NYUMA Y'INKUBA MUKIBIRA HASHOBORA KUBERA INTAMBARA KUBERA UBWINSHI BWA FDLR YIRUNZEMO NA FLN!

  Рет қаралды 12,035

Rwanda updates

Rwanda updates

Күн бұрын

Пікірлер: 22
@safiam5338
@safiam5338 4 сағат бұрын
Nukuba bariko bahabwa indangamuntu ejo nejo bundi ko batanguye kwica abarundi bizoroha kubasubiza iyo bavuye babaha ubunyagihugu bitwa ko arabarundi
@Dddma455
@Dddma455 4 сағат бұрын
@@safiam5338 zirya muriko muha red tabara. Nimpunzi ziri munkambi yamahama sikarangamuntu zurwanda. Wibaza ko atamakuru dufise?
@jbLionrda
@jbLionrda 3 сағат бұрын
Ubwo abariko babaha karibu sibyo barimo gira?!
@BaranyeretseJeanpaul
@BaranyeretseJeanpaul 5 сағат бұрын
Duke eye utubwizukuri ngamwe
@ELYSEEMugambira
@ELYSEEMugambira Сағат бұрын
Isasu ribaye inkubase??
@jbLionrda
@jbLionrda 3 сағат бұрын
Ikara mugashambara kabisa
@Dddma455
@Dddma455 5 сағат бұрын
iyontambara yomukibira ntiraba Abarurundi. Nabanyarwanda kuko dushatse gutera urwanda. Vyoroshe gusumba inzira ija kwashetani. Ariko ntamusi abarundi tuzorota dutera abavandimwe babanyarwanda. Uhereye muntara( ya muyinga. ) (kirundo)( ngozi) (kayanza) (Cibitoke) namahoro gusa hagati yugwanda nuburundi. Kura izo propaganda ngaho Mwabatutsi mwe binkorabara😂😂😂😂😂😂😂😂
@rusakazatv7930
@rusakazatv7930 5 сағат бұрын
Ibirofa gusa muzadutere turebe
@JeanGiovanijabo-hx1io
@JeanGiovanijabo-hx1io 4 сағат бұрын
🤣 🤣 🤣 Hhh ndagusetse turifuza amahoro mur africa ntakiza kintambara abarundi murakennye cyane nimukorere igihugu cyanyu mugikure mu myanya yanyuma kwisi
@Dddma455
@Dddma455 4 сағат бұрын
@@rusakazatv7930 muze muja mwishure mwige geography ntimuze mubgigwa gusa ibintu vyanyamasheke nakibira. Guhera. Muyinga. Kirundo. Ngozi. Kayanza. Cibitoke. Ahohose nuburundi nurwanda. Wakirofawe
@Dddma455
@Dddma455 4 сағат бұрын
@@JeanGiovanijabo-hx1io mwebge mukize ko mbona president wanyu atagira ahaba 🤣🤣🤣 akiba munzu yasigiye na habyarimana Juvenal 🤣🤣🤣 urugwiro rugira rumugweko😅😅😅😅😅😅
@Dddma455
@Dddma455 4 сағат бұрын
@@JeanGiovanijabo-hx1io banza mwubakire president wanyu niho tuzokwemera ko muriko muramera nkabarundi. Dufise NTARE RUSHATSI YAMBERE MURI AFRICA.
@Dushime-i7q
@Dushime-i7q 5 сағат бұрын
AbArundi mugomba gutuza cg mwese tuzabamare tuzahera kuri perezida wanyu
@Dddma455
@Dddma455 4 сағат бұрын
@@Dushime-i7q tuzobamesa mushitse nokwashetani mumubgire ati twaramesuwe kweli nicogituma turihano.
@MutoniRachel-pv6wi
@MutoniRachel-pv6wi 2 сағат бұрын
😂😂😂😂 urasetsa dis mwaravumwe
@ELYSEEMugambira
@ELYSEEMugambira 57 минут бұрын
Harakabaho urwanda harakabaho ubwoko bwimana ❤ibivume muzatsindwa
АЗАРТНИК 4 |СЕЗОН 3 Серия
30:50
Inter Production
Рет қаралды 1 МЛН
Running With Bigger And Bigger Lunchlys
00:18
MrBeast
Рет қаралды 107 МЛН
Ozoda - Lada (Official Music Video)
06:07
Ozoda
Рет қаралды 12 МЛН
An Unknown Ending💪
00:49
ISSEI / いっせい
Рет қаралды 55 МЛН
AMAJWI Y'IBANGA🚨MIN.NDIRAKOBUCA JEMEJEKO FDLR IRI BURUNDI!
26:19
Rwanda updates
Рет қаралды 27 М.
Kayumba Nyamwasa i Kinshansa mu mugambi wo guhungabanya u Rwanda
44:04
ജൂതനെ അറിയുക | ABC MALAYALAM | ABC TALK | ISRAEL JEWS
21:46
АЗАРТНИК 4 |СЕЗОН 3 Серия
30:50
Inter Production
Рет қаралды 1 МЛН