S2||FEU ROUGE SERIES[EPISODE 8]🚦🚦

  Рет қаралды 26,893

Realboy Films

Realboy Films

Күн бұрын

FEU ROUGE is a Drama Series Film released every Monday at 8AM on this KZbin channel
Please make sure you subscribe and share this film as much as you can and don't forget to leave your comment in the comment section
FEU ROUGE ni film y'urukurikirane isohoka buri wambere isaha zibiri z'agatondo kuri ino Channel ya KZbin
Tugusavye ngo urabe ko wakoze Subscribe,hama usangize abandi benshi bashoboka ino film utibagiye gutanga iciyumviro canke inyunganizi muri commentaire.
For more infos and support
Mail➡️ liberirad@gmail.com
Phone➡️+257 69644266
Thank you so much🫡

Пікірлер: 421
@Aimé-BlaiseNkeshimana
@Aimé-BlaiseNkeshimana 28 күн бұрын
Abantu mushigikiye urukundo rwa Robert n'a chance mumpe like
@ascensionmg-xi6us
@ascensionmg-xi6us 28 күн бұрын
Ndayiraba mvuye kubagara ibiharage
@DaphroseHarerimana-r8w
@DaphroseHarerimana-r8w 27 күн бұрын
Hello.Iyi film irandyohera bimw ntazi uko nobivuga.Hama abavuga ngo chance yihakanye hari ibihe utavuga Vyos.Papa wa Ira iyabonako bazinanye yaca yibaza ibindi kandi mukazi ntakimenyane kuko kibayemwo karapfa.Ikindi ndizeyeko chance atazohemuka kuko ntiyahemuts nigih atarazi Iyo Ira ari.Hama courage vraiment Ndabipfurije gushika kure cane.Ndakunda ukuntu mukina neza kandi harimwo impanuro nyinshi.
@ChachaChany
@ChachaChany 28 күн бұрын
Woooooow manager et secrétaire mu biro bimwe ndaryohew vrt
@NiyongereDaphrose
@NiyongereDaphrose 26 күн бұрын
Film nziza
@Elisingham
@Elisingham 28 күн бұрын
Nahigereye abakunzi ba Feu rouge mumpe utuntu ngaha mureke inzingo❤️❤️❤️🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥Bitanguyemwo abarozi ngwaho😮😮😮
@Da.darlene6980-m2o
@Da.darlene6980-m2o 28 күн бұрын
Abaza nyuma mundemere twatuntu.abakunzi ba feu rouge hejuru cane❤❤❤
@florencekubwayezu706
@florencekubwayezu706 28 күн бұрын
Manager n'a Secrétaire Ndazi ntibizoroha urukundo ntirwihisha😂😂😂 courage à vous 🎉🎉🎉mumpe basi nanje uti liké dukeyi mbone koturikumwe namWe bakunzi ba feu rouge 🔥🔥🔥
@AuricaMuhoza
@AuricaMuhoza 27 күн бұрын
Libert na chance ndabahaye kiss nyinshi😘😘😘 ndabakunda cane ❤❤❤
@IrangabiyePraiseRael
@IrangabiyePraiseRael 27 күн бұрын
Ego vrt bari romantic birenzebnibakire ❤❤
@IzereMariegrace
@IzereMariegrace 28 күн бұрын
Love fr Gaga la belle ❤ Proud of my sister chacha Kure cane kbc nih nkwifurij kuger 🫂
@PamelaPamela-o7o
@PamelaPamela-o7o 25 күн бұрын
Nukur naj iy film ndayikund can gs
@IlsaIrahoza-r1u
@IlsaIrahoza-r1u 28 күн бұрын
Murashoboye mushike kure.Ndabahezagiye Yesu abageze kure.
