No video

PIN PAJO - IZINA Ft Alvella Muhimbare

  Рет қаралды 185,317

pin pajo

pin pajo

Күн бұрын

#Gospel #Burundi #Tanzanie #Kenya #newsong #Alvellamuhimbare #Pinpajo
1coupl: harih'Umwami yinjiye mubuzima bwanje ahindura vyose mazangira icaremwe gisha ampa nirindi Zina risha ryokwitw'Umwana ryokwitw'Umwana ryokwitw'Umwana w'Imana×2
refre: ntarind'iryozina no Yesu ryambohoy'ingoyi y'ivyaha narindushe naniwe ubungendera muntsinzi yiwe Yesu yampay'izina risha
yankuye kucavu Yesu ndamushima Yesu yampay'izina risha
2em Couple: kumumenya Yesu sinicuza yangiriye neza Bose babireba yankuye mumwanduteyisoni anyambikubgiz'ampindurir'izina Ubu ndumwana Ubu ndumwana Ubu ndumwana w'Imana×2
ntarind'iryozina ni Yesu ryambohoy'ingoyi y'ivyaha narindushe naniwe ubungendera muntsinzi yiwe Yesu yampay'izina risha
Brigg:yampinduriy'amateka yuwo nari kera
Yesu yampay'izina risha
yarambabariye Yesu ndamushima
yesu yampay'izina risha
ntiyaravyumuryango mvyamwo
Yesu yampay'izina risha
yarambohoy'ankura muvyaha
yesu yampay'izina risha
Minister | Pin Pajo| Alvella Muhimbare
audio producer | Avicenne Hoz
vidéo pro:Logic Jamal
keys: Pin pajo
Guitar Electric1: Arsène
Guitar Electric2:Shukuru solo
guitar Base Régis
Drumm :Tangy
music directer Pin pajo& Alvella Muhimbare
baking vocals: Suzana' Rizik' Erlinca' Kelly 'Pin pajo
#Izina
#Pinpajo
#Alvellamuhimbare

Пікірлер: 399
@epimackndayishimiye1856
@epimackndayishimiye1856 Жыл бұрын
Muburundi buzima uyupajo ninkoramutima ,abikora neza ,iyindirimbo nsabe buri wese baba abanyarwanda ,Uganda ,kenyans especially abumva ururimi rw'ikirundi mumpe likes kuruyu mukozi w'lmana pe , indirimbo nziza cane , I can't wait listining this good Song ! Nindirimbo imfashije cane ,hallelua , Alvella ibikorwa vvyiza ,pin pajo ,ibikorwa vvyiza cane ,Turabakunda cane ! Narindushe naniwe ariko ubungendera muntsinzi yiwe
@vestinekubwimana-ju4gf
@vestinekubwimana-ju4gf 11 ай бұрын
🙌🙌🙌😭😭😭😭😭😭😭😭
@ffhcgggcjc-ix7fs
@ffhcgggcjc-ix7fs 10 ай бұрын
😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭kumenya yesu nukuri sinicuza yooooooo warakoze uesu
@mukabazigavirginie5811
@mukabazigavirginie5811 9 ай бұрын
🇷🇼🇷🇼🇷🇼 najye ndihaho guturuka Rwanda Kigali
@AkimanaJeannette-tz1to
@AkimanaJeannette-tz1to 7 ай бұрын
Mbayuwanyuma ariko ndabakunda 🙏🙏🙏🙏❤❤🇧🇮
@NsengimanaEric-cz6ey
@NsengimanaEric-cz6ey 6 ай бұрын
Www🎉❤❤❤❤❤😅😅😅😅😅
@dadaniyitungire6244
@dadaniyitungire6244 Жыл бұрын
Hallelujah 🙌🙌🙌 Yesu yampaye izina risha Hallelujah 🙌🙌🙏 abanezerejwe niyi ndirimbo Izina mumpe Like tubandany duhezagigwa knd courage muranezera cn ndiho abashikane Kure cn hashobona mwarahezagiye 🙌🙌🙏🙏
@IreneNIMBONA
@IreneNIMBONA Жыл бұрын
kzbin.info/www/bejne/eIPLcmamntt4oqM
@JeandeDieuHakizimana-nq9iy
@JeandeDieuHakizimana-nq9iy Ай бұрын
Mwabikoze neza cn Yesu yankuye mucavu
