SANNTA na PAPA wiwe barahaririye mukiganiro KIMWE KU KINDI birakoye|| Uratwenga uhweeere..

  Рет қаралды 16,614

Isaac Tv

Isaac Tv

Күн бұрын

Пікірлер: 196
@zainab1947
@zainab1947 3 жыл бұрын
Mbaye namba 1 asaac impa like kabisa
@kanyamunezaelvellade-vita2402
@kanyamunezaelvellade-vita2402 3 жыл бұрын
Santa muranryohey nukurii mutere imbere mwese ndabakunda murabizi🥰❤
@ndayishimiyerichard2489
@ndayishimiyerichard2489 3 жыл бұрын
Urabaza neza cane muvyeyi 👏👏 ibibazo ninkivyo kabisa
@lilianeerica3318
@lilianeerica3318 3 жыл бұрын
Ikiganiro ciza cane cibibazo vyubwenge😍😍😍 SANTA iyo ordinateur uyitege niwatora diplome aho yakubarijemwo ico yoguha🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@odettemanzi6066
@odettemanzi6066 3 жыл бұрын
Innocent wibanga,muzuga oyeeee,kumbe santa numukobwa wawe?nciye ndamukunda sinarinziko urumu nyamatongo wiwacu 👍
@loicbienfaitcakweri3162
@loicbienfaitcakweri3162 3 жыл бұрын
Kugira umu vieux nkuwo n'amateka wallah😂😂😂😂
@bahatidiamond2301
@bahatidiamond2301 3 жыл бұрын
Umupapa kuyo akoze amanteka Meza cane kuganira numwanamwiwe nivyiza cane kwer👍👍🙏🙏💯💯
@josuekhalifa8745
@josuekhalifa8745 3 жыл бұрын
Abantu bo muhiraaaaa👊👊👊Papa Innocent nakubonye ncandakwibuka Ibanga🙏🙏🙏🙏
@deobiho
@deobiho 3 жыл бұрын
AMASAKA AMASASU AMASANDUGU ndakwemera sha,,
@abdulaziizmy8816
@abdulaziizmy8816 3 жыл бұрын
Murasa cyanee santaa
@dianenibigira97
@dianenibigira97 3 жыл бұрын
Waouu tuba dukeneye abantu kabo bavuga utuntu twubwenge.big up mutumire 👍👍👍🙏
@Nkurunziza-rn4xt
@Nkurunziza-rn4xt 4 ай бұрын
Merci bcp.
@fabrohero5288
@fabrohero5288 3 жыл бұрын
Gisiga nanje yarasubije skul vyahaye numuntu wanj big up mwankozek abiwacu
@mamahappy2577
@mamahappy2577 3 жыл бұрын
Papa indirimbo ninziza uzayisohore courage
@AaAa-dd1qu
@AaAa-dd1qu 2 жыл бұрын
Sannta napapa mwubahwe abapapa nkaba nibo tubatugomba papa love you too much 😘😘😘😘👌👌👌👌
@alainirakoze9102
@alainirakoze9102 3 жыл бұрын
Kandiii santa papa wae yaranyigishij mur primaire sos kbs hahahahh uyoo ndamuzii cane
@niyibarutaphilbert3748
@niyibarutaphilbert3748 3 жыл бұрын
Brother innocent and your daughter you make us happy.
