Semerera Uhamagare Yezu - Patiri Aimé Irakoze

  Рет қаралды 243,288

AMANI Angels

AMANI Angels

9 ай бұрын

Пікірлер: 367
@user-qo4ud3ki4k
@user-qo4ud3ki4k 15 күн бұрын
Amen Amen uhezagigwe cane patiri.kubwijambo ryimana udusangije
@fidesntikangishwa9297
@fidesntikangishwa9297 4 күн бұрын
Imana yabasize ishishikare kubakomeza. Inyigisho zanyu zihindura imitima myinshi. Muragahezagirwa ukwo mwahezagiwe. Yezumukaristiya ni muzima ibihe vyose,narabibonye igihe cose ndamwihereje .
@seraphineniyonsaba7481
@seraphineniyonsaba7481 8 ай бұрын
Yezu nkubone mubuzima bw'urugo rwacu.Ameen
@M.francineMukerabirori
@M.francineMukerabirori Ай бұрын
YEZU agukomeze
@deniseingabire325
@deniseingabire325 2 ай бұрын
Yezu aninahazwe mwisramentu ryeranda .jewe nshaka menye aho notura ibibazo vyanje Yezu kuko umugenzi yarantwaye i Muyaga ariko ntiyanyetse ahonca kuko nari mushasha nawe amaze kuhaza kenshi! Ni munyereke aho novugana nu mukama wanje
@piussabiiti6650
@piussabiiti6650 7 ай бұрын
Fr Irakoze has made my best Sunday. Highly gifted man of God. God continues to guide you on the right path. Amen
@AliceBarabwiriza-yl1jv
@AliceBarabwiriza-yl1jv 8 ай бұрын
Yezu mwana wa Dawidi ngirira ikigongwe umparire ivyaha vyanje uheze umpe ivyiza vyaweee.Ameeen.ndafashijwe Imana ihe umugisha uwu mu patiri nukuriii
@user-cc5rw1lx7u
@user-cc5rw1lx7u 9 ай бұрын
Yezu nkiza ubugumba...ndosa ikibondo yezu mwana wa dawudi....yezu ngiririkigongwe
@roseirakoze
@roseirakoze 8 ай бұрын
Abigukorere kuko arabishoboye niwe atanga abana
@ndayikezachantal2717
@ndayikezachantal2717 8 ай бұрын
Ikwumve iguhe umunezero wo guheka ikibondo
@LeonceNIMPEREZA-xi5hi
@LeonceNIMPEREZA-xi5hi 8 ай бұрын
Arakwumva kandi ntakimunanira
@benigneniyingejejaha617
@benigneniyingejejaha617 7 ай бұрын
Izere Yezu azogutabara kumwe yatabara Sarah yaramaze nuguca!
@cleophascoutinhomizero3811
@cleophascoutinhomizero3811 7 ай бұрын
Yezu aguhe ikibondo
@EmmeLine-vl7lm
@EmmeLine-vl7lm Күн бұрын
Amen amen.Yezu nimuzima mukaristiya
@NdayirorereSouavis
@NdayirorereSouavis Ай бұрын
Urakoze cane patri yezu ambabarire ivyaha nakoze Ivyonzi nivyo ntazi
@samuellamahoro464
@samuellamahoro464 8 ай бұрын
Yesu mwana wa Dawundi ngirira ikigongwe,umpindurire izina umpe uruvyaro.