@NiyonyishuAlphonsine
@NiyonyishuAlphonsine 28 күн бұрын
Nazindutse kwel abarimurukundo na feu rouge mundemer ❤❤
@angenadegempuhwe-tp8bm
@angenadegempuhwe-tp8bm 28 күн бұрын
Amashurwe nayanyu🎉🎉🎉Ira ,chance et Lucky mwubahwee🙏🥰🥰🥰
@HéritierItangishaka
@HéritierItangishaka 27 күн бұрын
Nsoro tjr mba nyirindiranye igishika igahera ntashaka👌👌
@EDMOND-OFFICIAL
@EDMOND-OFFICIAL 26 күн бұрын
Sha lucky baragusarishj xan ndaq ndinkawe naca ndira ubwonyen p!!GS courage murashoboye knd nari ndayirindiranye igishika
@NdayizereRachelle
@NdayizereRachelle 28 күн бұрын
Waooo!! Vyiza cane
@ReineFlorentineBizindavyi
@ReineFlorentineBizindavyi 28 күн бұрын
Mwizina rya Yesu😮😮harimwo nabapfumu
@AgnèsNitanga
@AgnèsNitanga 28 күн бұрын
Courage vraiment ndabakunda.nsoro wubahwee
@FannyMugisha
@FannyMugisha 28 күн бұрын
Oooooh my Goodness IMANA ltabare Lacky kuko ndabona lzongesombi zirenze peee mbega nivyabarozi navyo bijemwo feu Rouge irakaze hejuru cane Libety ❤❤❤❤❤❤
@EmelyneNINZIZA-xt2sv
@EmelyneNINZIZA-xt2sv 28 күн бұрын
Izi film zirakosoye 🎉
@Laurent-o1i
@Laurent-o1i 28 күн бұрын
Waaaaoo❤❤ mukina neza vrt
@VienneNkorerimana
@VienneNkorerimana 27 күн бұрын
😂😂😂😂 mbega film karibw ikiryoha weeeeeeeee🔥🔥 kubwanjye mbon boza bayiduha kumusikumusi wallah 🥱🥱🥱🥱ndabubahaye basazaa🙏🙏💪💪💪
@dadaniyitungire6244
@dadaniyitungire6244 28 күн бұрын
Welcome back feu rouge guys abacerewe nkanje Bari murukundo niyi séries mugonge like tuhatwike today ni 🔥🔥💯 munkandire kuga foto niba atamutima mubi ❤❤❤🎉🎉🎉🎉
@DianeBayubahe-b4x
@DianeBayubahe-b4x 27 күн бұрын
Courage vrt,murakunzwe
@IgiranezaAlana
@IgiranezaAlana 26 күн бұрын
Verry Nice courage
@DiellaIradukunda-e3n
@DiellaIradukunda-e3n 28 күн бұрын
Mana weee bug up sana libert ndetse na team yose dushigikire izompano muvyo dushoboye vrt❤❤❤❤❤❤❤
@dastellaharerimana7192
@dastellaharerimana7192 28 күн бұрын
🤣🤣ewe lucky vyanse gose ugez nokugurish ibikoresh vyo munzu🤔🤔sha aban bamez nkaw Iman ibatabar kweli kuk ntakazoz mugira pe😒Libert ndakwemeye uraz gutegur pe bravo🥰gusa uw mupfum akorots nk'imvura arantey ubwob😂😂😂😂
@jeanclaudentamavukiro2642
@jeanclaudentamavukiro2642 28 күн бұрын
Bien joué !!!