@gerardbucibaruta4170
@gerardbucibaruta4170 3 жыл бұрын
Abava hamwe barahuye.Abanyakayanza en general nabanyamatongo en particulier mumpe likes .Matongo hava abakobwa nabahungu beza saana
@odettemanzi6066
@odettemanzi6066 3 жыл бұрын
Komera munyamatongo wiwacu 👍
@gerardbucibaruta4170
@gerardbucibaruta4170 3 жыл бұрын
@@odettemanzi6066 merci bcp
@uwingabireanick8500
@uwingabireanick8500 3 жыл бұрын
Igihugu cose cuzuye abantu beza
@gerardbucibaruta4170
@gerardbucibaruta4170 3 жыл бұрын
@@uwingabireanick8500 eeee nivyo mais il faut yokuvuga neza iwacu.harya ntagihugu ciza gisumba uburundi
@شاغلياوغندا
@شاغلياوغندا 3 жыл бұрын
Santa ukomeze kubaha papa wawe kuko iyo ningabirano yaguhay kuk nanjye narayishakag ndayubura kk aragukundap
@امنهامنه-و1م
@امنهامنه-و1م 3 жыл бұрын
Samdra mdagukucaneee mdifuza kukubona kamdi courage mukazi ubikoraneza cane🙏🔥👍❤❤❤🥰🥰
@drliberatmusoni6776
@drliberatmusoni6776 3 жыл бұрын
Ikiganiro cari très intéressant, mukomere cane
@zamzamalhanayy5505
@zamzamalhanayy5505 2 жыл бұрын
Kumbe ndamubonye uwo bita murisho muri Murikira Ukuri ndabakunda mwese Courage
@epithacesimple8498
@epithacesimple8498 2 жыл бұрын
Sancta abikora neza vrema!yiz Ecofo😎😎😍😍😍
@AaAa-dd1qu
@AaAa-dd1qu 2 жыл бұрын
Vyaribiryoshe umwana nase I love you too much 😘😘🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦👌👌❤❤
@Nino_officia
@Nino_officia 2 жыл бұрын
Weeeeweeeeee santhaa ufise iminwa isa niya papa wawe😗😗😗Muryoherwe ndabafana sana
@mussandikumana3561
@mussandikumana3561 3 жыл бұрын
Mze yuko vizuri Nilifikiriya atakuwa mze wake leo akukuwa mambo ya kucheka cheka kama kila siku safi sana aliza zake mapema
@kanezafannyyadav6340
@kanezafannyyadav6340 3 жыл бұрын
Uyu muvyeyi numustare kweli gusa Iyo ndirimbo turayikeneye vuba uyushire ahabona Nice big up
@tahuraukuritv5946
@tahuraukuritv5946 3 жыл бұрын
Santha papa wawe yabaye umu star imatongo dufise Ama aba star
@CyuzuzoKamoso
@CyuzuzoKamoso 3 ай бұрын
Okay, mbonye papa Santa,sebukwe wa d one,hhhhhhh,Isaac tv hejuruuuuuuu
@nourambarak6297
@nourambarak6297 3 жыл бұрын
santa ndakwemer ww na papa waw ndanakunz ik kiganir can
@habonimanajeanine9403
@habonimanajeanine9403 2 жыл бұрын
Santa ndagukund.nukur.mwubahw.kbx.muranezey💪💪💖💖
@alainbigero8609
@alainbigero8609 3 жыл бұрын
Amasaka,amasase,amasandugu😂 Iyi interview ni iyamateka.
