Sat B yavuze aho beef yiwe na Fizzo yavuye/ anyita akayabu/nari kumwereka ko nkaze kumurusha

  Рет қаралды 24,672

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

4 жыл бұрын

Who's the best ni concert yari yateguye na Lacost beach akaba ari naco kibanza yari kuberamwo. Ikaba yari yateguwe kugira ihuze abaririmvyi babiri Big Fizzo na Sat B.
Ariko ikibazo cabaye nuko inyuma ya affiche gato habaye ibibazo kugeza aho Fizzo ahakana guhangana na Sat B ngo bahindure izina rya Concert, barayihindura bayita #Facetofaceconcert... ariko kugeza ubu Fizzo yahakanye ko atazoboneka muriyo concert
Ntiwibagire gusiga Commentaire yawe aha musi. Turabakunda
Kora subscribe, like na share mudufashe kugeza Kure ibiganiro tubakorera
Follow us On:
FACEBOOK : Siren-vibes-...
INSTAGRAM : siren_vibes...
TWEETER: Siren Vibes TV
#SatB #SirenVibesTV

Пікірлер: 165
@nibagwireesther4579
@nibagwireesther4579 4 жыл бұрын
Watching this from Kigali Rwand🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
@celeusmutabazi4130
@celeusmutabazi4130 4 жыл бұрын
SAT B,uciyubwenge🤝
@lilpaff-noma8573
@lilpaff-noma8573 4 жыл бұрын
Incabwenge sat-b by lil paff-noma from Mozambique
@berryahishakiye3378
@berryahishakiye3378 4 жыл бұрын
Murakoze kuturonderera umuco. Siren TV
@oluwaburundi698
@oluwaburundi698 4 жыл бұрын
Siren Tv🔥🔥🔥
@patriqueniyibizi7310
@patriqueniyibizi7310 4 жыл бұрын
Korakazi mutama urekane nubwobujambo wewe kora turakwemera😗😗
@wab5141
@wab5141 4 жыл бұрын
Sat-B sindamufana, mé avug ukuri
@ndayihimbazevianny6467
@ndayihimbazevianny6467 4 жыл бұрын
Yagaaaaaaaa sat -b urakomeye kand rekan Na fiz agomba kugusubiz inyuma
@emmanuelbanda96
@emmanuelbanda96 4 жыл бұрын
Uyo mupeti yarashishwe n'umuntu yomugandagura kugira aje mukibanza cambere.
@jacksonnzabamwita9963
@jacksonnzabamwita9963 4 жыл бұрын
Kirazira kwikora muzuru imbere ya camera abantu bose bakuraba ni bibi ubwo nubuja
@nshifanuelnshime3336
@nshifanuelnshime3336 4 жыл бұрын
Sat be please ntuzusubire kwitwaza lolilo
@nzobakengaesperanza6266
@nzobakengaesperanza6266 4 жыл бұрын
Sat B niwe akaze fizzo naje hariya yiyemera ataricari
@chrysons9863
@chrysons9863 4 жыл бұрын
Mmm sat wibuke kwagukuriy ureke kuguma wibuka ivyakera kuko icogihe yagutuma niwari mbwmenyekan nn mugezaho ama bif mwubahane 😊😊
@mr_yassinofficial
@mr_yassinofficial 4 жыл бұрын
😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀
@omegalpha2729
@omegalpha2729 4 жыл бұрын
Mwisubirekoo!!!
@juvenalmiburo241
@juvenalmiburo241 4 жыл бұрын
Safi ww ndagufana
@patrickkwizera5002
@patrickkwizera5002 4 жыл бұрын
Sat b aracari umwana mumutwe nkivyo vyokumwitiria umuntu sibintu vyokuvuga kuri media kuko muricogihe satb yasa nabi cane ntawutamuzi atatubu yiyambije kd arek kwiyemer aracr mut can kur fizzo
@nandygatore66
@nandygatore66 4 жыл бұрын
Osi courage ubikora neza cane, bandanya uteza imbere abo bantu bose ukoresha! Gusa akantu kamwe nobakebura muzoze murakoresha trépied kuri camera kuko image ira bougea cane ibisigaye ni bn courage sana👏
@kalubandikafiston828
@kalubandikafiston828 4 жыл бұрын
Acamaneno fanyakazi umuwoni mwenzako iko anatowa bitu bikali
@nsengiyumvajules2637
@nsengiyumvajules2637 4 жыл бұрын
Sat b reka kugara ataco umaze kwimarira cankwe wa bonyeko uzimvye kubera wageze Tanzania abamaze kugira aller retour nibivyimvya nkawe tuliya upate muelekewo
Задержи дыхание дольше всех!
00:42
Аришнев
Рет қаралды 3,6 МЛН
Inside Out Babies (Inside Out Animation)
00:21
FASH
Рет қаралды 15 МЛН
Ni ryari umukenyezi yibungenze yopimisha imbanyi yiwe?
53:29
Magazine Santé Burundi TV
Рет қаралды 666
B-Raph x ​⁠@bainturo - SAVAPA (Ça ne va pas) [Official Video]
3:49
BIG FIZZO Nta BEEF mfitaniye na SAT-B
14:20
Nicko Media
Рет қаралды 37 М.