Ni igiki Uburundi bwokora kugira ngo buronke umwidegemvyo mu vy'ubutunzi?

  Рет қаралды 11,952

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

Пікірлер: 39
@KizitoBurundi
@KizitoBurundi 16 сағат бұрын
Nyakwubahwa President,,uravuze ukuriii nuko ubwira abadashaka kwumva
@KananiCyprien
@KananiCyprien 5 сағат бұрын
Nyakubahwa,akimuhana kaza imvura ihise nibakuremo amakositime bakore gukora Nibyambere
@NimubonaBenoit
@NimubonaBenoit 3 сағат бұрын
Niwe president wambere uburundi buronse kabisaa
@ThamiKhundula
@ThamiKhundula 18 сағат бұрын
Wavuga mutama izontumva zigize ngo wize ubukize nibakore barek kwicara birababaje ukunt uwutize iburundi atakibazo nakimwe yifitiye mubimubeshaho ariko abobize eee ubukene burabarenga izontumva ngo warize ntiwokora ikiyede waadafaakaa😂😂😂😂
@Dreamer-s3d
@Dreamer-s3d 14 сағат бұрын
Bizokundaa bizofata umwanya ariko bizokundaa
@ekaiesikiria2104
@ekaiesikiria2104 2 сағат бұрын
President Neva ntako utakoze kugira uzamure uburundi Niko intovyi zamahoro ni terambere zamaho
@Sharifuhabiby
@Sharifuhabiby 19 сағат бұрын
President gerageza ariko biragoye ivyo uvuga vya 2040_2060..asha sinziiiii kuko abarundi turarima ariko turagowe kuko vyose ntibiva mukurima
@emilebihibindi5822
@emilebihibindi5822 12 сағат бұрын
Iyo ukigira umutwe nka Magufuli former President wa Tanzania Uburundi buba buri mubihugu biteyimbr muri vyose ariko Courage mon frère
@MisheckMukanwa
@MisheckMukanwa 4 сағат бұрын
Uvuze neza hatangura umwimbu
@moontv2959
@moontv2959 10 сағат бұрын
Wavuga ntuvura! Infashanyo zaratwishe mumitwe abanyafirika!!!
@twagirayesuelissa1568
@twagirayesuelissa1568 12 сағат бұрын
Urumuhanga
@didacensengiyumva9916
@didacensengiyumva9916 15 сағат бұрын
Nibarabe bacukure igitoro co muri Tanganyika, bongere bagwize ama laboratoire ahingura imiti kugira vyose tubironke ngaha mugihugu vyoroshe!
@laurentroyce
@laurentroyce 11 сағат бұрын
Watubwira nuko tutumva
@NgendkumanaSerge
@NgendkumanaSerge 15 сағат бұрын
hingura bwabutare mutama.natwe abarimyi turikukivi.ariko uburimyi bwonyene sinzikobizokoroha atamahinguriro
@dukundimanavalens8630
@dukundimanavalens8630 13 сағат бұрын
Ni. ByizA. Muzabigeraho
@GikokoGrégoire
@GikokoGrégoire 7 сағат бұрын
Komera ,,urumwarimu nka nyerere ubona Kure nkinkona,abagutobera Nini babi ,uzurabakura mukazi nka Ibrahim Traoré
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 17 сағат бұрын
mutama wanje president nkunda tukurinyuma hama kubita ivyobisuma
@Musabirema949
@Musabirema949 15 сағат бұрын
Ukunda Ndayishimiye Cyangwa ukunda ibikogwa akora mbega nkubu wihweje ivyo yiyemeje nivyo amaze gukora wamuha angahe kw'ijana ? Tujye tuvuga ukuri tureke ivy'ubu fana kugeza naho dufana umuntu wihenze carrière ye (comédie) akinsanga muri présidence nabwo mu bintu bidasobanutse
