Ruti Joel🇷🇼yaririmvye IGIKOBWA ari I Bujumbura/aje no kuraba ishure Madame Jeannette KAGAME yizeko

  Рет қаралды 27,390

Siren Vibes TV

Жыл бұрын

#rwandaburundi #sirenvibestv
Ruti Joel yavuye Kigali aje kuririmbira abarundi baza kuza muri Caravane du rire uyu musi iza kubera aho bita kuba Chinois isanzwe itegurwa na Michael SENGAZI afadikanije na Now Creative isanzwe irongowe na Rasko. Ntimuze gusiba nimba mushaka gutwenga😍

Пікірлер: 105
@sirenvibestv
@sirenvibestv Жыл бұрын
Ruti Joel yavuye Kigali aje kuririmbira abarundi baza kuza muri Caravane du rire uyu musi iza kubera aho bita kuba Chinois isanzwe itegurwa na Michael SENGAZI afadikanije na Now Creative isanzwe irongowe na Rasko. Ntimuze gusiba nimba mushaka gutwenga😍
@jddacademy
@jddacademy Жыл бұрын
noe abo banyarwanda bose bafise ubwenegihugu bw'uburundi finalement
@igirimbabazisania9768
@igirimbabazisania9768 Жыл бұрын
Number one, Ruti joel yubahwe ndumufana wiwe gusa iyo ndamubonye ndamubonamwo Yvan Buravan 🥺🥺🥺🥺🥺🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@chanykeys6832
@chanykeys6832 Жыл бұрын
Umvugiy ibintu 😭
@evelyneirakoze
@evelyneirakoze Жыл бұрын
Me too
@christinesemuto940
@christinesemuto940 Жыл бұрын
Ese Ruti wavukiye i Rda, narinzi ko nawe wavukiye Buja ariko uvuga neza français👍
@ndizeyechantal6979
@ndizeyechantal6979 Жыл бұрын
Ruti karibu iwacu ndakubonye mbambona bruvan Yvan
@Reine257
@Reine257 Жыл бұрын
Niwe munyarwanda wambere numvise avuga neza donc afise ijwi ryiza 😂😂😂😂😂😂❤️we love you ruti ❤️
@m.a7605
@m.a7605 Жыл бұрын
kandi abarundi bazi kuyivuga neza???? 🤣🤣🤣🤣🤣 ariko Mana
@christinesemuto940
@christinesemuto940 Жыл бұрын
@@m.a7605 donko😄😄
@m.a7605
@m.a7605 Жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣 mumbwirire kabisa.
@1nesoch
@1nesoch Жыл бұрын
Ngo niwe wambere? Wewe ntuzi Abanya-Rwanda. Ijwi ryanje urarizi? Uwaririvye Umuntu ni Ubuntu urazi ijwi ryiwe?
@thinktank226
@thinktank226 Жыл бұрын
goko!! 😏 biransetsa ukuntu abarundi bamwe bazi ko bari civilise kurusha abanyarwanda 😂 ,ukuntu mutangazwa nutuntu twamafuti 🤦🏾‍♂️
@kdjeweflavie1747
@kdjeweflavie1747 Жыл бұрын
Igihame c'Imana, Umuhungu w'urwimisozi igihumbi karibu iwacu i Burundi. Abazaguteramana nawe barahiriwe 😊
@claudinenininahazweclaudin7137
@claudinenininahazweclaudin7137 Жыл бұрын
Shaa vrmaa🥰👍gusa Hosy jurek umutumirwa umubajije yishure urek kumuvugiramwoo
@mbonigabasamueli1860
@mbonigabasamueli1860 Жыл бұрын
JE Vous adore tellement!!!!!! Rwanda hejuruuuuuu
@ebenezerntabwoba3910
@ebenezerntabwoba3910 Жыл бұрын
Ruti courage kandi Ndizera ko igitaramo kizaryoha pe !!!🇷🇼🇧🇮
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp Жыл бұрын
Nice song igikobwa🇧🇮🇷🇼🇸🇦💯✅🥰🥰🥰🥰🔥🔥👌
@albertndayishimiyekarasira240
@albertndayishimiyekarasira240 Жыл бұрын
Ruti Joël ndumufana wiwe sinomara imisi ntumvirije indirimbo ziwe n'Intore
@alumuhora353
@alumuhora353 Жыл бұрын
Burundi Rwanda dushyigikirane
@evelyneirakoze
@evelyneirakoze Жыл бұрын
Whao courage Ruti ndagukunze ufise ijwi ryiza cane U deserve more Wagira ngo uri impanga ya Yvan Buravan mpise jya kugushakisha Biraryoshe ko hasigaye umuntu ameze nkawe
@riccajianadushime4327
@riccajianadushime4327 Жыл бұрын
Sinarinzi k les rwandais pouvaient avoir un si bel accent français 😂😂 chapeau Joël 🤝... Très belle ta voix également 🥰🥰🥰❤️
@m.a7605
@m.a7605 Жыл бұрын
bref: kumenya igifaransa sitegeko ikibi nuko yavuga ikinyarwanda nabi. imitekerereze yawe iraciriritse cyane wowe ukirebera abantu mundimi zabakoloni. abarundi rero nibo bafite accent nziza???? "donko "???🤣🤣🤣 bavuga ayabandi ayabo bayicayeho kweli.