@ndayikezachantal2717
@ndayikezachantal2717 8 ай бұрын
Imana ikwumve iguhe guheka ncuti y'Imana,😊
@dativenibitanga5274
@dativenibitanga5274 8 ай бұрын
Imana ikwishure
@masananadine
@masananadine 8 ай бұрын
Bikubere nkuko ubisavye amen
@marlenebukuru9904
@marlenebukuru9904 7 ай бұрын
Yoooh❤IMana ikumve ,ikugirire Ubuntu uvyare,uheke
@benigneniyingejejaha617
@benigneniyingejejaha617 7 ай бұрын
Imana igutabare uheke nkabandi Bavyeyi
@MarieIrakoze-dd8kd
@MarieIrakoze-dd8kd 9 ай бұрын
Wigisha neza cane pe umukama yaragusize pe be blessed
@faustinirankunda3138
@faustinirankunda3138 8 ай бұрын
Yezu nkubone mumagorwa Yanje ndimwo mubukene nibindi bitandukanye
@BeatriceKADERI
@BeatriceKADERI 2 ай бұрын
YEZU ari harya nyene mw'itaberenakuru ni vyo ni ivy'ukuri kandi uko umwituye ni ko akwakira. YEZU ,nshoboza guhora ndakwiyegereza no guhora ndakwakira mukaristiya umfashe kwamana nawe no kugukundisha abandi.
@deusdeditmuganahe
@deusdeditmuganahe 9 ай бұрын
Yezu ndamwera nk'Umukiza wanje, ariko inyigisho ndonkejwe, zirafise ico zunguye mu mutima wanje. Yezu, ni ahezagirwe imyaka yose.
@carolinenakirutimana1559
@carolinenakirutimana1559 18 күн бұрын
Amina Patiri,ivyo twaciyemwo ,ducamwo ni vyinshi vyari kutwaka ubuzima. None kuva tugihema Imana iradufiseko umugambi.
@AngeclairiaMWUNGERE-hi1qf
@AngeclairiaMWUNGERE-hi1qf 9 ай бұрын
Ndagushimiye cane inyigisho ziramfashije cane.Yezu abongererez amavuto
@marierosenibigira1489
@marierosenibigira1489 8 ай бұрын
Mwami Yezu ngirikigongwe, unkize amashetani anyikirimbako
@IreneNIHORIMBERE
@IreneNIHORIMBERE 9 ай бұрын
Iyinyigisho iramfashije cane gose ndafashijwe amen
@marcellinebarakagwira6275
@marcellinebarakagwira6275 9 ай бұрын
Merci Père Yezu ni mwiza cane ndamukunda iyi nyigisho impinduriye ubuzima
@arnaudniyonkuru5320
@arnaudniyonkuru5320 7 ай бұрын
Urakaninahazwa Mukama Yezu vumera vumera musaserdote wumukama
@irakizalove5802
@irakizalove5802 8 ай бұрын
ndafashijw nuyu mupatiri basha❤❤ Imana yaramutoye nukuri😢ishishikare kumusiga
@sysyngezahayo7113
@sysyngezahayo7113 8 ай бұрын
Uhezagirwe,mugitondo,kumurango,no mw'ijoro! Warahezagiwe,Yezu akwongere amavuta unagure ubwoko bw'Imana,uvuga neza,usigura neza,wuzuye Mutima mweranda,akomeze akumurikire mon père .Urumugisha!!!!
@BelyseNtirampeba
@BelyseNtirampeba Ай бұрын
Patiri imana iguhe umugisha uradufashije
@OdetteNisubire
@OdetteNisubire 2 ай бұрын
Ndigishijwe sinashaka KO Patiri aheza izinyisho murakoze kudusangiza izinyigisho patiri
@user-lo4sf3jl8c
@user-lo4sf3jl8c 17 күн бұрын
Yezu Munyakigongwe, ngirira ikigongwe ivyaha vyose ,umpe Umugisha no kuba muvyo wanteguriye
@innocentniyonkuru5966
@innocentniyonkuru5966 9 ай бұрын
Imana ishimwe cane kuko iduha ivyo dusaba nivyo tutasavye akabituronsa kuko azi ivyo dukeneye. Yezu kristu naninahazwe imwaka yose. Amen
@user-hg5xb8jp7c
@user-hg5xb8jp7c 28 күн бұрын
Yezu mbabarira ivyaha vyanje.unkize ubumuga bw umubiri n ubwumutima
@user-eg4lf9ek5x
@user-eg4lf9ek5x 9 ай бұрын
Uragahezagirwa n'iyakuremye Pati. Umukama yakwitoreye nakomeze kuguhunda ingabirano ziwe, akomeze kukugira umudahemuka kandi nkwipfurije kubona Imana wakoreye umunsi w'imperuka. Ndakunda ekleziya catolika caane kuko muri ekleziya hari vyose.
