No video

Ntiwavukiye guherekeza abandi by Apostle Kevin SIBOMANA

  Рет қаралды 3,632

Apostle Kevin SIBOMANA

Apostle Kevin SIBOMANA

Күн бұрын

Umuntu wese yavyawe n'umugore arafise ikintu Imana yamurungikanye hano mw'isi. Nta n'umwe asa n'uwundi, nta n'umwe yavukiye guherekeza abandi.
Umviriza iyi nyigisho umenye uko woshitsa ico wahamagariwe.

Пікірлер: 19
@alilacharoind9638
@alilacharoind9638 Ай бұрын
ndanezerejwe n ubu butumwa. Imana iguhezagire cane mukozi w Imana. Ivyo benshi babibayemwo, ugakura uzi ko ataco uzovamwo, irijambo ribasubizemwo intege
@DianeUwimana-f7j
@DianeUwimana-f7j 8 күн бұрын
Amen ndaremvy cn muhezagirw
@DianeUwimana-f7j
@DianeUwimana-f7j 8 күн бұрын
Ndaremvy cn amen
@user-jl2fd7cv1q
@user-jl2fd7cv1q 6 ай бұрын
Muhezagirwe imana iguhaze kuramba
@JulesChadrackChadoo
@JulesChadrackChadoo 6 ай бұрын
Muvyeyi inyigisho zawe zinyubaka gusumba ,bigatuma ndushiriza kuba uwagaciro mwabuno buzima bwa gakiza
@iradsiyoguheba6177
@iradsiyoguheba6177 Жыл бұрын
Amen amen amen muhezagigwe ndashaka inumero zanyu
@Iranezereza
@Iranezereza Жыл бұрын
Amen amen papa
@chantalkakunze259
@chantalkakunze259 7 ай бұрын
Amen Amen
@user-hc8zl7bp8l
@user-hc8zl7bp8l 6 ай бұрын
Amen
@ChaddyAnthonny-th8ou
@ChaddyAnthonny-th8ou 11 ай бұрын
Amen murakoze
@chantalkakunze259
@chantalkakunze259 7 ай бұрын
🙌🏾🙌🏾🙌🏾
@nadiaaruberi4194
@nadiaaruberi4194 3 жыл бұрын
Sharom sharom imana ibamere umugisha mukomeze mugikorwa mwahawe ci mana kuko ubwobunu sibwabose nshimirimana Nadia ndikumwe namwe kuko ndakunda I jambo ryi mana Yesu naduhe kurangiza neza🙏🙏
@chantalkakunze259
@chantalkakunze259 7 ай бұрын
Véridique. Sois béni Apôtre
@christinekamikazi5593
@christinekamikazi5593 3 жыл бұрын
Amen Imana ibahezagire
@NadineKampimbare-sg4qx
@NadineKampimbare-sg4qx 7 ай бұрын
Amen Amen
@jabaljames9821
@jabaljames9821 3 жыл бұрын
Amen
@sinabajijefrederique9459
@sinabajijefrederique9459 3 жыл бұрын
Amen
@sinabajijefrederique9459
@sinabajijefrederique9459 3 жыл бұрын
Murakoze cane
Kugira inyankane na satani by Apostle Sibomana Kevin
39:22
Apostle Kevin SIBOMANA
Рет қаралды 804
Umutunzi mu bwami bw'Imana ni nde by Apostle Kevin SIBOMANA
43:43
Ubugingo Busagutse TV
Рет қаралды 1 М.
小丑把天使丢游泳池里#short #angel #clown
00:15
Super Beauty team
Рет қаралды 48 МЛН
PEDRO PEDRO INSIDEOUT
00:10
MOOMOO STUDIO [무무 스튜디오]
Рет қаралды 20 МЛН
Oh No! My Doll Fell In The Dirt🤧💩
00:17
ToolTastic
Рет қаралды 12 МЛН
Just Give me my Money!
00:18
GL Show Russian
Рет қаралды 685 М.
UMUTIMA WUZUYE INYOTA - Apostle Kevin SIBOMANA
26:48
Apostle Kevin SIBOMANA
Рет қаралды 3 М.
MANA URI MWIZA, URERA CYANE -  GRACE ROOM WORSHIP
1:09:17
grace room ministries
Рет қаралды 3,5 М.
IRIBA RY'I REHOBOTI | Apostle Kevin SIBOMANA
27:00
Apostle Kevin SIBOMANA
Рет қаралды 484
INSIGURO YA NOWELI by Apostle Kevin SIBOMANA
24:04
Apostle Kevin SIBOMANA
Рет қаралды 165
Ubushobozi bw'ibicaniro/Ubugingo busagutse /Apôtre Kevin Sibomana
53:32
Imigenderanire yimbitse n'Imana by Apostle Kevin SIBOMANA
46:18
Ubugingo Busagutse TV
Рет қаралды 5 М.
INTAMBARA YO MU VYIYUMVIRO (Apostle Kevin SIBOMANA )
1:01:21
Apostle Kevin SIBOMANA
Рет қаралды 10 М.
小丑把天使丢游泳池里#short #angel #clown
00:15
Super Beauty team
Рет қаралды 48 МЛН