Ariko iyi ngurube ngo ni Habyalimana kinani nyakubyaribyarya , ubundi avuka hehe ? Ni bwoko ki ?
@Bebbebebebebebe Жыл бұрын
Cyavukaga mugasiza icyahoze gisenyi nyabihu yubu
@tazampabblo5825 Жыл бұрын
nibaza ko uri impunzi quelques parts, niwaraba nabi ibi vyogufata, you never know, diplomatiquement, niwabandanya gurtya fais gaffe, hariho ababaye déportés bamaze 26 ans bishongora ngo bahungiye mubihugu bikomeye, ubu baguye mw'ibohero nimba wumva nari ndakubwiye, sinkuzi, ntunzi yari impanuro.
Ko nunva iyo famille yahuye n isanganya? Abasililare bari bamurinze urunva bari kurwana gute n abaje kumufata ko babarushaga amapeti kandi wenda basenyerezaga umugozi umwe! N akumiro ! Fist lady agende n amaguru!?
@bibakumanajeandedieu1162 Жыл бұрын
None yakatiwe urwo gupfa ashinjwa iki?
@bdtvurumuri7712 Жыл бұрын
Yashinjwaga amaraso ya bana babanyeshuri babaTutsi yari yiciye mubïgo byose byamashuri
Colonel Elie Sagatwa ntakiriho ari mu bapfanye na Habyarimana muri ya ndege yaguyemo
@jeandedieumwumvaneza2387 Жыл бұрын
amahoro amahoro🖐️🖐️😑
@tazampabblo5825 Жыл бұрын
wa mugabo Gentil Gédéon, ukwiye guhindura, ibi bintu bizokwononera kubera ayo ma passions ugira, umu journaliste aja kure y'amarangamutima, cane cane y'amoko tout lecteur qui suit tes propos, sent que tu ne fais que des propos Hutu-power, ushobora kwiyicira utazi ivyo urimwo kandi wari suivi par des millions . ce que je te conseille, soit neutre , ushizemwo amarangamutima, uriko wiyimbira icobo utabizi. kubera tu traites des sujets controverses, ukurikiranwa na benshi, gira prudence yo kudahengama, kudahengama rero ni ku dénoncer ikibi naho cokorwa na mweneso. Naguhanura kugira ntiwonone isura yawe.
@falesbanda7520 Жыл бұрын
Amateka yugwanda nayo ntabwarimeza
@bazimazikialexandre8917 Жыл бұрын
Byose byisubiramo?
@ntarejohn1843 Жыл бұрын
Naho ayanyu Nimeza koko 😁😁😁😁😁🤔🤔
@sekidendepetero9103 Жыл бұрын
Ariko iyi ngurube ngo ni Habyalimana kinani nyakubyaribyarya , ubundi avuka hehe ? Ni bwoko ki ?