Ninde ni nziza cane. Itwibutsa imico n'akaranga k'Uburundi. Big up Ninde team. Love you.
@oliviernewbest20872 жыл бұрын
Jewe ndamaze kubona kwabakinyi ba ninde arabambere mu Burundi bakina neza kuko ni gutwenza biriganza pe.Ntazindi film zo muburundi nkunda kuraba uretse ninde
Est ce que urumurundi wewe? Nimba utari umurundi alors je t annonce en primaire que plus de 90% yabarundi babayeho uko... Umukino ninde ne fait que montrer la réalité de notre beau pays...
@nkeshimanaemmanuel50317 жыл бұрын
Ariko abarundi ivyo mukina vyigisha iki abantu bo muri 2017, umwanda ? Ubukene ? Isubireko ?