NYUMA YO KUBYARA ARIGENDEYE MURI CANADA😭Kuri MUTIMA Comedien|KIGINGI ku mwana we🤣TWAMUSUYE i Burundi

  Рет қаралды 42,689

CHiTA MAGiC

CHiTA MAGiC

Күн бұрын

Niba wifuza kuvugana natwe cyangwa ukaba ufite inkuru idasanzwe wifuza gusangiza abadukurikira waduhamagara kuri +250739200401 ushobora ndetse no kuduha inyunganizi
#chitamagicTV #juliuschita

Пікірлер: 83
@Larose1988
@Larose1988 11 ай бұрын
Chita la prochaine fois muzozanane na Sabin, tuzoryeherwa caane ,ingorane ntituziko tuzobabona 🥱🥱🥱🥱, mais c pas grave turabakunda kubera lmana 🥰🥰🥰🥰🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@Larose1988
@Larose1988 11 ай бұрын
Sha karibu vraiment Chita , ndabona unyuzwe kabisa iwacu Buja 🇧🇮🇧🇮🇧🇮uzoce nomu Bwiza 😋😋😋😋, tuguhe pilao 😂😂😂,naho ikawa wayanse 😢😢
@NishimweNadia-kt8pe
@NishimweNadia-kt8pe 11 ай бұрын
Chita wakoze cane kuza kudusura iwacu🇧🇮 niwagaruka uzozanane na Sabin🥰🥰🥰🥰🥰
@obrettensabimana3568
@obrettensabimana3568 11 ай бұрын
Lov u more chita kalibu iwacu mu Burundi 🇧🇮❣️🇧🇮
@Gentil20
@Gentil20 11 ай бұрын
Welcome again Chita in Burundi 🇧🇮🇧🇮, continue to feel better. Kigingi big Up💪
@gorethnsabimana5139
@gorethnsabimana5139 10 ай бұрын
Kigingi ❤ ubikora neza ivyumwuga chita kaze cane iwacu i burundi turakunezerewe
@user-ci1ph4sx5q
@user-ci1ph4sx5q 11 ай бұрын
Kigingi aratwenza vrm tumubwiye ati courage 💪 hama Chita nawe thanks 😘
@user-gj9yg8yb9d
@user-gj9yg8yb9d 11 ай бұрын
Kigingi yashitse kwa chita🤣❤
@Akawecomedy9144
@Akawecomedy9144 11 ай бұрын
We love you from akawe comedy here in burundi- ngozi
@AnnickKaneza-jo6mx
@AnnickKaneza-jo6mx 11 ай бұрын
Love u more chita karibu Burundi iwacu niheza cne uzogaruke kandi turakwishimiye cne .
@Hunterdonyhn
@Hunterdonyhn 11 ай бұрын
Chita welcome vrma turagukunda muburundi, abarundi nabanyarwanda muri gukora neza mubijanye nimigenderanire kabsa big up
@scheilla261
@scheilla261 11 ай бұрын
Chitaaaaaaa magic❤
@sumeyilihekizimene866
@sumeyilihekizimene866 11 ай бұрын
Chita karibu Bujumbura, Kandi turabakunda kubiganiro mutugezaho ,
@amosmani9579
@amosmani9579 11 ай бұрын
Chita umuntu wacush ,, ugir ibih vyiza chitaaaa
@user-uq9mt7yu6l
@user-uq9mt7yu6l 11 ай бұрын
Chita waooo byiza can ndabon iburund iwac warahishimiy pe gus niheza chit iman ikomez ikwagurir imahand yogukor rubandant kwitez imber nukur ese iman yazampay tugahur amas kuyand yew ciy gukulbur ueiguserereza mping na Ngwinondeb😂😂😂😂😂
@Samuelgsm-g1
@Samuelgsm-g1 11 ай бұрын
Courage Chita IMANA Ikomeze igushigikire kandi inakurinde cane Muvandimwe
@CHiTAMAGIC7
@CHiTAMAGIC7 11 ай бұрын
MURAKOZE CYANE!
@user-ld9mg1hf2v
@user-ld9mg1hf2v 11 ай бұрын
Chita ndakuramutsa sha knd ❤❤❤❤❤wubhwe di
@adelphinebayubahe9088
@adelphinebayubahe9088 11 ай бұрын
Chita Karibu iwacu iburund kigingi akugezeho umukeke uwurye wumv bizotuma uhora uza
@BIGIRIMANAMelance-ge9nn
@BIGIRIMANAMelance-ge9nn 11 ай бұрын
Karibu chita nkunda cane urisanga iwacu iburundi❤❤❤❤
@rg4631
@rg4631 11 ай бұрын
Mawimbi beach .. Impande ya sun stone Beach .. Rumonge
