Shalom - Hoziana Choir

  Рет қаралды 87,247

Psalm90:12

Psalm90:12

Күн бұрын

Пікірлер
@joellaniyonkuru8908
@joellaniyonkuru8908 Жыл бұрын
shalom shalom .....amahoro mubari mwisi ...amahoro mubuzima bwacyu ,mubyacu ,mumiryango yacu haleluaaaa12.08.2023
@niyitegekaelizaphan991
@niyitegekaelizaphan991 6 жыл бұрын
Imana ihe umugisha umuntu washyize izi ndirimbo za Hoziana kuri KZbin. Imana ihe umu gisha umuntu wese waririmbye muri iyi choir, Imana ihe um7gisha umuntu wese uziko akunda Iyi chorale
@augustinnzohabonayo8575
@augustinnzohabonayo8575 6 жыл бұрын
yoo yes'abahezagire abakiriho kuko naziheruka muri 1993,94 none nciye nibuka ibihe bigiye uburundi bwarimwo nizo zavuga zikaremesha ababuze yoo imana ize ibampere ijuru kuko mwubatse imitima myishi yari yasanzaye rero n'abatakiriho twizere ko barangije n'amahoro amen
@ManiragezaMenard
@ManiragezaMenard 11 ай бұрын
Aho izi bazivuza muri 1993 muburundi hasa nabi cane! Bwarira ntumenye ko buza guca. Ndakunda kuyumviriza cane kubera bimpa ishusho ya kahise!
@ishimeelsa5916
@ishimeelsa5916 2 ай бұрын
Shalom 2024 Uwiteka ahimbazwe
@nduwimanagenevieve6787
@nduwimanagenevieve6787 4 жыл бұрын
Ndahimbawe mumutima nukuronka izindirimbo on line. Naziheruka zivuga cane , zihoza imitima myinshi koko , il 27ans . Umukama abahezagire cane.
@sonnyr1899
@sonnyr1899 11 ай бұрын
Nilikuwa Burundi kipindi hayati Ndadaye anauwawa nilikuwa na miaka 9 kipindi hicho. Wakati anafariki hizi nyimbo zilikuwa zinasikika sana kwenye radio ili kuliwaza wananchi. I love Burundi it’s a nice country No matter what Challenge they face but they are still good poeple.
@bonnydesire559
@bonnydesire559 2 жыл бұрын
Iyi ndirimbo yadusubijemo imbaraga muri genocide yo muri 94
@zenonntukamazina8096
@zenonntukamazina8096 6 жыл бұрын
Imana ibahezagire bakozi b,lmana iyi ndirimbo shalom mwayiririmvye mubihe bigoye vyamakuba n,intambara.nanje yaranfashije ico gihe nyene.
@bosconyirimbaraga425
@bosconyirimbaraga425 Жыл бұрын
I never stop watching old school songs of hoziyana choir. ❤️
@elyseendayiragije4877
@elyseendayiragije4877 4 жыл бұрын
Imana n'Imana nukur izi ndirimbo nizakera ndaziheruka kera ziduhoza imitima nukur
@niyibasumbajeannepomscene7070
@niyibasumbajeannepomscene7070 2 жыл бұрын
iyi ndirimbo yaradufashije mubihe bibi caaane.
@emmanueltulikumwe6537
@emmanueltulikumwe6537 5 жыл бұрын
Ariko izi ndirimbo zabaga zifite umwaka wera peeee Imana igumye ibane namwe kandi ibahe umugisha
@niyonkurucanesius7773
@niyonkurucanesius7773 Жыл бұрын
Indirimbo y kera nkunda gusa inyibutsa les années 93 n'ubwo twaba turiko duhunga zaradutera ivyizigiro ko tuzorindwa kandi Yesu ashimwe yarabikoze turacariho
@GuyBiko
@GuyBiko 7 жыл бұрын
Imana iguhe umugisha wowe washyize izi ndirimbo kuri KZbin, ziruhura imitima irushye!
@lovepeace5460
@lovepeace5460 3 жыл бұрын
Imana izobahijuru, iyindirimbo yararemeshe can abarundi mugihe camagume.
@kayitarechristian1136
@kayitarechristian1136 Жыл бұрын
Murabambere mwitorero ryanjye kbsa ❤
@niyongereodile2194
@niyongereodile2194 Жыл бұрын
Yoooo Imana iduhe kwama twibuka aho yadukuye.
@nayebarerose5899
@nayebarerose5899 Жыл бұрын
Iyi ndilimbo niyamateka nukuri 👌
@alexisYvette-v7p
@alexisYvette-v7p 4 ай бұрын
Ndadaye yapfuye niyoyavuga gusa
@MuvunyiIgnace
@MuvunyiIgnace 4 ай бұрын
Shalom
@SamuelNdikumana
@SamuelNdikumana Жыл бұрын
❤Imani niyishimwe
@titemartinkuradusenge5682
@titemartinkuradusenge5682 7 жыл бұрын
Izi ndirimbo ziradufasha mu kwitagatifuza.turashima uwazishize kuri you tube
@christiansindayigaya3699
@christiansindayigaya3699 6 жыл бұрын
Muhezagirwe!iyomba nobabonye nkanabagumbira vyo!Uhoraho abakomeze!mwoba mukiriho vyo?turabakunda cane!
@ngendahimanajean5260
@ngendahimanajean5260 4 жыл бұрын
iyi ndirimbo ndayikunda pe!
@oscarhirwa5678
@oscarhirwa5678 2 жыл бұрын
Shalom 🙏
@angemariam8001
@angemariam8001 5 жыл бұрын
Shalom🙏🏽🙏🏽
@christiansindayigaya9927
@christiansindayigaya9927 Жыл бұрын
Izi notre ziracariho??
@kayitarechristian1136
@kayitarechristian1136 Жыл бұрын
@neematungaraza3478
@neematungaraza3478 2 жыл бұрын
Attack 0:00-0:23 No Music 0:23-0:47 Shaloom 0:47-6:28
IBIMENYETSO BY'IBIHE by HOZIANA CHOIR
8:03
Enos Nduwayo
Рет қаралды 320 М.
Tuza Wa Nyanja We - Hoziana Choir
7:33
Psalm90:12
Рет қаралды 294 М.
Mom Hack for Cooking Solo with a Little One! 🍳👶
00:15
5-Minute Crafts HOUSE
Рет қаралды 23 МЛН
Igisubizo - Hoziana Choir
8:09
Psalm90:12
Рет қаралды 81 М.
ISEZERANO BY ABATWARAMUCYO VOL 1
14:25
Abatwaramucyo Choir
Рет қаралды 166 М.
GAHOGO CHOIR-NDAJE
18:38
Gahogo Choir
Рет қаралды 627 М.
Rehoboth Ministries Ku Musaraba Official Video
7:24
Africha Entertainment
Рет қаралды 575 М.
HOZIANA CHOIR -SHALOM/UMWAMI W'AMAHORO // LIVE PERFORMANCE
6:06
ADEPR Ntora Church English Service
Рет қаралды 18 М.
URI MWIZA URI MWIZA BY REHOBOTH MINISTRIES
8:37
Luka Fils Mercy
Рет қаралды 125 М.
Ni iki watanze by Chorale abagenzi
5:27
JST360 Ch2
Рет қаралды 447 М.
GUMAMO by Jehovahjireh choir
5:36
Jehovah Jireh Choir
Рет қаралды 676 М.
Urukundo - Hoziana Choir
4:29
Psalm90:12
Рет қаралды 178 М.
Gitare - Hoziana Choir
6:29
Psalm90:12
Рет қаралды 622 М.