@user-kp9uc2jp2w
@user-kp9uc2jp2w 9 ай бұрын
Imana yomw.ijuru Ibandikire murakoze cane kuriyi ndirimbo
@coyitungiyebakisi518
@coyitungiyebakisi518 Жыл бұрын
Amen nukuri iramezenezacan
@JanijaniJani-u3j
@JanijaniJani-u3j 2 ай бұрын
Murampezagiy kk nibuts ivyuw Mwam w'abam yankorey binter gushim lman ibongererez amavut❤
@ircorneillengendabanka-lq8kp
@ircorneillengendabanka-lq8kp 10 ай бұрын
Mwubahwe cane bana b'Imana kuko murampezagira cane, hama abahezagiwe nkanje kubw'iyi song"izina" munyihere likes😂😂😂😂
@jeanmariekwizera1399
@jeanmariekwizera1399 5 ай бұрын
Ameeeen! Hashemezwe Uhoraho Imana Data wa Twese, yama atwitaho!! Imana ikomeze kubahezagira cane, no kubakoresha ivy'ubuhizi!!
@alfrednduwimana5987
@alfrednduwimana5987 Жыл бұрын
Oooo amen narinkumbuy voice yawe nakubali sana
@armankhan-ik3lc
@armankhan-ik3lc Жыл бұрын
Ameeeeeeeen❤🤲👍
@beatricehahanimana
@beatricehahanimana Жыл бұрын
​@@armankhan-ik3lc❤
@alfrednobelhassan2560
@alfrednobelhassan2560 Жыл бұрын
Nice song Pin pajo &Arvella mukomeze imbere niheza😍
@UwinezaAngelique-t7v
@UwinezaAngelique-t7v 2 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤conclolaration Bana bimana Iman ibegurire impano alvella turagukund
@cococlaudia9352
@cococlaudia9352 Жыл бұрын
Amen amen yesu yaraduhinduriy izina vyukuri Indirimbo nziza cane Pajo songwriter Imana ishishikare igusiga amavuta yayo 🙌🙌🙌
@ErickNduwayezu-g7y
@ErickNduwayezu-g7y 2 ай бұрын
Best song .ngenda uko inkomezi za we zingana,,,,,,,,,❤
@Beatricenishimwe
@Beatricenishimwe 6 ай бұрын
Amena nukuri yesu yaranduhinduye amazi
@boscoconkunze1068
@boscoconkunze1068 Жыл бұрын
Nukur uhezagirw caaaane uranyuzuza
@user-fo4wl6mx2c
@user-fo4wl6mx2c 3 ай бұрын
Yesu yampay izinarish amen amen amen amen
@ISAACLESHOOMO-os3rf
@ISAACLESHOOMO-os3rf Жыл бұрын
NAnj yesu yampay izina rishaa ndamushm
@coyitungiyebakisi518
@coyitungiyebakisi518 Жыл бұрын
Amenaaaaaa murashoboyekabisa
@ivyacutvbi
@ivyacutvbi Жыл бұрын
Aka ga song Niko vraiment mwakoze ikintu kizima
@user-zi7dg1ti1g
@user-zi7dg1ti1g Жыл бұрын
Courage alvella kuturirimbo twokuninahaza
@irankunda
@irankunda Жыл бұрын
Amena muhezagirwe❤
@athanasebishireduse6917
@athanasebishireduse6917 Жыл бұрын
Umwami Imana Akomeze kubasiga kubwo Muriko Mukora biduhezagira
@gisaclaudine2342
@gisaclaudine2342 Жыл бұрын
Ubundumwana wimana rwose
@Innocentciza
@Innocentciza Жыл бұрын
Nice collaboration love from Radio voix d espoir buja BURUNDI
@worshipmedia922
@worshipmedia922 Жыл бұрын
Waaooh 💗💗 YESU yarampaye izina risha 🙏🙏
@rahimaksa4422
@rahimaksa4422 Жыл бұрын
Ameeeeeeen. Yarampinduriye amateka. Turahezagiwe kubutumwabwiza burimurizindirimbo yesu abahumugisha utagabanije🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@gatoremukristo7492
@gatoremukristo7492 Жыл бұрын
Narimdushe naniwe indirimbo humugishaaa.
