Nyuma yogusobanukirwa bahisemo kuba abaislam

  Рет қаралды 6,942

Dawah Rwanda TV

Dawah Rwanda TV

4 жыл бұрын

Ni ikiganiro mbwirwa ruhamwe baganiraga kuri Bibilia na Quran icyagaragaye nuko bamwe mubari bitabiriye banyuzwe bagahitamo kuba abaislam

Пікірлер: 30
@thieriniyorukundo2365
@thieriniyorukundo2365 3 жыл бұрын
Yesu kristo aboza ibirenge,Yesu arabasobanurira abigishwa biwe ico ashaka kubigksha
@thieriniyorukundo2365
@thieriniyorukundo2365 3 жыл бұрын
Yohana 13:13-17 Yesu ATI munyumve mwese munyita,Mwigisha,Shlbuja,KO mbogeje ibirenge,nta bindi yabogeje
@sawdaasawdaa7903
@sawdaasawdaa7903 3 жыл бұрын
Yesu aje azaza asenge makkah ahasanguwuriko asengesha ahite amukaribisha ati dusengeshe kanduwomuntu niwazamumenyawenyene ahite amubwira wadusengesha acayishura uti uwusengesha rekave muremwebwe ntakibazo....... uwiiiiiiii yesu nuwacu bisiramu nintumwa zose nigwacu mwe mugumye paulo mwizera mukwiratakwe
@NdayisabyeBukhari
@NdayisabyeBukhari 2 ай бұрын
Assalamualaikum warhimatullah wabarakatuh ndagukundacyane mussa sef
@thieriniyorukundo2365
@thieriniyorukundo2365 3 жыл бұрын
Yesu yasize itegeko 25Aba Yesu baze bame babigira gutyo igihe cose mugize Ingaburo ryera kizabe icibutso! Uwiyita sheh kamana ngo turabarozi!!!
@thieriniyorukundo2365
@thieriniyorukundo2365 3 жыл бұрын
Yesu Kristo ataraza kw'isi batanga igitungwa kigakererwa,bagatega amaraso.... Kugirango ivyaha vyabo bitwikirwe
@sindijack6522
@sindijack6522 3 жыл бұрын
Sha icompango muhure nabagorozi iburundi turabarrmbeje ntajambo mukigira
@sawdaasawdaa7903
@sawdaasawdaa7903 3 жыл бұрын
Takibiiiir nivyiza weeeee nimuze mwumve yesu wukuri nahoyasengera yesu nubu numusigiti wubatse nabi seileimani arinaho bahamvye yohana hafiyaho nanyina wa YESU ubwo ngubwo nubunumusigiti kandi azamanugwa yesu aruko bawatse abisiramu hazabintambaridasanzwe muga abisiramu nibobazatsinda yesu azabomora imisaraba myinshi
@thieriniyorukundo2365
@thieriniyorukundo2365 3 жыл бұрын
Naba Islamu namwe muravyiyiziho, Abikorinto bâ mbere 11:23-27 Paulo abibutsa uko Yesu yatanguje Ingaburo Yera!
@thieriniyorukundo2365
@thieriniyorukundo2365 3 жыл бұрын
Muyishimishe ibifise imirya n'imyironge,Muyishimishe kuvuza cane ivyuma vyamajwi arengera,igihumeka vyose ni mushime uwiteka,keretse,mwebwe...
@thieriniyorukundo2365
@thieriniyorukundo2365 3 жыл бұрын
Mwebwe mwiyita abasheh n'abandi,mbamenyesheje KO abagore babakristo benshi cane bambara ibitambara vyo mu mutwe muraza mwirebere
@moussangizwenayo
@moussangizwenayo 4 жыл бұрын
Uyu muhadhara wari uryoshye
@thieriniyorukundo2365
@thieriniyorukundo2365 3 жыл бұрын
Sheh Kamana yavuze KO:Abakristo n'abarozi kuko barya umubiri wa Yesu bakanywa n'amaraso yiwe
@thieriniyorukundo2365
@thieriniyorukundo2365 3 жыл бұрын
Ivyo kutawaza: Yohana 13:3-5 Umutwe w'amajambo:Yesu yoza ibirenge vy'abigishwa,
@thieriniyorukundo2365
@thieriniyorukundo2365 3 жыл бұрын
Umukati(umitsima) bisobanura umubiri wa Yesu kristo ugiye gutangwa
@thieriniyorukundo2365
@thieriniyorukundo2365 3 жыл бұрын
Ariho umugore avuze KO yinjiye mu bwislam kuko abagore babo basenga bitwikiriy mû mutwe
@sawdaasawdaa7903
@sawdaasawdaa7903 3 жыл бұрын
