ABARUNDI NI IBIKOKO IGISIRIKARE CYABO| Barizirika Bikabije Ku Rugamba| Ntibatsindwa Iyo Wabateye

  Рет қаралды 352,556

RedBlue JD

RedBlue JD

Күн бұрын

Пікірлер: 228
@RedBlueJD
@RedBlueJD Жыл бұрын
Reba Indi Video Ikaze: bit.ly/3ISZbGi
@nzeyimanaemmanuel8338
@nzeyimanaemmanuel8338 Жыл бұрын
Jackson utanga amakuru pe
@JoeboyVyizigiro
@JoeboyVyizigiro 5 ай бұрын
Vraiment wubahwe inkuru zawe ninziza urashoboy
@cheillaking
@cheillaking Жыл бұрын
Abarundi tumenyane❤️❤️😍😍igihungu cuburundi hejuru cane🇧🇮🥰🥰🥰
@AlawiMohammed-i8j
@AlawiMohammed-i8j 10 ай бұрын
Uburundi hejuru cane ubu somalie amahoro ni yose❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@kevinuwimana5898
@kevinuwimana5898 Жыл бұрын
Man undusha kumenya amakuru yigihugu mvamwo kabisa.... Merci beaucoup kur iyi Histoire Burundais. Love from Burundi. we love you Rwanda.
@samediberry1031
@samediberry1031 Жыл бұрын
😁😁 i like this guy wallah , ub noneh ukoze umuti ,my 🇧🇮, jackson semahoro niko nitwa
@Kelly-ny3jg
@Kelly-ny3jg Жыл бұрын
Burundi bwacu Burundi buhirewarapfunywe ntiwapfuye warahabishijwe ntiwahababuka🇧🇮
@salimramadhani740
@salimramadhani740 Жыл бұрын
Very Good🇧🇮🇧🇮 from Burundi in Cape Town 🇿🇦🇿🇦🇿🇦
@tk-padonniyonsaba
@tk-padonniyonsaba Жыл бұрын
Waaaaw ugiye wanshika koko...igikorwa cawe nicakindi kutubwira inkuru tutari tuzi👏👏👏👏
@renechretienira
@renechretienira Жыл бұрын
Ikibabaje nukoo ay makuru ata umurundi ayafitiye umwanyaa wokuyakoranya much respect to mr jackson semahoro
@iloveafrica
@iloveafrica Жыл бұрын
Uvuzukuri .nanje vyantangaj ukuntu yabivuze neza
@kevinuwimana5898
@kevinuwimana5898 Жыл бұрын
Man mber yo kuvuga banze ukore research ushake ama youtube channel yiburundi...
@patrickirakoze6233
@patrickirakoze6233 Жыл бұрын
Ndakubahiye ayo mazina y'umwami wa mbere 👌👌👌
@nicesa...8882
@nicesa...8882 Жыл бұрын
Igisilikare,Kizashobora Abasoda Biburundi Bazabaribo Uburundi Nigihugu Kimwekwisi Gifite Ingabozikomeye Zigwana Kugwegwo Zidahangwa,Zinazirubwoba Zinashobora Kugwanira Ibindibihugu 💪 💪 💪 💪 💪 💪 💪 👌
@patrickbarantwaririje
@patrickbarantwaririje Жыл бұрын
Muvugk bakomey batàrahur na m23 ub twarabamenÿ ntacobazi
@AssinaMsafiri-ud5so
@AssinaMsafiri-ud5so 9 ай бұрын
​@patrickbarantwaririje😂😂😂😂😂😂
@fatmaalfahdi1997
@fatmaalfahdi1997 9 ай бұрын
​@@patrickbarantwaririjetuzobemera bashe congo ko m23 ikomeye
@OmarRwamakuba
@OmarRwamakuba 3 ай бұрын
Genda rebe ibyo m23 irikubakorera
@Lyrico257
@Lyrico257 9 ай бұрын
redblue jd uwutabumviriza ntagahunda aragira kuriyisi ❤❤🇧🇮
@IrankundaFerdinand
@IrankundaFerdinand 10 ай бұрын
