#Part1

  Рет қаралды 237,274

Burundi Gospel TV

Burundi Gospel TV

2 жыл бұрын

Ukaba wifuza kuvugana natwe kuduha ivyiyumviro kubiganiro tubashikiriza, ukaba ufise intahe yoha abandi ivyizigiro, inkuru, igiteramo, répétition canke ushaka gushigikira ibi bikorwa duhamagare, twandikire kuri whatsapp: +257 75 410 862

Пікірлер: 528
@Iriho
@Iriho 2 жыл бұрын
Ndagukuuuunda n'umutima wanje wose iyo uva ukagera icompa tugahura 😭🇧🇮🇧🇮🇧🇮lmama ikomeze ikuzigame
@josianeniyubuntu6449
@josianeniyubuntu6449 2 жыл бұрын
Hezagirwa muvyeyi mwiza
@glorioseniyonzima4449
@glorioseniyonzima4449 2 жыл бұрын
Pasteur Denise NKURUNZIZA,umukama agusesekarize amavuta ku mutwe.Ndagukunda kandi intahe zawe ziranyubaka
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
ok
@uwiyubashyecharles3360
@uwiyubashyecharles3360 9 ай бұрын
Mwisi yose musisanga ntawundi mutambukanyi wigize akora igikorwa nkico nicogitumye Imana uzaguha umugisha🎉
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 9 ай бұрын
❤️❤️❤️😍😍😍😍
@evelynemuco9997
@evelynemuco9997 Ай бұрын
Ndagukunda cane muvyeyi uri intwari.
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Ай бұрын
Ameeeeennnn
@Adonai534
@Adonai534 2 жыл бұрын
Imana ishimirwe Agakiza yaguhaye n'umutima mwiza ukunda Imana wifitiye Uri icyitegererezo❤
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
amen
@mosesbizifirst6976
@mosesbizifirst6976 2 жыл бұрын
Haluluya ndabaramukije mwizina ryumwami wacu yesu Christo uwatubambiwe kumusaraba. mfite mesage ngomba gutanga kur Rev Pasteur Denise Nkurunziza mesage ivuga uti usenge cane usengere uruvyaro rwawe kuko satani ashaka kugutwara uruvyaro rwawe nabonye hadutse umudayimoni windwara muruvyaro rwawe usenge cane usengere uruvyaro rwawe Mesage yanje niyo amen. Ndasavye abantu Baza kuronka mesage muyihanahane ishikire nyeneyo knd mumusengere dusengeranire muri ururugendo rwokuja mwijur Amen Imana ibahezagire.
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
ok
@isarotv6229
@isarotv6229 2 жыл бұрын
Imana izaguhe iherezo ryiza n' Umunezero wogutura Mwijuru ritabamo kubura abo Twakundaga.
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
ok
@sarahbarahomoka7469
@sarahbarahomoka7469 2 жыл бұрын
Asante sana nimebarikiwa na ushuhuda wako. Mungu aendelee kukupigania wewe na nyumba yako. Imana ibhahezagire.
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
asante
@sandrineinamahoro7378
@sandrineinamahoro7378 2 жыл бұрын
Intahe idasanzwe pe😞 Muhezagirwe Muvyeyi
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
yesss
@pofo8261
@pofo8261 2 жыл бұрын
Ndakunda imana🙏première damme yubahwe icompa nkagukora muntoke gusa
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
amen
@ndacyayisengajeanbaptiste2809
@ndacyayisengajeanbaptiste2809 Жыл бұрын
Ntawundi mukuru wigihugu Mur'Africa tuzobona Utazira Imana Nka Nyakubahwa perezida Nkurunziza. Igire mutama
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
yesss
@mariejosee6951
@mariejosee6951 Жыл бұрын
Maman buntu ndagukunda kndi nongey kugukunda ikigitondo ,intahe yawe numva ariyanje ndi mubihe vyawe vya kera ariko numvise indemesho kukubona vyongora cane ariko vyombera inyishu ya vyinshi
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
tkx
@inezakabayaorganization7341
@inezakabayaorganization7341 2 жыл бұрын
Imana iguhezagire mubyeyi. Injye ihora ikidwanirira ikurinde nabawe mubyeyi dukunda
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
ok
@niyonkuruvestine-r7v
@niyonkuruvestine-r7v 6 күн бұрын
Maman yesu abongere imigisha vyukur natw mudusengere nubwo ivyacu bitaba bisa nivyo gs biraturemesheje
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 5 күн бұрын
🥰🥰🥰🥰😍😍😍😍
@kwizerayvonne1950
@kwizerayvonne1950 2 жыл бұрын
Amina Pasta Denize Bucumi ! Ndagukunda caane! Ntakabi kawe ! Aha ndi mukuri ! Ibereho neza!
