Prezida Nkurunziza yaratanze agashimwe ku mwana wiwe w'umuhererezi Nkurunziza Dorcas

  Рет қаралды 151,506

Mashariki TV

Mashariki TV

4 жыл бұрын

#Burundi Umukuru w'Igihugu Pierre Nkurunziza yaratanze agashimwe ku mwana wiwe w'umuhererezi Nkurunziza Dorcas kubera ubwira n'ubukerebutsi bimuranga mu bikorwa vyiwe vya minsi yose. Hari mu birori vyo guhimbaza Umunsi Mukuru w'Abakozi n'Akazi. #LabourDay

Пікірлер: 72
@mfitumukizaamanullah2576
@mfitumukizaamanullah2576 4 жыл бұрын
Urumugabo sha Imana ikomeze ikurinde kdi izaguhe nijuru KBS Imana yo nyakubahwa wae izaguha ibyo wifuza byoc nabarundi bawe
@priscillebatamuriza3819
@priscillebatamuriza3819 4 жыл бұрын
Nukuri imana ikwakire usoje ikivi cyawe neza
@fabiolaniyo8737
@fabiolaniyo8737 4 жыл бұрын
Iruhukire papa wacu 😭😭😭
@kadogo7712
@kadogo7712 4 жыл бұрын
Beautiful girl
@mamyakintore4284
@mamyakintore4284 4 жыл бұрын
Nulu bajuuu warahi mashaallah
@emilendikumana4445
@emilendikumana4445 4 жыл бұрын
Nivyizaaa
@blandinedusabe
@blandinedusabe Жыл бұрын
R i p papa ibikorwa vyawe biracavuga❤❤❤
@WdW-cl6ym
@WdW-cl6ym Ай бұрын
Ruhuka Papa wacu wagiyetukigukeneye
@debakerkataku2389
@debakerkataku2389 4 жыл бұрын
Kuruziza😭
@magnifiqueyesashimwe
@magnifiqueyesashimwe Ай бұрын
iruhukire muvyeyi turanagukumbuy😭ubu turakwipfuza
@amenahalshahrani112
@amenahalshahrani112 4 жыл бұрын
🇧🇮🇧🇮💕🇸🇦
@jimmycarteur
@jimmycarteur 4 жыл бұрын
God save my President
@missnam784
@missnam784 4 жыл бұрын
God never hear ur prayers??
@salimmohammad3627
@salimmohammad3627 2 жыл бұрын
I miss you so much my president
@windiamigo5312
@windiamigo5312 4 жыл бұрын
R.I.P.
@user-un7zy5vs3g
@user-un7zy5vs3g 9 ай бұрын
Ruhuka amahoro
@DigitalMindQuest
@DigitalMindQuest 4 жыл бұрын
This is really really strange.... How could this happen man? and why?
@trophainamagogwa7966
@trophainamagogwa7966 4 жыл бұрын
Is she working in Government??
@DigitalMindQuest
@DigitalMindQuest 4 жыл бұрын
@@trophainamagogwa7966 NOPE, she is the President daugther
@daphnk738
@daphnk738 4 жыл бұрын
Biragukoze ivyo wavuze: covid est réel, ce n'est pas de la blague
@muhamedwardah5144
@muhamedwardah5144 4 жыл бұрын
😪😪
@kwizerimanafrancine5072
@kwizerimanafrancine5072 4 жыл бұрын
Yooooo dorcasi.yarakuze.mana.namuheruka.akiri.mutoya.mana.kwakuze.nigoga.se.mana.ndakeneye.kukubona.uhunaho.kwl
@kwizerayvonne1950
@kwizerayvonne1950 4 жыл бұрын
ico gikobwa ni ikibaju vraiment , sympatique
@suleimanismaili2855
@suleimanismaili2855 4 жыл бұрын
Ngoja tuwaite waha watutfsirie
@kiokojo453
@kiokojo453 4 жыл бұрын
Dorcasi akuze vuba. Mperuka afite 6ans the 🤔none ageze kumyaka 12ans
@alichouirakoze4808
@alichouirakoze4808 4 жыл бұрын