Very good Mr Ismail mwanafunzi God bless you 🙏🙏🙏🙏 from 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 in Kabwe 🇿🇲🇿🇲🇿🇲🇿🇲🇿🇲
@ndikumeo61
@ndikumeo61 Жыл бұрын
Please tumuhe likes kuba yatahuye vy’Uburundi ativanze muri politique
@kirehure888minanifrancois4
@kirehure888minanifrancois4 Жыл бұрын
Wagerageje kuvuga vyinshi kandi utabogamye. Wiyobagiye kuvuga umukuru w'igihugu yamariye umumaro munini cane igihugu muvyerekeye iterambere. Ivyo bihurizwako na benshi abahutu n'abatutsi. Nk'umunyamakuru uca umenya uwariwe. Kuko niwe utatevyeho kandi yarwaye igihugu imya 11
@NdorimanaOscar
@NdorimanaOscar 8 ай бұрын
Mwiriwe neza? Amakuru yanyu aratunyura. Tubateze yompi.❤
@WillyNDUWIMANA-o3q
@WillyNDUWIMANA-o3q 8 ай бұрын
Imana imbere
@alexisnimubona3801
@alexisnimubona3801 Жыл бұрын
I burundi turakwemera cyane
@marie-chantalpahud7100
@marie-chantalpahud7100 6 ай бұрын
Merci beaucoup
@lunabranwen
@lunabranwen 6 ай бұрын
Viva Burundi 🇧🇮
@juvenalndayishimiye4662
@juvenalndayishimiye4662 Жыл бұрын
Nimba hari umu president atari akenewe mu Burundi,Ni buyoya !!yarakoze ikosa ryo gukura Bagaza uburundi buba burazimiye inzira yiterambere.buyoya yongeye akora ikosa ryuko yoba yaragiye mumugambi wo kwica ndandaye.
@DAVIDBOXTV-mr7ix
@DAVIDBOXTV-mr7ix 5 ай бұрын
Bagaza mwa mumariye iki umuryango we mwawufashije iki😂😂😂
@dellyboo
@dellyboo Жыл бұрын
PETERO NKURUNZIZA💙 NDAGUHOZA KUMUTIMA PAPA BURUNDI 🇧🇮
@Mugishagratien-f1x
@Mugishagratien-f1x Ай бұрын
Nkunda ibiganirobyanyu semahoro ndagukunda
@olivierniyonkuru1583
@olivierniyonkuru1583 Жыл бұрын
Ndashimye ukuntu utubwiye amateka yacu arenze!!! Gusa nuko ivyanyu mutabivuga nkuko muvuga ivyabandi.... Gusa big up kuri iyi video
@davidinnocent7771
@davidinnocent7771 Жыл бұрын
UFITE ikihe kibazo namateka yurwanda jakson ayavugaho kbs. ahubwo wowe ufite ikibazo cyawe cyihariye.
@thydosmboka5928
@thydosmboka5928 Жыл бұрын
@@davidinnocent7771 ntakibazo afise ivyo avuze ni ukuri. Benshi baravuga ku Burundi bakanashikuza. Ico nkundiye uwu Jackson ntavyo yabeshemwo. N'abandi iyaba bavuga bakavuga ukuri atagucafuza birimwo ntaco vyodutwara kuko Abarundi turya dukaravye twebwe kabisa
@davidinnocent7771
@davidinnocent7771 Жыл бұрын
@@thydosmboka5928 namateka yurwanda ameenshi jakson semahoro ayavugaho kbs. Karikantu yatambitsemo ngo avuga ibyabandi cyaane kurusha ivyabo ntgo arisawa rwoose. Ninayompamvu navuzenti yifitiye ikibazo cye cyihariye cyatumye avuga kuriya kbs. Jakson semahoro akazi keeza komeza utugezeho nandimateka meenshi yibihugu bitandukanye mu africa yaacu murakoze .
