Réverien NDIKURIYO Atanze Impamvu haguma hakena

  Рет қаралды 33,168

IHURIRO TV

IHURIRO TV

Күн бұрын

Wipfuza kumenyekanisha urudandazwa rwawe kugiciro kitavuna? duhamagare hano +25761320806
Izi Videos kugira uzobe\ wibera uwambere mukuzibona, ntugaheze kuraba utagize Subscribe hamwe na Like & Comment.
Mushobora kandi kudusanga kumbuga zacu zigiye zitandukanye, Tubibutsa nokutagenda ugize Subscribe canke J'aime n'ugusiga iciyumviro cawe kugira turabe ico twohava duhindura, canke ngo twongerezeko mu ku bashikiriza ibintu vyiza:
Page Facebook: www.facebook.c....
Twitter: / ihurirot​​​​​​​​​. .
Instagram: / ihuriromedi.... .
KZbin: www.youtube.co....
Woba wipfuza gukoresha imanza [Mariage, Dot, Diplome]...zigiye zitandukanye n'ibindi bijanye n'ivyimanza? turondero turabikora kandi ku kabeyi keza cane.
Wipfuza nogufata mu mugongo runo rwaruka ngizi numero munsi.
Ushaka guterera uru rwaruka ngiyi numero munsi✔
Lumicash: 61320806
Whatsapp : +257 61320806
Lumicash : +257 61320806
This is Answer Media Online
************************************************************************
IHURIRO TV turafise Maison de Productions ikora amasanamu meza cane .
Nimba naho ufise ivyo ushaka kumenyekanisha Urudandazwa rwawe twandikire canke uduhamagare (call) kuri iyi nomero yacu : +257 61320806*************************