@user-jv3bf4nt7l
@user-jv3bf4nt7l 9 ай бұрын
Nukuri ntubesh hari vyose turahiriw 💃💃💃
@barakachubwa2154
@barakachubwa2154 16 күн бұрын
Yesu kristo mwana wa Daudi naomba uni samehe dhambi zangu
@user-cc5rw1lx7u
@user-cc5rw1lx7u 9 ай бұрын
Urakoze kunyigisho uduhaye ziradukujij mukwemera....ninahazwa yezu mwami wacu....yezu numva mpindutse cane kuriyo nyigisho duhawe....
@mireilleirakoze8833
@mireilleirakoze8833 8 ай бұрын
Ndahezagiwe nizinyigisho Yezu abandanye akuzuriza aguhezagire muvyeyi kandi gikuru nuko Yezu azoguhe iherezo ryiza hama ubandanye udushikiriza ubutumwa bwiza ku nyigisho uduhaye ndumva zimpinduriye ubuzima
@MiltonSula
@MiltonSula 2 ай бұрын
Yezu mwana wa dawudi ngirira ikigongwe unkize akabi.Umfashe muvyo nkora bigende neza umpe umugisha ngere kuvyo umutima wanje ushaka kuko iyo uvuze biraba.
@user-yg2hc2rw7u
@user-yg2hc2rw7u Ай бұрын
Amen.Yezu naduhe kumumenya,duhumure amaso tubone,yezu mpagukira kumutima burundu
@irakozebruce-bj2ij
@irakozebruce-bj2ij 8 ай бұрын
Yesu mpikigorwe nanje umpindurire izina amen
@benigneniyingejejaha617
@benigneniyingejejaha617 7 ай бұрын
Imana igutabare
@akezakimana6985
@akezakimana6985 7 ай бұрын
Urakaninahazwa ibihe vyose Yezu mwiza nduhindurire izina utwigishe gusenga Amen
@DianaCiza-zc7or
@DianaCiza-zc7or 8 ай бұрын
Yezu kristu Habwicubahiro mwami wacu nawe bose❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@jhappynesjo8747
@jhappynesjo8747 7 ай бұрын
Uyumu Patiri ndakunda inyigisho ziwe🙏🏼🙏🏼🙏🏼🙏🏼 Bless you P Aimé
@user-pt9qz3cg1b
@user-pt9qz3cg1b 7 ай бұрын
Yezu Na Mariya ni baninahazwe ,Pati urampimbara ❤
@user-pr6ww2yl7e
@user-pr6ww2yl7e 9 ай бұрын
Ngira ikigongwe Yezu kuvyaha vyose vyanzingamitse sindangure neza ishaka ryawe
@MarieNdabubaha-mh4dp
@MarieNdabubaha-mh4dp 4 ай бұрын
Prere, keep your faith up, the sky is the limit. May God bless you Bundanly.
@AliceUwimana-yp1pl
@AliceUwimana-yp1pl 8 ай бұрын
Hallellua urakoze musasedoti w'umukama inyigisho uduhaye irarema mehezagirwe caane imana iduhe abandi benshi nkamwe
@SandrineIzerimana-lq7zf
@SandrineIzerimana-lq7zf 6 ай бұрын
Ndakwisabiye Yezu wanje nkubone mubuzima bwanje uze mubuzima bwanje uganze👏🙌
@user-vy2xl4hb5i
@user-vy2xl4hb5i 8 ай бұрын
Imana ininahazwe kw'isi naho Haze amahoro kub'antu Imana ikunda nabo bakayikundira.amen.
