NZANIYE MESSAGE ABAKRISTO BARIKO BARAJA MWIJURU //NGIBI IVYAHA ABAKRISTO BATIHANA BIBABUJIJE IJURU

  Рет қаралды 3,494

UMUCO WERA TV

UMUCO WERA TV

Күн бұрын

Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#Celestin_79969452 #UMUCO_WERA_TV

Пікірлер: 11
@alinenikuze1871
@alinenikuze1871 2 ай бұрын
Imana ibahezagire cane gose
@esthernahimana2663
@esthernahimana2663 2 ай бұрын
Imana idufashe cane gose peee beshiiii biradufata peee ivyo vyose uvuze 😢
@SamuelBizimana-i2s
@SamuelBizimana-i2s 2 ай бұрын
Murakoze
@Olivella-br8mm
@Olivella-br8mm 2 ай бұрын
Imana itubabarire
@MathewsByiringiro
@MathewsByiringiro 2 ай бұрын
Mugirumugisha kumburi mutanga
@antoinettempaimana2724
@antoinettempaimana2724 2 ай бұрын
Kaze mukozi w,lmana
@UMUCOWERATV2021
@UMUCOWERATV2021 2 ай бұрын
kaze
@AnickNdayikengurukiye
@AnickNdayikengurukiye 2 ай бұрын
Imanishimwe ikibazo mfise iyo wihanye ivyaha ubimenyaguteko wahariwe ??? nicokibazo mfise
@anniegitare1676
@anniegitare1676 2 ай бұрын
Nukwizera ko Wahariye niyo vyoba bisa natukutuku iravyoza bigasa na shelege bikera derere hama urizera ko Yesu yakugiriye ikigongwe
@PhilippeNSABIMANA-g8r
@PhilippeNSABIMANA-g8r 2 ай бұрын
Wihanye mukumenya KO wahariwe wumva amahoro mumutima kandi ntajwi risubira kukwagiriza
@FaustinNsabimbona-jw6pr
@FaustinNsabimbona-jw6pr 2 ай бұрын
Umubwijukuri pe kand ivyurimwo mumana ntamutima ukurega ugira wamana amahoro​@@PhilippeNSABIMANA-g8r
Flipping Robot vs Heavier And Heavier Objects
00:34
Mark Rober
Рет қаралды 59 МЛН
Smart Sigma Kid #funny #sigma
00:14
CRAZY GREAPA
Рет қаралды 11 МЛН
How to whistle ?? 😱😱
00:31
Tibo InShape
Рет қаралды 14 МЛН
Good teacher wows kids with practical examples #shorts
00:32
I migliori trucchetti di Fabiosa
Рет қаралды 12 МЛН
MBESE IBI BINTU NI UKURI CYANGWA NI IBINYOMA? NIBA ARI UKURI HAKORWE IKI?
1:12:02
Flipping Robot vs Heavier And Heavier Objects
00:34
Mark Rober
Рет қаралды 59 МЛН