@reverienngendahimana7772
@reverienngendahimana7772 Жыл бұрын
Nice song alvela wacu from 🇧🇮🇧🇮🇿🇦🇿🇦🇿🇦
@mesho1TV
@mesho1TV Жыл бұрын
Ndakunze cane iyi ndirimbo nuku mpwempwe wa Mungu aguhezagire❤
@alicekanyamuneza5091
@alicekanyamuneza5091 Жыл бұрын
❤❤❤ mwese Imana ikomeze kubagurira imirimo
@hakizimanaviolette1564
@hakizimanaviolette1564 2 ай бұрын
Amen amen nongey guhezagirw
@InemaCynthique
@InemaCynthique Ай бұрын
Yesu akunezererwe
@nzambimanaalexis
@nzambimanaalexis 10 ай бұрын
Akomez kurihezagir a uw yesu mukiza wisi yose
@marcelsindayigaya5250
@marcelsindayigaya5250 Жыл бұрын
😭😭😭😭😭😭 these are tears of Joy bcp of this Amazing song❤❤❤❤❤❤ am in love with it .... Thank you Pajo and Arvella
@pinpajo1155
@pinpajo1155 Жыл бұрын
Merci bro wangu
@marcelsindayigaya5250
@marcelsindayigaya5250 Жыл бұрын
Vyanseko ndayihimba iyi song
@marcelsindayigaya5250
@marcelsindayigaya5250 Жыл бұрын
Vyanseko ndayihimba iyi song
@jacksoneddykazage5512
@jacksoneddykazage5512 Ай бұрын
No other name only Jesus ❤
@user-ne8lm7ni7t
@user-ne8lm7ni7t 11 ай бұрын
Ndabakunda cyane pe nukuri mbivuze mbikuye kumutima
@user-dg4cy8xz8t
@user-dg4cy8xz8t 10 ай бұрын
Amen amen indirimb nzizaaa caaanee nukur ntawutoshima KO yesu yaraduhinduriyamazina yarakoze uwo mwami ❤❤❤❤❤alvella by pajo muririmb nez murampezagiy caaanee
@duwayenzuagnes3302
@duwayenzuagnes3302 Жыл бұрын
Amen men indirimbo ziza can mubarudi
@itangishakabebline7921
@itangishakabebline7921 Жыл бұрын
Oooooh kumumenya Yesu jew sinicuza ubu ndumwana w'Imana🙏🙏🙏😭🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏😭😭
@user-ic6dh8id2l
@user-ic6dh8id2l 2 ай бұрын
Amen Ndahezagiw Mukomere kumurimo
@user-ry3ve5cv8m
@user-ry3ve5cv8m 9 ай бұрын
Amen Amen kumumenya Yezu sinicuza yanyise irindizina risha NDABAKUNDA CANE❤
@gerardhavyarimana01
@gerardhavyarimana01 7 ай бұрын
Murakoze mwabaririmvyi mwe❤️❤️🌺🌺
@user-uc8ns6ox5x
@user-uc8ns6ox5x 8 ай бұрын
Ndiho abandany akuzigama 🙏🙏🙏🙏🙏🙏💗💗💗💗
@lamberthabicigomba2583
@lamberthabicigomba2583 Жыл бұрын
God bless you wonderful team of gospel songs.
@FurahaNdayishimiye-wv2ef
@FurahaNdayishimiye-wv2ef Жыл бұрын
Nukuri tugender mustinz ya yesu yaduhay izin risha yahinduyamatek amen
@niyokindipatience7881
@niyokindipatience7881 Жыл бұрын
@Pin_Pajo, big Up saaana!!! @Alvella we arashushe atarwaye!!