@user-pd1yd6xd2c
@user-pd1yd6xd2c 11 ай бұрын
Ashaaa CHITA abami mu ma talent yose muburndi ugende ubaduhayeee kur chanel yawee
@GyslaineAkimana
@GyslaineAkimana 11 ай бұрын
Please Chita tukwitege mumwakuza ugarukane na Sabin❤tubatekerere Imikeke nuburobe nudugana KGL
@agacirotvburundi7403
@agacirotvburundi7403 11 ай бұрын
Thnks kigingi&chita
@jeanpierreaimeh
@jeanpierreaimeh 11 ай бұрын
Abantu banje nkunda, Noeuzhan cane
@niyonkuruconcolatteconsola4792
@niyonkuruconcolatteconsola4792 11 ай бұрын
Chita wageze iwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮♥️♥️♥️♥️♥️
@rene_tresor
@rene_tresor 11 ай бұрын
na Baganda barafise show I Toronto
@lisaalllisa5326
@lisaalllisa5326 11 ай бұрын
Chita welcome muburundi ❤❤❤❤ uzogaruk kndi na sabin
@esangira3648
@esangira3648 11 ай бұрын
Kandi uremeye ngo uri Papa wa Comedy Ndundi..🤓 Nivyo Turakwemera ukora neza cane…Please give that credit Jean Pierre Nyamoya, Mashoke & Michoue ntacobitwaye…
@vyuguruzumwangumwereka
@vyuguruzumwangumwereka 11 ай бұрын
Vyamucitse ariko nta ribi kigingi n'infura ntabwo yakwanga gutanga credit kubamubanjirije
@esangira3648
@esangira3648 11 ай бұрын
Got you! I was just saying, naje narabonye ko atabitinzeho..
@lyse-nellymupfasoni1829
@lyse-nellymupfasoni1829 11 ай бұрын
Karibu kandi chita tirabishimiy
@inesirankunda3815
@inesirankunda3815 11 ай бұрын
Chita ntutubwre k utararya umukeke 😮😮😮
@dorinemuhimpundu2807
@dorinemuhimpundu2807 10 ай бұрын
Chita magic😂😂😂😂😂😂karibu iwacuuu
@semnisubire4674
@semnisubire4674 11 ай бұрын
Kwa chita wahishikiye
@bellairadukunda2263
@bellairadukunda2263 11 ай бұрын
Chita ndagukunda ♥️♥️ikind gih muzozan n'a sabin
@CHiTAMAGIC7
@CHiTAMAGIC7 11 ай бұрын
SABIN nawe azasura u BURUNDI vuba 😊
@bellairadukunda2263
@bellairadukunda2263 11 ай бұрын
@@CHiTAMAGIC7 merciii ♥️Imana izabzn namw reoo mugir ibih vyiza
@clairiacelesteirakiza8546
@clairiacelesteirakiza8546 11 ай бұрын
Muzazane nyamara
@GyslaineAkimana
@GyslaineAkimana 11 ай бұрын
​@@CHiTAMAGIC7mutuze gato tubanze dutahe natwe tubasure arik jew nzobisangira KGL
@nikwigizeevelyne9919
@nikwigizeevelyne9919 11 ай бұрын
Merci Chita Magic 🌹👌
@user-ry5re2gq7h
@user-ry5re2gq7h 10 ай бұрын
Chita ndagukunda❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@steringbukuru2036
@steringbukuru2036 11 ай бұрын
❤❤kigigi ndagukunda
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp 11 ай бұрын
Chit magic imbere cyane ❤❤❤❤❤
@aimeesandrineuwimana2146
@aimeesandrineuwimana2146 11 ай бұрын
Welcome chita w love you❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@TheDreamFamily0
@TheDreamFamily0 11 ай бұрын
Kiigingi ❤
@user-ez5tq1xg1n
@user-ez5tq1xg1n 11 ай бұрын
Chita na sabin turamukeneye
@edithkatihabwa2600
@edithkatihabwa2600 11 ай бұрын
❤❤kigingi wacu❤n Chita wacu ❤mwirambire ❤turambane
@user-ld9mg1hf2v
@user-ld9mg1hf2v 11 ай бұрын
Kiriri sha ni mubakire
@ishimwejoy149
@ishimwejoy149 11 ай бұрын
Love from🇷🇼
@rebeccanduwarugira3044
@rebeccanduwarugira3044 11 ай бұрын
❤❤
@rydyfhgfhdhcv6317