@salthielmanirakiza
@salthielmanirakiza 28 күн бұрын
Courage cane . Ira ter'imbere kuko urafise inspiration irenze vraiment ❤❤❤❤❤
@LuxacheillaAkimana
@LuxacheillaAkimana 28 күн бұрын
Ndabakunda❤
@BelyseNIZIGIYIMANA-k9y
@BelyseNIZIGIYIMANA-k9y 27 күн бұрын
Mbakunda cyne chance wubahwe ukunt uhakanye umu chr waw nivy bintwengej❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
@eliane802
@eliane802 26 күн бұрын
Udu❤❤❤❤ twanyu you deserve it 👏 ♥️
@kanjoriviviane5658
@kanjoriviviane5658 28 күн бұрын
Jewe mba numva ndimwo neza pe.courage bcp hejuru caaane BURUNDI 🇧🇮BWACU
@stitore2388
@stitore2388 28 күн бұрын
Libert na bomukorana courage mubirimwo neza mwubahwe
@BestMunezero
@BestMunezero 28 күн бұрын
Sha vrt respect knd courage cane👊
@KamarizaViolette-zm5bw
@KamarizaViolette-zm5bw 28 күн бұрын
Mmmmm Lucky ivyiwe vyabayenab kbs atanguye kwibamunz yooo😊😊
@florencenibitanga
@florencenibitanga 28 күн бұрын
Ntibizakworoha❤🎉🎉🎉🎉
@RizikiZiki
@RizikiZiki 28 күн бұрын
Waooo wi 100 topu topu kuri feu rouge🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@DorineUwishimiyimana-hg7ir
@DorineUwishimiyimana-hg7ir 28 күн бұрын
Gx iryo tabi abo bajama bariramwo mbege nukuri hhh so, ribert na chance ndabishimiy kbx courage rro🎉🎉🎉❤❤❤
@eddylevisirakoze2376
@eddylevisirakoze2376 28 күн бұрын
Nanje ntawo narinzi😂😂😂 We love you 🎉🎉🎉❤❤❤
@RichardTuyishemeze-k6x
@RichardTuyishemeze-k6x 28 күн бұрын
Zambia 🇿🇲🇿🇲🇧🇮 tulikumwe twamaze kubibona komwaduhaye
@ericmanirambona3378
@ericmanirambona3378 28 күн бұрын
Iyi team iterijimbere
@DhDb-n7i
@DhDb-n7i 28 күн бұрын
Ndabakunda ❤❤❤❤❤❤ira akira❤❤❤❤❤
@EmelyneUwineza-i6d
@EmelyneUwineza-i6d 28 күн бұрын
Arakwihakanye ngo ntakuzi! mwebwe Imana ibampezagirire ndabakunda
@KanezaInès
@KanezaInès 28 күн бұрын
Number one nahageze❤❤❤🎉🎉
@RosineIrankundaannya
@RosineIrankundaannya 27 күн бұрын
Ubundiii nimwe bacuuu abandiii bo bari mugakino bataziii ubundiii murakunzwe❤❤❤❤❤
@ChaniceNicimpaye
@ChaniceNicimpaye 26 күн бұрын
Ndabafana bantu banje
@Venusteniyongabo69
@Venusteniyongabo69 28 күн бұрын
Good boy
@sosonbuntu-hz6tk
@sosonbuntu-hz6tk 28 күн бұрын
Abant batwengejw n chance ng ntawe narinzii😁😁😁😁🤭
@JamesNyandwi
@JamesNyandwi 25 күн бұрын
Nice movie reabert 🇧🇮🇿🇦🇿🇦🇹🇿🇹🇿🇹🇿
@lsance
@lsance 28 күн бұрын
Kbx mwakoze kuyituzanir kumwany twar tuyikumbuy,💞💞💞💞💞
@TherenceMbonabuca
@TherenceMbonabuca 27 күн бұрын
Aho rero biraryoshe cane ko Libert bakundanye na Chance abotwabibonye kumwe tukabikunda like muzimpereze ndabkunda
@VeneEmma-sl5sd
@VeneEmma-sl5sd 27 күн бұрын
Mukomere
@desiredusabimana8505
@desiredusabimana8505 26 күн бұрын
Kazi nzuri
@SandrineNSABIMANA
@SandrineNSABIMANA 28 күн бұрын
Ndakunda film zanyu❤❤❤
@BimenyimanaChadrack-ml7bl
@BimenyimanaChadrack-ml7bl 28 күн бұрын