@angelonshimirimana5893
@angelonshimirimana5893 Жыл бұрын
Imana ibakomeze muhezagira benshi❤
@vestinekubwimana-ju4gf
@vestinekubwimana-ju4gf 11 ай бұрын
😭😭😭😭😭😭🥳🥳🥳🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌😭😭😭😭 umunezero unsumbijimbaraga numv'amarira menshi😢😢😢😢😢Hallelujah 🙌🙌🙌 ntarindi zina ni yesu gusa
@janetniyonsaba2849
@janetniyonsaba2849 9 ай бұрын
Alvella ndamukunda cyane nindirimbo nze zose ndetse na film from USA 🇱🇷
@irakozeyvette918
@irakozeyvette918 Жыл бұрын
Love from yvette buja movie Imana ibageze kure ibashigikire
@EllaAngeleIzere-zd2yu
@EllaAngeleIzere-zd2yu Жыл бұрын
Hejuru cane mon Petit Frère Pajo Yesu akongere amavuta disi🙏🏽
@user-zs3wq8to4p
@user-zs3wq8to4p 10 ай бұрын
Amahoro cane iumwami aguhezagire kungabire yawe mukobwa wa Yesu alliwe mwana wacu mugabo wambare izikwiye urakoze
@deusniyonkuru7622
@deusniyonkuru7622 Жыл бұрын
Thank you guys am blessed with your nicely song,,, you are special and you are very talented, may God bless you and keep it up.
@DianaCiza-zc7or
@DianaCiza-zc7or Жыл бұрын
Imana ikura kucavu mana yanj warakoze uzumengo akokaririmbo karaba jw 🎉❤🎉
@cletta1269
@cletta1269 Жыл бұрын
Woooow😳🙌😭 courage bntu banj ndakozweho bidasanzwe 🥰
@medybayemere
@medybayemere Жыл бұрын
Yesu ndamushimaa nukrii iyi ndirimbo iranduhuye kwer murakoz caane
@juliettehatungimana5109
@juliettehatungimana5109 Жыл бұрын
Amen YESU ampaye izina risha nashimwe Pajo end Alvella mwongegwe inkomezi IMANA ibahaze kuramba
@ZainaNduwayesu-fu9ln
@ZainaNduwayesu-fu9ln Жыл бұрын
Yesu Aguhezagire Alvella indirimbo zawe zimfasha kanini
@jeannenifasha6823
@jeannenifasha6823 Жыл бұрын
Ntarindi Iryo Zina ni YESU Mwarahezagiwe Bavukanyi mpimbawe N'iyindirimbo nziza cane Izina
@faida-5901
@faida-5901 Жыл бұрын
Waooo alvela komera❤❤❤❤
@kezimanalorieparfaite7468
@kezimanalorieparfaite7468 Жыл бұрын
Amen amennn🔥 Thank you for this song🙌🏽🙌🏽
@dignedarleneirakoze1257
@dignedarleneirakoze1257 Жыл бұрын
Ooo my God !!nice song irampezagiye,Alvella nari nsanzw mukunda noe arankundishij nuyu Pin pajo Imana ibakomerez amaboko 🙏
@avicennehozagara8756
@avicennehozagara8756 Жыл бұрын
Ntarindi zina twahawe atari irya Yesu,,,, mbega indirimbo iryoshe🙌🙌
@privatniyokwizera4792
@privatniyokwizera4792 Жыл бұрын
Mukomeze kumwamamaza neza mubikora mubwizigirwa atari agahogo gusa nawe Azobaha Impera itagabanije🙏🙏🙏🙏
@ndeanaeddy
@ndeanaeddy Жыл бұрын
Ntarindi zina twahawe dukiriramwo #YESU mwarahezagiwe ncuti zanje ❤
@TOTEC076
@TOTEC076 Жыл бұрын
Sinarinziko Hari abarundi bariromba neza gutya
@hakizimanaeuphraim
@hakizimanaeuphraim 9 ай бұрын
Alvella dukuye ivyo gufyina urazi kuririmba ndagukunda saaana nkuko nkuko nkunda Amédée
@schadrackuwimana4528
@schadrackuwimana4528 Жыл бұрын
Umugisha ube kuri mwebwe