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
okkkk
@nkizinkikofaustin1276
@nkizinkikofaustin1276 2 жыл бұрын
Uwicisha bugufi, akubaha Uwiteka, Ingororano ye ni ubukire n'icyubahiro n'ubugingo. (Imigani 22:4) Uwiteka aguhezagire Mubyeyi mwiza ntuzabure kungororano zabubaha z'abamumwaba!
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
ok
@FeliciteNiyiragira-rq7xt
@FeliciteNiyiragira-rq7xt Жыл бұрын
Intahe nziza mama buntu! Iranyubatse
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
amen
@isarotv6229
@isarotv6229 2 жыл бұрын
Amen 🙏 Amahoro nyakuri Ava kuri Yesu nuko aturyohera rwose
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
ok
@ruzoviyomatirida4004
@ruzoviyomatirida4004 8 ай бұрын
Imana iguhezagire cane kuri iyi ntahe udusangije
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 8 ай бұрын
Amen amen
@AHERACYANE
@AHERACYANE 2 жыл бұрын
Imana izamfashe nzafpe narakubonye amaso kumaso
@trophywilson7211
@trophywilson7211 2 жыл бұрын
Uri mugihugu cahe??
@AHERACYANE
@AHERACYANE 2 жыл бұрын
Murwanda mbinye umpuza nawe naza kumureba
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
ok
@theresiakarwera2279
@theresiakarwera2279 2 жыл бұрын
Amen 🙏 ndagukunda nkabura icyo nguha
@muroramary3019
@muroramary3019 2 жыл бұрын
She is just a blessing to many
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
amen
@augustinhakizimana5
@augustinhakizimana5 Жыл бұрын
Mwaramutse amahoro ya yesu abane namwe . Ndi murwanda gusa mfisi icyifuzo cyo guhura na pastor nzobigenza gute
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
Okkk
@FeliciteNiyiragira-rq7xt
@FeliciteNiyiragira-rq7xt Жыл бұрын
Imana ibahe kuramba kugira mukize imitima yabenshi
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
amen
@dusaberuth1709
@dusaberuth1709 2 жыл бұрын
Agahinda karica mumy korera ijuru ndagukundaaaaa ndi murwanda icyakumpa tugasengana
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
ok
@ndikuriyodiore3129
@ndikuriyodiore3129 Жыл бұрын
Harya Sha Denise uragerageza gukizwa.
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
Caneeeee
@MuhawenimanaClarisse-yp6ct
@MuhawenimanaClarisse-yp6ct 25 күн бұрын
Mama nukuri imana iguhe umugisha turagukunda cyane turi mu rwanda
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 22 күн бұрын
ameeeeennnnn
@dusaberuth1709
@dusaberuth1709 2 жыл бұрын
Urintwali mubyeyi urugendo rw,ubuzima uraruzi niyompamvu utibagiwe gusa uzabone ijuru
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
ok
@ddenywakuzesha8358
@ddenywakuzesha8358 2 жыл бұрын
Uruwo kwigirako urumugisha kuba mama🙌🙌🙌🙌💓
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
ok
@lydiankurunziza3289
@lydiankurunziza3289 Жыл бұрын
Maman buntu murampimbaye cane ndabakunda gose
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
Murakoze cane
@ndahimanachalisa-oy4us
@ndahimanachalisa-oy4us Жыл бұрын
Maman nukuri imana ikomeze iguhezagire
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
amen
@GrodieHavyarimana
@GrodieHavyarimana Ай бұрын
Nyakubahwa ndagukunda kubera wubaha kristo
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Ай бұрын
Ameeeeennnn
@rurangwaolivier9313
@rurangwaolivier9313 Жыл бұрын
Amena utugezaho ibiganiro byiza cyane
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
amen
@raissafabien4285
@raissafabien4285 2 жыл бұрын
Ariko harahiriw uburundi bwakuronse😍😍
@yvettehavyarimana381
@yvettehavyarimana381 2 жыл бұрын
Bidasanzwe👌👌
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
ok
@mukamusoniliberata4065
@mukamusoniliberata4065 2 жыл бұрын
Maman Denise Kwifurije, Kuramba, mu byishimo no mu Rukundo nkuko usanzwe n abawe Bose,! I ♥️♥️♥️♥️♥️♥️🌹🌹!