Urukundo rwaryoshe kbsa Mwubahwe muduha ibintu bitesa gusa❤❤❤❤
@VianneyNkurunziza-o9o
@VianneyNkurunziza-o9o 28 күн бұрын
Vyiza cane❤❤❤🎉🎉🎉
@NellyIdrissaIgirivyiza-kk5nz
@NellyIdrissaIgirivyiza-kk5nz 28 күн бұрын
Wouuuuuuu Ira & chance 🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹nayanyu vrt gusa mutwongere iminota pls
@NzeyimanaEzechiel-sm5ez
@NzeyimanaEzechiel-sm5ez 28 күн бұрын
Ewanaa ndabna umuriro mwawucanye respect❤❤❤❤
@RichardHaringanji-v6r
@RichardHaringanji-v6r 27 күн бұрын
Imana ibahe kuramba kuko muduha ibintu byuzuye birimw impanuro ❤❤ mwubahwe 🎉🎉❤
@CarmellaIrishura
@CarmellaIrishura 28 күн бұрын
Mbaye uw mbere🎉🎉🥳🎉 bn debut de la smne kub kunz b feu rouge 🚦❤
@YabimpayeFlorine
@YabimpayeFlorine 28 күн бұрын
Woooh ndabikundira ❤❤❤🎉
@NasriStafordbrck
@NasriStafordbrck 28 күн бұрын
Mubukora neza gusa muradutevya
@DelphienUmurundi
@DelphienUmurundi 28 күн бұрын
Company yamaz kuba iya Yira na chance ababibony mump twatuntu🎉🎉🎉🎉
@claudensabimana-d1l
@claudensabimana-d1l 28 күн бұрын
Esprit mon frr
@Helin-f1m
@Helin-f1m 28 күн бұрын
Ndabakunda cn🇧🇮💞🇪🇹💞🇪🇹🇧🇮
@Tsagwera
@Tsagwera 28 күн бұрын
❤ ndakwemer ribt ukuntu ubitwara bon😊
@NshimirimanaCausette-lv9rq
@NshimirimanaCausette-lv9rq 24 күн бұрын
Mwrambireee ndabkndaaa❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤😂
@NdizeyeCharles-c3i
@NdizeyeCharles-c3i 28 күн бұрын
😂😂hira nakuhamini kwakazi yako bagenzi abamwemera hira bashireko 👍 like
@ChanelleGirineza-k1f
@ChanelleGirineza-k1f 28 күн бұрын
Courage
@eliphasehakizimana5248
@eliphasehakizimana5248 27 күн бұрын
Umva rero ira na chance turaziko mwikundaniye kubiii rero murikukazi muzobe serie muze mukore neza hama urukundo gwanyu muze murukomeze muhejej akazii navyo bizoba vyiza kurusha kugirango muryohegwe murukundo munanezereze numuvyeyi wanyu mukazii.
@AngeDoucieDushime
@AngeDoucieDushime 28 күн бұрын
Nsoro🎉 urashoboy p
@A-BEN-1998
@A-BEN-1998 28 күн бұрын
Mbaye number one mumpe like nyishi nyishi
@EvelyneNiyondiko
@EvelyneNiyondiko 27 күн бұрын
Mubikora neza cane
@elvisndayininahaze
@elvisndayininahaze 27 күн бұрын
bash ababonak botwonger iminot mundemer
@NdayikezaDativeChalom
@NdayikezaDativeChalom 28 күн бұрын
Chance rero ingene ahakanye ngo libert nawe ntawazi😂😂 nivyo binsekeje😂
@AminaJou
@AminaJou 28 күн бұрын
Mana iyi filM ninziza❤❤🎉🎉
@gemmairakoze3919
@gemmairakoze3919 28 күн бұрын
Ubundi aba n'ibo bantu banje
@NimubonaYunus-qi9yv
@NimubonaYunus-qi9yv 27 күн бұрын
IRA uratwika kabisa wewee umeze nka kanumba vraiment BIG up brother
@TigercrowsUmuhizi
@TigercrowsUmuhizi 28 күн бұрын
Ngukurikiranira hafi my brother Ndabona imihanda igiye kunyerera Kuri lacky😂😂😂😂😂😂😂
@ancilefestus
@ancilefestus 28 күн бұрын
Number one mundemere like basha ❤❤
