Never compare this two military and police parade please
@Akagumyebagumako2514 күн бұрын
Ni yo ryashaka rikahaba ukomeye azitenge kurwana n'abarundi ! Ni inde atabona ivyakozwe vyo gukwegura amasanamu y'abarundi ? Kanatsinda umuntu arakomera agakomerera i we! Kandi nta gisirikare c'ubwoko bumwe kiri mu Burundi,mu Rwanda kugira ngo kivangwe hazokongera kumeneka amaraso !
En tout cas much respect to RDF Ibintu vyanyu bikoranye isuku, ingene mwambaye, ingene musa neza, ingene mutambuka munyaruka mutazetera.
@freetv420918 күн бұрын
Ariko mugereranya ibidahuye mute?? Ntimukagereranye abayobowe na Genocidal ideology ndetse n'abayobowe na smart mindset ya development ngo ubigereranye
@theupperroom450718 күн бұрын
Murakoze kudukurikira mwibuke gukora subscribe, like na share
@munyeragwephilemon486818 күн бұрын
Rwose THE UPPER ROOM udafite weakness yindi , wareka bene iyi comparison hagati y'u Burundi n'u Rwanda. Garagaza maturity no gusoma ibihe turimo kubwinyungu yo kubana no kurebana neza nk'aba internautes. Please sakaza ihumure n'amahoro. Ibiturenga s'ibyacu niyo mpamvu inzego nkuru z'ibihugu ziriho kugira ngo zibikemure kandi turabashikiye mu masengesho. Twizere ko bizagenda neza. Amahoro ku Barundi , amahoro kubanyarwanda.
@janvierlion75118 күн бұрын
Ko mbona kuri parade y'Abarundi hari abagenda bisekera!
@HabyarimanaFrançois-y1p18 күн бұрын
U Rwanda 🇷🇼 warugereranya na USA cg China koko u Burundu uradusuzuguye RDF Ntagisikare cya Afurika wabigereranya ntacyo pe Irarenze🫡
@theupperroom450718 күн бұрын
@@HabyarimanaFrançois-y1p murakoze kudukurikira mwibuke gukora subscribe, like na share
Abashingantahe ko mbona Ari dange?! 😂😂 Birasekeje kabisa! Iyi si parade nuguseta ibirenge! Ubuse baba bitoje bakoze repetition kugirango bagendere ku murongo umwe! Wagirango bafite ibintu mu maguru bibakurura!
@GiseleUwera-m6g16 күн бұрын
Wagurango bafite igihato mumaguru 😂😂😂
@abizeyejeanbosco36918 күн бұрын
Hhhhhhh ariko nki umuntu uba uzanye ibi abashaka gutuma abantu baryana erega ntago ibihugu vyose vyanganya ubushobozi nuko abantu baba birarira ntibemere ko abantu babarenzeho ngo bige kandi kwemera ko udashoboye sibibi nayo ubundi ntago wogereranya ibibintu rwose hariyo umuntu nabonye uvuga ngo biterwa na parade ewe iyo uburundi buri gukoresha ni American kandi niyo iryoha cane iyo uyizi uwo muntu wabizanye nayirondere ya RDF urabe ingene iryoshe cane ahubwo nuko iri gukorwa nabaswa ! Abarundi ntibaja bashaka ibibavuna bigeze gukorana ikosi rya officer cadette nabandi bigihugu ntavuze hama abarundi babiravye baca baravuga ngo ohoo! None ndiko ndarondera ukwezi canke ni nyenyeri ! Muriko muraraba abo ico kwereka ababanyi bo kwa Fachi wotwenga ukarambarara hasi uje kuri KZbin wandikemo parade Congolese urabe na security ntiyoyikora
@ntwaraneadolphe585015 күн бұрын
Uko nukuri pe naho kwaba kuryana
@Mashami-w514 күн бұрын
Ntukagereranye urwanda nibintu byamafuti
@UwamureraHadidja18 күн бұрын
Nibi bi Hermante bambaye ntibikibaho nibyo kubwaba Vietnam😂😂