@rwabugiriinnocent6002
@rwabugiriinnocent6002 2 жыл бұрын
Mama wacu imana iguhe umugisha mwishi 🙌🙌🙌 icyubahiro kumana kuba tugufite Mama wacu
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
ok
@matasimutesi8068
@matasimutesi8068 Жыл бұрын
Ndagukunda Kandi cane
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
tkx
@belysenibitanga1384
@belysenibitanga1384 2 жыл бұрын
Imana ibampezagirir Nyina wanje ndagukunda caane gose maman wacu
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
ok
@ShyakaOlivier-bi4th
@ShyakaOlivier-bi4th 2 ай бұрын
Ndagukunda cane❤❤
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 ай бұрын
❤️❤️❤️❤️
@nintunzefelicite6260
@nintunzefelicite6260 2 жыл бұрын
Intahe iranyubatse kweri muvyeyi komera
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
tkx
@ndacyayisengajeanbaptiste2809
@ndacyayisengajeanbaptiste2809 Жыл бұрын
Nyakubahwa Umenga Iby'Imana yamvuzeko biri gusohora
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
amen
@IrakozeJeanpoul
@IrakozeJeanpoul 3 ай бұрын
Nitwa irakoze kevin.murugo nimurwanda ariko nangakushwa.kwawe warambeshwe utuma ntanga amafaranga yajye umbashwa mbese ibyo uvuga ngo ukorera imana bivuziki warambabaje urangije uhita umboroka urishunya cyakora imana.ikubabarire.ariko warambabaje
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 3 ай бұрын
Wahuye n'umusuma uyu mu mama ntasaba amahera waribwe Abo n'abasuma
@user-kv8ws5wj2p
@user-kv8ws5wj2p 2 ай бұрын
Kevin tekana uyumu maman ntabubeshi afise wahuye ninsuma nanje vyarashikiye bashirako foto yiwe bakamwiyitirira arabasuma
@jeanneniyigena8222
@jeanneniyigena8222 2 жыл бұрын
Komera komera Pastor mwiza
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
ok
@delulo6738
@delulo6738 Жыл бұрын
Mama wanjye uzikwijyisha urumunu mwiza
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@delulo6738
@delulo6738 Жыл бұрын
ESE ni gute umunu yavugana na mama pasteur Ku giticye
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@bonifacenindorera7640
@bonifacenindorera7640 2 жыл бұрын
yesukristo ashishikare kukubahafi mukoziw'lmana ndinindorera abaramukije niwamukwewanyu womukirundo
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
yesss
@MediatriceNduwimana-sv9dc
@MediatriceNduwimana-sv9dc 4 ай бұрын
Imana ikongerereze amavuta
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 4 ай бұрын
Ameeeeennnn
@Kigalinewstv250
@Kigalinewstv250 2 жыл бұрын
Yesu aguhe umugisha mwinshi Kandi akwagure mukozi wi Imana
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
ok
@dusaberuth1709
@dusaberuth1709 2 жыл бұрын
Yooo lmana yamujyanye kare disi mwarimukwiye gusazana
@trophywilson7211
@trophywilson7211 2 жыл бұрын
Ivy Imana Biragoye
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
ok
@claverniyonzi2334
@claverniyonzi2334 2 жыл бұрын
Imana iguhe umugisha vyukuri ndafashijwe icompa nabandi bakabitahura ukunyene
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
