Yesu nashimwe biba bicyenewe. Imana itwambike imbaranga.murakoze cyane.
@Lulnib6 күн бұрын
Amajambo utubwiye ni yo cane impanuro nizo zoose.Ariko mwene Data ukumwubaha nivyo ariko hari igihe abafise ingeso mbi caane ari umurozi yica abantu n'umuryango wiwe umugire na bana wovuga iki? Unyishure ico kibazo .Yesu aguhe umugisha