Pastor we Imana iguhe umugisha kubw'ijambo ry'Imana ryiza Ngukundira ko inyigisho zawe Ari izo kwereka abantu ukuri Aho ucyaha ukereka abantu ukuri kw'ijambo ry'Imana
@destinbizindavyi25302 жыл бұрын
N'ukuri pe Yesu agusige incuro nyinshi.Ndafashijweee
@totobagirinka18742 жыл бұрын
Imana iguhe umugisha kweri
@destinbizindavyi25302 жыл бұрын
Ameeeeen.murakoze cane.n'ukuri hari abavuga ko Mwuka wera ( twe tuvuga Mpwemu Yera mu Burundi) ngo ntahaba😣😣!! Urakoze cane k'ukuri kwose utubwira mukozi w'Imana.