@KanyangeJacqueline-jl7jy
@KanyangeJacqueline-jl7jy 9 ай бұрын
Yezu warakoze kumuha ingabirano nziza zokuzirikana nukutwigisha ivyiza ukora muri ukaristiya yawe nyeranda
@esperencendayishimiye6559
@esperencendayishimiye6559 26 күн бұрын
Yezu uri vyose kuri bandanya utugirira neza
@user-tc3kc2ex6r
@user-tc3kc2ex6r 4 ай бұрын
Bikiramariya mawe ntwikiriza umutamana wawe umukam umwana wawe Ankize ibicumuro vyose nkora ngendane nawe ,Marasomeranda ya Yezu ubishoboye wonkiza
@emerithaufitinema2148
@emerithaufitinema2148 7 ай бұрын
Amen.Yezu ntavira ku ngoma ubusa❤
@gatlar628
@gatlar628 6 ай бұрын
Murakoze kutwibutsa ububasha buri mwi Sakramentu ry'Ukaristiya! Yezu nimuzima mw'isakramentu ry'Ukaristiya
@user-vz1pk2nq1u
@user-vz1pk2nq1u 7 ай бұрын
Amen
@MuhanuziDaniel-ke4tc
@MuhanuziDaniel-ke4tc 7 ай бұрын
Yezu n'umukiza kandi aratubohora
@user-np8go3pm1e
@user-np8go3pm1e 2 ай бұрын
Mwigisha wa yezu vumera ubohorababoshwe yarabitoreye
@claudinenirera7808
@claudinenirera7808 7 ай бұрын
Ewe mukama Yezu warakozee 👏 👏👏 ntarasamwa munda yamama warunzi mukamaa👏👏
@evelyneniyogushima7400
@evelyneniyogushima7400 7 ай бұрын
Habw'icubahiro mwami yezu uri mwiza yezu amen amen
@acquilinebandemibara284
@acquilinebandemibara284 8 ай бұрын
Amen Yezu aninahazwe mukaristiya agukomeze imyakayose
@user-vk4oh4fy1l
@user-vk4oh4fy1l 7 ай бұрын
Mukama Yesu Mpindurira izina kuko urabishoboye unkirize umubiri n'umutima.
@aurianeirambona9439
@aurianeirambona9439 6 ай бұрын
Amen... Merci bcp Père..Yezu agukomeze
@kankialicalice6578
@kankialicalice6578 8 ай бұрын
Ngirir Ubuntu Yezu ❤ndafashijwe n,inyigish muduhaye umukama abakomeze
@user-kx1cc7si8c
@user-kx1cc7si8c 8 ай бұрын
Dusab lmana,mushobora vyose adufash kwakira ikinyegezwa kiri muri Yezu mukaristia!
@user-ks6dw5ot7i
@user-ks6dw5ot7i 7 ай бұрын
Mana nyenimpuw nikigogw turaguhay ikaz nicubahir muvyac nomubac Amen Amen
@Francinenduwimana1
@Francinenduwimana1 6 ай бұрын
Yezu nimuzima,uwombwira imisi imisa yokubohoka ibera yoba akoze canke adoration mbaye ndashma
@user-ji2ev9mf5z
@user-ji2ev9mf5z 3 ай бұрын
Urakoz kand inyigisho uduh ziraduhimbar Iman ibandany ikurungikir mutimamweranda kugir agukomez.
@EvelyneKezamahoro
@EvelyneKezamahoro Ай бұрын
Yezu ni muzima mu karistiya nyeranda❤
@emilehabonimana297
@emilehabonimana297 4 ай бұрын
Batiri aimé imana iguhezagire kunyigisho mudasiba kudusabikaniriza ziradufasha cane
@jeanmarienkurunziza7593
@jeanmarienkurunziza7593 8 ай бұрын
Merci kunyigisho nziza udushikiriz.Yezu ni muzima ibihe
@user-ri7pu1zo5e
@user-ri7pu1zo5e 9 ай бұрын
Mutima Mweranda ashishikare kukwuzura musaserdoti w'Umukama.