@marthanzeyimana6749
@marthanzeyimana6749 3 жыл бұрын
Uyu mu type Innocent buriya arafit umwana angana uk🤔🤔
@ريمالريم-ح2خ
@ريمالريم-ح2خ 2 жыл бұрын
Umwana na se mwubahwe cane 🍷🍾❤❤
@divadaqueen6558
@divadaqueen6558 3 жыл бұрын
Uyumu papa aratesaaa❤️❤️❤️❤️
@ancilemanimfashe5225
@ancilemanimfashe5225 3 жыл бұрын
Gus santa muras na pere waw kuminw p birampimbay kuzan umutam wac komer turagukund
@pascal2000
@pascal2000 2 жыл бұрын
Isaac kutubesha kur titre ngo n papa wiwe wap vrt ntibiryoshe n faux vrt so big up
@mariamoman5057
@mariamoman5057 3 жыл бұрын
Adi rah Jamani basi like 🤣 🤣
@nshimuwerajosue690
@nshimuwerajosue690 2 жыл бұрын
Yesu urinzira ishika🙏🙏🙏🙏🙏
@kadafigmail7895
@kadafigmail7895 3 жыл бұрын
Ikiganiro cyiza murashimishije cyane from belgium
@vivipro3172
@vivipro3172 2 жыл бұрын
Kimwe kukindi🤣🤣🤣🤣🤣👊🤝narinasizwe kweri🏃‍♀️🏃‍♀️🏃‍♀️🇴🇲🇴🇲🇴🇲
@ezezetuyifootcr7andsport904
@ezezetuyifootcr7andsport904 3 жыл бұрын
Santa murampimbaye caan numuvyeyi wawe big up Isaac TV irahimbay
@prosper3935
@prosper3935 3 жыл бұрын
Umutama nzi from kyanza exactly at matongo
@abdulaziizmy8816
@abdulaziizmy8816 3 жыл бұрын
😂😂😂😂murantwengejeee badi umwana na se
@arthemiehabiyaremye8549
@arthemiehabiyaremye8549 3 жыл бұрын
Ndagukunda santa
@jameseric7123
@jameseric7123 3 жыл бұрын
Uwabonye ko Santa ata birato yambaye like👍👍
@xdseww262
@xdseww262 3 жыл бұрын
Murabasutwa😂😂😂
@measme4721
@measme4721 2 жыл бұрын
😂😂😂🤸😂🤸
@richardnshimirimana6372
@richardnshimirimana6372 3 жыл бұрын
Urarinda santa ibibaz nkivyo papa waw
@leonardbizimana8216
@leonardbizimana8216 3 жыл бұрын
Muco papa wawe kweli wewe warasaze
@msssgrgees329
@msssgrgees329 3 жыл бұрын
Ikikiganiro kiraryoheye ababibona baring Saudi 🇸🇦 barihe tumenyane
@akimanaalivella5213
@akimanaalivella5213 3 жыл бұрын
Turingaha
@claudendayishimiye2927
@claudendayishimiye2927 3 жыл бұрын
Muta ndaguhangahe basi uze ndakwibarize
@muhozaannemarie7417
@muhozaannemarie7417 3 жыл бұрын
Turihano, tumenyane
@joselynjoselyn9769
@joselynjoselyn9769 3 жыл бұрын
Abari saudia turakwumva
@joselynjoselyn9769
@joselynjoselyn9769 3 жыл бұрын
😃😃😄😄😄😄😄😆😆😆😆😅😅🤣🤣🤣🤣😂😂😂😂🤣🤣🤣😄😄😃😁😁😁
@banin-bradaneirakoze9535
@banin-bradaneirakoze9535 3 жыл бұрын
Lata urumvako so atogutanga kumuntu yoguha ibishunduri murigo!urakundwa cane
@chantalzoe9646
@chantalzoe9646 3 жыл бұрын
Eeh kumbe uri wa kwetu 😀 nciye ngukunda gusumba Santa 😀
@daniellaakimana6660
@daniellaakimana6660 3 жыл бұрын
papa wawe ndamunzi mukinindo
@AaAa-wj4np
@AaAa-wj4np 3 жыл бұрын
Papa santa wubawe gusa nciye nanje nkumbura papa wanje
@nestorbukuru5446
@nestorbukuru5446 3 жыл бұрын
sha barasa ndake
@nduwimanaernest9018
@nduwimanaernest9018 3 жыл бұрын
Waaaaau mutama vrem yisabiye Imachine Kandi Aho yisabiye ko yogira kumenya canee imachine kuko iyo umwana yisabiye ubwenge ni kunworoherez muta, 😄😄😄😄
@nourambarak6297
@nourambarak6297 3 жыл бұрын
santa ndakwemer
@aprocibusprl5901
@aprocibusprl5901 3 жыл бұрын
Iki kiganiro kiranryoheye!
