No video

Ni ibiki vyaranze intwaro ya Bagaza ?

  Рет қаралды 4,095

Yaga Burundi

Yaga Burundi

3 жыл бұрын

Inyuma y'ikomborwa rya Micombero, haciye haza repuburika ya kabiri yari irongowe na Jean Baptiste Bagaza.
🤔 Ni ibiki vyaranze intwaro yiwe ? Hari ivyayitandukanya n'iy'uwo yari ahejeje gukura ku butegetsi ?
#Burundi #TuyageKahise #kahise

Пікірлер: 11
@divinniyonzima233
@divinniyonzima233 3 жыл бұрын
insiguro nuko nubu turavye ibiri kuba ,ataho twavuye ku rwanda nu burundi amoko aracari kuducanganya hagati mugihugu no hanze ku rwanda nu burundi ,rero abatama bubu botuuza bakareka kutubibamwo imbuto yamoko,big up to kidumu
@habarugirafabrice5418
@habarugirafabrice5418 Жыл бұрын
Bagaza kubwanje twomwigirako kuvyiza vyinshi yakoreye igihugu. Ivyamugoye navyo bibike kuvyo yashoboye. Kandi umuntu bimugora kuko harivyo aba yakoze.kuko ntatumwe atazoronka ibimugora.
@oseendayi5046
@oseendayi5046 3 жыл бұрын
I yogis hope nkizi zirakenewe cane cane ku nana nana Hanse nkatwe ntavyo tuba tuzi
@jahson460
@jahson460 3 жыл бұрын
Bravo Saf Yaga muri créatif,... Sur le fond nizere ko mutazohayagiza ca gikoko Nkurunziza naza soit disant Leta Nvyeyi karyanishamoko ziwe.
@michelngurinzira1973
@michelngurinzira1973 3 жыл бұрын
NTAMU MINISTRE W,UMUHUTU YIGEZE ASHIRAHO NONE NUKO BATARIHO?
@ghostagee5232
@ghostagee5232 3 жыл бұрын
Amacakubiri mumwagiriza yahavuye aba iragi mukurikiza.
@AF-ju6gc
@AF-ju6gc Жыл бұрын
Swera nyoko bro
@guillaumerusengo9371
@guillaumerusengo9371 Жыл бұрын
Sindahaga ica nyoko
@AF-ju6gc
@AF-ju6gc Жыл бұрын
@@guillaumerusengo9371 tuu ubwire nyoko agir isuku kuko irya shamba iri hagati y’ibiguru vyie riratey ubwoba muta🙆🏾‍♂️
@AF-ju6gc
@AF-ju6gc Жыл бұрын
@@guillaumerusengo9371 hama jewe nyoko wawe nzomuca ururimi kuko induru akoma iyo ndiko ndamwabira ntisanzwe wallayi
@jean-baptiste5325
@jean-baptiste5325 3 жыл бұрын
Sentamba arakwiye gusubira agatohoza amashure Nyakubahwa President yacucagiye I Bururi hanyuma agakosora ivyo yavuze
Ubwicanyi bwo mu 1972 : ukuri mukwiye kumenya
9:03
Yaga Burundi
Рет қаралды 6 М.
Uruhara rwa Katorika mu bukoroni
5:45
Yaga Burundi
Рет қаралды 427
Harley Quinn's plan for revenge!!!#Harley Quinn #joker
00:49
Harley Quinn with the Joker
Рет қаралды 29 МЛН
Microfinances ko ziguma ziba nyinshi ?
6:59
Yaga Burundi
Рет қаралды 749
Burundi : ivyo twomenya ku bwicanyi bwo mu 1988
9:25
Yaga Burundi
Рет қаралды 21 М.
Dogo A : l’enfant prodige
5:12
Yaga Burundi
Рет қаралды 706
Ingabire z'Abarundi
5:20
Yaga Burundi
Рет қаралды 1,1 М.
“Uwuzokwishura nabi muri rusansuma asa n'umurozi”
5:12
Yaga Burundi
Рет қаралды 738
Billy bamukubise ku ntoke
4:13
Yaga Burundi
Рет қаралды 562
I Mugera canke I Rudi, “menya amateka...”
4:37
Yaga Burundi
Рет қаралды 686
Mohammad bin Salman: Prince With Two Faces
54:00
Show Me the World
Рет қаралды 3,4 МЛН
Bagaza : leçons d'un homme politique d'exception
6:39
Yaga Burundi
Рет қаралды 35 М.
Inkerebutsi Day: "Umuhanuzi yemewe iwabo"
5:58
Yaga Burundi
Рет қаралды 800