None gasha abayeho nab kwafis ubuzim bwiza
@trophainamagogwa7966
@trophainamagogwa7966 4 жыл бұрын
Umekosa Busara Rais mzima unafanya hayo huku kuna watumishi wakubwa??eti unamtumikia Mungu,Nimeshangaa saana
@dativenizigiyimana8243
@dativenizigiyimana8243 2 жыл бұрын
Iruhukire mumahoro umuvyeyi mwiza sogokuru wacu witwararika impande zose nturenganya ndazi nahuri niheza peee
@rajabu2259
@rajabu2259 4 жыл бұрын
Ramba
@theophileniyongabo781
@theophileniyongabo781 4 жыл бұрын
Urampimbara uraryosha mumvugo😁
@radjabuhassanimubaraka3402
@radjabuhassanimubaraka3402 3 жыл бұрын
Nuwambere kabisa
@mmeobamamichelle7878
@mmeobamamichelle7878 4 жыл бұрын
Dukomere amashi Imana yacu
@reyilove8926
@reyilove8926 4 жыл бұрын
Muduhe video yoguhereza agashimwe imbonerakure
@sylvainininahazwe8024
@sylvainininahazwe8024 4 жыл бұрын
funny
@jeandedieukwizerimana825
@jeandedieukwizerimana825 4 жыл бұрын
@@sylvainininahazwe8024 🤣😂😃😃😄
@jmadave8938
@jmadave8938 4 жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂
@shiffah3157
@shiffah3157 Жыл бұрын
Rest in Peace beloved President of Burundi Nkurunziza Peter
@gracethomas683
@gracethomas683 4 жыл бұрын
Naomba nitafsiriwe kwa kiswahili amefanyaje huyo mtoto wa Nkuruzinza
@prosperdanyvyizoss-love3619
@prosperdanyvyizoss-love3619 4 жыл бұрын
Mutoto muzuri uko tz wap
@gracethomas683
@gracethomas683 4 жыл бұрын
Onesmo Jerard Naomba unitafsirie...
@prosperdanyvyizoss-love3619
@prosperdanyvyizoss-love3619 4 жыл бұрын
Grace, huyomutoto kamaliza shule alikua anapewa zawad na baba ake ambaye n nkurunziza ww uko wap
@gracethomas683
@gracethomas683 2 жыл бұрын
@@prosperdanyvyizoss-love3619 nipo Tanzania
@emmanuelhatangimana3431
@emmanuelhatangimana3431 Жыл бұрын
Ruhuka amahoro waritwari ibereye gutwara ibihe vyose kwel
@apollinenduwayezu8508
@apollinenduwayezu8508 4 жыл бұрын
Hahaha!!!ngo kumufuko wo muhira ATI wewe ndagufata ntaco hahahaaaa. Yoooo nongeyeko Ati , rip umana ikwakire mugenzi wasize akarorero keza twagukundaga.
@kwizerimanafrancine5072
@kwizerimanafrancine5072 4 жыл бұрын
Dorcasi.umwana.niteruriye.asigaye.aganuko.kwl.ndagukeneye.ubu.vyihuta.kk
@pommenuh5413
@pommenuh5413 6 күн бұрын
Wari gipfu ? Genda warimbwa
@danielntirampeba6150
@danielntirampeba6150 4 жыл бұрын
Komera
@user-os9ul5iu5y
@user-os9ul5iu5y 4 жыл бұрын
Yanyoyamata kweri amezeneza
@ibrahimrukundo3064
@ibrahimrukundo3064 4 жыл бұрын
nivyooo pe imana imutuzigamire.
@tiumuganwakazi7166
@tiumuganwakazi7166 4 жыл бұрын
@@anyirinkwaya uracaboshwe namoko.. IMANA igutabare
@naphtalniyongabo214
@naphtalniyongabo214 4 жыл бұрын
Komera mutama
@trecymukunda5480
@trecymukunda5480 4 жыл бұрын
