Pasteur Ruzoviyo Fabien w'i Gihanga ati "BIZOKUGARUKAKO''// IGIKORANE CO MU GATABO

  Рет қаралды 11,009

Neema Gospel tv

2 жыл бұрын

Mwipfuza kuyaga natwe kuri telefone mwokwifashisha iyi numéro +25762924265 canke +25779476307 (Appel & Whatsapp) ariko kandi mwonatwandikira kuri Email yacu: neemagospeltv@gmail.com . Ivyiyumviro vyanyu,intererano zanyu kubw'ibiganiro n'ubutumwa tubashikiriza,vyose birahawe ikaze kubwo gutegura umugeni wa Kristo Yesu

Пікірлер: 30
@gerarardndayisaba7256
@gerarardndayisaba7256 Жыл бұрын
Egoooo Imana iguhezagire ikongere amavuta yijuru amajambo wanyigishije ryurukundooo
@emilesabiyumva1520
@emilesabiyumva1520 Жыл бұрын
Iman'iguhezagire mukozi w'Imana gutanga bizanir'umugisha uwutanze
@butoyipascaline
@butoyipascaline Жыл бұрын
Imana iguhezagire muvyeyi
@emmanuelnduwayezu9496
@emmanuelnduwayezu9496 Жыл бұрын
Murakoze kuduhezagira
@dorineinamahoro4146
@dorineinamahoro4146 Жыл бұрын
Yesu wenyen niwe gisubizo,turi mubabihamya Alléluia yesu ahimbazwe. Pasteur uhezagirwe kabisa wongerwe amavuta uraduhezagira
@LydiaIRAKOZE-ht5cn
@LydiaIRAKOZE-ht5cn Жыл бұрын
Amen muzoturonse ubundi butumwa bwiwe🙏🙏🙏🙏
@neemagospeltv
@neemagospeltv Жыл бұрын
Imana niyadushoboza tuzobubaha
@bigirimanapapy5253
@bigirimanapapy5253 2 жыл бұрын
Amen Amen Amen !!! Uko nukuri peeee, Ndavyakiriye mw'izina rya YESU KRISTO YAPFUYE AKAZUKA
@esteraakizimanaakizimana4715
@esteraakizimanaakizimana4715 2 жыл бұрын
Wenyenee niwe gisubizo YESU murakoze cane
@jeannibizi1103
@jeannibizi1103 2 жыл бұрын
Amen Amen mukozi w'Imana wongerwamavut.
@paulminani5425
@paulminani5425 2 ай бұрын
Abo batama ba kera ni abakozi b,Imana b,ukuri, ni bubahwe, kandi Imana izobahembe ijuru
@nadineniyonkuru8913
@nadineniyonkuru8913 Жыл бұрын
Amen
@fabiennyabenda6043
@fabiennyabenda6043 9 ай бұрын
Z'imana ihezagire pasteri wanje kwu has.vo atwgishije ijambo rise ubushobozi
@ngenzwanayoalexis
@ngenzwanayoalexis 2 ай бұрын
AMEN
@nathanaelnimbona8348
@nathanaelnimbona8348 Жыл бұрын
Nanje uyu mukozi w'lmana ndamwibuka imbere ya 1990 i cirisha atubwira ijambo ryo kurondera uhoraho bigishoboka kw'abonywa.
@immaculeenduwimana6012
@immaculeenduwimana6012 Жыл бұрын
Wewe ndakwibukira kwijambo mwatwigij murushubi kubwimana n'a gidiyoni lmana ibahezagire
@athanaseNzisabira-b1h
@athanaseNzisabira-b1h 8 ай бұрын
Girugisha Pasteur wacu
@nathanaelnimbona8348
@nathanaelnimbona8348 Жыл бұрын
Umuntu avuze KO amashi akomerwa lmana ABA abiyatse numva bitoroshe!!! Pe !!
@neemagospeltv
@neemagospeltv Жыл бұрын
Dutahuze ico mushatse gushikiriza
@KlodK-uf6nr
@KlodK-uf6nr Ай бұрын
Amene
@nathanaelnimbona8348
@nathanaelnimbona8348 Жыл бұрын
Mbega mugukomera amashi lmana n'uko aba abiyatse? Emwe haaa!!
@nathanaelnimbona8348
@nathanaelnimbona8348 Жыл бұрын
Muraduha inyishu kukijanye no gukoma amashi ko umengo si vyiza kuri bo
@beatricenkurunziza3136
@beatricenkurunziza3136 2 ай бұрын
Ni
@alexandreuwimana2605
@alexandreuwimana2605 2 жыл бұрын
murafise ubundi butumwa bwiwe?
@neemagospeltv
@neemagospeltv 2 жыл бұрын
Oyaye be muraryohererwa ubwo
@alexandreuwimana2605
@alexandreuwimana2605 2 жыл бұрын
@@neemagospeltv Naryohewe nyene.Maze kubusubiramwo 3 fois 😍😍 uwomutama ndamukunda
@therancehavyarimana9176
@therancehavyarimana9176 2 жыл бұрын
Amen amene!!
@yamuremyeinnocent4823
@yamuremyeinnocent4823 2 жыл бұрын
Yesu nashimwe kandi akomeze ukozi wimana ndamukundacan mudufashe Can muzogeragez muturose ubundi butumwa bwiw
@jeannibizi1103
@jeannibizi1103 2 жыл бұрын
Amen
@beatricenkurunziza3136
@beatricenkurunziza3136 2 ай бұрын
Amen
😜 #aminkavitaminka #aminokka #аминкавитаминка
00:14
Аминка Витаминка
Рет қаралды 1,1 МЛН
РОДИТЕЛИ НА ШКОЛЬНОМ ПРАЗДНИКЕ
01:00
SIDELNIKOVVV
Рет қаралды 3,9 МЛН
😜 #aminkavitaminka #aminokka #аминкавитаминка
00:14
Аминка Витаминка
Рет қаралды 1,1 МЛН