@rydyfhgfhdhcv6317 11 ай бұрын
Welcome chita Burundi ❤
@user-fn2jr1pb1q
@user-fn2jr1pb1q 11 ай бұрын
Kigingi &Chita ❤❤❤❤
@nadiavyukusenge4970
@nadiavyukusenge4970 11 ай бұрын
Love you Chita
@CHiTAMAGIC7
@CHiTAMAGIC7 11 ай бұрын
THANKS 👍🙏🏼
@titieloge
@titieloge 11 ай бұрын
@nadinenkezimana6719
@nadinenkezimana6719 11 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮
@aliceuwimana918
@aliceuwimana918 11 ай бұрын
Chita mugasekebuy niho nibera none ngaho ntitwokwihurir ko ngukunda ukampa na intervion ko nfise ivyo kubwira societe
@CHiTAMAGIC7
@CHiTAMAGIC7 11 ай бұрын
WhatsApp : +250739200401
@fillety7816
@fillety7816 11 ай бұрын
Félicitations kuri 400k😍
@CHiTAMAGIC7
@CHiTAMAGIC7 11 ай бұрын
THANK YOUUU 🤗
@emmanuelnibaruta5834
@emmanuelnibaruta5834 11 ай бұрын
Nagira agiye mwijuru aho hoho nimubucakara nkahandi
@cimpayeclairia
@cimpayeclairia 11 ай бұрын
🥰🥰🥰🥰🥰🥰
@JustineNizigiyimanajustine
@JustineNizigiyimanajustine 11 ай бұрын
Cita wamu Keke nturawubona 😅
@CHiTAMAGIC7
@CHiTAMAGIC7 11 ай бұрын
AMASO YAHEZE MU KIRERE
@jeanmichelnishimwe8284
@jeanmichelnishimwe8284 11 ай бұрын
@@CHiTAMAGIC7 Umuntu yakubona Gute? Kugira awuguhe
@Larose1988
@Larose1988 11 ай бұрын
​@@CHiTAMAGIC7,poole saaana kabisa, 😂😂😂😂😂, canke umwanya wokuwuronka nturawubona??? Kubera irahari kabisa😉😉😉😉😉😉😉
@user-fn2jr1pb1q
@user-fn2jr1pb1q 11 ай бұрын
​@@CHiTAMAGIC7😅😅😅😅pole sana
@AlthrayhGold-qh1ii
@AlthrayhGold-qh1ii 11 ай бұрын
Chita yambiiiiii
@CHiTAMAGIC7
@CHiTAMAGIC7 11 ай бұрын
Yambiiii
@nitungamireille316
@nitungamireille316 11 ай бұрын
Chit nakind ntokubwira ataruko ndagukunda cane ❤❤❤😂hama wirambire ❤❤❤❤
@CHiTAMAGIC7
@CHiTAMAGIC7 11 ай бұрын
MURAKOZE CYANE 👏🙏🏼👋
@donavinenduwimana611
@donavinenduwimana611 10 ай бұрын
Karubu iwacu turagukunda
@passostudio9194
@passostudio9194 11 ай бұрын
❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@augustinbahigayumva6211
@augustinbahigayumva6211 11 ай бұрын
Mwaramutse bakunzi ba Chita mwakoze kwifoto yange mukampa subscribes❤
@ABDISHEmpire
@ABDISHEmpire 11 ай бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@nkengurutsearistide5234
@nkengurutsearistide5234 11 ай бұрын
Kigingi agiriye ikiganiro muhira ari très sérieux 😅 urakoze Chita kukiganiro ciza.
@user-ld1si2jp4r
@user-ld1si2jp4r 10 ай бұрын
😂😂😂
@edouardndabahinyuye5131
@edouardndabahinyuye5131 11 ай бұрын
Waduze iwanyu murukina bivuge !
@vyuguruzumwangumwereka
@vyuguruzumwangumwereka 11 ай бұрын
😂😂😂 iyi comment nari nyiteze
@EricEricc-jm3wt
@EricEricc-jm3wt 11 ай бұрын
👎👎👎👎👎👎👎👎
@schollaschol3948
@schollaschol3948 11 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@nzeyimanamoussa7756
@nzeyimanamoussa7756 11 ай бұрын
Umusore yaheze mu muferege agiye gukuramo batiri ya telefone
6:50
SCHOOLBOY. Мама флексит 🫣👩🏻
00:41
⚡️КАН АНДРЕЙ⚡️
Рет қаралды 6 МЛН
When you discover a family secret
00:59
im_siowei
Рет қаралды 33 МЛН
The CUTEST flower girl on YouTube (2019-2024)
00:10
Hungry FAM
Рет қаралды 40 МЛН
SCHOOLBOY. Мама флексит 🫣👩🏻
00:41
⚡️КАН АНДРЕЙ⚡️
Рет қаралды 6 МЛН