Prezida Neva yaragendeye bimwe mu bikorwa birangurwa n'urwaruka rwo mu Cibitoke na Bubanza.

  Рет қаралды 4,175

Mashariki TV

Mashariki TV

21 күн бұрын

#Burundi: Umukuru w'igihugu yaratanguye urugendo kuva kuri uyu wa 09 Mukakaro 2024 mu ntara zigize igihugu c'Uburundi rwitiriwe #INKEBUZO. Mu ntango y'urwo rugendo yaragendeye imwe mu mugimba y'urwaruka irangurirwa mu ntara za #Cibitoke na #Bubanza, aho hose akaba yabasavye gukora bisunze imbonakazoza y'igihugu.

Пікірлер: 8
@godsisgood1864
@godsisgood1864 19 күн бұрын
Sinarinkuherutse Comedia nkunda cyaneee
@user-jv8qk8tb7p
@user-jv8qk8tb7p 19 күн бұрын
@Nziga257
@Nziga257 19 күн бұрын
Kuki muduha umwanya muta video ziryoshe ???
@BUSHASHASWITCH
@BUSHASHASWITCH 19 күн бұрын
❤❤❤❤❤❤🎉🎉
@Nikiza.Bellansine
@Nikiza.Bellansine 19 күн бұрын
Papa burundi❤❤❤❤
@aphrodisndayambaje2527
@aphrodisndayambaje2527 19 күн бұрын
Hahahahaha mbega umukono wa perezida😂😂😂
@mponganochristian2196
@mponganochristian2196 19 күн бұрын
Ninkuwanswo
@HabimanaRafik
@HabimanaRafik 13 күн бұрын
Hhhhhh tha I'm is manny
Llegó al techo 😱
00:37
Juan De Dios Pantoja
Рет қаралды 56 МЛН
Little girl's dream of a giant teddy bear is about to come true #shorts
00:32
The Day Ronaldinho Became a Barcelona Legend
15:14
BR7 Football
Рет қаралды 3,6 МЛН
Denise NKURUNZIZA yarijije abantu kumajambo yavuze.
12:54
BLACK Media
Рет қаралды 85 М.