@davidinnocent7771
@davidinnocent7771 Жыл бұрын
@@thydosmboka5928 afise self hate muriwe. Ntabasha kubona neeza kbs.
@abewe7175
@abewe7175 9 ай бұрын
Ari kwicinyira..….
@bdtvurumuri7712
@bdtvurumuri7712 Жыл бұрын
Abashingantahe Mukomere Batama Bashinga ntahe KGL Rwanda turabakumbuye!!🇬🇦
@gilbertnahayo4723
@gilbertnahayo4723 Жыл бұрын
Abatutanyi namwe turabishimiye
@kevinuwimana8338
@kevinuwimana8338 Жыл бұрын
murakoze cane bavukanyi bacu beza.
@willyhakizimana3094
@willyhakizimana3094 Жыл бұрын
Genda wamugabowe urincabwenge p ndagukunda cane kubusesenguzi bwawe uraryosha amakuru mukuyashikiriza
@oredennse3488
@oredennse3488 Жыл бұрын
Ubu ndemeye kabs mugiye mukora ikiganiro ciza caneee 😋😋
@annitaann4106
@annitaann4106 Жыл бұрын
Urumusesanguz kbx big up
@rameckniyomwungere7
@rameckniyomwungere7 Жыл бұрын
Much love from Mabayi cibitoke Burundi
@elienteziryayo3767
@elienteziryayo3767 Жыл бұрын
Jackson semahoro niko nitwa ndabikunda nNjye nitwa elie nteziryayo niko nitwa ndagukunda from Australia 🇦🇺
@kram6499
@kram6499 9 ай бұрын
Uyumumenyesha makuru ndamukunda cyane noe kuki mwitah, ibyuburundi cyane 😂😂😂😂🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏
@DariusKabarundi-dn7wg
@DariusKabarundi-dn7wg 9 ай бұрын
Turagukunda cane abarundiiii bandana uduha ayandi
@philgreen2512
@philgreen2512 Жыл бұрын
Thank you so much
@nshamihigosafariange6587
@nshamihigosafariange6587 7 ай бұрын
Aba bagabo b'ibi bihugu baramutse babanye neza abaturage babo bakira bagimbye no kugira ifaranga rimwe sinzi indyane zabo iyo ziva pe.😊
@fbpburundi2451
@fbpburundi2451 Жыл бұрын
Komera mutama jackson. Urumuntu w'umugabo. Utanga ibiganiro bisesanguranye ubuhanga. Usumba babandi batanga ibiganiro bitagira umutwe n'amaguru aho batanga inkuru ukayumviriza yose ukwayimara ariko ntihagire ikintu na kimwe ukuramwo kk usanga aribintu bitanahuye n'ijambo ryumutwe baba bavuze
@calebmlengera2923
@calebmlengera2923 9 ай бұрын
Jvk jkbjkkb
@butoyijb6851
@butoyijb6851 Жыл бұрын
From buja we say thanks so munch for this is emission
@jboscoigiraneza9864
@jboscoigiraneza9864 Жыл бұрын
Nzoshima kirumugabo niwahirahira ukavuga ivyakagame uve kuvya havyarimana
@clauclaulolo7481
@clauclaulolo7481 Жыл бұрын
J bosco , uti icyi ?🤣🤣🤣🤣
@ntmtv2002
@ntmtv2002 Жыл бұрын
Ndakwemera Bro
@vestineshemezimana2555
@vestineshemezimana2555 Жыл бұрын
Ndakwemera
@mungumuwezavyote9831
@mungumuwezavyote9831 Жыл бұрын
Abasirikare bacu Buburundi ndabakunda cane kurugamba mukomere kugira murinde igihugu
@nyishumucutiwabose4871
@nyishumucutiwabose4871 Жыл бұрын
Komera hama igisirika c’uburundi uze uduhe mwezi gisabo Ningabo ziwe amateka yabo
@angesingabire4486
@angesingabire4486 Жыл бұрын
Imana igukomeze bwana jakson
@nsabayesuvalens4428
@nsabayesuvalens4428 Жыл бұрын
Njye nkwemera kubi
@paracletnkinzo7376
@paracletnkinzo7376 7 ай бұрын
Kuberiki abanyarwanda mukunda kuvuga uburundi muhereye murizi quartier ?ngangara,cibitoke,musaga,mutakura nizo quartier zigize uburundi?
