare wabivugiye kuri kamera
@JohnMbonyinshuti
@JohnMbonyinshuti 5 күн бұрын
Ubwira uwumva ntavunika uzinanirwa sha Safi we ahubwo wabonye umuryango nubwo utumva
@EdouardineNdayizeye
@EdouardineNdayizeye 4 күн бұрын
muga yvone urimubi nukuri😢😢😢
@Uvyx-s6k
@Uvyx-s6k 2 күн бұрын
Safiii utekanire Imana izokurwanirira,hm Yvonne ikinyabufura ntaco agira,ngo wirirwa arajarajaza akantu kiwe?Yvonna nukuri ,Imana ishishikare imuhindure
@higuys4372
@higuys4372 5 күн бұрын
Umva mugorewe amafaranga ntiyubaka hubaka urukundo, urumva
@claudinendayizeye4619
@claudinendayizeye4619 4 күн бұрын
Arik sh Paka kuberiki usigay ukunda amatiku? Twaraguzavy ntuzosubir guhuza Safi nuyo mukobwa nimba ar nigiki ntumbaze
@Violette-w3t
@Violette-w3t 5 күн бұрын
Kwiyincueo ndagukumze ivonewe nukuri urasekej
@musambbs1939
@musambbs1939 5 күн бұрын
Nibwobwambere Yvonne ndamwisimiye ATI ingo wihuze nanyokobukwe urabe koharakantu yogutamwo mumuhe igisoro akore muraberewe katavamwo umugabo mukure agasuzuguro kuko hagenimana
@SamiyaSamiya-w1y
@SamiyaSamiya-w1y 5 күн бұрын
Humura imana izagushitsa kuvyifuzo vyawe iyonshinzi urunva nuburyo abikubwiramwo wumva namagambo arikukibwira Koko ariko babayegute Koko nakinyabufura bagira nkabo Ari burundi baharigwa ivomo ntadero kagira iyo nshinzi nubwo bimezuko uyo nimuramu wawe wamwubaha utarevye ngonumukene ugira ivyo nyoko afise harico yatanze kimana kugira ngabibone bamureka gusuzu gura umuntu yabakuriye ishamba kurugo umugabo ukabari kose nuwo kubaha mwenewanyu niww azi agaciro kiwe ntasoni
@KsaKsa-du6uy
@KsaKsa-du6uy 5 күн бұрын
Ariko uwo mugore aravuga nabi🤔🤔🙄🙄🙄🙄🙄
@KubwimanaChiristne
@KubwimanaChiristne 5 күн бұрын
Iturize safi ivona nubwogusugura ibuye aubatsi bajugunye niryoryahindutse isanganyarukuta
@Samiafficial3942
@Samiafficial3942 4 күн бұрын
Ntarasinda mwuvaga vugako ntaha hehe 🥱🥱🥱
@Alltv250
@Alltv250 4 күн бұрын
Wagiyukizwa
@ساليبولندا
@ساليبولندا 4 күн бұрын
Urumugome😢😢😢😢wamugorewe.amaherantiyubak😢😢😢wamugorewe
@serveliusizigire2583
@serveliusizigire2583 5 күн бұрын
None Safi we yabwugwaniki ko atari Ivona yabatumye Nga azunguza akantu kiwe yrasuzugura peeve!