@fleuryb8706
@fleuryb8706 3 жыл бұрын
Ubwo bu serieux bwanyu ntawomenya Kari se numwanya🤔
@evlysnegrithahkzm1893
@evlysnegrithahkzm1893 3 жыл бұрын
Eg nivy tuban kibenga numwana wiw
@vianneydrbing7888
@vianneydrbing7888 3 жыл бұрын
Yoooooo!!!! Santa, uranyeretse murisho nukuri!!!???? Uranezereye cane!!! Ndamukiriza mutama wawe ariwe wacu murisho!!! Haaaa
@ismaelray6840
@ismaelray6840 3 жыл бұрын
Kayanza big up🇧🇮
@nasranas8815
@nasranas8815 3 жыл бұрын
Papa Santa warivyaye umukobwa wawe murasa cane.kand afise ubuhanga nkubwabwe
@wre1565
@wre1565 2 жыл бұрын
Birahimbaye caaane❤❤❤
@karmabvhg2118
@karmabvhg2118 3 жыл бұрын
Sha papawawe aryoshokiyago
@bebika8106
@bebika8106 3 жыл бұрын
Amazing
@dorinetv3013
@dorinetv3013 3 жыл бұрын
Eeeeeh kumbe Santha uri uwiwacu mukayanz à ? Big up kbx. Ndabona ari bien muri kumwe n'umuvyeyi😘
@josephinegahugano6148
@josephinegahugano6148 3 жыл бұрын
Santha kumbe asa caaane na se wiwe.
@fabiolasilyvain8880
@fabiolasilyvain8880 3 жыл бұрын
Uzomugarukane papa wawe santa
@habonimanajeanine9403
@habonimanajeanine9403 2 жыл бұрын
Santa urabon ikuntu.usekej.mutam.kwel😂😂😂😂😂😂😂👍
@ericarakaza-uz2wx
@ericarakaza-uz2wx Жыл бұрын
Sha murantwenhej cn vrt
@bajoubeto1421
@bajoubeto1421 3 жыл бұрын
Mbonye papa wa Santa amez kumwe nka papa wanje😂😂
@mairymairy1851
@mairymairy1851 3 жыл бұрын
Mwubahweee
@nshimuwerajosue690
@nshimuwerajosue690 2 жыл бұрын
Waooooo ❤️❤️❤️❤️❤️❤️
@eilinli7846
@eilinli7846 3 жыл бұрын
Ati ndakugirire agapela🤣muhezagigw murankuyeho
@kiyagotv8587
@kiyagotv8587 3 жыл бұрын
Isase riva kucuma kabsa hose ni rugwe yooh birahimbay kwel mutwenga co kimwe
@ccyoutube1485
@ccyoutube1485 2 жыл бұрын
Mwubahwe
@jeandebouckmaneno4290
@jeandebouckmaneno4290 3 жыл бұрын
Yarakuvyaye ntiyakwibarutse kko hibaruka Maman wawe. Ariko ntaco birahimbaye caaane kugira umu papa mwiza
@mugishapromoter8121
@mugishapromoter8121 2 жыл бұрын
Neza muvyeyi kalibu caane mumuziki ndundi kandi abandi bavyeyi tukwigireko mukorohereza abana bacu kugira bashobore gusohora impano zabo tutababangamiye.
@safiasaleh7494
@safiasaleh7494 3 жыл бұрын
Arasa nase caaane
@oscargahizi2651
@oscargahizi2651 3 жыл бұрын
Pas possible !Bury nyen uwo ni papa waw?
@azizairambona4128
@azizairambona4128 3 жыл бұрын
Uwomutama araz kuririmba kwl big up san mutama
@fellowyordyrabbi
@fellowyordyrabbi 3 жыл бұрын
Ari cool uyu mu papa...hhhh....