@niyitegekafoustin
@niyitegekafoustin 8 ай бұрын
So one forimo
@nshimirimanajeanne2261
@nshimirimanajeanne2261 Жыл бұрын
Jackson thank 🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮Burundi we love ❤ you so much
@jacksonsemahoro
@jacksonsemahoro Жыл бұрын
Nanjye ndabakunda cyane! Mwubahwe Burundi
@audaceirankunda6753
@audaceirankunda6753 Жыл бұрын
Urakoze kwayamakur wadutohorej
@sympavictorieuse6773
@sympavictorieuse6773 Жыл бұрын
Thank u
@nduwayezupacifique2090
@nduwayezupacifique2090 Жыл бұрын
Thank you jackson, Burundi we love you so much 🇧🇮
@pablonsanzumuhire2024
@pablonsanzumuhire2024 8 ай бұрын
Mbere ya Michombelo hari Louis Rwagasore!
@maelici3693
@maelici3693 9 ай бұрын
Uyu mujama ndamukunze🎉
@alexikagoma5135
@alexikagoma5135 Жыл бұрын
Niharambe Uburundi nabarundi
@braveliontv935
@braveliontv935 Жыл бұрын
On 22:31 minutes that isn't Mukabebwe refugee camp otherwise that is GIHEMBE REFUGEE CAMP was located in Northern province in Gicumbi district in Rwanda anyway thx for this history gave us Good job bro GOD'S ON OUR SIDE 🙏🙏🙏 👇
@KizingaKivurutaro-co4cy
@KizingaKivurutaro-co4cy 5 ай бұрын
Naragutanze gushika,mvuze umuhutu yatanze umututsi gushika iburundu no mû Rwanda!
@abelrukundo1259
@abelrukundo1259 Жыл бұрын
I like this man, gusa bararasika
@JClaudeHAVUGIMANA-p2m
@JClaudeHAVUGIMANA-p2m 9 ай бұрын
Abarundi turabakunda
@ericbukeyeneza8715
@ericbukeyeneza8715 Жыл бұрын
Urakoz cn Jackson
@tuyishimealliance
@tuyishimealliance Жыл бұрын
Umva nkunda ijwi ryawe niyo wavuga ibyontakunda ndabyumva kubera woe pe
@dedenzayomaze4091
@dedenzayomaze4091 Жыл бұрын
Zuratwibutsa ivyaranze uburundi Kandi SE Pierre NKURUNZIZA azama mumitima yacu
@bamanotitv
@bamanotitv Жыл бұрын
Proud to be Burundian
@gilbertmtotowarutana3141
@gilbertmtotowarutana3141 Жыл бұрын
Wubahwe musaza🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮👏
@musangamfuracelestin6629
@musangamfuracelestin6629 7 ай бұрын
Ruzambikana kuko imyitozo hose subusa. 1:25 imajine
@nyabendamethode8573
@nyabendamethode8573 Жыл бұрын
Ndaguhaye 9/10 kumakur uduhaye kbsa wubahweee
@ElyseHakizimana-b5k
@ElyseHakizimana-b5k 8 ай бұрын
Ndagufana WW kip fana
@bigirimanajoseph4590
@bigirimanajoseph4590 Жыл бұрын
Jackson ndagukunda kbs uvuga neza cn.
