RED-Tabara imenyesha ko yirukanye ingabo z’Uburundi mu kirindiro cazo c’i Rubwebwe

  Рет қаралды 2,415

Tele Renaissance

Tele Renaissance

Күн бұрын

Пікірлер: 8
@SindiheburaGerard
@SindiheburaGerard 2 күн бұрын
❤❤❤❤❤❤
@NtirampebaFanuel
@NtirampebaFanuel 2 күн бұрын
Umusirikare wa reta yu Burundi ntimuramusobanukirwa!!
@Dddma455
@Dddma455 2 күн бұрын
Ubgenge bganyu buguma bucurama.😂😂😂😂
@MedronundersonMkuyu
@MedronundersonMkuyu 2 күн бұрын
Muranguha ntamututsi agitwara muburundi muzopfa mwangara
@Dddma455
@Dddma455 2 күн бұрын
Muburundi😂😂😂😂😂😂? Cankwe muri Congo😂😂😂😂😂
@SindiheburaGerard
@SindiheburaGerard 2 күн бұрын
Hello Kitty jouets .paapapapapapppppppppp
@calebciza2568
@calebciza2568 2 күн бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@safiam5338
@safiam5338 2 күн бұрын
Abarundi mutaretse amacakubiri ntakizoshoboka mbe burya hariko hangara abatutsi gusa ntabahutu bataye izabo bose ni bamwe kandi sabahutu bose babi si nabatutsi bose babi hariho abazira ubusa batazi nubutegetsi uko bumeze ariko akaba aribo ingorane za politic zihitana abandi nabo bakaja kuri media bagatuka abatutsi kibura bagatuka abahutu waza kuraba ugasanga nibamwe bajana nimiyaga batazi ikintu nakimwe muri politic barundi nimureke ivyamoko musenge imana ibahe abahoro gusa nayo ivyamazuru mubivemwo igihe cavyo cararenze ntaho bizobashikana muri bene mugabo umwe aribwo burundi senga igihugu kironke amahoro muruhuke
11 30 2024 KEEB THAWJ XEEB TSHAJ TAWM COV NEEG RHUAV HAIV, TSEEM CEEB HEEV LI #6 11/30/2024
50:53
KEEB THAWJ XEEB XYOOJ: Tsa Haiv Rhawv Haiv
Рет қаралды 1,1 М.
Quilt Challenge, No Skills, Just Luck#Funnyfamily #Partygames #Funny
00:32
Family Games Media
Рет қаралды 29 МЛН
ТВОИ РОДИТЕЛИ И ЧЕЛОВЕК ПАУК 😂#shorts
00:59
BATEK_OFFICIAL
Рет қаралды 7 МЛН
Iduga ry’ibiciro mu Burundi : riterwa n’iki, inyishu ni iyihe ?
8:53