@user_Albertinashow
@user_Albertinashow 5 күн бұрын
Uyumugore mana nimubi uzabona urimwisi
@OmanSuad
@OmanSuad 5 күн бұрын
😊😊😊
@ديانابروندي
@ديانابروندي 5 күн бұрын
Mfate agatene🎉🎉
@NorbertHARUNA-x6u
@NorbertHARUNA-x6u 2 күн бұрын
Iryoshano ryibinwa bibi ngoni Yvonne.Ntandero kigira niho urugo gwakinaniye.Urumva ukuntu gisuzugura.Sha nkico gishanongo ni Yvonne nticoba mu Burundi boca bagiharira ivomo.Ngwakokantu arekereza ngumenga nimboga zakubiswe n,umuriro.Urashisha yvonne🇧🇮🇧🇮
@MilliamNiyogushimwa
@MilliamNiyogushimwa 5 күн бұрын
Sinzi lmamvu mbona lvone Ari guhengeka lminwa
@JonyBob-n3d
@JonyBob-n3d 5 күн бұрын
Yvone gutunga subwenge kandi gukena subujuju gusuzugura umuntu sivyiza kandi iwanyu ntaco mufite mumeze nkabandi bose hari abafite amafaranga ariko badasuzugura umuntu nicogituma urugo gwakunaniye n,indero ntugira namba kazima urumugore wavyaye harya uwutagowe aragoresha
@irankundabelyse-ej5vi
@irankundabelyse-ej5vi 5 күн бұрын
Yibagiyeko nabobakeny bibagiyenab iyobavuye
@davinadona9224
@davinadona9224 5 күн бұрын
Ashakasaf
@davinadona9224
@davinadona9224 5 күн бұрын
Ahubwovon
@davinadona9224
@davinadona9224 5 күн бұрын
Utanguyishar
@NyandwiJeandamascene-c4s
@NyandwiJeandamascene-c4s Күн бұрын
Ee!!yivone gerageza ushyiremo ikinyabuphura niba mwaramwemeya mwubahe akantu Koko umukwe wanyu!!!
@mukizadorothy1105
@mukizadorothy1105 4 күн бұрын
Ariko uyumukobwa aratinyuka kweri 🤔🤔🥱
@ryna4903
@ryna4903 5 күн бұрын
Pac aho nakakubwiriye yuko baravuga : *multiprise* ahubwo bavuga : *surprise* multiprise ni iyumuriro wamasgantarazi ; surprise rero niyo ivuga : gutungura umuntu urumva rero yuko ntaho bihuriye. Ubifate mu mutwe : gya uvuga SURPRISE
@Alltv250
@Alltv250 5 күн бұрын
sinzongera peeeeeee
@irankundabelyse-ej5vi
@irankundabelyse-ej5vi 5 күн бұрын
😂😂😂😂
@davinadona9224
@davinadona9224 5 күн бұрын
Uramwihanizankad
@denisehakizimana9828
@denisehakizimana9828 2 күн бұрын
🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@deboranzamukosha2044
@deboranzamukosha2044 5 күн бұрын
Mwankandiye kwifoto koko niba ntamutima mubi nkandira?
@irankundabelyse-ej5vi
@irankundabelyse-ej5vi 5 күн бұрын
Naw ubinkorer
@ttyy7642
@ttyy7642 2 күн бұрын
Muzotuzanire mère paka twunvedutururtwicaremumashimwe😂
@NIYOMUGABOPascal-x5n
@NIYOMUGABOPascal-x5n 3 күн бұрын
Pac wanze kudufasha umuganga watwibye 500 bigirumwami umenyeko ataribyizakbs
@davinadona9224
@davinadona9224 5 күн бұрын
Muzobamumbarir
@mariamfuraha4593
@mariamfuraha4593 4 күн бұрын
❤❤❤😂😂🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@SalahMbabazi
@SalahMbabazi 3 күн бұрын
Pack wabaga he?
@Fatmh-gf8uk
@Fatmh-gf8uk 5 күн бұрын
🇧🇮🇸🇦🤲🙏🙏🙏🙏🙏
Mbegaaa 😲😲#Safi umuceri arawumennye😲😥😥😥😥
16:52
IL'HAN - Qalqam | Official Music Video
03:17
Ilhan Ihsanov
Рет қаралды 700 М.
So Cute 🥰 who is better?
00:15
dednahype
Рет қаралды 19 МЛН
KAKAJWI Live Kuri noheri Ahaye noheri abantu hahiyee
KAKAJWI WACU
Рет қаралды 658