ok
@samblessings1358
@samblessings1358 2 жыл бұрын
Nukuri murakoze cyane kububuhamya bwanyu
@rwandanziza2267
@rwandanziza2267 2 жыл бұрын
Ndagukunda
@rwandanziza2267
@rwandanziza2267 2 жыл бұрын
Imana ishimwe ko iribuka ko urumupfakazi
@joselinebarutwanayo8023
@joselinebarutwanayo8023 2 жыл бұрын
gukoreraimanantabuhombe burimwo ubuhanywabwawe bukomezabeshi wogiranogumanunviriza amen
@davidmugisha1204
@davidmugisha1204 2 жыл бұрын
Imana igira neza
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
ok
@kanyanadiana3124
@kanyanadiana3124 2 жыл бұрын
Gewe ndamukunda cyane n, Imana irabizi 🇷🇼🇺🇲
@floflower10
@floflower10 2 жыл бұрын
Me too ❤️❤️
@muroramary3019
@muroramary3019 2 жыл бұрын
Nanjye disi ndamukunda cyane
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
ok
@francinendacayisaba2411
@francinendacayisaba2411 2 жыл бұрын
Ndagukunda cane muvyeyi wacu iri icitegererezo 🥰🥰🥰🥰🥰🥰
@NdihokubwayoInnoncent
@NdihokubwayoInnoncent 2 жыл бұрын
Turagukunda mama wacu
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
ok
@Anny-p62
@Anny-p62 2 жыл бұрын
Urumu maman nkunda cne Imana igukomeze ikiruta vyose izoguh ijuru kko urintwari mumuryango nomugihugu
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
ok
@harerimanaevelyne1324
@harerimanaevelyne1324 2 жыл бұрын
Intahe yawe iranyubatse muvyeyi mwiza Imana iguhezagire cane
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
asante
@ntezirizazayoweri1976
@ntezirizazayoweri1976 2 жыл бұрын
Ndabakunda
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
asante
@zaujiyabugegene6389
@zaujiyabugegene6389 2 жыл бұрын
Maman Buntu ,Imana igukomeze,uruwagaciro kuri jew
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
amen
@belindahongo1074
@belindahongo1074 2 жыл бұрын
Uranyuzwe Muvyeyi mwiza!. Korera Imana ! Pe
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
ok
@jeanclaudemijuriro2973
@jeanclaudemijuriro2973 2 жыл бұрын
Imana ikomeze kubiyereka Mama Buntu Mwarahezagiwe Ameni.
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
ok
@user-rj2sr7xt9j
@user-rj2sr7xt9j 5 ай бұрын
Imana yaravyunvise.
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 5 ай бұрын
Ameeeeennnn
@charlesuwizeye1098
@charlesuwizeye1098 2 жыл бұрын
Komera mama buntu urintwari urumuvyeyi wacu mwiza wubahwe 🙏🙏
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
murakoze
@bonaventurecyiza
@bonaventurecyiza 2 жыл бұрын
Jya ukomera cyane mubyeyi umugabo wawe yakoreye Imana nizera KO ajya aza agusura humura uwiteka azaguhoza kwihangana
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
ok
@gasanabernadette1201
@gasanabernadette1201 2 жыл бұрын
Uti harabakizwa bya jyujyu,nukuri IMana inshoboze gukizwa neza nukubibamwo neza
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
ok
@tuyishimejosettetyyishime2142
@tuyishimejosettetyyishime2142 2 жыл бұрын
Imana igukomereze amaboko mubyeyi mwiza uruwagaciro!!!
