Iwacu is the first song of The IWACU Album.. LEVEL UP with Vusi Nova • Level Up with Vusi Nova #Africori #TheBestInAfricanMusic #BestOfAfrica
Пікірлер: 226
@user-sv7zz8if5i6 ай бұрын
Iyindirimbo ndayikunda numutima wanje wose iyonibereye mubibazo iranduhura sat bi wacu IMANA ikomeze kumwongera impano
@happinessuwimana67753 жыл бұрын
I was not born or raised in Burundi but I feel this song so deep .it's my favourite 🖒😍😍😍😍😭😭💗💗💗 I'm a Birundian also 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@fernandnganji67743 ай бұрын
Icobita umuziki mwiza utazopfaa sat b your song is full of éemotions 😢😢
@louiseumuhoza21047 жыл бұрын
Bruhh I can't stop listening to dis song🙄😩✊🏾 I didn't know he can sing dis good☺️❣️
@desirenimubona39486 жыл бұрын
Iyi ndirimbo kuva aho ndayumviye ndayumviriza akarenga cumi (10) ku musi, warakoze cane, ndakumbuye iwacu i Burundi.
@habicigombacabdikarim65434 жыл бұрын
Inyibutsa vyishi brother
@oliviermwamimwiza48224 жыл бұрын
iyi song ndayunvirije intera gukanya kubera uburyohe ikoranye, ndi muburundi ariko ndayunvirije bintera gusubira gukunda igihugu canje gusunvya . Big Up mutama wanje Sat B.
@irakozeegide4917 жыл бұрын
Sat-b utumye nkumbura iwacu murumonge ndahakumbuye. Komera man
@solangesoso31005 жыл бұрын
Shobora kumviriza iyi ndirimbo so many times sindayirambirwge. Sat B I think you are the best of burundian's music 🤗👍
@ostianirere53254 жыл бұрын
Dope song... Duhe uturirimbo nkutu for sure turadushaka... Iyi na umubabaro 🔥🔥
@desirenimubona39486 жыл бұрын
Iyi ndirimbo ndayumviriza nka 10 fois par jour. Nanje ndahakumbuye. Nice song brother
@niyosengadidas39052 жыл бұрын
Ndakumbuye iwacu cane sat B urumuntu watumye nkumbura muhira
@k_yannick4805 жыл бұрын
Thanks for this nice song... We really miss our beautiful country. All the way from India
@mwizeroevode79404 жыл бұрын
10/1/2020 ndacayumviriza Team sat b Yagaaaaa
@BrillantHarerimana5 ай бұрын
Nice song never giveup Sat B nkumbue iwancu i Burundi thank u somuch🙏🙏🇧🇮🇲🇿💥💥
@niyungekofranck30956 жыл бұрын
I'm from Burundi but I leave longtime like 5years but sat b u make me remember my country Ehamagara arakitse Mumahanga Mucabandi yooh I'm so crying really
@nzomukundafatuma53645 жыл бұрын
Kweli wewe ni king wa burundi love you. Niko na bebe anaibtwa leila
@berrysign12232 жыл бұрын
Respect urashoboye Mziki wa kikubwa
@Meddy-Fafa9 ай бұрын
Nubu ndacayumviriza 😢❤❤❤️🔥❤️🔥❤️🔥❤️🔥love #SatB
@SMLS99510 ай бұрын
Muziki wa ki kubwa huu. Huyu kijana ni hatari sana
@nkelly8839 Жыл бұрын
That's why I'll always love Sat-B
@galishabdi1377 жыл бұрын
i can't undstnd the language but i already love the voice am 👌👌all the way from Washington✌
@fidelegahungu34826 жыл бұрын
The song speak a man which is a country away from the country of origin,then he speak to every body enter in the country to tell to all relations that he remember them
@maryamammar17026 жыл бұрын
Can't stop listening 😨😨😨miss my home 🇧🇮miss my mama miss my family miss my son😥😥😥
@oliviermwamimwiza48227 жыл бұрын
yoo man this song is really awesome, full of feelings and pure burundian one, keep doing well . remember to keep your style . for sure you are a multi styles singer
@nduwimanaelyse2714 жыл бұрын
Yoooo my bro indirimbo nziza cane nanj ndahakumbuye burundi kbs urazi kwandika
@jeanngandu16022 жыл бұрын
This guy is amazing to me,If only his songs was in English ,I hope he could be making hundreds of million of views.His voice sounds like a literal instrument😵💫
@marlosmugisha2686 Жыл бұрын
That true bro,,he would sing in English
@ClovaHavyarimana10 ай бұрын
My favorite
@Etien3ne8 ай бұрын
Itwibutsa iwacu wallah,time has come twongere tubonane
@KirangaHouston7 жыл бұрын
Wakupe Tunzo,,,,##Kiranga@Houston##
@nicecamillekezimana44122 жыл бұрын
J'aime trop cette chanson.Sat-B merciii!!i still listen it in October 2021
@wilsonbutoyi10742 жыл бұрын
Olso too!
@ostianirere53254 жыл бұрын
This song tho😍, franchement this song is deep... SatB t'es vraiment talentueux,, keep blessing us with your hits dude
@ntirampebadaniel43142 жыл бұрын
Ndakwemey iyi ndirimbo itumye ndira bivanye niyo ndi ino mumahanga
@amolam974 жыл бұрын
Oh my gosh😢 this is what i call music original burigihe ndayumvirije ndamererez kumubiri iwacu...nyanzobe...etc my favorite songs
@MugishaPeter-rk3ep7 ай бұрын
I really like this song 😢😢 makes me to miss Burundi 🇧🇮 my country
@vianneyninkeje2907 жыл бұрын
Sat-Bi i really love ur songs. Dis one is killing me
@HeroiqueIradukunda7 күн бұрын
Can't stop listening...2024 yagaaaa🔥
@DivineIninahazwe-kp8vw10 ай бұрын
I love so much this song for real💯❤️🇧🇮
@mbitsimanabetuel4425 Жыл бұрын
Abarimumahanga babajwe nubuzima tumenyanee
@irunvaselonbrown68777 жыл бұрын
my bro wanikunbusha home nice song and big up.tukurinyuma
@anelkangoy75166 жыл бұрын
Nakupenda sana sat b
@ntirampebadaniel43142 жыл бұрын
Ndakwemera sat b Tera Imbere nkumuzing
@UmuPromoter_wanyu4 жыл бұрын
Nice Song Our King of Bujafleva 💪💪💪
@vumidarlenevoyagemakile85343 жыл бұрын
Sat-b good song I Love it crying ❤️😭💯
@jeanclaudenduwayo62885 жыл бұрын
Kabisa king satb indirimbo irarenz kwr nanje nuko iwacu ndahakumbuye
@Ntawuyankir-bw6mc Жыл бұрын
😭😭😭😭😭😭 sat b komer uyisonge inkumbuj iwacu ❤❤❤❤
@jimmycarteur7 жыл бұрын
Nice song from you Sat B, Satura!!!! GOOD job.......