Рет қаралды 21
🤷🏽Naho bidatangaje kubona ibihugu nka Brésil, France, Portugal na Angleterre muri cumi (10) vya mbere, hariho ibindi bihugu umuntu atokwiyumvira y’uko vyoba biri kuri runo rutonde.
☝🏼Bibonekako urwo rutonde ruhengamiye cane k’umugabane wa buraya, ariko ibice vyose vy’isi vyaraserukiwe