Samuel's Hope Hotel inzu y'uburaro n'ingenzi yaruguruye icese muri Q.Nyabugete1 zone Kanyosha.

  Рет қаралды 23,507

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

#Burundi: Samuel's Hope Hotel ni inyubakwa yakira ingenzi yaraye yuguruwe mu #Nyabugete zone Kanyosha muri komine #Muha. Samuel Ndayiragije yubatse iyo nzu y'uburaro yipfuza ko iba inyubakwa yakira abarundi cane cane bava mu makungu ari naco gituma bayisizemwo ubuhinga bugezweho bwa internet y'umuvuduko munini kugira uwuzoba ahari azokworoherwe mu gutumatumana kw'amakuru.

Пікірлер: 21
@christopherambrosehb7860
@christopherambrosehb7860 Жыл бұрын
We need Burundi to shine so that we can come back home
@ENOCKboyTv-fm5ye
@ENOCKboyTv-fm5ye 4 ай бұрын
Congratulation Samuel icongusaba nuko mwotegura mukubaka na shop lite kuko ahiwacu ntanahamwe iri so shoprite irakenewe kabisa
@user-yz3zy1wy9v
@user-yz3zy1wy9v Жыл бұрын
Uwo niwe akunda igihugu camwibarutse
@Eliebankineza
@Eliebankineza Жыл бұрын
Félicitations mon cher compatriote pour cette grande réalisation pour notre patrie. Que Dieu bénisse la suite.
@SamuelJordan-fw4yy
@SamuelJordan-fw4yy Жыл бұрын
Tera imbere nkumuzinga uwukwanka akwandureko bwana Samuel muburimyi nubworozi nahonyene turi inyuma yawe.ndagushimiye komeza.
@christainc.5217
@christainc.5217 Жыл бұрын
Vyiza❤
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 2 ай бұрын
🎉🎉🎉🎉
@user-gy3rl2zx3f
@user-gy3rl2zx3f 2 ай бұрын
❤❤❤
@alainwalterrwota9687
@alainwalterrwota9687 Жыл бұрын
Good job bro, stay blessed
@gakeboranda3223
@gakeboranda3223 9 ай бұрын
🎉🎉🎉
@BezaFanny-sh7sd
@BezaFanny-sh7sd Жыл бұрын
Félicitations mrs Samuel
@gilbertmusictv8136
@gilbertmusictv8136 Жыл бұрын
May God bless you sam
@sereine-marienkuyehasi3009
@sereine-marienkuyehasi3009 Жыл бұрын
Félicitations 🎉
@marrykigabimk
@marrykigabimk 11 ай бұрын
👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏
@bushashasamsong7788
@bushashasamsong7788 Жыл бұрын
Terimbere, Terimbere!
@JothamKwizera-mf2to
@JothamKwizera-mf2to Жыл бұрын
Mutama Samuel yubahwe kwi terambere aguma azana.
@nshimirimanamike1591
@nshimirimanamike1591 Жыл бұрын
Iyo hotel nikahera
@johnmrsaver7902
@johnmrsaver7902 Жыл бұрын
Hôtel nziza chnn
@user-yz3zy1wy9v
@user-yz3zy1wy9v Жыл бұрын
Atandukanye nabamwe basahura igihugu bagaca biyubakira ingoro zabo bagaca bagara(Bunyoni)
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 Жыл бұрын
Mbega ni kuki bakunda kuzitira n impome? Nagira ishusho nziza nkiyi igomba kugaragara😢 Batiment👍🏽 Cloture 👎🏽
@stansiyomana1239
@stansiyomana1239 Жыл бұрын
Jewe niyumvira ko uruzitiro rukenewe kumvo z'umutekano. Gutyo ari abagiye kuhatemberera, ari abahakora bazoca mw'irembo rimwe. Kandi nkwibutse ko mumwaka uheze hari umudiaspora/umupfasoni yari yaje ava iBulaya yagandaguriwe mw'ihoteri y'iBujumbura. Ndabakejeje abo ``barundi bakorera hanze'' bagize iyo migambi myiza. Na Pastori nabonye aberewe cane muri iyo fauteuil.
English or Spanish 🤣
00:16
GL Show
Рет қаралды 15 МЛН
The Joker kisses Harley Quinn underwater!#Harley Quinn #joker
00:49
Harley Quinn with the Joker
Рет қаралды 40 МЛН
Samuel Ndayiragije ibi nivyo yasavye vyohinduka
9:40
Indundi TV
Рет қаралды 13 М.
Igisabo co kwubaka Isoko rikuru rya Bujumbura | Fablice MANIRAKIZA
12:34
English or Spanish 🤣
00:16
GL Show
Рет қаралды 15 МЛН