@gemmairakoze3919
@gemmairakoze3919 28 күн бұрын
Chance wanje sha Ngo ni irya1 ubonye IRA
@UwimanaChinoise
@UwimanaChinoise 28 күн бұрын
Nsoro urategura kbx❤❤❤
@EdyssaNKURIKIYE
@EdyssaNKURIKIYE 28 күн бұрын
Film nkunda hagera lundi twayikumbuye trop 🎉🎉🎉🎉🎉
@AmonIrakoze
@AmonIrakoze 27 күн бұрын
Hajemwo abafyitirizi ibintu bigiye kuryoha
@kamanzikhadija3951
@kamanzikhadija3951 27 күн бұрын
Abantu mukunda urukundo gwa Iradukunda na chance tumenyane ❤❤❤❤❤
@gerardinehabarugira4096
@gerardinehabarugira4096 28 күн бұрын
Libert courage ndakunda film zawe kko nizubwenge
@Mohammed-sh2wx
@Mohammed-sh2wx 28 күн бұрын
Ndabakunda cyane
@MugishawimanqJeannette
@MugishawimanqJeannette 27 күн бұрын
Shn abakobwa turakarirwa kweli urabona ukuntu odrey yakubiswe kweli ngo numusheri yabivye!🎉 Mubikora neza muduhe yose je ndabalova
@StyvenNiyonyishu
@StyvenNiyonyishu 27 күн бұрын
Mugize neza
@DieublaiseNihawe
@DieublaiseNihawe 28 күн бұрын
Ubu ndahevy ndaba muma unté kbx so ndabakunda bakiny beza❤❤❤❤
@VienneNkorerimana
@VienneNkorerimana 28 күн бұрын
Ndi mubambere kwl abaryoherw niy série Bash tumenyan vmt nd❤❤❤
@Nzoyikorera-o1w
@Nzoyikorera-o1w 28 күн бұрын
Courage bakinyi beza❤❤
@AreggAregg-u2h
@AreggAregg-u2h 27 күн бұрын
Ndanezerewe cane ira na chance babwizanye ukuru kubwurukundo gwabo
@Francus1609
@Francus1609 28 күн бұрын
Neza cane bakinyi beza murashoboye peeeee, bakunzi ba série FEU ROUGE muze hano tumenyane.
@nihorimberedorine9945
@nihorimberedorine9945 27 күн бұрын
Gucererwa bisumba gusiba . Nanje nkaba ndahigereye🎉🎉🎉
@VenusteIrakoze-vy4qh
@VenusteIrakoze-vy4qh 28 күн бұрын
Mugire partage abakunzi ba Feu Rouge dushigikire ibikorwa hamwe no gukora Like na commentaire Libert muhezagirwa
@NsabiyumvaEvelyne
@NsabiyumvaEvelyne 28 күн бұрын
Ndabikundira cane mwubahwe
@jeanclaudentamavukiro2642
@jeanclaudentamavukiro2642 28 күн бұрын
Bien joué !!! Mubikor nez can kandi mbakunda kanini 👍👍👍👍
S2||FEU ROUGE SERIES[EPISODE 9]🚦🚦
28:15
NSORO🎬
Рет қаралды 25 М.
Quando A Diferença De Altura É Muito Grande 😲😂
00:12
Mari Maria
Рет қаралды 45 МЛН
Beat Ronaldo, Win $1,000,000
22:45
MrBeast
Рет қаралды 158 МЛН
Что-что Мурсдей говорит? 💭 #симбочка #симба #мурсдей
00:19
Reba amazina nyakuri yabahanzi bo mu Burundi part1
3:29
McTkay Tv
Рет қаралды 13 М.
НЕ ЗАПОЧВАЙ 2025 БЕЗ ДА ЧУЕШ ТОВА!
11:44
Stoyan Valkov - Choko
Рет қаралды 77 М.
Հիվանդությունը ապաշխարություն է
9:26
Հայր Միքայել Hayr Miqayel
Рет қаралды 7 М.
NSORO THE HERO (FINAL EPISODE)
43:45
NSORO🎬
Рет қаралды 52 М.
MAANTA IGAMA HAYSO 2025 HADAF KU SOCO
15:37
Ayub Ahmed Media
Рет қаралды 43 М.
MALAIKA EP { 13 }
32:03
MZEE KICHECHE
Рет қаралды 6 М.
Quando A Diferença De Altura É Muito Grande 😲😂
00:12
Mari Maria
Рет қаралды 45 МЛН