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
tkx
@musabyimanaemeline9265
@musabyimanaemeline9265 2 жыл бұрын
Ndagukunda mubyeyi lmana izaguhe umugisha kandi ikomese kukurondera umugisha izace izoze iguhe ubugingo
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
asante
@aishasaidi8278
@aishasaidi8278 2 жыл бұрын
Urakoze muvyeyi twubahane i love you so much
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
okkk
@kwizerayvonne1950
@kwizerayvonne1950 2 жыл бұрын
yooo, Denie , unryohera kubi ! urintwari ! Ukkwanka Akwandureko ! Hezagirwa pasta ! uvuze ibikomeye!
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
okkkkk
@modestesahingereje3408
@modestesahingereje3408 6 ай бұрын
ndeniza muvyeyimwiza ndakuramukije canegose nimpujekugukebura ukure ikintu cosebambara mwizosi ncankekukuboko ncankemu ndawewe urumukonziwima nanemera canekandi mutubabarirecane🙏🙏🏾😂
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 6 ай бұрын
🙏🙏🙏🙏
@jjlovefamilytv
@jjlovefamilytv 2 жыл бұрын
Blessings pastor
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
yesss
@lispamagu5810
@lispamagu5810 Жыл бұрын
Amen I'm from Tanzania
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
Amen
@rwagasoreelie4657
@rwagasoreelie4657 2 жыл бұрын
Imana iguhe umugisha Mama Président Nk
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
amen
@RehemaMutesi
@RehemaMutesi 2 ай бұрын
Halelujah mubyeyi komezukoreri mana izoguhemba ndi Uganda imana izoduhuza
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 ай бұрын
Ameeeeennnn
@judithakimana2718
@judithakimana2718 2 жыл бұрын
Amen Imana yacu irakomeye basha twihangane Imana yacu irakomeye ndagukunda cane Maman buntu eka Uri Maman buntu kabisa
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
ok
@bigirimanazabulon7929
@bigirimanazabulon7929 2 жыл бұрын
Amen Uhoraho abakomeze abazigame cane
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
ok
@hakizimanagaston621
@hakizimanagaston621 2 жыл бұрын
Uko n,ukuri umuntu akwiye kugenda wibuka aho lmana ya gukuye
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
Yesssss
@margueritentirubuza1076
@margueritentirubuza1076 2 жыл бұрын
Barikiwa saaaaanaaaaaa, urampezagiwe umvugiye n ibintu ❤️🙏
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
ok
@King-ns1wg
@King-ns1wg 2 жыл бұрын
Imana Igufise h’Umugambi nyina w’Igihugu😍
@user-jm3pc7tu7c
@user-jm3pc7tu7c 2 жыл бұрын
Amen
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
ok
@NtawangwanaboseAnastas
@NtawangwanaboseAnastas Ай бұрын
Deni Imanaiguhe imbaraga namavutayokuguma mugakiza
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Ай бұрын
Ameeeeennnn
@azzaalharthi6731
@azzaalharthi6731 2 жыл бұрын
Intahe nziza cane ndabakunda cane mama ❤️
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
Murakoze caneee
@africanow9057
@africanow9057 2 жыл бұрын
Imana ikomeze ikube hafi.
@annonciataumingabire1460
@annonciataumingabire1460 2 жыл бұрын
Amen amen ubarikiwe
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
ok
@user-vs6zr7jj6h
@user-vs6zr7jj6h Ай бұрын
Turahukunda cane muvyeyi imana ishishikare kukurinda no kugukomeza
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Ай бұрын
❤️❤️❤️❤️❤️
@jpaulhavyarimana7463
@jpaulhavyarimana7463 2 жыл бұрын
Ok intaheyawe niyukuri uraryoshe. Iraremesha
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
amen
@lesly4777
@lesly4777 2 жыл бұрын
Ndagukunda muvyeyi Imana ukutuzigamire
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
ok
@user-xx2pn5bu3e
@user-xx2pn5bu3e 5 ай бұрын
Iyintahe iranyuze inkuyaha ishikanye ahandihantu❤
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 5 ай бұрын
❤️❤️❤️❤️❤️
@yvonnenzitonda6319
@yvonnenzitonda6319 Жыл бұрын
Urakoze cane Maman buntu kuntahe iryoshe kand irimwo inyigisho nyinshi
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
amen
@alicengenzebuhoro9502
@alicengenzebuhoro9502 2 жыл бұрын
Uri n'igikundiro Mupfasoni wasizwe amavuta. Imana ikuzigama
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
ok
@naomendayishimiye2214
@naomendayishimiye2214 2 жыл бұрын
Yesu Akwongere umugisha mukozi w'Imana nzima.