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 15 сағат бұрын
@Musabirema949 icambere ndamukunda kubera ari se Barundi icakabiri nkunda ibikorwa vyiwe nomuha 8 kuri 10 icambere yuguruye abajeune atuma twijukira uburimyi nubworozi nabaye umujeune millionnaire kure ikangura ryiwe uravye imigambi arikurangura amahoro umutekano biri mugihugu iterambere nakarora uhore hama presidence siyabose niyintoranwa hama mugenzi umwanka wihangane kuko nubu tuzomwogera Uwuhezagiwe nimana ntavumwa nabantu
@gervaisntirenganya470
@gervaisntirenganya470 13 сағат бұрын
​@@Musabirema949jahiyo wamunyagwandawe prezida wacu turamwemera arikukivi
@SindayigayaDeo-ox8bx
@SindayigayaDeo-ox8bx 4 сағат бұрын
@@Musabirema949raba ivyo hakurya ya kanyaru bro urekane nivya gitega ntibikuraba
@Musabirema949
@Musabirema949 4 сағат бұрын
Muri macye ntacyo Uzi Kuri mondialisation ikindi utari Uzi ntushobora gutandukanya u Burundi n'u Rwanda kuko burya ibibera mu Burundi biratureba mu buryo Ubu Cyangwa ubundi gusa kuri level yawe ntiwanabitahura
@omerntiharirizwa2121
@omerntiharirizwa2121 14 сағат бұрын
None bikore umuntu ashore ico rimye
@emilebihibindi5822
@emilebihibindi5822 13 сағат бұрын
BRB izotera imbere mbaye President w'uBurundi nzoyubaka bushssha.
@SindayigayaDeo-ox8bx
@SindayigayaDeo-ox8bx 4 сағат бұрын
Weewe😂😂😂😢
@Musabirema949
@Musabirema949 17 сағат бұрын
Noneho ivy'ama cash ko mwavyifatiye mu minwe wowe na Ngerina wawe data Reka tuzoraba ikizavamwo BRB ntitwarirwa mu bureau iwawe
@AmyStale-d6u
@AmyStale-d6u 11 сағат бұрын
❤🇧🇮
@alexandrodieumerci
@alexandrodieumerci 4 сағат бұрын
KUBERIKI IBIKORERWA MU BURUNDI IBIKORERWA NGAHA BIZIMVYE HAFI KURUTA IBIVA HANZE!!!??
@Mafia1984Ayirwanda-ge4ty
@Mafia1984Ayirwanda-ge4ty 2 сағат бұрын
Icyo cyibazo no murwanda turagifite usanga ibyiwacu bihenze
@anacledondayizeye7857
@anacledondayizeye7857 17 сағат бұрын
Izo ingaruka zukugara imipaka naruswa kutafata abadandaza kimwe
@MporanimanaDonacien
@MporanimanaDonacien 16 сағат бұрын
Nonex gufungimipaka birakubabajye😅😅
@ibrahimcongeram.806
@ibrahimcongeram.806 13 сағат бұрын
Uno yavutse muri 2000. None uburundi bwakura amadolali mu Rwanda ?😂😂😂😂
@SindayigayaDeo-ox8bx
@SindayigayaDeo-ox8bx 4 сағат бұрын
@@ibrahimcongeram.806wasaze ww Eka uruwa 2000 nyine ntaco uramenya uracahoha
黑天使被操控了#short #angel #clown
00:40
Super Beauty team
Рет қаралды 56 МЛН
黑天使只对C罗有感觉#short #angel #clown
00:39
Super Beauty team
Рет қаралды 34 МЛН
Why no RONALDO?! 🤔⚽️
00:28
Celine Dept
Рет қаралды 121 МЛН
Новости дня | 15 декабря - утренний выпуск
4:44
Euronews по-русски
Рет қаралды 6 М.
黑天使被操控了#short #angel #clown
00:40
Super Beauty team
Рет қаралды 56 МЛН