FROM SOUTH AFRICA 🇿🇦🇿🇦 MAGUFULI WA Burundi 🇧🇮 🇧🇮🇧🇮🇧🇮bandanya udutunganiriza Mutama wew niwe MAGUFULI dusigaranye muri Africa ❤️❤️❤️🔥🔥😍WE LOVE U SO MUCH president samuragwa 🤝🤝🤝🙏🙏🙏vyoshoboka irukana bose ushireho abashaka gutunganiriza abantu nkuko wakoze kuri otraco ujane nuwemeye gukunda akazi
@bigiriherezotv3 жыл бұрын
Nitwa Niyonzima theoneste ndi umunyarwanda murabiziko turabaturanyi mfashe umwanya wo gushima Imana kubwumuyobozi mwiza Imana yahaye abavandimwe bacu ndavuga abarundi ewe nimumufashe mutunganye uburundi bwanyu kandi Votre president est tres intelligent je vous aimez .Merci
Na tangurira kwa mugenzi we umushingamateka Lazare Mvuyekure,. Yase ko ubutungane bukora. Twe turatuntuye.
@mrpaci27253 жыл бұрын
@@hatkarzo7233 aruko bimeze nabikore ntanumwe ari hejuru yamategeko
@justinb33553 жыл бұрын
Un président intègre abuze abamufasha. Ariko at the end of the day he needs to come out clearly and do what's right. Arinde kabisa ahere hejeru gushika hasi kuko corruption nyayo iri mubamwegereye. Good luck Mr. President
@NJOSEPH4013 жыл бұрын
Babwire Mutama canke ubirukane abo bamyonyi baguma bafutanya igihugu na banyagihugu bataterwa n’isoni kubona ibindi bihugu biteye imbere ariko uburundi bukaguma buharurwa mubihugu bikenye. Bibaza ko aribo baciye kugitabo bonyene bomenya ko abaryamanye ibitabo badaharurwa!!! Big up my President raba ko wokwitangira igihugu kikava ibuzimu kikaja ibuntu . Amaki hi aze agihurumbire natwe Diaspora twitahire dusubire mugihugu c’abasokuruza badusigiye. And again big up to President Evariste Ndayishimiye.
@mrlight76293 жыл бұрын
That one itatumye nsubira kwishimira kuba umurundi💪 amahigwe yokubona president nkuyu sayabose abatazayobona bashobobora nokutazongera kuyanona ubugirakandi Imana ibane nawe nyakubahwa Umuserukizi wabarundi kwisi yose🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@Alihamdulil3 жыл бұрын
From Canada 🇨🇦 well said mr president We love ❤️ ever , abantu ntibakiza mû burundi kubera justice iriii médiocre
Yooo sinarinziko president ameze neza nkuko nyakubahwa Imana ikuduzigamire🙏🙏🙏
@ndahatv66413 жыл бұрын
Urakozeeeee caane Mr President abanyagihugu twebwe twari twararize twarabuze icoduhoza.. maze gutemberera ibihugu vyinshi kandi harimwo abarundi benshi kandi nasanze bafise ifaranga. Ariko kubera ubutungane bubi mugihugu cacu ntibagomba gutakaza amafaranga yabo.. hamwe abo benewacu bohinduka Abarundi amahanga bariteguye kubikuza amafaranga yabo ari nokumabanke yohanze bakayazana bagateza igihugu cabo cabibarutse imbere. Hamwe abo benewacu bohinduka in 5 years ndizerako abarundi boba barira mubisata vyose boba bake. All what people needs is to feel safe in their possessions and they will ACT BIG TIME. Long Live Mr President. Love from Ndaha Tv.
Nukuri jewe nari mfata ko perezida na leta ari indyadya guko nanje mubibwe nabacamanza ndimwo. Ariko ndatahuye akababaro afise. Ababaranye natwe. Ico nohanura nuko mwokwirukana abo bacamanza bibisuma mubasubirize. Bizotuma batinya nayo kuririra ivyo bisuma ni vyi ntakigongwe. Imana Iguhezagire
@africarisingsoontv96043 жыл бұрын
God protect you excellency .Ligature kuko umwansi azokibaka kuko birarengeje.imana ntiyoguma ibakingira bimeze uko.
@mikenziza84193 жыл бұрын
Very strong points for President Ndayishimiye. However President needs a new administration and consider to start firing all the lazy ministers and judges, straight up.
Yemwe birayobeye. Urinze ubona n igisagara ca Bujumbura kinanirana kugirirwa isuku kandi hari imisore n inkumi zitagira akazi ariko zifise inguvu n ubwira bwo kuvyuka agaturuturu bakaja kugitunganya ariko ukabona bambika uniforme z akazi abatamakazi ngo nibo bokubura igisagara nk aho umenga impuhwe zaraheze!!!! Ni tuze turafatira ku myaka y abavyeyi bacu. Urya mutamakazi umushire mu kibanza c umuvyeyi wawe.. Abagore bahetse abana ntabo tukibona bakubura ngira barumvise akamo twabateye. Ubu naho tabaranye muruhurire barya batamakazi murondere abakiri bato baje mu mirwi 2 bamwe mu bucagucagu abandi mu mugoroba .Abantu bajejwe igisagara ca Bujumbura tubahanze amaso kuko badukuburirako saha 4 n intumo n akantu. Ukumva ngo amashirahamwe ajejwe agateka k abana kandi hari abana biriranwa mu migongo bakubura n intumo n akantu.......
@emmanueluyisenga59353 жыл бұрын
Iri jambo niryiza cyane
@cedrickbudrick56793 жыл бұрын
My president you have powers to hire Or fire ,eliminate all those with corrupt behavior in your Government and people will remember you as a great man, much love my president
@kingdomwatchmanministries22303 жыл бұрын
Nyakubahwa Président, Uhoraho aguhe kuramba n'umugisha. Urwo rwego, ni rwo rwishe igihugu cacu. Urubanza rwanje, rumaze imyaka 121. Rugeze aho rwaciwe, maze, baca bahemba Ministre de la justice qui a alors confusqué le dossier et cela il y a deux ans maintenant. C'est vraiment ridicule.
Heeee. ntimwari muzi ko hari abakora muri Leta kandi bayigwanya!! kugwanya Leta si gufata inkoho gusa. hari abayigwanya mukuyononera. ni benshi kandi bari indani.
@TITO 😂😂 sans te vexer j'ai compris un mot sur deux à ton charabia ! Andika mu Kinyarwanda nzi neza ko mwese mukizi.
@senda49533 жыл бұрын
@TITO ngo abazungu bakigera muRwanda babajije umuturage bati aha turi nihe ? Umuturage ati uru n'Urwanda ruriya n'urundi.. niyo Rwanda urundi biva donc ni mukomeza kwirata on va vous annexer Wenda mwatera imbere.
Komera Nyakwubahwa turagushigikiye! Bamwe bamwe biva kukwimenyeera ngo bari inamovibles
@jeannkuru28873 жыл бұрын
Très bien dit, Mr le Président. La source de la pauvreté murayirose. "La recherche de la vérité est toujours une véritable entreprise qu'il nous faut savoir mener à bien". Aja gukira igwara arayirata.