Pasteur Blaise avuze Ubutumwa bukomeye! Umviriza!

  Рет қаралды 5,032

MEIRRA Tv

MEIRRA Tv

Жыл бұрын

Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
/ @meirratv
Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

Пікірлер: 15
@christella5092
@christella5092 Жыл бұрын
Uwonijewe kweri babwiye
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Yesu akugirire neza ko witahuye.
@fistoniteriteka9163
@fistoniteriteka9163 Жыл бұрын
Amen
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
@blaisekubwimana6203
@blaisekubwimana6203 Жыл бұрын
Yesu duhindure abawe uturind
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen 🙏💖
@aimensengiyumva5172
@aimensengiyumva5172 2 ай бұрын
Uhoraho atugabire ingabire yo kwihangana
@meirratv
@meirratv 2 ай бұрын
Amen 🙏💖
@NsengiyumvaElvis-ep6fq
@NsengiyumvaElvis-ep6fq Жыл бұрын
Mana uzombehafi ungwanirire ishavu nzogushima
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Imana yavyumvise kandi yiteguye kubigukorera🙏💖
@NsengiyumvaElvis-ep6fq
@NsengiyumvaElvis-ep6fq Жыл бұрын
Ego cn
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
🙏💖
@christella5092
@christella5092 Жыл бұрын
Mana niwankiza ishavu nzogushima
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Yazanywe no gukiza. Izere Yesu Kristo urakira uhereye none!
@christella5092
@christella5092 Жыл бұрын
@@meirratv Amen
How Many Balloons Does It Take To Fly?
00:18
MrBeast
Рет қаралды 171 МЛН
🤔Какой Орган самый длинный ? #shorts
00:42
Double Stacked Pizza @Lionfield @ChefRush
00:33
albert_cancook
Рет қаралды 81 МЛН
AMAKURU YA TARIKI |  25.07.2024
30:00
TOP5SAI-ENERGY FMTV
Рет қаралды 114
Pasteur Blaise NDAYISABA|Vyuka urye ntunanirwe n'urugendo
40:52
Keep Hope
Рет қаралды 1,5 М.
Umuhirwe ni nde? / Pasteur Adrien DIRIDIRI
5:22
EMGA-KININDO TV
Рет қаралды 2,8 М.
INTAHE HAMWE NUBUTUMWA BWIZA/pasteur Blaise
31:14
Gospel of Peace Tv
Рет қаралды 532
Jaloliddin Ahmadaliyev - Kuydurgi (Official Music Video)
4:49
NevoMusic
Рет қаралды 7 МЛН
Erkesh Khasen -  Bir qyz bar M|V
2:43
Еркеш Хасен
Рет қаралды 741 М.
Malohat
3:35
Xamdam Sobirov - Topic
Рет қаралды 1 МЛН
BABYMONSTER - ‘FOREVER’ M/V
3:54
BABYMONSTER
Рет қаралды 93 МЛН
akimmmich (feat. Turar) - UMYTTYŃ BA?| official lyric video
2:54
akimmmich
Рет қаралды 3,7 МЛН