Пікірлер: 53
@nirereegide1230
@nirereegide1230 4 ай бұрын
Abanyamakuru murazi guta umwanya. Iyo rofa murayibaza iki ko igihugu bagitembagaje .Arafise ivyo avuga?
@omariwilly
@omariwilly 4 ай бұрын
None bobo si incoreke zabo muga bobo ni mpemuke ndamuke kuko batagiye nyene kumufukamira bwoca 2 bagatangura kubahiga
@baquezprofessionalcleaners3178
@baquezprofessionalcleaners3178 4 ай бұрын
Amavoka😂😢ntagisubizo yishuye neza mubibazo vyose yabazwa 😢
@levygasper7438
@levygasper7438 4 ай бұрын
Habuziki kugirango umuti ubonek konzi hagor ingwara kumenyekana nn kwingwara mugway muyiz mubur umti gut????
@Mafia1984Ayirwanda-ge4ty
@Mafia1984Ayirwanda-ge4ty 4 ай бұрын
Ariko ntabantu bazi politic iburundi kko gusebya uburundi gusa kandi wasanga abarundi bize bicaye
@ndayizeyekevin8714
@ndayizeyekevin8714 3 ай бұрын
😂😂😂😂😂Ivyobint vyanyu mubibony ubu sh Ntushobora kwibuka kwifukaa bukeyee 😢gs ibihe bihaa ibindi mujee kurya ayomavokaa yanyuuu
@Malume-uz2fn
@Malume-uz2fn 4 ай бұрын
Ibijuju gusa muzeye ubutunzi bwigihugu mumavoka😂😂😂😂
@claudineali3561
@claudineali3561 4 ай бұрын
Boss kuvyara ndacavyara🎉🎉🎉🎉
@niyimpayejanvieragent506
@niyimpayejanvieragent506 3 ай бұрын
Ibikorwa vyogukorwa nivyinshi Ariko mwigishe umubano mwiza mumiryango . Abarima nyabo bazorima hehe hose komutegura kuhatera abantu?
@wabei2572
@wabei2572 4 ай бұрын
Mpise nseka😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 Mbega imigambiii
@PascalNgabonzinza
@PascalNgabonzinza 4 ай бұрын
Tout n, est pas militaire, Monsieur le SG du DD... Il faut aussi la bonne gouvernance, la justice et l'équité....
@GiseleUwera-m6g
@GiseleUwera-m6g 4 ай бұрын
Kurwana c'est son rêve. Baramubaza ikijanye n'indero yatitutse nawe ati: tuzobigisha igisoda, tuzorwana😂😂😂
@GiseleUwera-m6g
@GiseleUwera-m6g 4 ай бұрын
Kurwana c'est son rêve. Baramubaza ikijanye n'indero yatitutse nawe ati: tuzobigisha igisoda, tuzorwana😂😂😂
@Bigenergy94
@Bigenergy94 4 ай бұрын
Visit Burundi kuba atari iya leta nikibazo gikomeye mugomba kwiga ikaja mumaboko ya leta kubera nimwebwe mujejwe kumenya ingenzi (abinjira nabasohoka) so haguruka mufate ibintu mumaboko yanyu
@nirereegide1230
@nirereegide1230 4 ай бұрын
Ivyiganano ntibiramba. Ko banka Urwanda bagashaka kugwigana. Nibiyumvire iyindi mvugo bakoresha ko ari abagabo izo mbunuza
@Bigenergy94
@Bigenergy94 4 ай бұрын
@@nirereegide1230 bigana ibiki? Ivyo arivyo vyose woba wibaza kwisi hose vyamyeho hari visit Dubai ,visit USA nibindi sasa rero ubwenge burarahurwa
@Slime-s5p
@Slime-s5p 4 ай бұрын
@@Bigenergy94nta visit USA yigeze ibaho😂 na visit Dubai ntibaho ni visit Qatar na visit Rwanda gusa mu burundi kwigana igihugu kibanyi bisa nabi ari icakure sawa kandi twokoresha iyi ndi term Atari iyo
@clementimanishimwe158
@clementimanishimwe158 4 ай бұрын
Ego mugabo tureke dushyire hamwe nu rwanda niho twagira akazoza, none wo kwanka umubunyi ukamukopera bikaguhira?
@Bigenergy94
@Bigenergy94 4 ай бұрын
@@Slime-s5p ntamakuru ufise ahubwo genda kwanza ukore research apana ubuyuwayi gusa
@ndayishimiyeonesime6438
@ndayishimiyeonesime6438 4 ай бұрын
Mwibaza ko mubindi bihugu batarima amavoka? Cank aba DD nimwe muzoyagura😂😂😂😂😂. Murazi kubesha nukuri
@binancerwanda
@binancerwanda 4 ай бұрын
Avoka mu Rwanda 🇷🇼 turazihinga kd ntago ari igitangaza bro kandi tuzihinga muburyo buri modern
@Imanaiwachu
@Imanaiwachu 4 ай бұрын
Mwambaye amashati 😅 mukabesha ngo igiti chamavoka ibihugu byahe bikeneye amavoka 😅 zana igitoro kwnz
@hangiroetincelle8167
@hangiroetincelle8167 4 ай бұрын
Agahawa muzogatera hehe? Ivyatsi vyo gusasira bizovahe?
@claudineali3561
@claudineali3561 4 ай бұрын
Ndabasavye mfise umuhungu ukomeye cane nimumujane mugisirikare
@omariwilly
@omariwilly 4 ай бұрын
Atari umuhutu turagusavye ntuzane 😂😂
@mwandishimussa6319
@mwandishimussa6319 3 ай бұрын
Ntagisata nakimwe cigihugu kimeze neza ,ubunyonyezi ,igiturire , agahohotero vyoose nivyo biranga indongozi zimwe zimwe Dufise umuprezida mwiza akunda igihugu ariko abamufasha gutwara nibo bamucafuza
@GisubizoEzecky-eu7gk
@GisubizoEzecky-eu7gk 3 ай бұрын
Jew numva avuga ibintu vyuburofa gusa ntakintu gitahuritse avuga
@NshimirimanaSylvain
@NshimirimanaSylvain 4 ай бұрын
Abatagira amatongo nabo
@josephntacobakimvuna4836
