Igihombo inyuma yo kwimbura: Kubika ibiharage mu Kibido

  Рет қаралды 43

SAWBO™ Scientific Animations Without Borders

SAWBO™ Scientific Animations Without Borders

19 күн бұрын

You can download this video from SAWBO video library at sawbo-animations.org/2173
Igihombo inyuma yo kwimbura: Kubika ibiharage mu Kibido
“ Kirundi” ( accent from “Burundi” )
Iki cigwa gisigura uburyo bwo kwirinda ubunyundo mugihe co kubika ibiharage ukoresheje ikibido inyuma yo kwimbura. Ibiharage birashobora kubikwa mu kibido bikaguma bimeze neza mu kiringo c’umwanya muremure. Mu gukoresha ikibido gitegerezwa kuba gisukuye neza kandi kitarimwo ikintu na kimwe conona. Kikaba kitigeze na rimwe gikoreshwa mu bikoresho vyose bishobora guteza akaga nk’igitoro canke imiti yica udukoko.
Postharvest Loss: Jerrycan Bean Storage in “Kirundi” (accent from “Burundi”)
This animation explains how to avoid insect damage when storing beans after harvest using the jerrycan method. Beans can be stored in an airtight jerrycan for long periods safely. The jerrycan being used must be completely clean and free of any contaminants. It can never have been used for any hazardous materials such as fuel or pesticides.

Пікірлер
Kugabanya udukoko mu gitoke no mu mizuzu biciye muguteguraimivyaro yo gutera hamwe no kuyikata
7:56
SAWBO™ Scientific Animations Without Borders
Рет қаралды 55
БОЛЬШОЙ ПЕТУШОК #shorts
00:21
Паша Осадчий
Рет қаралды 10 МЛН
Looks realistic #tiktok
00:22
Анастасия Тарасова
Рет қаралды 100 МЛН
Мы никогда не были так напуганы!
00:15
Аришнев
Рет қаралды 6 МЛН
Red❤️+Green💚=
00:38
ISSEI / いっせい
Рет қаралды 51 МЛН
Igihombo inyuma yo kwimbura: Kubika ibiharage mu Kibido
6:43
SAWBO™ Scientific Animations Without Borders
Рет қаралды 59
कटाई उपरांत हानि: जेरीकैन बीन भंडारण
6:37
SAWBO™ Scientific Animations Without Borders
Рет қаралды 24
Mini Dryer For All Kind Of Pulses #dryer #indian #dalmill #business #agriculture #subscribe
2:08
S. K. Engineering Works | DALMILL MANUFACTURER
Рет қаралды 4,5 М.
Storing fruits & vegetables using a clay pot cooler to reduce spoilage and prevent post-harvest loss
6:13
SAWBO™ Scientific Animations Without Borders
Рет қаралды 226
Ugukoresha  ibiti  kama kugirango ubutaka n’ibitegwa bimere neza
5:15
SAWBO™ Scientific Animations Without Borders
Рет қаралды 26
Ubuhinga bwo  gukwega no kwigizayo  impongwa mu
8:03
SAWBO™ Scientific Animations Without Borders
Рет қаралды 21
Nigute wogabanya inkwi n’igitoro mu guteka: Ukoresheje Urutare n’ikarayi ifise intoboro zitandukanye
5:32
SAWBO™ Scientific Animations Without Borders
Рет қаралды 22
Umuti kama wica udukoko twonona ibiterwa ukorwa mu mbuto z’igiti citwa Neem
4:10
SAWBO™ Scientific Animations Without Borders
Рет қаралды 47
БОЛЬШОЙ ПЕТУШОК #shorts
00:21
Паша Осадчий
Рет қаралды 10 МЛН