@JoelKayago
@JoelKayago Ай бұрын
Naje ndimwo Yezu mpindurira izina
@DeniseNtirampeba
@DeniseNtirampeba 2 ай бұрын
Urakoze cane nuhezagirwe
@benigneniyingejejaha617
@benigneniyingejejaha617 7 ай бұрын
Ndafashijwe nukuri uhezagirwe,Yezu abandanye akwiyereka
@ildephonsendayiragije2411
@ildephonsendayiragije2411 Ай бұрын
Imana n'ininahazwe...
@user-gw1kg4wy6r
@user-gw1kg4wy6r Ай бұрын
Vyiza cane mukoziwimana patiriumukama agukomeze
@BeatriceIninahazwe-le4on
@BeatriceIninahazwe-le4on 7 ай бұрын
Ndahezagiwe cane gose.yezu nyongerereza ukwemera
@yesunimwema4497
@yesunimwema4497 8 ай бұрын
Amen Amen God bless you father Aime'❤.
@user-no5my2jn3g
@user-no5my2jn3g 8 ай бұрын
Mwami yezu mpindurira ubuzima ,yezu nkingira munzira zose ncamwo nshaka kwamana nawe
@kethia9170
@kethia9170 2 ай бұрын
Imana iguhezagire Patiri inyigisho zawe ziranyubaka.
@in_john_04
@in_john_04 6 ай бұрын
Fr Aimé tu es vraiment béni🤲🤲🤲
@ngenzebuhoroalice5907
@ngenzebuhoroalice5907 8 ай бұрын
Iyi nyigisho iranyubatse, Imana ibandanye igusiga Amavuta Padiri
@user-mg4jw8sf8m
@user-mg4jw8sf8m 7 ай бұрын
Loué soit tu Seigneur pour ta parole de vie
@johnclaude1491
@johnclaude1491 2 ай бұрын
Yezu munyakigongwe ngirira ikigongwe
@user-vn7pz7zr3g
@user-vn7pz7zr3g 9 ай бұрын
Urakoze cane Musasetdoti w'lmana nkwipfurije iherezo ryiza
@jacquelinenduwayezu3281
@jacquelinenduwayezu3281 9 ай бұрын
Urakoze caaane musaserdoti w,umukama.ukomeze ubutumwa bwiza watorewe
@user-ms2lt5dg6r
@user-ms2lt5dg6r 7 ай бұрын
Amen amen Yezu ngirirubuntu urakoze Yezu
@nadinemunezero2387
@nadinemunezero2387 8 ай бұрын
Imana iguhezagire père Aimé ,inyigisho zawe ziranyubaka
@EmmyNiyo-bw6wg
@EmmyNiyo-bw6wg Ай бұрын
Yezu mukiza dukize natwe , Amen 🙏.
@aloysrurantije3491
@aloysrurantije3491 8 ай бұрын
J'❤ cette Homile très riche et encourageant
@laetitiairakoze5966
@laetitiairakoze5966 8 ай бұрын
Moi aussi .
@christineirambona1563
@christineirambona1563 8 ай бұрын
Yezu nyenimpuhwe ngirira ikigongwe👏
@adelinekanyange1200
@adelinekanyange1200 8 ай бұрын
Yezu ngirira impuhwe ,umpindurire izina umpe ivyo ubona binkwiye.
@user-pr6ww2yl7e
@user-pr6ww2yl7e 9 ай бұрын
Urakoze Yezu kubona numvise IRI Jambo ry Imana
@odilekankindi3727
@odilekankindi3727 9 ай бұрын
Nuninahazwe Yezu mwiza.ngirira ikigongwe Aho hose ntakwakira uko bikwiriye
@user-uj5mo7ii3z
@user-uj5mo7ii3z 8 ай бұрын
Merci Seigneur de cet enseignement Saint!
