Bravo à nos militaires burundais.... Baze barihungira...
@alexmukombozi946719 сағат бұрын
Abarundi barinda barimbura ibiti n'amabuye birukanka'ubundi bajaga he??? Ndabasetse 😂😂😂😂😂 Ese wa mu FDLR wigize umuvugizi w'abazalendo ari he? Niyongere abwejagurire kuri micro ya VOA. Intare za Sarambwe Oyeeeeee ❤❤❤❤❤❤❤❤.
@NayabagaboSerge-t4z20 сағат бұрын
Abo benewacu barinda biruka amasigamana bagiye biripotinga nubundi ko atacobariko barwanira uretseko Banyakwubahwa Aribo biyorera kumadolali ya Gisekedi.
@mukamudengeelen993914 сағат бұрын
Ntabwo yafashwe Badoo 0:54
@ruremeshasimonpierre-m7m21 сағат бұрын
Good
@ericndayishimiye5746 сағат бұрын
M23 ikubite imbga ifate Congo yose
@MosesFraterne-s5m18 сағат бұрын
Dr damas komera rwose kubwo kwitangira abantu
@TherenceNduwimana-e5e16 сағат бұрын
❤❤❤
@Iyamarere18 сағат бұрын
Ariko Mushakamba, abo bacomando ba fdlr na Neva alias Giheri bo biyumvamwo iki kumva bashobora guhangana ni Inkuba? Kweri bumva bahangana ni Inkuba??!