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
ok
@JoelManirahinyuza
@JoelManirahinyuza 6 ай бұрын
Umuvyeyi murakoze kwijabomuduterereye imana ibogere umugisha
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 6 ай бұрын
🥰🥰🥰🥰🥰
@user-ju6jz6vs7k
@user-ju6jz6vs7k 8 ай бұрын
Mama shikamoo hongera sana mama angu mungu akupe umri mlefu na mafanikio mema
@user-ju6jz6vs7k
@user-ju6jz6vs7k 8 ай бұрын
Hongera sana mama
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 8 ай бұрын
Asante sanaaaa
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 8 ай бұрын
Asante sanaaaa
@ukurikuraryana7229
@ukurikuraryana7229 Жыл бұрын
Amen IMANA Ikomeze Igukomerez'amaboko mubyeyi
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
amen
@alicengenzebuhoro9502
@alicengenzebuhoro9502 2 жыл бұрын
Iyo ntqhe iratwengeje " ngo ugataha uko wagiye" pole mama
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
ok
@Bigirimanajaenpacifique
@Bigirimanajaenpacifique Ай бұрын
sha maman yesu akomez kuguha imbaraga zokugwana
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Ай бұрын
❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
@trophywilson7211
@trophywilson7211 2 жыл бұрын
Ila ujumbe mzito saana Mungu azidi kutufundisha
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
ok
@ennockndihokubwayo4847
@ennockndihokubwayo4847 2 жыл бұрын
Uruwagaciro muvyeyi nkwifurije kuzobona ijuru
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
ok
@yvettehavyarimana381
@yvettehavyarimana381 2 жыл бұрын
Love to much. My role model. BUNTU wacu IMANA ikutuzigamire 🙏🙏🙏🙏🙏
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
ok
@chantalmanyana9199
@chantalmanyana9199 2 жыл бұрын
Imana iguhezagire imigisha y'imana ikubeko
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
amen
@christinemahoro6519
@christinemahoro6519 2 жыл бұрын
Umumama wikitegererezo 🥰❤️
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
ok
@muroramary3019
@muroramary3019 2 жыл бұрын
Komera mubyeyi mwiza! Imana iguhezagire nukuri ndagukunda.
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
yessss
@user-ip8zk1vw6h
@user-ip8zk1vw6h 5 ай бұрын
😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊​@@burundigospeltv2661
@pasteurruzindanastanislas7752
@pasteurruzindanastanislas7752 2 жыл бұрын
Imana iguhe umugisha Mama
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
amen
@Igaburoryera
@Igaburoryera 2 жыл бұрын
Injira hano 🙋 UWAHINDUTSE TV
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
hhhhhhhh
@NtawangwanaboseAnastas
@NtawangwanaboseAnastas Ай бұрын
E Mana ndagukunze nukuri ufite umwukawera nimvugo yawe irabigaragaza
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Ай бұрын
🥰🥰🥰🥰🥰🥰
ПРОВЕРИЛ АРБУЗЫ #shorts
00:34
Паша Осадчий
Рет қаралды 7 МЛН
Stay on your way 🛤️✨
00:34
A4
Рет қаралды 22 МЛН
Nastya and SeanDoesMagic
00:16
Nastya
Рет қаралды 34 МЛН
Pst Denise NKURUNZIZA - TWIYUBARE NTIDUHUSHE AMAHIRWE YACU
54:00
Eglise du Rocher S.S.I
Рет қаралды 12 М.
Pst Denise NKURUNZIZA - HORA IMANA IRWANE
50:48
Eglise du Rocher S.S.I
Рет қаралды 27 М.
ПРОВЕРИЛ АРБУЗЫ #shorts
00:34
Паша Осадчий
Рет қаралды 7 МЛН