@user-zp3vt6bt2s
@user-zp3vt6bt2s 4 ай бұрын
imana yatanguj ivyiza muri wew niyuhire
@NestoryNdaca
@NestoryNdaca Ай бұрын
Mukoziwimana mukoze kubibazo vyabeshi yesu abandanye kubadutumako
@nsabimanafrancoisxavier5316
@nsabimanafrancoisxavier5316 8 ай бұрын
Mbega byiza Koko Yezu arakiza Rwose🙌
@estellanihorimbere10
@estellanihorimbere10 7 ай бұрын
Yezu ngusavye ingabirano yukwemera ndakwinginze Mukiza🙏🙏
@inampayanoevelyne9121
@inampayanoevelyne9121 7 ай бұрын
Yezu nkubone mubuzima bw'umuryango wacu🙏🙏
@JeannedArcNshimirimana-ew6vl
@JeannedArcNshimirimana-ew6vl 7 ай бұрын
Yesuuuuuuuuuuuuuuuuuu ntabarira urugo gwanje usukemwo urukundogwawe uzobukoze cane yesu ntabaraaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaa
@FrancoiseNIYONZIMA-qk8mw
@FrancoiseNIYONZIMA-qk8mw 9 ай бұрын
Urakoze cane inyigisho yanyu iratwubatse muhezagirwe
@user-st2vz7em7o
@user-st2vz7em7o 2 ай бұрын
Yigisha neza nukwo abwira abatavyumva neza,
@user-tk6wr3pk9g
@user-tk6wr3pk9g 5 ай бұрын
Amen❤❤❤❤❤
@seraphineniyonsaba7481
@seraphineniyonsaba7481 8 ай бұрын
Ameeen Alléluia.❤❤❤❤❤
@adelinekanyange1200
@adelinekanyange1200 8 ай бұрын
Yezu n'ugendere umuryango wacu,abavyeyi bacu incunti n'abagenzi ikigongwe caw kidusage
@user-jb6sn3pr8f
@user-jb6sn3pr8f Ай бұрын
Yezu ngirira ikigongwe maze imyaka 40 ntegereje umuhamagaro yezu ndananiwe nduhura
Ninde Akomeye Hagati y'Imana n'Ingorane Zawe? - Patiri Aimé Irakoze
1:02:30
Inyigisho ya kabiri
56:08
NOBA
Рет қаралды 5 М.
Khó thế mà cũng làm được || How did the police do that? #shorts
01:00
1❤️#thankyou #shorts
00:21
あみか部
Рет қаралды 88 МЛН
He sees meat everywhere 😄🥩
00:11
AngLova
Рет қаралды 9 МЛН
The child was abused by the clown#Short #Officer Rabbit #angel
00:55
兔子警官
Рет қаралды 15 МЛН
Ntitwaremewe kuba abatunzi twaremewe  kuringaniza isi  no kuyibako neza/Patiri Dieudonné NIYIBIZI
39:44
CEDICOM BUJUMBURA Centre Diocésain de Communication
Рет қаралды 3,6 М.
BIJIYOBIJA AHUYE NURUVA GUSENYA NI MUNDEBERE NONEHO
27:28
BYAKUNUKA COMEDY TV(SHERIFF)
Рет қаралды 108 М.
Tuje gusaba umuhezagiro
7:02
Michel HABIMANA
Рет қаралды 111 М.
UMVA IJAMBO MAGUFULI YAVUZE ,BIDATEYE KABILI AGAHITA APFA URUPFU RUTUNGURANYE.
17:12
UWIRINGIYIMANA Patience
Рет қаралды 220 М.
ISHAPURE Y’UKUBOHORA UMURYANGO
16:23
Richard Ndayishimiye
Рет қаралды 13 М.
Yezu Arakiza, Yezu Arabohora - Patiri Aimé Irakoze
1:25:45
AMANI Angels
Рет қаралды 3,7 М.
Khó thế mà cũng làm được || How did the police do that? #shorts
01:00