Tera inkunga #Bwiza TV na Bwiza.com wakoresha Telefone : 0788554010- 0788302082. Uko mubishoboye mwatera inkunga ikinyamakuru Bwiza, Mufite ibitekerezo cyangwa indi nkunga iyo ari yo yose kugirango dukomeze kubashakira amakuru.
Пікірлер: 28
@rosebubanje9544Сағат бұрын
Ikiganiro cyiza cyane na Rabin watubwiye amateka yi Burundi.
Walikale niho hari amabuye menci kandi meza ninaho huzuye FDR
@Bm918142 сағат бұрын
walikale no hepfo ya Lubero
@Caroline.1727Сағат бұрын
Ese nuyu Rabin ntamukundaga narinamubona
@felicienharerimana166616 минут бұрын
Rabin, ivya histoire y'uburundi ntayo uzi kandi ni icaha gikomeye guhindura histoire. UBU ko utayivuga? Palipehutu ko utayivuga? Umuhutu w'umu paysan yishwe na micombero ni uyuhe? Wewe ntushobora kubona ibikurengeye? Revolution yo murwanda yo muri 59 ntaco yakoze?
NINGEPENDA MUKUWANACHUNGUZA HABARI MUZURI. JUU EM23 KUFIKA WALIKALE BINGALI BIGUMU. SANA.MASISI KWNYE HAIYAKAMATA NJOO KWAKABAMBI TENA KWAMUBAYA,LUBERO INGALI YOTE ,WALIKALE HABAYA FIKAKULE HATA PINGA HABAYAPAFIKAKA NANI MUNJIYA YA KASHUGA? MUCHUNGUZE HABARI MUZURI BANDUGU.
@gessyrobyn153951 минут бұрын
@@ndamegasprd3113 unajidanganya peke yako. Sisi tunajuwa kama biko déjà walikale
@Muber275Сағат бұрын
Haha..urarushe! Ww nyene wemeza ko abana birukanwa kwishure batarishe bataravye ko ari aba cndd canke abahutu ou pas ugaca wihinyuza ngo cndd ikoraikoresheje ubwoko. Waranyengetewe vyemere. Nta niminsi irahera utwemeje ko M23 idatsindwa, none ko ujugumira winginga abarundi kutarwana nayo? Abanyarwanda bo barwa muri Congo ko utabavugira kandi ari nabo bapfa kubwinshi. Wemeza ko atamazuru akora iburundi ugahindukira ngo mbe ko atabatutsi mbona aha na hariya.
@pauvrecongo5205Сағат бұрын
Mecky, wowe nka ceo wa Bwiza TV, uzagerageze ugurire uwo mushingantahe Rabin imyenda yo kwambara. Ahora mugapira kamwe buri munsi. Ugerageze kabisa.
@Rabinisaak50 минут бұрын
Nawe urimwishamba utajahabona ngoturabe uko wambaye ,haraho wosamga ucambara urushato
@kanimary5642Сағат бұрын
Bite Rabin weee ! ✋🏽❤
@Rabinisaak52 минут бұрын
Ni Sawa my sister
@MiburoJeanPaul-nx4lz11 минут бұрын
Abamotsi baba tutsi ! Nimube muramoko muzopfukwonyene na maczkubiri yanyu !