@m.a7605
@m.a7605 Жыл бұрын
muracyaboshye mumitwe yanyu kabisa! muzatahira kwiyemera ko muvuga français neza🤣🤣🤣🤣 atari nururimi rwiwanyu "domage". mukure amaboko mumifuka mukore muve murubwo butiku bwindimi zitari izanyu.
@evelyneirakoze
@evelyneirakoze Жыл бұрын
@@m.a7605 nawe uvyegereje umutima cane Chapeau à toi Joël uvuga neza français Yerekanye ko kuba azi français abimukundiye kuko abandi banya Rwanda nta gifaransa bakunda kuvuga Reka kumuhutaza nta nka yaciye amabere kuvuga uko Ntidusanzwe tubimenyereye
@donnar3790
@donnar3790 Жыл бұрын
@@m.a7605 kumengo byakubabaje cyane ? Abarundi barakivuga neza nubwo ataribose 100% ariko barakivuga neza pe! abanyarwanda bakivuga neza ntabwo aribenshi nagato😁 Sorry only true hurts
@donnar3790
@donnar3790 Жыл бұрын
@@m.a7605 ukuri kurababaza ! Ruti Joel komerezaho baze kuguha imikeke mwana 😊
@oseendayi5046
@oseendayi5046 Жыл бұрын
I love this artist ❤
@chanykeys6832
@chanykeys6832 Жыл бұрын
Un grand ❤️ pour toi Ruti Joël 😘
@benieuriellebenimana2808
@benieuriellebenimana2808 Жыл бұрын
Yioo sinari ndamuzi sha big thanks to siren😍!! Igikobwa still my best favorite rwandansongs 💎 RUTI NDAGUFANA SANA!! THANKS
@angegateka6732
@angegateka6732 Жыл бұрын
Ruti courageee ur muba nyarwanda bake bavuga neza français 😇hosy bzuu
@cimpayeclairia
@cimpayeclairia Жыл бұрын
Turamukunda canee ruti kuko iyotumubony tumubonamw na burabyo
@ireneiradukunda13
@ireneiradukunda13 Жыл бұрын
Joel aje gukora concert noyizamwo peee! ❤️❤️
@fdff3980
@fdff3980 Жыл бұрын
Ruti ndagukunda caane nkunda ukuntu wimereye disi
@munyankindicelestin3538
@munyankindicelestin3538 Жыл бұрын
Ruti uri umuhanga pe
@issagasago6682
@issagasago6682 Жыл бұрын
Courage hosy &Ruti 🔥
@mugisha.jbella5687
@mugisha.jbella5687 Жыл бұрын
Hosy😍😍🤞et welcome Ruti Joel 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@Yezu_araganje
@Yezu_araganje Жыл бұрын
Hosy merciiiii
@huguetteizere1318
@huguetteizere1318 Жыл бұрын
Ijwi ryiwee shaa😭😭😭chaire de poule ziranyish🤣🤣🤣
@evelyneirakoze
@evelyneirakoze Жыл бұрын
Nanje ch
@elieniyokindi9827
@elieniyokindi9827 Жыл бұрын
urashoboy vrt ruti much respect
@christabellabizimana3554
@christabellabizimana3554 Жыл бұрын
Big up sana hosy😘😘wakoz kumutumira kabisa
@chrismuryango6140
@chrismuryango6140 Жыл бұрын
Guhamiriza(ikinyarwanda)=kwiyereka(mukirundi)
@chrismugisha6173
@chrismugisha6173 Жыл бұрын
A close friend to late YB😭whenever I see you I remember him😔
@evelyneirakoze
@evelyneirakoze Жыл бұрын
Wagira niwe Banaririmba kumwe
@murerwadarlene4138
@murerwadarlene4138 Жыл бұрын
Me too😭
@decloishimwe
@decloishimwe Жыл бұрын
Waaaooo Ruti Aratikura KBS Tubakunda cyane
@laparole8072
@laparole8072 8 ай бұрын
interview plein d'émotions plein de bons souvenirs ❤
@twizelimanadorothee8320
@twizelimanadorothee8320 Жыл бұрын
Courage Mon fils!
