Raba akanyamuneza k'abanyagihugu bo muri Komine

  Рет қаралды 22,500

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

Akanyamuneza niko karangwa kuri uwu w'Imana ku banyagihugu babiri bo muri Komine #Buraza intara ya #Gitega, aho Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimye yabagabira inka. Hari kuri uwu w'Imana, aho yariko yifadikanya n'abagumyabanga mu guhimbaza intsinzi y'umugambwe CNDD FDD.

Пікірлер
@MporanimanaDonacien
@MporanimanaDonacien Ай бұрын
Turishimiye uyomubyeyi papa burundi wibuke nagishubi irabuze ikaburimbo numuriro ukwiriye❤
@roseflower6449
@roseflower6449 3 жыл бұрын
Nukuri uyu muvyeyi aranryoheye cane gose,Mana zigama Nyenicubahiro wacu umuhe umutima wo gukunda cane abanyagihugu biwe bose.
@paulbless857
@paulbless857 3 жыл бұрын
Uyo Muman azaze mugurire ibirato
@roseflower6449
@roseflower6449 3 жыл бұрын
Imana iguhezagire muvyeyi wacu ariko nanje ndagutakambiye nimpa munyumva muntunganirize mumfashe kuko bagomba kunyaga aga parcelle kanje naguze kari mu Maramvya kuri 14,nukuri nimpa mwogira ico mumfashije nimumfashe muzoba mukoze caane.Murakoze.
@nejajuma8165
@nejajuma8165 3 жыл бұрын
Abanyarwanda bihangane ibibyishimo bazabibona amaherezo
@ndikubwayoamede7040
@ndikubwayoamede7040 3 жыл бұрын
Sokuru wacu nkurunziza yakuduhaye yarakwize arababona KO murabavyeyi babikwiye mukomere kumuheto imana ibandanye ibahezagira cane mufasha abarundi!
@raissafabien4285
@raissafabien4285 3 жыл бұрын
Mbega umuvyeyi mwiza. MANA uratuzigamir samuragw wacu. We love you papa burundi🙏🙏🙏
@abayisengaregine5727
@abayisengaregine5727 3 жыл бұрын
Rwose njye nikundira aba bavandimwe nkunda ko batiyemera
@MporanimanaDonacien
@MporanimanaDonacien Ай бұрын
Kabinsa
@israelniyomwungere2522
@israelniyomwungere2522 3 жыл бұрын
Uwabonye ko Uburundi turiko turatera imbere nkaje namp lik
@nduwayezujoachim3118
@nduwayezujoachim3118 3 жыл бұрын
Samuragwa kukivi ndagufana. Komera
@lazzR1935
@lazzR1935 3 жыл бұрын
Samurarwa ivyakora Imana yo Nyene niyo izomushumbusha,mpatswe gukorora amosozi ndavye ingene agabiye Inka uyo Mufasoni eka urikirumara W'igihugu caco
@graceb2398
@graceb2398 3 жыл бұрын
Yego rata burundi ndabafana chane 👏🌸❤️😍🙏
@suavismurekerisoni4386
@suavismurekerisoni4386 3 жыл бұрын
Mutama komera , muvuye Buraza , muce Makebuko , muturamutse natwe 🙏
@richardburengengwa6998
@richardburengengwa6998 3 жыл бұрын
Mutama imana ikuzigame ivyo twabibona kuri magufuli mutama kubyo umaze gukora nukuri jew ndashima ntaho mpagaze mumigambwe gusa kwitaho abanyagihugu biwe imana igihe kuramba gusa inkora byiza ntiramba
@danieltuyisenge7706
@danieltuyisenge7706 3 жыл бұрын
Ikaburimbo iguranywe inka😅😅
@Sarah-yl8uz
@Sarah-yl8uz 3 жыл бұрын
Kabisa ♥️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦
@cyizaaime3624
@cyizaaime3624 3 жыл бұрын