@user-rj9ol8eh1n
@user-rj9ol8eh1n 10 ай бұрын
Imana Ibandanye kubakomeza bene Data
@user-wc7px3ht1e
@user-wc7px3ht1e 10 ай бұрын
Yesu abonger umugisha kk yesu iyaraba imiryango tuvamw tub twaribagranwe❤❤❤
@user-un4fr4vp6r
@user-un4fr4vp6r 5 ай бұрын
🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤ imana igukomeze ntucyike intege ndabakunda
@AkimanaJeannette-tz1to
@AkimanaJeannette-tz1to 7 ай бұрын
Nabakunda cane ❤🙋‍♀️🙋‍♀️🙋‍♀️🙋‍♀️
@modestinenishimwe3491
@modestinenishimwe3491 Жыл бұрын
Courage Pajo Imana Ishishikare kukuja imbere
@ngabireemeryhelper8264
@ngabireemeryhelper8264 Жыл бұрын
Nimutwarane none ,alvella kwatagira mariage pin rabumutwareeee muraberany nuwawe
@eliezerirankunda7457
@eliezerirankunda7457 Жыл бұрын
Yesu yampaye izina risha👌yarambabariye ivyaha vyanje
@user-yq8je2pj1r
@user-yq8je2pj1r Жыл бұрын
Yesu kristo yadukoreye ibihambaye cane nashimwe cane courage mwese.
@NellyNdayisaba-nh8ev
@NellyNdayisaba-nh8ev 3 ай бұрын
Nukuri ndafashijwe pee
@ghanimaali1279
@ghanimaali1279 Жыл бұрын
Amen 🙏🙏 Amen 🙏🙏🙏🙏 you From burundi 🇧🇮🇧🇮🇴🇲🇴🇲🇧🇮🇧🇮
@EvrardNzeyimana-xd2qy
@EvrardNzeyimana-xd2qy 2 ай бұрын
Hallelujah hallelujah 🙏🙏🙏
@Niyokwizigirwamenedora
@Niyokwizigirwamenedora Жыл бұрын
Amen 👏👏👏👏👏👏👏iryozina niryiza p ntawutorivug
@NicelatteNiyokwizera
@NicelatteNiyokwizera 9 ай бұрын
Ntarind ni nya yes wenyen turaban biman 🙌🙌🙌♥️♥️♥️ tufis Zina rish 💃💃
@esperancenshimirimana4563
@esperancenshimirimana4563 Жыл бұрын
Imana ukomez kubahezagira
@itangishakabebline7921
@itangishakabebline7921 Жыл бұрын
Ndafashijweee🥰🥰🙏🙏🙏🙏🙏
@hakizimanaviolette1564
@hakizimanaviolette1564 9 ай бұрын
Amen amen, nanj narahariwe, nitwa izina rishashs
@pali3502
@pali3502 Жыл бұрын
Waoooo murampezagira cane ndabakunda yesu abongere umugisha❤❤❤❤😂mutuma nezerwa disi😂😂😂
@noellanishimweofficial7292
@noellanishimweofficial7292 Жыл бұрын
Ooohhhhh hallelujah 🙌🙌 nanje Yesu yampaye IZINA risha🙏🙏 hezagirwa cn bakunzi b'Imana
@IreneNIMBONA
@IreneNIMBONA Жыл бұрын
kzbin.info/www/bejne/eIPLcmamntt4oqM
@tuyishimebutoyi-xv5vg
@tuyishimebutoyi-xv5vg Жыл бұрын
Best song of God ❤
@chachandayikeza1381
@chachandayikeza1381 Жыл бұрын
Amen amen
@eddypierrenkurunziza1453
@eddypierrenkurunziza1453 Жыл бұрын
Ntarindi zina ,what a beautiful song,Big up Pajo ufis talent uririmba neza terimbere
@NduwayezuChadrack-sp6jy
@NduwayezuChadrack-sp6jy 10 ай бұрын
Nimwubahw kwer
@ArthemondNimubona
@ArthemondNimubona 6 ай бұрын
Nice song❤❤❤❤
@nshimirimanaalexandre4268
@nshimirimanaalexandre4268 Жыл бұрын
"Yakoze ibikomeye" narayikunze kurusha izindi. N'iyi na yo imeze neza ARIKO aho vyose vyapfiriye ni ukuririmba 'IZINA rya YESU'_izina ryamuhinduye yitwikiye umutwe _1 Ab' i Korinto11: 4-7. Kubw'uwo mukobwa; 1Ab'i Korinto11:1-16. IMANA Itubabarire cane.