@josephntacobakimvuna4836 4 ай бұрын
ariko singomwa komubibwira abanyagihugu raba amaze kuvyara baggage kumwana agira 2 koco ntagusezerana
@Lamecknimbona
@Lamecknimbona 3 ай бұрын
Yoooo !!!!!!!!😛😛😛😛😛
@langsonnjobvu7424
@langsonnjobvu7424 4 ай бұрын
None komubihugu bibanyi igitoro naho kizimvye kiraboneka none twbwe bipfirahe?
@musoneraberlin1677
@musoneraberlin1677 4 ай бұрын
Ngo turi ababanyi babi, nyamara twabafasha kuko ntitwanga abarundi, ahubwo president wanyu afunga umutwe.
@ColorRastaentertainmentetbb257
@ColorRastaentertainmentetbb257 4 ай бұрын
😮😮
@innocentwasafi7787
@innocentwasafi7787 3 ай бұрын
Abarundi nabarundikazi mutace igihugu aba bagabo ndakesera mutazimuka kwese mumyaka irimbere
@omariwilly
@omariwilly 4 ай бұрын
Ikibazo cigitoro muragenda gusaba imisada ningurane ama dollars mukishirira mumifuko abarundi bakabandanya bicwa nubukene gusa
@yvonnekwizera-n3n
@yvonnekwizera-n3n 4 ай бұрын
uvuze nez gayemwe reveriyano kwuyo mugambi wa avoka . yemwe, nanje uyomugambi ndimwo, kandi bizoshimwa . ivoka ninziza cane . bazikoramwo amavuta, ama champo yokwoga nukuyarya rero . kandi afise akamaro mumubiri kenshi
@yvonnekwizera-n3n
@yvonnekwizera-n3n 4 ай бұрын
jewe niyemeje gutera ivoka . 500 arbre 's kijambere kandi . tugabanye amajambo ahubwo dukore caane tuve mubibazo . twamwe mumajambo ho, twoba turiko dutakaza umwanya
@emmanueluwamurengeye1049
@emmanueluwamurengeye1049 4 ай бұрын
😂😂😂 iki gihugu kiyobowe nibijuju nkibi kirajya he mwokabyaramwe😢😢 reba president ati ibyo aba avuga ni indagara ni amavoka,,, none reba nuwakamukosoye ari hanyuma ye
@MarieBwarikindi-iv3dc
@MarieBwarikindi-iv3dc 3 ай бұрын
Ivyo vyoguteza ibiterwa njabuka mazi Ni vyiza caane Ubu iwacu abitabiriye kurima avocat bifashe neza ku mufuko Abidoga ngo barakenye ubu ni bamwe bakuze bonka Leta
@ntahompagazeemmanuel8502
@ntahompagazeemmanuel8502 4 ай бұрын
Mbega akumiro ! Ngo bagiye gusohora ama avocat menshi? Nonese izo avocat murazitera mu mirima aka kanya ziraba zeze ngo murashora mu Mahanga? Shame on Burundian leaders😂
@reverienkwizera1625
@reverienkwizera1625 4 ай бұрын
Natwe turahevye kunviriza amaradiyo dukore.mubisanzwe n'a barundi bamwemwe nibinebwe.gusa mwoshira kumurungo urudandanzwa abakozi ba leta bakavamwo leta igatangisha ikori gusa.none vyose vyabaye nabi kkutabumbwa nivyo bafise.ikawa nivoka leta niduhe aho tubitera.cnkumutumba wose ugire igipimo.
@Lock940
@Lock940 4 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂 Burundi leaders are jokes
@itsourtime824
@itsourtime824 3 ай бұрын
You are the most famous joke because you are concerned about what does not concern you.
@Lock940
@Lock940 3 ай бұрын
@@itsourtime824 😂😂 it concerns us bcse it's Eden Garden
@hangiroetincelle8167
@hangiroetincelle8167 4 ай бұрын
Imyaka 3 muzoba muri he? Haha.Abarundi ntibobarindira ngo hahere imyaka 3.
@josephntacobakimvuna4836
@josephntacobakimvuna4836 4 ай бұрын
Kugabanya imvyaro nimubihe umushikiranganji wamagara yabantu mugende mukoreshe umuti muzoza mutera abagore guhagarika burundu avyaye 2 finished muzorumutera aziko arukumukingira ingwara runaka
@hangiroetincelle8167
@hangiroetincelle8167 4 ай бұрын
3millions Ku mwaka ,ni menshi?
@EricFiloNshimiyumukiza
@EricFiloNshimiyumukiza 4 ай бұрын
Ababagabo barakwizer ikiruhuko kizabukuru kk uburundi ntidukeney avant badukora munkovu nn ngah yishuy ik kuvyo bamubajije
@damienbahenda4863
@damienbahenda4863 4 ай бұрын
Nawe wogerageza
@DesireNtirampeba-iv4oz
@DesireNtirampeba-iv4oz 4 ай бұрын
Nimwege ukuntu Abantu boronka ubuzi kuko umugambwe turawukunda Kandi turose akaxi gasobora kutugaburira nisawa Kandi turakunda iterambere
@josephntacobakimvuna4836
@josephntacobakimvuna4836 4 ай бұрын
ikindinaco hagarika imvugo yuburimyi zana amahinguriro
Pierre Nkurunziza yagwanye intambara zose kandi arazitsinda!
6:19
Mashariki TV
Рет қаралды 51 М.
Кәсіпқой бокс | Жәнібек Әлімханұлы - Андрей Михайлович
48:57
Зу-зу Күлпаш 2. Интернет мошенник
40:13
ASTANATV Movie
Рет қаралды 647 М.
Synyptas 4 | Арамызда бір сатқын бар ! | 4 Bolim
17:24
Kim Jong Un (II) - IJAMBO RYAHINDURA UBUZIMA EP699
22:16
DASH DASH TV
Рет қаралды 61 М.
Кәсіпқой бокс | Жәнібек Әлімханұлы - Андрей Михайлович
48:57