@dariuskubwabugingo
@dariuskubwabugingo Жыл бұрын
Joël waouh..
@harerimanaalexandre9825
@harerimanaalexandre9825 Жыл бұрын
J'adore cette chanson 👌👌👌👌👌🎵🎶🎶🎶
@karangwa2315
@karangwa2315 Жыл бұрын
kuba intore is more than gutamba ni values zubupfura ubudahemuka gukunda igihugu kukirwanira ukaba wanagipfira etc ibintu nkibyo murwanda nuko ariko j'es suis sur ko no muburundi aruko murwanda rero ibyo bintu bigezweho people are proud kwitirirwa uwo muco nkumusore nkuyu aka yumva ari so proud kwitwa gutyo
@bishyatv
@bishyatv Жыл бұрын
Wow
@fatmahaf4951
@fatmahaf4951 Жыл бұрын
Waaooo ruti karibu
@lilioseumuhoza
@lilioseumuhoza Жыл бұрын
Ndishimye cyane kumbe nawewe ni Munyarwanda nafurahi sana,niyo mpamvu rata iricyucyi sister Wana! Ubundi iyo face Niya Banyarwanda kbs.big hugs kbs.don't give up💕
@albertndayishimiyekarasira240
@albertndayishimiyekarasira240 Жыл бұрын
Intore cyane nizere kazova uburundi ndamubonye
@chrismuryango6140
@chrismuryango6140 Жыл бұрын
Nzobe idahanda ni terme kuvuga umuntu mwiza.yaba yirabura ou arinzobe bose babavuga nzobr indahanda.baba bari gutaka ubwiza bwumukobwa
@evelyneirakoze
@evelyneirakoze Жыл бұрын
Merci beaucoup Hosy yabitwaye ukutariko
@muhirefrancktorres5681
@muhirefrancktorres5681 Жыл бұрын
Nuwuyobora Francophonie numunyaRwandakazi
@irakozeliliane7548
@irakozeliliane7548 Жыл бұрын
Merci pour l'émission. Juste pour vous dire que l'école la Colombière existe toujours au Burundi. On a aimé l'éducation de Madame Françoise et on l'aimerait pour toujours. Paix à notre maman bien aimé
@ninetteba433
@ninetteba433 Жыл бұрын
Ishure ryacu oyeeeeeeee
@ishimwepatrick4721
@ishimwepatrick4721 Жыл бұрын
Wao
@ndayizeyeaboubakar4585
@ndayizeyeaboubakar4585 Жыл бұрын
Mach love Love from Uganda 🇺🇬🇺🇬🇺🇬
@gold.mprintmugabo8948
@gold.mprintmugabo8948 Жыл бұрын
Hosy irakoze ndagukunda cyane, ndi iburundi gusa nkubonye nagusuhuza cyane, ndumunyarwanda, nkunda kugukuricyira cyane
@kabakaisaiah8705
@kabakaisaiah8705 Жыл бұрын
🇷🇼🇷🇼🇷🇼🔥🔥🔥🔥
@btv254show1
@btv254show1 Жыл бұрын
🇷🇼🇷🇼🇷🇼👊
@tayebwajulius4748
@tayebwajulius4748 7 ай бұрын
Na Uganda 🇺🇬🇺🇬 turabakunda
@riccajianadushime4327
@riccajianadushime4327 Жыл бұрын
🥰❤️
@rudasingwagabriel8855
@rudasingwagabriel8855 Жыл бұрын
Ruti Joel
@dauphindankala1705
@dauphindankala1705 Жыл бұрын
Dauphin Dankala Ndamufana..
@elsayvanna3
@elsayvanna3 Жыл бұрын
@Siren Vibes TV ic gifaransa nic mu Rwanda ?😳😂😂😂my God d voice reo aratesa pe😍😍
@vyuguruzumwangumwereka
@vyuguruzumwangumwereka Жыл бұрын
Abana bose bize la colombière kigali bavuga neza francais et anglais!
@ndizeyechantal6979
@ndizeyechantal6979 Жыл бұрын
Ndahovye ntamubonye Ruti 😭😭😭😭
@evelyneirakoze
@evelyneirakoze Жыл бұрын
A la prochaine occasion uzoze
@christinesemuto940
@christinesemuto940 Жыл бұрын
Hozi nawe uri umu metisse nka Sengazi,?
@manubig5529
@manubig5529 Жыл бұрын
Ruti anyibutsa BURAVAN CYANE
@kegacosmos278
@kegacosmos278 Жыл бұрын
Hi ndashaka number za Irakoze umunyamakuru .ubushize naragukurimiranye uri Qatar njye ni USA
@gatjimmy2099
@gatjimmy2099 Жыл бұрын
Hosy u don't have to introduce your self much than your guest, ruti yarafise vyinshi yari kutuyagira urabona ko azi neza na culture yabo, muga wamuhaye umwanya muto, ruti arafise ikintu for sure...