@freshtv257
@freshtv257 Жыл бұрын
Ooooh My God! Uno musore Pin pajo bamuhebere ,,mubisanzwe uno ni umwe mubanditsi beza dusigaranye! The job was great to collaborate with @alvella muhimbare God bless u
@AntoineItangakubuntu
@AntoineItangakubuntu Жыл бұрын
Uhoraho aze abibahembere muratwuzuza
@clemenceNtisinzira-ox4yi
@clemenceNtisinzira-ox4yi Жыл бұрын
Pin pajo Komera bro song numuti pe merci kuduhezagira bigira kdi
@NderegaDeogratias-dz5kw
@NderegaDeogratias-dz5kw Жыл бұрын
Imana ibahe amavuta
@tuyizerepacifique1112
@tuyizerepacifique1112 8 ай бұрын
Ubutaha indirimbo z'Imana Jyukuramo ingofero!!!
@pinpajo1155
@pinpajo1155 8 ай бұрын
Ego merci
@leoqjsogady5490
@leoqjsogady5490 4 ай бұрын
Nice song Alvella wacu .Yesu abakomez indirimbo zaw zinshikana ahandi hantu ntiriw ndavuga . God bless you team Alvella
@renildeniyonkuru9963
@renildeniyonkuru9963 Жыл бұрын
Imana ibahezagire cane❤
@clairiantiranyibagira5942
@clairiantiranyibagira5942 Жыл бұрын
Ntarind zin atar yesu ndamushim yesu yampay izind rish jtm Alvella ufisojwiryiz ndiho agukomez
@GuideNibaruta-ko3si
@GuideNibaruta-ko3si Жыл бұрын
Yesu ashimwe cane ko yaduhaye izina rishasha
Alvella MUHIMBARE-Abba Data feat. Pin Pajo (Official Music Video)
5:16
Alvella Muhimbare Official
Рет қаралды 338 М.
Alvella Muhimbare - Umubavu Ft Pin Pajo (Official music Video)
10:18
Alvella Muhimbare Official
Рет қаралды 943 М.
Zombie Boy Saved My Life 💚
00:29
Alan Chikin Chow
Рет қаралды 23 МЛН
Пройди игру и получи 5 чупа-чупсов (2024)
00:49
Екатерина Ковалева
Рет қаралды 3,9 МЛН
Alvella Muhimbare -Yaminsi
3:14
Pascal NDAGIWENAYO Gospel Promoter
Рет қаралды 23 М.
Meddy-Niyo Ndirimbo(Cover by Akaliza wa Injili Bora)
12:33
BIKEM WA YESU
Рет қаралды 345 М.
Yakoze ibikomeye  by PIN PAJO (Official video 2021)
4:19
pin pajo
Рет қаралды 39 М.
Alvella Muhimbare - YAMISI
5:54
Alvella Muhimbare Official
Рет қаралды 332 М.
Israel Mbonyi - Nina Siri
11:11
Israel Mbonyi
Рет қаралды 58 МЛН
Alvella MUHIMBARE_-_NDAKWIBUTSE (OFFICIAL VIDEO 2024)
8:03
Alvella Muhimbare Official
Рет қаралды 434 М.
Zombie Boy Saved My Life 💚
00:29
Alan Chikin Chow
Рет қаралды 23 МЛН