Idini nicarabu ni inzira ijana umuntu mwijuru iyakurikiye ivyo IMANA yabwiye intumwa zayp zukiri bigishe abantu bababere abahanuzi
@thieriniyorukundo2365
@thieriniyorukundo2365 3 жыл бұрын
Sheh jenero na sheh kamana sulemani,mwebwe muridiga diga mukitwenga! Muhazara uravuga umukristu akabasubiza ,mwabatinye,Na bado akataraza kari inyuma
@sindijack6522
@sindijack6522 3 жыл бұрын
Murabesha muzoze ubuho abagorozi baraje bahagarariye ukuri kwa gikristo sabo bayovye uzorondere ntakirutimana bazabavugutira umuti
@thieriniyorukundo2365
@thieriniyorukundo2365 3 жыл бұрын
Zaburi 150:1-6 muyishimishe ijwi ry'inzamba( trompète, muyishimishe ikembe ninanga, Muyishimishe kuvuza ingoma n'imvyino
@thieriniyorukundo2365
@thieriniyorukundo2365 3 жыл бұрын
Inyigisho mbasigihe mwese munyigireho KO ndi shlbuja nkaboza ibirenge namwe buri mungj abigiire mugenziwe
@sawdaasawdaa7903
@sawdaasawdaa7903 3 жыл бұрын
Bereke na musa ariko akubita ruku biriyo buriya nibabatarabifuta abantu nibabibone😂😂😂 bereke na ibrahim
@thieriniyorukundo2365
@thieriniyorukundo2365 3 жыл бұрын
Abatunze abadayimoni n'amajini,bakagira icumba umugore n'umwana batinjiramwo keretse umugabo wenyene ni bande?
@thieriniyorukundo2365
@thieriniyorukundo2365 3 жыл бұрын
Amaraso y'a Yesu -kristo yaviriye abantu Bose bo kw'isi ni yo Atwoza ivyaha apana amazi aba islam bakoresha!
@sawdaasawdaa7903
@sawdaasawdaa7903 3 жыл бұрын
Bosomere yesu avuga intumwa izoza inyumayiwe ? Paulo acaritanganiza ataratumwa kandi arintumwa MUHAMADI wukuri nz paulo wububeshi
@kevenklutha8032
@kevenklutha8032 3 жыл бұрын
Uno musheikh wambaye amakoti ndamukunda ndamukunda byahatar
@thieriniyorukundo2365
@thieriniyorukundo2365 3 жыл бұрын
Iico kiganiro canyu kiteyi soni kuko kigizwe na sheh jenero na kamana selemani mwese muri abaislamu muganira na bande( Dèbat ntayo muzi)
@thieriniyorukundo2365
@thieriniyorukundo2365 3 жыл бұрын
Mwavuze ivyo kuririmba KO bitemewe mw'ishengero? Mwebwe aba islam mufise sa bibliya mungo zanyu,ariko ntavyo mutahura!
@thieriniyorukundo2365
@thieriniyorukundo2365 3 жыл бұрын
Yesu Asuka amazi mu mubehe atangura ku boza iki? Umunwa ga3 ?Amatwi ga 3? Amaboko ga 3? Mukanwa ga3? Abo baislam baremeza KO Yesu kristo yabikoze,?
Bilal ati: Pasiteri Rutagengwa yari yatangiye neza none abikandagiyemo
1:39:33
Scary Teacher 3D Nick Troll Squid Game in Brush Teeth White or Black Challenge #shorts
00:47
Happy 4th of July 😂
00:12
Alyssa's Ways
Рет қаралды 66 МЛН
Does size matter? BEACH EDITION
00:32
Mini Katana
Рет қаралды 20 МЛН
Heartwarming Unity at School Event #shorts
00:19
Fabiosa Stories
Рет қаралды 19 МЛН
40 QISO oo saamayn leh & 15 kamida culimadeenna waaweyn
3:57:33
Salafmedia
Рет қаралды 3,8 МЛН
Subxaanalaah: Hooyadaa ma toogan lahayd? daawo Qisadani
7:22
Xogmaal Media
Рет қаралды 7 М.
🔴 Toos: Casharada Dawrada 2aad || Maalinkii 80aad
3:40:19
Dawra Ta'siiliyah Official Channel
Рет қаралды 53 М.
Amakuru ya BBC Gahuzamiryango Today Kuwa Gatatu 24/7/2024
30:23
Impamo Rwanda
Рет қаралды 13 М.
سورة البقرة كاملة, رقية للبيت, وعلاج للسحر | القارئ علاء عقل - Surah Al Baqarah
3:52:36
Scary Teacher 3D Nick Troll Squid Game in Brush Teeth White or Black Challenge #shorts
00:47