@MichelManirambona
@MichelManirambona Күн бұрын
Yego
@deorwandiye7919
@deorwandiye7919 Жыл бұрын
Burundi ntagufyina nukubandanya gushika kutsinzi 🇧🇮
@alexisnimbona7191
@alexisnimbona7191 Жыл бұрын
Semahoro. Uzofusubiremwo kino kiganiro cari kiryos nivyishi numvis kugihugu cacu
@titythierry
@titythierry Жыл бұрын
Uburundi subwo guta munda nsa / subwo gutuma umwana
@japhetbizimana7471
@japhetbizimana7471 Жыл бұрын
Nakubari sana bro, wubahwe nkewa 🇧🇮👊
@Innocentciza
@Innocentciza Жыл бұрын
LOVE FROM BUJA
@francisniyokindi6737
@francisniyokindi6737 Жыл бұрын
Nice Jackson kumera Kandi courage
@pascalnkunzimana9222
@pascalnkunzimana9222 Жыл бұрын
Thanks
@swagaboysabingi2510
@swagaboysabingi2510 Жыл бұрын
Kutayapudetinga koko
@swagaboysabingi2510
@swagaboysabingi2510 Жыл бұрын
Urakoze cyane
@KizingaKivurutaro-co4cy
@KizingaKivurutaro-co4cy 5 ай бұрын
Hoya si bikoko
@JerediHakizimana
@JerediHakizimana 6 ай бұрын
We need part 2
@FestusNdagijimana
@FestusNdagijimana 9 ай бұрын
Komera dutohoreze nibini tumenye akahise
@espoirpaul376
@espoirpaul376 Жыл бұрын
Byiza kyane
@ndarishikijejeandedieu8860
@ndarishikijejeandedieu8860 9 ай бұрын
Ntabandi bari muri Congo utavuze? Bavuga ayabandi ayabo bakayicarako
@MM25804
@MM25804 8 ай бұрын
Afite Impamvu none ugizengo arabiyobewe! Ngo mugire ubwenge niko bibilia ivuga kandingo toute vérité ne pas bonne à dire !!
@nduwamungulives945
@nduwamungulives945 Жыл бұрын
Burundi hejuruuu
@EnockNtihanabayo
@EnockNtihanabayo 9 ай бұрын
Ntawamenya
@MuvaraFred
@MuvaraFred 9 ай бұрын
Kano kavideo gakoze neza
@RamadhanNdacayisaba
@RamadhanNdacayisaba 8 ай бұрын
Ndacayisaba ramadhan
@shazaboytheking9683
@shazaboytheking9683 Жыл бұрын
Uraduhimbara jackson
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 Жыл бұрын
uBurundi bwikukiye vy'ukuri muri 2005 Ibindi ni ukubesha ✊🏾🇧🇮
@egidendayishimiye9703
@egidendayishimiye9703 Жыл бұрын
🤣🤣,ivyobintu wobisigura neza?
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 Жыл бұрын
@@egidendayishimiye9703 Abarundi twese turabizi kiretse nkawe wizubaza ngo Ubugari burotswa sha! Ayo Mahoro wibaza ko yakorotse nk'amababi kugiti C'Amufe! Turazi aho twavuye naho Ukwikukira Nyakuri kwashikiye k'Umwene Bdi! ubu Wobura gutwenga wasamye nk'uwarutse Amagume arenze Imirambi ga Ntuze🤔 Aho abarundi bitwa abanyamahanga kubera ubugufi n ukungene baremwe kwari ukwikukira??