@sirenvibestv
@sirenvibestv Жыл бұрын
Ohhh we are sorry ariko yarivuze bikwiye et twakoze umwanya muto
@kemosabe4996
@kemosabe4996 Жыл бұрын
Ariko uyu mwana ndamukunda basii mwana nuza kgl uzabitumenyeshe wana nkagufatire wanna
@user-ry3vb2sg6w
@user-ry3vb2sg6w Жыл бұрын
Ozzy arrête d'interferer Iyo umutumire wawe ariko avuga please!
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 Жыл бұрын
Je navuze nti Abarundi nibagende bategure Show mu Rwanda hama nibabona babagoye tuzoca tubona abo ikibazo kivuyeko ico gihe tuzoca dukoresha rya Bwirizwa rya Moses rero ryavuga iryinyo ku rindi.
@vyuguruzumwangumwereka
@vyuguruzumwangumwereka Жыл бұрын
Izo polemiques zanyu sha...u rwanda n'igihugu cyubaha abanyamahanga kandi ni nyabagendwa!!
@evelyneirakoze
@evelyneirakoze Жыл бұрын
Gerageza mureke cœur dur Ni mukore cane mushiremo ubuhanga Urukundo nta force ijamwo birizana ntiwokora ikintu ciza ngo umuntu areke kugikunda Mukore indirimbo nziza zirimwo amajambo meza murabe ko bitazogenda neza
@nadegemuhimpundu4826
@nadegemuhimpundu4826 Жыл бұрын
Uri karisabiye wa mugooo ! Iyo ni nzobe ihanda kuko ni mukorogo
@clairendayishimiyekeke6934
@clairendayishimiyekeke6934 Жыл бұрын
Aka jaja toi mpol
@evelyneirakoze
@evelyneirakoze Жыл бұрын
Eeh 😒😭
@evelyneirakoze
@evelyneirakoze Жыл бұрын
Urungutse iki ch guhohotera undi muntu ?? Si vyiza gutanga negative comment kuko bi décourageant umuntu upfuma wihorera
@francineinanziza8363
@francineinanziza8363 Жыл бұрын
Uramubesheye, Hosy nt mukorogo yisiga, naho yiyisiga CA n'engage qu'elle, t'as pas besoin d'etre si desagreable
@amiebienvenueabayo9891
@amiebienvenueabayo9891 Жыл бұрын
Aramaze 😏😏
@ngolivier4016
@ngolivier4016 Жыл бұрын
Ariko abanyarwanda Bose mugiye I burundi musigaye mubeshya ngo niho mwavukiye ngo niho ababyeyi banyu bavukiye ngo mufite ababyeyi babarundi.. mwarangiza mukivugisha nikirundi mutacyizi shn mwagiye mugumya mukavuga ikinyarwanda ko bacyumva😂😂 ubwo ni uburyarya muragacezaaa
@Ambitionitv562
@Ambitionitv562 Жыл бұрын
Ark ntibabeshya kuo abantu Bose ababyeyi babo bavukiye mumagepfo naza bugesera, ngomba, kirehe mu 1959 no 1994 bahungiye iburundi bituma bahatinda barahashaka niyompamvu ubona abanyarwanda beshi bagira imiryango iburundi
@muneza
@muneza Жыл бұрын
Erega basha ikirundi ni kinyarwanda bigomba gusa, mu burundi benshi bavuga ikirundi ariko bagacishamwo akantu ki kinyarwanda. Kubera turumviriza indirimbo zi kinyarwanda canke ama films, na banyarwanda nuko barumviriza indirimbo zikirundi, so niyo mpamvu indimi bazicanga ukuntu🤷. Nibizako ataribi bacishijemwo ikirundi.
@achilleachille698
@achilleachille698 Жыл бұрын
Urarusheeeeeee🤣🤣🤣🤣
@vyuguruzumwangumwereka
@vyuguruzumwangumwereka Жыл бұрын
Urahaze sha niyo mpamvu wibereye mu matiku!
@Ambitionitv562
@Ambitionitv562 Жыл бұрын
@@vyuguruzumwangumwereka erega tuba twariye man kuko turakora bro
Son ❤️ #shorts by Leisi Show
00:41
Leisi Show
Рет қаралды 9 МЛН
Я обещал подарить ему самокат!
01:00
Vlad Samokatchik
Рет қаралды 10 МЛН
😳 Все русские уже знают итальянский?🇮🇹
00:15
Son ❤️ #shorts by Leisi Show
00:41
Leisi Show
Рет қаралды 9 МЛН