@eminemeniyonkuru2485
@eminemeniyonkuru2485 3 жыл бұрын
Vyiza cane kwl
@nibituronsajandokic1465
@nibituronsajandokic1465 3 жыл бұрын
Kumbe se wa santa yaruyo🙉🙉🙉🙉biraryoshe kli
@joselynjoselyn9769
@joselynjoselyn9769 3 жыл бұрын
Urasa na papa wawe vrt kand papa wawe numwana mwiza vrt muvye mwiza muraryohera cne kukuntu mwungurutse
@nshimirimanajeanne2261
@nshimirimanajeanne2261 3 жыл бұрын
Papa undirimbo nziza mbega umuvyeyi mwiza
@irakozeevelyne6603
@irakozeevelyne6603 3 жыл бұрын
umuvyeyi wumu star
@bayiramyedanielkolenda2141
@bayiramyedanielkolenda2141 2 жыл бұрын
Biraryoshe kubona umuvyeyi yishimye numwana wiwe babazanya ibibazo nkivyo muteye kwiyumvira kuvyara vuba
@swsw3394
@swsw3394 3 жыл бұрын
Umu papa mwiza
@nzokirantevyejerome4737
@nzokirantevyejerome4737 3 жыл бұрын
Murasa kuminwa p
@shushishushia3329
@shushishushia3329 3 жыл бұрын
Egoo vraiment
@violettemediatv143
@violettemediatv143 Жыл бұрын
🇧🇮✅❤️🤩🤩
@boe181
@boe181 2 жыл бұрын
Uyo ngira si papa wiweee... Ngira ni umu Frere wiweee 😂😂😂
@evelyneniyonzimaevelyneniy1498
@evelyneniyonzimaevelyneniy1498 3 жыл бұрын
Wakoranye naso nisawa kwel
@babulove257
@babulove257 3 жыл бұрын
Papa ndamusavye ahanure umwa wiw sannta aragayana
@maombiclaudine6937
@maombiclaudine6937 2 жыл бұрын
Ww utagayana muteribuye🙏🙏
@aminasilvia4345
@aminasilvia4345 2 жыл бұрын
Vraiment santa saluti mingi
@andrehakizimana4150
@andrehakizimana4150 3 жыл бұрын
Kwl uyumutam araryoheye ujumugarukane kwl arareje
@ناصرالكلباني-ض8ط
@ناصرالكلباني-ض8ط 3 жыл бұрын
Ooooo muranezerey cane
@revocatgahungu9340
@revocatgahungu9340 3 жыл бұрын
Commune Santa avamwo ihanurubibe na butaganzwa gatara muruta musigati na bukeye
@Chacha-wp3ug
@Chacha-wp3ug 3 жыл бұрын
Hhhhhhh murabereye pap numwan🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@odanoshmo9142
@odanoshmo9142 2 жыл бұрын
👍🏻👍🏻👍🏻👍🏻👍🏻🤝🤝🤝🤝🤝🤝🤝
@omarhilali8287
@omarhilali8287 3 жыл бұрын
U need to answer questions according to life styles of artist not questions witch doesn't regards of it coz people are here to know more from them
@medardnshimirimana6050
@medardnshimirimana6050 2 жыл бұрын
Muzoturonderere umuntu yitwa cugu akunda akarwa gose🤣
@chantalzoe9646
@chantalzoe9646 3 жыл бұрын
😀😀😀 muraryosha ikiganiro vraiment
哈哈大家为了进去也是想尽办法!#火影忍者 #佐助 #家庭
00:33
火影忍者一家
Рет қаралды 129 МЛН
НАШЛА ДЕНЬГИ🙀@VERONIKAborsch
00:38
МишАня
Рет қаралды 2,7 МЛН
Friends make memories together part 2  | Trà Đặng #short #bestfriend #bff #tiktok
00:18
哈哈大家为了进去也是想尽办法!#火影忍者 #佐助 #家庭
00:33
火影忍者一家
Рет қаралды 129 МЛН