Ni ibiki

  Рет қаралды 3,779

Appobusiness

Appobusiness

Күн бұрын

Пікірлер: 7
@nkurikiyejeandamascene1507
@nkurikiyejeandamascene1507 12 күн бұрын
Bukebuke nirwo rugendo,barundi Imana izabidufasha twirinde umyuka mibi iciye murya moko kuko niho bizingiye vyose beneburundi.
@richndihano6476
@richndihano6476 14 күн бұрын
Imana ibakomeze cane batama , muza muraducira umugani!
@RoseErnest-s8i
@RoseErnest-s8i 13 күн бұрын
Frodebu yarakozikikorwa kininicane mukuronderamahoro niyubahwe
@richardbunoko5034
@richardbunoko5034 14 күн бұрын
Ibiganiro nkivyo nivyiza kuko bitwibutsa akahisa k'igihugu cacu
@akajendegetishow1692
@akajendegetishow1692 14 күн бұрын
Ayo mateka muzotwongere mushike kugushika kumasezerano nico yavuga tugenda dutera intambwe urwaruka
@LeopoldNGENDAHAYO-ri5oo
@LeopoldNGENDAHAYO-ri5oo 14 күн бұрын
Iki kiganiro ni ciza kuko kiretseko gitanga umuco Ku bibazo vyinshi bamwe baguma bibaza kirimwo n'inyigisho myinshi; ahubwo numva umenga ntigiheze vyiza boturonsa ibice bikurikira
@kezaamina9469
@kezaamina9469 13 күн бұрын
Indi mpamvu ya coup d'etat ni intambara yo muri congo yagombaga gutangizwa na AFDL kandi u burundi bwari kuba base arrière ndetse nabwo bukohereza abasirikare muri congo
Une nouvelle voiture pour Noël 🥹
00:28
Nicocapone
Рет қаралды 9 МЛН
Что-что Мурсдей говорит? 💭 #симбочка #симба #мурсдей
00:19
Menya ubu buryo 5 umukobwa ushaka ko umenya ko yagukunze
14:38
Natasha Kiza
Рет қаралды 21 М.
ABATEGETSI B'U BURUNDI BARASHAKA IKI KURI RETA Y'U RWANDA?
26:20
B&B Kigali 89.7FM
Рет қаралды 38 М.
Une nouvelle voiture pour Noël 🥹
00:28
Nicocapone
Рет қаралды 9 МЛН