🤩 Rap game is back!

  Рет қаралды 1,475

Yaga Burundi

Yaga Burundi

Күн бұрын

Пікірлер: 26
@IduhangazePrince-pp3pn
@IduhangazePrince-pp3pn 4 ай бұрын
Ikintu Conyene Nzi Neza Nuko B face yitwaza Umunwa Gusa Nta Rap azi aho Ni Part yiwanj🙌🙏 19Th ashobora Kuba Atanikora Coe Ihiganwa ari ukwiryoheraa Tuuuuuu!!👌 Jisho cypher is The Best🇧🇮
@bakame257
@bakame257 4 ай бұрын
Merci pour les travaux 👏👏👏🔥🔥🔥
@sazdagreat
@sazdagreat 4 ай бұрын
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
@jean-maestrobizimana7126
@jean-maestrobizimana7126 4 ай бұрын
None uvuze amateka ya Rap Ndundi ukibagira: 1.Fabilove ariko ugasimbira kuri B-Face 2.Maze ukavuza Max ukibagira D-Rop naba Frank Duniano. 3.Pop-G na Watu Wachini 4.Ukibagira Docta-G mu kinama. 5.Cent Euro igitega. 6.Kirikou Akili ndetse naya misore yo muri Isanamu media. 7.Mukombozi ningen Rap yatumy ahunga igihugu. N.B:Ubwo kweli ntiwoba washatse gukorera promo iyo song uherejeko ikiganiro cnk washatse gukorera promo 19th?. Bro ikindi gihe uzotondeke amateka neza apana gutaragurika nk'uwusimba urukiramende. Gusa courage yamara uzohore witonda wegeranya amateka neza atarayo gusimbagurika.
@akide_renardhardi
@akide_renardhardi 4 ай бұрын
Harimwo promotion nokwinuba vraiment
@Alkebulanhandsomeboy
@Alkebulanhandsomeboy 4 ай бұрын
Menya gutandukanya rap na hiphop ok
@nzisabiradouglasmacarthur988
@nzisabiradouglasmacarthur988 4 ай бұрын
Cypher iri dope🔥🔥🔥 Gusa ntawovuga kuvyerekeye intango ya rap yo mu Burundi atavuze "syllas Damara" ariko thx for the culture 💪✌
@gahmillymilton8851
@gahmillymilton8851 4 ай бұрын
Jisho hejuru gose with a great rapper " Redbhul cosmos" 💪🏾💪🏾
@futuremillionaire450
@futuremillionaire450 4 ай бұрын
Où t'as mis Big Fizzo dans tous ça??? Wirengagije Leave me alone, Konzi, Ngangari 🔥😂😂
@senyereee
@senyereee 4 ай бұрын
Great content, Nari ndindiriye umuntu avuga kuri abo ba jeune bakoze umuti. Urakoze cane for the content, uri muri bake bagira effort yo gutanga contexte. Kuri 19th naho, il faudrait kwibuka que il a popularisé le fait de rapper en kirundi, yerakana ko flow za rap US ziri adaptable kuri rap mu kirundi.
@bestpro582
@bestpro582 3 ай бұрын
ibibintu ndabibonyemwo amacakubiri yokurwego rwo hejuru. birababaje cane kandi gose kurugero runini ukuntu wovuga ivya Rap kuva kera gushika 2024 utaravuga Kamiligado Fabilove. iki kiganiro kirimwo akantu. ibi nivyo vyishe uburundi mumpande zose.
@California_love_23
@California_love_23 4 ай бұрын
Representation iranyishe
@alixberniendabirenge51
@alixberniendabirenge51 4 ай бұрын
❤ batracien ❤❤❤❤ top saana big up bro courage
@ritaoderakavugwa5398
@ritaoderakavugwa5398 4 ай бұрын
✨✨✨
@KirundoGang
@KirundoGang 4 ай бұрын
👍👍
@igosthegreat1701
@igosthegreat1701 4 ай бұрын
Rectification 19th ntiyasohorey just one single ashak gusubiz Boniface inyuma yiry yamusohorey EP irimw + de 3 chansons harimw intsinzi,kira umumenja...
@ColinKlain
@ColinKlain 4 ай бұрын
Ego ivyo uvuze nivyo but the video was just about kwerekana ukuntu rap yagiye iragira évolution mu Burundi donc hariho des détails umunt atagenda arashiramwo otherwise video yoca imara amasaha
@nibigiragertrude4007
@nibigiragertrude4007 4 ай бұрын
Uzogir izindi kl
@MeoBuntu
@MeoBuntu 4 ай бұрын
idea yar nziza but mbona wariko ukorera promo 19th na jisho.ayo samateka ya rap wariko uravuga
@Alkebulanhandsomeboy
@Alkebulanhandsomeboy 4 ай бұрын
Eeeehh 😂😂😂😂 irap yawe watanguje iratwegeje cane man😂😂😂
@Alkebulanhandsomeboy
@Alkebulanhandsomeboy 4 ай бұрын
Ntakirundi uze???
@munezeroalexis6713
@munezeroalexis6713 4 ай бұрын
z'uravuga ikirundi shn🙄
@nibigiragertrude4007
@nibigiragertrude4007 4 ай бұрын
Mn urares kl
@akide_renardhardi
@akide_renardhardi 4 ай бұрын
Présentation ni bon ariko habae discrimination kuko abo sibo barapper bonyene bayibonetsemwo cane kurusha abandi @Mukombozi Lucifer ko ntamubonye Mumu classa he?
@BrianNsabimana
@BrianNsabimana 4 ай бұрын
Une bande de quoi ?
« Nasohokanye n'umuzungu, biherera muri drogue »
14:02
Yaga Burundi
Рет қаралды 32 М.
Canjo Amisi : la légende de la musique Burundaise
4:57
Yaga Burundi
Рет қаралды 2,3 М.
Зу-зу Күлпаш 2. Интернет мошенник
40:13
ASTANATV Movie
Рет қаралды 582 М.
小路飞嫁祸姐姐搞破坏 #路飞#海贼王
00:45
路飞与唐舞桐
Рет қаралды 29 МЛН
Un coup venu de l’espace 😂😂😂
00:19
Nicocapone
Рет қаралды 10 МЛН
Сюрприз для Златы на день рождения
00:10
Victoria Portfolio
Рет қаралды 1,7 МЛН
Twige canke tunywe ? 😉
5:26
Yaga Burundi
Рет қаралды 5 М.
UBUTUNZI BWU BURUNDI BUGIYE GUHINDUKA
10:44
TELEVISION TANGANYIKA
Рет қаралды 2,1 М.
Eminem - Lose Yourself Live at the 2020 Oscars
7:01
Mauser932
Рет қаралды 35 МЛН
Ikofe canke umu ex ? 🙂
4:35
Yaga Burundi
Рет қаралды 2,3 М.
Stylozoff - Ivyo Bito feat 19th (Lyrics Video)
3:35
Stylozoff Officiel
Рет қаралды 169 М.
Olègue « Urwego »  : anatomie d'une chute
5:27
Yaga Burundi
Рет қаралды 1,4 М.
JISHO WORLD CYPHER - Luuka, Saz Da Great, Chan & Redbhul
5:03
Jisho World
Рет қаралды 22 М.
Зу-зу Күлпаш 2. Интернет мошенник
40:13
ASTANATV Movie
Рет қаралды 582 М.