PASTA (AKES DON FT MKOMBOZI) VIDEO DEBAT PART 3 NA SIMBIZI WA SEMAVUMBA

  Рет қаралды 1,907

Akes Don

Akes Don

10 ай бұрын

Пікірлер: 31
@MR-PT257
@MR-PT257 9 ай бұрын
Uyu niwe azi Imana icarico
@samybizzy2559
@samybizzy2559 10 ай бұрын
Ivyo simbizi avuga nivyo kl
@michouchalome7482
@michouchalome7482 10 ай бұрын
Semavumbi😂😂😂
@ishimwemorgan1713
@ishimwemorgan1713 10 ай бұрын
Simbizi ni Freemason yuzuye. Ngo Imana iraborerwa
@Juliasmediatv
@Juliasmediatv 10 ай бұрын
😅😅😅, Ariko nivyiza love from Menya TV
@helpniggv
@helpniggv 10 ай бұрын
Turemeranya na Simbizi nanje
@NdayizeyeViolette
@NdayizeyeViolette 10 ай бұрын
Disi murakina nibidakwiye
@mangmodile38
@mangmodile38 10 ай бұрын
Simbox kumbe urazi ibintu vyish mdskwemeye
@iteritekaderrrick6319
@iteritekaderrrick6319 10 ай бұрын
Akes yaduhombeye
@esperancentaconayigize4517
@esperancentaconayigize4517 10 ай бұрын
Ewe Simbizi karabaye 😏 kabisa kumbe ntiwigera usenga 😢😢😢
@akesdon
@akesdon 10 ай бұрын
Simbizi ngo Yesu ntiyigeze abaho nukuri?? Uwu we nagahebuza 🙆🏼‍♂️🙆🏼‍♂️
@samybizzy2559
@samybizzy2559 10 ай бұрын
Simbizi ndinyum yawe abatazi ubwenge ntibobitahur
@niyuhirehonore5216
@niyuhirehonore5216 10 ай бұрын
Ndatwenze mpava kumeneka
@nnno989
@nnno989 10 ай бұрын
Simbizi, Akuna, inzoga, ganaw
@matersas4535
@matersas4535 10 ай бұрын
Akes uzotuzanire papa wewe nawe adusigurire
@Evra800
@Evra800 10 ай бұрын
Uyo mu tipe numusazi afise ubwenge 😂
@lilpaff93
@lilpaff93 9 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂
@NovaMulenga
@NovaMulenga 10 ай бұрын
Izo nzoga zizobabuza vyinshi be mutazigabanya
@nifashaalexandre3108
@nifashaalexandre3108 10 ай бұрын
Numusi ndumvise umuntu asobanutse muburundi abona kure simbizi wasemavumba
@benjaminhavyarimana9479
@benjaminhavyarimana9479 8 ай бұрын
Ibibazo vyuburofa kwer 😂😂😂😂 hama ko nabony FOTO ya semavumba afukany kubirenge vya sugu jay twovugako yariko aramusenga
@Joachim-Smith
@Joachim-Smith 10 ай бұрын
Ibi Bihungu ❤😂😂😂
@mugishaevangeline8095
@mugishaevangeline8095 10 ай бұрын
Nokubirezwa nurwarwa ningorane kwel urikibwa peee 😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢imana iguharire😢😢😢😢😢😢
@user-li1qh1yi7m
@user-li1qh1yi7m 10 ай бұрын
Hewe ww wariremye nn ntukinishe imana nukuri ntikina pee😊
@user-hy8qm4un4s
@user-hy8qm4un4s 10 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 nihatari kbs
@inyishumedia
@inyishumedia 10 ай бұрын
😁😁😁😁
@setaseeta9779
@setaseeta9779 10 ай бұрын
Simbizi 😂😂😂😂😂 uramvunye
@user-vv6nq7dy3k
@user-vv6nq7dy3k 10 ай бұрын
😂😂😂
@mugishaevangeline8095
@mugishaevangeline8095 10 ай бұрын
Muhammad niwe yigize kwarimana abisilamu bamwizereraho isalm ntibaho ni iyabuda na catholic ni ya papa Wiroma😢😢😢ikibazo ca Bible naco nikobazanye Bible ninkoho Bible bayizana muburyo inkoko mububafu natwe muri Africa turabinyuranya ducadutora Bible tuyishira mububafu inkoho ruyishira muburyo😭😭😭😭naho imana irabaho kk sitwe twiremye🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏😭😭😭😭abisilamu baravumwe kk Allah wabo yabategetse vyinshi😢😢😢😢uzibintu barinda gukora 😢😢😢😢ahubwo abisiramu ntacizere ndabafiseho pee nahonanje ndumunyavyaha ntarubanza nciye😅😅😅😂😅😂😅😂😅😂
@joselynempawenimana6019
@joselynempawenimana6019 10 ай бұрын
Akes uzotuzanir umuntu ashobora kudusigurira ukuntu Marie yaduze mw'ijuru atapfuy kko bibiliya ivugako abaduze mw'ijuru batapfuy Ni Elie na Enock reo sinumv ukunt bama bahimbaz nzo marie yaraduze mw'ijuru ikibaz yarapfuy?cnke ntiyapfuy ndashaka kubimeny uko vyagenze kko ntahant nahamw handits ko bikira marie yapfuy🤔🤔
@akesdon
@akesdon 10 ай бұрын
Urakoze cane. ico kiyago vuba urakironswa vmt
@joselynempawenimana6019
@joselynempawenimana6019 10 ай бұрын
​@@akesdonMrc bcp 🙏
IMBUMBARUGO: (AKES DON / MUCO LIGHT)  PART 4
30:37
Akes Don
Рет қаралды 570
PASTA VIDEO (AKES DON FT MKOMBOZI) DEBAT
34:08
Akes Don
Рет қаралды 685
I Can't Believe We Did This...
00:38
Stokes Twins
Рет қаралды 130 МЛН
УГАДАЙ ГДЕ ПРАВИЛЬНЫЙ ЦВЕТ?😱
00:14
МЯТНАЯ ФАНТА
Рет қаралды 3,7 МЛН
KIGINGI COMEDY
1:08:13
KIGINGI COMEDY
Рет қаралды 25 М.
SIMBIZI WA SEMAVUMBA NA KORESHUMWANYA IBINTU BAVUZE BIRAKAZE
32:43
ARTS BURUNDAIS
Рет қаралды 140
Quiet Night: Deep Sleep Music with Black Screen - Fall Asleep with Ambient Music
3:05:46
PASTA  (AKES DON FT MKOMBOZI) VIDEO DEBAT PART 3
37:24
Akes Don
Рет қаралды 414
Doston Ergashev - Kambag'alga (Official Music Video)
5:32
Doston Ergashev
Рет қаралды 4,5 МЛН
Bakr x Бегиш - TYTYN (Mood Video)
3:08
Bakr
Рет қаралды 2,3 МЛН
Munisa Rizayeva - Aka makasi (Official Music Video)
6:18
Munisa Rizayeva
Рет қаралды 7 МЛН
IL’HAN - Pai-pai (lyric video) 2024
3:24
Ilhan Ihsanov
Рет қаралды 524 М.