sha cyokora nkurunziza ubuperezida uburyoherejemo kbx wirirwa uyiryamo numuryango wawe gusa ntakindi umaze
@issahategekim452
@issahategekim452 4 жыл бұрын
Sha gusa ntacaha yakoze kabisa ! Yabaga arimo kwerekana nokwigisha umuco ! Cane ko yavuze ngo kumufuko wiwe
@jamaicahusseinkabange3795
@jamaicahusseinkabange3795 4 жыл бұрын
Waravumwe pita !
@uwimanajojo2200
@uwimanajojo2200 4 жыл бұрын
Uvuze gut
@tiumuganwakazi7166
@tiumuganwakazi7166 4 жыл бұрын
@Jamaïca Kabange ntukavume umuntu IMANA yaremye... Il faut respecter Umukuru w'igihugu quand même, nubwo woba utamushigikira.. Werekane indero mwahawe nabavyeyi bakwibarutse
@jamaicahusseinkabange3795
@jamaicahusseinkabange3795 4 жыл бұрын
@@tiumuganwakazi7166 Ew yaravumw ntacamaze atarugushimira abana biwe.mbenkubaze ivyigihugu nimiryango biracangana.wewahandiro nababyeyi nashimire abiw naw ukomamashi.
@tiumuganwakazi7166
@tiumuganwakazi7166 4 жыл бұрын
@@jamaicahusseinkabange3795 ivyo uriko uravuga ndabitahura kandi cane ivya politique ntubabicanga nivyo murugo.. nanse ko mumuvuma... Shetani yonyene niyo yavumwe n'IMANA.. Ahubwo mwomusengera basi
@jamaicahusseinkabange3795
@jamaicahusseinkabange3795 4 жыл бұрын
@@tiumuganwakazi7166 akwiye gusengerwa kandi nuko iyi iheze yohinduy ivyo murugo iwe akamenya kobidasa nivyigihugu.yarimenyey sinibaza koyobihinduye Nonuwufisumwana wiw ashimira les azocabigenza mwenuko?ew pita genda agasaga
@georgephiri5115
@georgephiri5115 4 жыл бұрын
Dorcas ndamuheruka yampaye promise muga uwo munsi ntiyaj ahubwo mboneyeho mundonderere number yiw muyimp vraiment.ham jew mba U.S.A Daras
@Bagenzi4life
@Bagenzi4life 4 жыл бұрын
George Phiri 😂😂😂😂😂
@habinezaben6648
@habinezaben6648 4 жыл бұрын
Uzoshima igeze munzu iwawe
@channiekanz8263
@channiekanz8263 4 жыл бұрын
Uryavuzwe riratashe. ...
@theogenekanyaruhengeri4962
@theogenekanyaruhengeri4962 4 жыл бұрын
Uko banyaza igituba
@irakozeguyorneil3204
@irakozeguyorneil3204 4 жыл бұрын
Nzogukwera ntakibazo
@emilendikumana4445
@emilendikumana4445 4 жыл бұрын
Nivyizaaa
I wish I could change THIS fast! 🤣
00:33
America's Got Talent
Рет қаралды 126 МЛН
100❤️
00:19
MY💝No War🤝
Рет қаралды 14 МЛН
1 or 2?🐄
00:12
Kan Andrey
Рет қаралды 51 МЛН
Aboneka iryanyuma P. Pierre NKURUNZIZA imbere yuko yitaba Imana
2:39
Isumu yahitanye Prezida Nkurunziza yaguriwe i Mwanza mu gihugu ca Tanzania. Mubagumyabanga bake bazi
7:32
Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
Рет қаралды 63 М.
Umukuru w'igihugu Petero Nkurunziza yaratwengeje abantu
4:20
Isanganiro
Рет қаралды 23 М.
Pierre Nkurunziza yagwanye intambara zose kandi arazitsinda!
6:19
Mashariki TV
Рет қаралды 47 М.
I wish I could change THIS fast! 🤣
00:33
America's Got Talent
Рет қаралды 126 МЛН