@egidendayishimiye9703
@egidendayishimiye9703 Жыл бұрын
@@burundishallsmile1day109 uzobanze ubaze ico bita kwikukira ico bisigura.hanyuma abo barundi uriko uravugira nabo umbwire abaribo kuko mubagutumye jewe sindimwo.hanyuma uko wewe wumva ibintu,siko bose baba bavyumva kuko uwo mutwe wawe ni muto ntiwokwiramwo imitwe y abarundi bose 🤣
@egidendayishimiye9703
@egidendayishimiye9703 Жыл бұрын
Ntanatimwe umuzungu yigeze yica abatundi mw ayo mugume uriko uvuga.abarundi nibo bamye biyicanira bapha inda.n ubu bapha inda nyene.kwikukira rero mukeneye ubu ni guhinduka mumutwe gusa hanyuma tukaja mumigambi yo kuduteza imbere
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 Жыл бұрын
@@egidendayishimiye9703 abantumye Nturimwo bien sur! We watanguye kuba Umurundi ryari?ba usoma hama utembe nk'Umwonga kuko siwe vyabwiwe.ukaba naho urihano guhiga abagabo,je Nkunda abagore.abagorebagabo bari hano gutega...Oya taha bakubone sha Sister w'uvwanwa😉
@diomedekarenzo6663
@diomedekarenzo6663 Жыл бұрын
Komera kumuheto burundi bwacu
@rameckniyomwungere7
@rameckniyomwungere7 Жыл бұрын
Muz duh amateka yanyakubahwa chef d'état major Niyongabo primé
@JailosuwezoDavid
@JailosuwezoDavid 6 ай бұрын
❤❤
@utazirubandaulimuze8882
@utazirubandaulimuze8882 Жыл бұрын
Hacyenewe ubutabera kuri bose!
@abiellabatarihotv1510
@abiellabatarihotv1510 Жыл бұрын
Wibagiye President Sylvestre Ntibantunganya.
@ishimweprince3918
@ishimweprince3918 Жыл бұрын
So cool man we love you Burundians
@fistonndayisenga3326
@fistonndayisenga3326 Жыл бұрын
Burundi to the world 🌎
@kwizerahashim6667
@kwizerahashim6667 Жыл бұрын
Semahoro ukora intoduction neza kbs
@liberemanariyo5364
@liberemanariyo5364 Жыл бұрын
Ewe Burundi warahitse warakubitse kbs
@maelici3693
@maelici3693 9 ай бұрын
👏👏👏👏👏
@mugwanezainnocent8276
@mugwanezainnocent8276 Ай бұрын
😂😂😂 Aroko ubanza Bari bakwishyuye...barandahiye ngo Amashingantahe aryoha kubi 😂
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 Жыл бұрын
Jackson Semahoro turakwemera musaza: Burundi- Bujumbura
@gregorygremaus8966
@gregorygremaus8966 6 ай бұрын
Waribagiye Domitien ndayizeye
@abiellabatarihotv1510
@abiellabatarihotv1510 Жыл бұрын
Ariko watutse abarundi, ntabwo abarundi ari ibikoko, abarundi n'abantu.
@digjepacyinkoramutima
@digjepacyinkoramutima Жыл бұрын
Komeza ubabeshye nyine
@fatmaalfahdi1997
@fatmaalfahdi1997 9 ай бұрын
Kiragutuna 😂😂😂😂
@alexismwezi2555
@alexismwezi2555 Жыл бұрын
Uburundi bwubahwe Cane cane FDN
Happy birthday to you by Secret Vlog
00:12
Secret Vlog
Рет қаралды 6 МЛН
😜 #aminkavitaminka #aminokka #аминкавитаминка
00:14
Аминка Витаминка
Рет қаралды 3,2 МЛН
How Strong is Tin Foil? 💪
00:25
Brianna
Рет қаралды 69 МЛН
KUKI UBUYAPANI BUTAGIRA IGISIRIKARE ARIKO BUGAKORA INTWARO NYINSHI?
30:23
ISMAËL MWANAFUNZI TALKS
Рет қаралды 136 М.
Happy birthday to you by Secret Vlog
00:12
Secret Vlog
Рет қаралды 6 МЛН