najye nitwa cyiza aime nkunda cyn abarundi kuko duhuriye kururimi rumwe
@banin-bradaneirakoze9535
@banin-bradaneirakoze9535 3 жыл бұрын
Abarundi barabegwa iyo banezerewe
@uwitonzefelicite1013
@uwitonzefelicite1013 3 жыл бұрын
Mubafashe gushima
@لهيهالحكماني-ل8ن
@لهيهالحكماني-ل8ن 3 жыл бұрын
Ndishimye natwe dusure muntara ya cibitoki ko mine rugombo
@gaudenceharerimana7743
@gaudenceharerimana7743 3 жыл бұрын
Mutama uhezagirwe nyakwubahwa president ubibakorere ivyo agusavye uzobukoze
@alinaalina3089
@alinaalina3089 3 жыл бұрын
Imana iguh kuramba kweri
@siamesamuel961
@siamesamuel961 3 жыл бұрын
Komera kungoma Mutama mufatirahonyene gukwamurabantahonikora
@cedrickbudrick5679
@cedrickbudrick5679 3 жыл бұрын
My lovely president .....
@hogozainnocent9245
@hogozainnocent9245 3 жыл бұрын
Abarudi ndabakunda
@raissafabien4285
@raissafabien4285 3 жыл бұрын
Mbeg guc buvufi. Mu burundi ntawipfuz kubon prezida ngwabibure.
@bsc4177
@bsc4177 3 жыл бұрын
mbega ivyiza,kwiboner umukuru wigihugu mwegeranye uko ntako bisa
@Coco-sd4hj
@Coco-sd4hj 3 жыл бұрын
😏😏😏😘😘😘😘😜😜😜😜😜🙊🙊🙊🙊🙊
@richard-kellymbonimpa9237
@richard-kellymbonimpa9237 3 жыл бұрын
Ako karirimbo kararyoshe
@EtienneMinani-it5lh
@EtienneMinani-it5lh Жыл бұрын
😅
@yvesndayisaba8991
@yvesndayisaba8991 3 жыл бұрын
Nciyenikumburira muhira iwacu
@basaboseberahino7351
@basaboseberahino7351 3 жыл бұрын
None iryo barabara ko ataco arivuzeko?
@francoisharushimana8979
@francoisharushimana8979 3 жыл бұрын
Kumbe ntiwatahuye,Ibarabaraba yavyishuye,yaryemeye kandi birashoboka kuko yabivuze bivuye mumakori batanga
@basaboseberahino7351
@basaboseberahino7351 3 жыл бұрын
@@francoisharushimana8979 Jew numvise inka gusa. Kiretse niba ivyibarabara yabivugiye mukindi gice ca video
@alesnema9596
@alesnema9596 3 жыл бұрын
🇦🇪👌
@FocusOnThePromise
@FocusOnThePromise 3 жыл бұрын
Hahhahaha! Protocole ya President I Burundi iracyari hasi.
@nibampadrdenisdiderot5538
@nibampadrdenisdiderot5538 3 жыл бұрын
siyo mu Rwavu
@suzikamato6936
@suzikamato6936 3 жыл бұрын
Oya ni kubera ukwicisha bugufi kandi ni vyiza cane.
@ndatabayejeanpaul5560
@ndatabayejeanpaul5560 3 жыл бұрын
MURI BABIKABYO MWE EREGA UBUNDI PRESIDENT NUWARUBANDA
@raissafabien4285
@raissafabien4285 3 жыл бұрын
Mu burundi tugir ab prezida baciy bugufi. Nkurunziza akirih girirwa mubikoran avyinan naban. IMANA yarakoz kuduh abavyeyi bac bugufi
@lazzR1935
@lazzR1935 3 жыл бұрын
Samurarwa ivyakora Imana yo Nyene niyo izomushumbusha,mpatswe gukorora amosozi ndavye ingene agabiye Inka uyo Mufasoni eka urikirumara W'igihugu caco
PAPA SAVA EP1175:AFERI IRASWASE!BY NIYITEGEKA Gratien(Rwandan Comedy)
27:08
Niyitegeka Gratien
Рет қаралды 89 М.
Ndicuza 🥲Micky araturitse ararira 🥲Regis naramuhamagaye
1:45:17
CEDEAO / AES : divorce consommé ? (P1)
46:13
New World TV
Рет қаралды 4,3 М.